Channel Ndayikiza avuga ko iyo indirimbo yaje mu vyiyumviro abona kuyandika. Arasaba ko yoronka abamufasha "management" kugira ngo abandanye ico gikorwa co kuririmba. Iyo ndirimbo yise "urumwizigirwa"…
Umuririmvyi Paci avuga ko umuziki umaze gutera intambwe n'aho utaragera kure cane ariko sico kimwe no mu myaka icumi iheze aho abaririmvyi ba kera vyari bigoye kuririmba gusa vyasaba ko ukora akandi kazi kugira ngo…
Melanin Boy ni umuririmvyi w’umurumdi avuga ko icatumye ashira amajambo ku rubuga rwiwe rwa Facebook yavuzweko menshi, aruko indirimbo yiwe yise ''isezerano'' yakunzwe n'abantu benshi yari ifise…
Sat B ni umuririmvyi amaze imyaka itari mike mu muziki ndundi. Indirimbo ziwe zagiye zirakundwa kubwo ajambo azirimwo na cane cane iyo yise Inkuru y'ukuri yanatumye aca amenyekana cane avuye mu murwi Wanavesi kikosi…
Tity Love avuga ko Koo K bahebeye rimwe kuririmba igihe bubakaniye. Ico gihe ngo baciye batangura gukina amareresi. Uwo muririmvyikazi aheruka gusohora indirimbo nshasha yise “Ntahonoja”. Mu kiganiro indundi hit show co kuwa…
26Life iryo zina ryatangujwe n'uwitwa Jules Irankunda umurundi asanzwe abarizwa muri l'ETA zunze ububwe za Amerika,haraciye hafi imyaka ibiri barangura ibikorwa vyo gufasha abaririmvyi babifatanije nivyo gufasha…
Umuririmvyikazi w’umurundi Laurette Tetero asanzwe amaze imisi itari mike mu gihugu ,ariko asigura ahavuye ingingo yokwakira,asigura ko yagiye gushigikira umuvuga butumwa Chris Ndikumana mu gikorane yakoze itariki 08 kigarama…
Umuririmvyikazi Natacha Ngendabanka ,inyuma y'ikiringo hafi c'amezi atatu Ku mugabane wa Buraya agiye gutunganya ibikorwa bitari bike harimwo gusohora indirimbo nshasha imbere yuko umwaka wa 2024 urangira. Akigenda…
Umuririmvyi akomoka mu gihugu c'u Rwanda Kitoko ubu abarizwa mu gihugu c'Ubwongereza yasohoye ubushasha indirimbo "Yasa n'irirenga" yaririmbwe n'umuririmvyi w'inararibonye Burikukiye Prosper…
Après les agendas académiques souvent surchargés, les étudiants de l’Université du Burundi au campus Mutanga se déstressent à l’aide de la mélodie de la guitare. Nous sommes dimanche le 18 août 2019. Il est 13h, le soleil!--more-->…
The French embassy in Zambia has asked the local authorities to arrest Congolese rhumba star Koffi Olomide for various allegations. Following the appeal, Zambian media quoted Religious Affairs minister Godfridah Sumaili!--more-->…
Polémique sur les chansons gospel de Prince Mshindi, Big Zoe, et GN
KAMPALA - President Yoweri Museveni and thousands of Ugandans have paid glowing tributes to Ugandan musician Moses Ssekibogo, best known as Mowzey Radio, who died Thursday morning. "The King is Gone," the…
Soul singer Sampha was named the overall winner of Britain’s Mercury Prize for popular music for his debut album “Process” on Thursday (September 14). The 28-year-old south Londoner collected a trophy and a 25,000-pound…
Listening to music from other cultures furthers one’s pro-diversity belief Jake Harwood turned his lifelong hobby as a musician into a scholarly question: Could the sharing of music help ease interpersonal relations between…
A Mississippi man has filed lawsuit against R. Kelly, alleging the singer had an affair with his wife of five years.Kenny Bryant, a Hinds County Sheriff’s Department deputy, said the Chicago-born crooner became involved in!--more-->…
Daniella Atim, wife of musician Joseph Mayanja alias Jose Chameleone has asked the Nakawa Chief Magistrate's Court to annul her marriage on grounds of cruelty. She stated in her petition number 72 of 2017, filed on April!--more-->…
Thirty Burundian musicians from inside and outside the country addressed last week a correspondence to the Minister of Culture, Youth and Sport asking him to replace the current representative of the Burundian Musicians’…
Tanzanian rapper Emmanuel Elibariki, known as Nay wa Mitego, has been released just a day after he was arrested for releasing a song deemed insulting to the government.The song emerged last week and has been widely shared!--more-->…
Would we get on better with clever machines if they understood what mood we were in? Many roboticists and computer engineers seem to think so, because they're always trying to make their creations more human.Take Solo, the!--more-->…
Welcome, Login to your account.
Welcome, Create your new account
A password will be e-mailed to you.