Sat B ni umuririmvyi amaze imyaka itari mike mu muziki ndundi. Indirimbo ziwe zagiye zirakundwa kubwo ajambo azirimwo na cane cane iyo yise Inkuru y'ukuri yanatumye aca amenyekana cane avuye mu murwi Wanavesi kikosi…
Kuri uyu wa mbere, igenekerezo rya 3 Ruhuhuma 2025, umushikiranganji muvyo ajejwe harimwo imigenderanire y’Uburundi n’ayandi makungu Albert Shingiro yamenyesheje ko leta y’uburundi yiteguriye kwakira abarundi bagiye…
Tity Love avuga ko Koo K bahebeye rimwe kuririmba igihe bubakaniye. Ico gihe ngo baciye batangura gukina amareresi. Uwo muririmvyikazi aheruka gusohora indirimbo nshasha yise “Ntahonoja”. Mu kiganiro indundi hit show co kuwa…
Niyongabo Dior umwe mu barongoye umugwi MW team avuga ko ari umugwi ugizwe n'abantu batatu ariko umwe niwe atagaragaye muri iyo ndirimbo bise “Natura ijambo“. Iyo ndirimbo bayanditse bayikuye mw'ijambo bigishijwe…
Urudandazwa rw'inyama z'inka rusigaye ari akananirabahinga muri komine Bugendana intara ya Gitega aho yari ikomine yakunda kurangwamwo inyama nyinshi cane. Umwe mu bayanga inyama avuga ko urudandazwa rw'aho…
Umuririmyi w'umurundi azwi kw’izina rya Vichou Love avuga ko adashobora kuja kuririmbira mu makungu mu gihe abona ko yovayo umufuko utuzuye amafaranga kuko yipfuza kuba umuririmvyi mpuzamakungu gutyo yinjize…
Inama nkenguzamateka y'Uburundi inyuma yo gukora amatohoza kugihe c'intwaro ya bakavamahanga n'ingaruka zavuye k'ihindurwa ry'intwaro ryakozwe n'ababiligi mu 1925, yerekana ko atayindi…
Afatiye k’ukungene ibijanye n'intwaro, ubutunzi be n'imibano vyari bitunganijwe imbere y'umuzo w'abakoloni, Emmanuel Sinzohagera ashikiriza ko ubumwe bw'abarundi bwabonekera mw'itunganywa…
Bamwe mu banyagihugu baba ku mutumba Gasenyi-Nyakabondo, Komine Mutimbuzi iri mu ntara ya Bujumbura bamenyesha ko umuntu umwe amaze kwitaba Imana, abandi batandatu barakomereka mu kiringo c’ukwezi kumwe biturutse ku busuma…
Uwuserukira ishirahamwe OLUCOM ryitaho kugwanya ibiturire n'isesagurwa ry'amatunga ya reta mu Burundi,avuga ko gushika ubu icaturiye isoko nkuru ya Bujumbura yadukamwo umuriro cobazwa reta ubwayo kuko…
Hari indwara ibangamiye imirima y’ibigori ku mutumba Bigera,zone Rwasari muri komine Mutaho mu ntara ya Gitega .Abarimyi bashikiriza ko n’imiti yo gupompa itaboneka,ibishobora gutuma umwimbu utaba mwiza,bagasaba ababijejwe…
Bamwe mu basanzwe barangurira imirimo ku nkengera z'ico kiyaga bemeza ko haheze ikiringo ata mvubu canke ingona bihitanye ubuzima bw'umuntu . Abajejwe intwaro muri komine ntahangwa bemeza ko zaheruka kwica…
Mista Champagne avuga ko muri uyu mwaka atagiye kuvyorosha ku ndirimbo agiye gusohora hamwe n'umuririmvyi Innoss’B,iyo ikaba impamvu yagurishije imodokari yahorana. Uwo muririmvyi amenyeshako iyo ndirimbo izokorerwa…
Inka icenda ziramaze gufatwa n'ingwara ya suna mu bice bimwe bimwe vyo mu ntara ya Kayanza cane cane mu makomine abiri. Nko muri Komine Gahombo hamaze kwibonekeza inka 7 zimaze gufatwa niyo ngwara : 6 ku musozi wa…
Imyaka 10 iraheze ikiraro co k'uruzi Kanyosha gihuza karitiye ya kibenga na Gisyo kibomotse, ivyo bigatuma imigenderanire hagati yayo makaritiye itoroha kuko mu kujabuka bisaba guhekwa, bagasaba ko hokwubakwa ikiraro…
Imwe mu miryango iri ku mutumba Kabumba zone Ruyaga Komine Kanyosha mu gisagara ca Bujumbura iratewe impugenge n’imiganga ibagamiye amazu yabo. Bamwe mu banyagihugu baho barataye izabo batinya ko inzu zobabomokerako. Basaba…
Abana bashika 100 bari barataye amashure kumvo z'ubukene bariko baregeranywa n'umurundikazi asanzwe aba mu gihugu ca Tchad mu ntumbero yo kubasubiza ku mashure. Sonia Nininahazwe avuka mu gisagara ca…
Bamwe mu baguzi n'abadandaza amakara mu gisagara ca Bujumbura baratewe umutima uhagaze n'ukuzimba kw'ico kidandazwa Umwe murabo badandanza avuga ko igice c'umufuko cavuye ku mafaranga 35000 kija ku…
Evariste Niyonzima ni umwe mubororeye inkoko mu gisagara ca Bujumbura. Avuga ko iduga ry'ibiciro vya bimwe mubifungurwa vyazo biri mubituma hari abananirwa kubandanya bakora ubwo bworozi nk'uko uwo mworozi…
Nziza Désiré umuririmvyi wa hano iwacu abarizwa muri diaspora ya America avuga ko abaririmvyi ba kino gihe baririmba indirimbo zizomara umwanya urume rumara kuko ata kanovera zifise. Aha atanga akarorero k'umuririmvyi…
Welcome, Login to your account.
Welcome, Create your new account
A password will be e-mailed to you.