Uncategorized

IKIGANIRO “AMAGARA MEZA”

Mu gihe indwara ya ebola ibandanya ivugwa mu gihugu ca Repubilika Iharanira Intwaro Rusangi ya Congo (RDC), mu gihugu c’uburundi gihana urubibe na RDC hariko hakorwa iki mu gukinga iyo ndwara? Mbega abanyagihugu bo mu Burundi baramaze kumenya ingene bashobora kwikingira indwara ya ebola? Umviriza iki kiganiro kugira umenye vyinshi.

Kurikira ikiganiro Amagara meza kibayagira kubijanye n’amagara y’abantu, imisi yose ku musi wa Mbere no ku musi wa Kane igihe ca 8h00 mu gitondo

What's your reaction?

Related Posts

1 of 55
WP Radio
WP Radio
OFFLINE LIVE