Muri reta zunze ubumwe za America mu gisagara c'i Los Angeles muri leta ya Calfornia,umuriro gushika n'ubu uracarandagata ivyaho harimwo n'amazu y'ibihangange mu mumuziki wa America,gushika ubu hakaba…
Les zones d'ombre, particulièrement présentes dans les régions frontalières du Burundi, suscitent l'inquiétude des députés, car elles limitent l'accès à l'information pour la population locale, souvent en…
Depuis novembre 2024, l'attribution des parcelles à Kizingwe-Bihara cause des conflits, certains propriétaires se plaignant de double attribution et de la présence de groupes posant des bornes durant la nuit. Cette…
Umuririmvyi “Mutama wubuki” azwi kw’izina rya ´Easy Boy ni we akunda kuvuga ngo “ubuntu burihabwa”, kandi ngo “kuguma uboneka mu bibanza vyinshi vyica akazi”. Amenyesha ko kugira umuziki ndundi ushike kure, ari ukuraba ivyo…
Les maisons en construction près de la rivière Mugere, destinées à servir d'abattoir, sont actuellement inondées par les eaux de la rivière, ce qui bloque l'accès au chantier et retarde les travaux. Les résidents…
Les résidents du quartier Kibenga, déplorent que la société chargée de la collecte des immondices ne respecte pas le contrat, passant parfois un mois sans effectuer aucune collecte, ce qui pose un risque sanitaire, surtout en…
Imirima igizwe n'ibiraya hamwe n'ibiyoba iri ku mitumba ya Rongero na Birongozi muri komine n'intara ya Rutana y'umurundi asanzwe aba mu gihugu ca Canada yarasahuwe iyindi ironeshwa,agasaba abarongozi…
Au moment où le monde s’active à célébrer les fêtes de Noël et du Nouvel An, certains Burundais entonnent une autre chanson. La faiblesse du pouvoir d’achat et la hausse vertigineuse des prix des produits de première…
La COSYBU et la CSB s'inquiètent de la ''montée vertigineuse'' des prix des denrées alimentaires et de ceux d'autres besoins fondamentaux pour les travailleurs, au moment où le pouvoir…
Depuis bientôt cinq jours, la ville de Muyinga est dans le noir suite à une panne d'un transformateur de la Regideso. Les activités nécessitant du courant électrique sont paralysées. L'administration communale…
Bamwe mu banyagihugu bo mu gacimbiri Gihora ku mutumba Tenga local komine ya mutimbuzi intara ya Bujumbura bavuga ko barajwe ishinga n’ikena ry’amazi meza.Abo banyagihugu bashikiriza ko bikora ku mazi y’inzuzi mu gihe…
Abakorerabushake 14 bo muri komine Nyabitsinda intara ya Ruyigi bishuza ibiro vy'indero hamwe na komine ubwayo amafaranga bita "ay'agasabuni"angana n'imiriyoni 3 mu mafaranga y'amarundi bemerewe…
Mu gihe umugwi wa basketball Remesha uheruka gutahukana ikibanza ca mbere mw'ihiganwa ryahuje imirwi yo mukarere ka zone ya 5 gaherereye muri Afrika y’ubuseruko,uburongozi bw’uwo mugwi bushikiriza ko bugiye kwongereza…
Abanywanyi babiri b’umugambwe CDP bahagaritswe ku musi wa gatandatu igenekerezo rya 14 kigarama muri komine ya Mabanda.Umugambwe CDP ushikiriza ko ihagarikwa ry’abo banywanyi riza rihungabanya ibikorwa vy’imigambwe muri iyi…
Abarimyi b'icayi bo muri zone Ijenda muri komine Mugongo-Manga intara ya Bujumbura bavuga ko basa n’abakorera ubusa kuko ikiro c'icayi kigurwa amafaranga y'amarundi 350 mu gihe amafaranga 50 bayakatwa…
Les victimes de violences basées sur le genre rencontrent encore des difficultés en ce qui concerne l'assistance médicale et judiciaire, selon la Commission Nationale Indépendante des Droits de l'Homme. Cependant,…
Depuis environ 5 ans, les producteurs de la commune de Mugongo-Manga sont confrontés à une peste qui dégrade les plantations de pommes de terre, réduisant les récoltes de manière significative. Les produits phytosanitaires,…
Intamba z’abigeme batarenza imyaka 15 zatahukanye amadorari ibihumbi (50,000$) muri rya higanwa ry’abanyeshure mu karere ka CECAFA ryitiriwe CAF African Schools Football Championship Cecafa Qulifiers 2024, inkino zariko…
Des parlementaires se disent préoccupés par la modernisation de l'aéroport Melchior Ndadaye et l'aménagement des aérodromes dans différentes régions du pays. Une autre demande concerne la dotation de Burundi…
Imbabura yakozwe n'urwaruka rwo mu ntara ya Gitega ,ikaba ihingurwa hifashishijwe ivyuma ariko ikaba ikoresha amavuta ava mu miduga canke muma pikipiki.Urwaruka rwakoze iyo mbabura ruvuga ko ihangiro ari ugukingira…
Welcome, Login to your account.
Welcome, Create your new account
A password will be e-mailed to you.