Uncategorized

IKIGANIRO ‘NTUSIGARE INYUMA

Ni gute amajambere ariko arahindura inyifato z’abarundikazi? Kwambara impuzu ngufi kumurundikazi harico bitwaye? Ni iyihe nyifato mu bijanye n’inyambaro ikwiye kuranga umurundikazi muri kino gihe c’amajambere? Kurikira iki kiganiro NTUSIGARE INYUMA uheze utahure vyinshi.

Kurikira ikiganiro NTUSIGARE INYUMA buri kwezi kuri Radio Culture

What's your reaction?

Related Posts

1 of 54
WP Radio
WP Radio
OFFLINE LIVE