Abanyagihugu baba muri site Gisagara iri muri komine Mutimbuzi mu ntara ya Bujumbura basaba kwimurwa muri ico kibanza kuko bemeza ko hari abamaze imisi bitaba Imana mu buryo bavuga ko budatahuritse.Uwurongoye iyo site aremeza…
Le coordonnateur du groupe d'experts et titulaire d'un PhD en physique, Dr Salomon Mugisha affirme que l'air du Burundi est pollué, malgré la croyance générale que le pays, moins industrialisé, échappe à la…
Imyaka 20 iraheze imiryango y'Abatwa baba mu gacimbiri Bukiranzuki muri komine Matongo ntara ya Kayanza bubakiwe amazu ariko ntibarasakarirwa Abo basangwa butaka bavuga ko bubakiwe muri ayo mazu hagati y'umwaka wa…
Bamwe mu banyagihugu baba mu gisagara ca Bujumbura basaba ko akamo k’umukuru w’igihugu ko ku wa 10 Mukakaro umwaka wa 2024 ko kugarukira isuku mu gisagara.Abo banyagisagara bavuga nk’ibibanza biri ahegereye uruzi…
Umuririmvyikazi Natacha Ngendabanka ,inyuma y'ikiringo hafi c'amezi atatu Ku mugabane wa Buraya agiye gutunganya ibikorwa bitari bike harimwo gusohora indirimbo nshasha imbere yuko umwaka wa 2024 urangira. Akigenda…
Abigeme biga muri kaminuza y'Uburundi, bashikiriza ko batabona akamaro k'umusi wahariwe kugwanya amabi akorerwa abakenyezi n'abigeme mu gihe hacibonekeza abakenyezi canke abigeme bafatwa ku nguvu. Ukwo…
Abaririmvyi bahurikiye mu mugwi Billiman Boys ari Double jay na Kirikou- Akili inyuma yaho habaye ukutumvikana n’umuhinyanyuzi Dj Paulin, babandanya bakora akazi kabo ko guteramisha abakunzi babo mu gukora ibiteramo iburaya.…
Mu kiganiro ciyaguye umuririmvyi Nzeyimana Thomas azwi k'izina rya Mkombozi yahaye Radio Indundi Culture arerekana bamwe mu bamufashije kwinjira mu rugendo rw'umuziki.Mkombozi ashimira abo bose bamufasha kugumana…
Bamwe mu badandaza bakorera mw'isoko ya Musaga muri komine Muha mu bumanuko bw'igisagara ca Bujumbura bavugako batewe umutima uhagaze n'iyarara ryabaye umurengera muri iyo soko,kuko rija ryarenze aho risanzwe…
Bamwe mubanyagihugu bo ku musozi Gasenyi muri komine ya Rango intara ya Kayanza bavuga ko ubukene bw'umuyagankuba w'ishirahamwe bumaze hafi amezi abiri butuma hari imwe mu mirimo yahagaze.Abo banyagihugu basaba…
Kuri uwu wa mbere igenekerezo rya 28 Gitugutu 2024 mu gihe c’umutaga, niho umumenyereza Patrick Sangwa yashika mu gihugu c’Uburundi. Umwe mu basanzwe bakora mw’ishirahamwe ry’umupira w’amaguru yabwiye Radio Indundi Culture…
Inyuma yo kutumvikana hagati y'umuririmvyi Double jay na Dj Paulin ku ndirimbo "Sinokwilalana",iyo ndirimbo yamaze gukurwa ku rubuga rwa YouTube. Iyo ndirimbo Sinokwilalana yateje impari ikaba yakuwe kuri ugwo…
Bamwe mu banyagihugu bo mu makaritiye atandukanye yo mu buraruko bw'umugwa mukuru w'ubutunzi Bujumbura basaba ko ikibazo c'ubukene bw'amazi meza bwaturutse kwiyononekara ry'umuringoti munini ujana…
Kuva igiciro c'isukari kigabanijwe ,ntikiriko kirubahirizwa k'umugwa mukuru wa politike Gitega.Ikiro kimwe c’isukari y’ihinguriro Sosumo gushika kuri uyu wa mbere igenekerezo rya 21 gitugutu kiracagurishwa amahera…
Abantu 14 baramaze kuribwa n'imbwa zisara mu makomine atatu agize intara ya Kayanza kuva mu ntango z'ukwezi kwa Gitugutu 2024 .Abajejwe intwaro bahamagarira abanyagihugu kwica imbwa zose ziyerereza. Amakomine yo mu…
Welcome, Login to your account.
Welcome, Create your new account
A password will be e-mailed to you.