{"id":10095,"date":"2019-12-26T00:42:56","date_gmt":"2019-12-26T07:42:56","guid":{"rendered":"http:\/\/indundi.com\/?p=10095"},"modified":"2019-12-26T00:42:56","modified_gmt":"2019-12-26T07:42:56","slug":"ikiyago-ibi-nivyo-umukuru-wigihugu-asaba-uwuzomukorera-mu-ngata-yoshimikirako","status":"publish","type":"post","link":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/ikiyago-ibi-nivyo-umukuru-wigihugu-asaba-uwuzomukorera-mu-ngata-yoshimikirako\/","title":{"rendered":"#Ikiyago : Ibi nivyo umukuru w&#8217;igihugu asaba uwuzomukorera mu ngata yoshimikirako"},"content":{"rendered":"<p><a href=\"http:\/\/indundi.com\/wp-content\/uploads\/2019\/12\/p-Nkurunziza-scaled.jpg\"><img loading=\"lazy\" decoding=\"async\" class=\"aligncenter wp-image-10096 size-large\" src=\"http:\/\/indundi.com\/wp-content\/uploads\/2019\/12\/p-Nkurunziza-1024x684.jpg\" alt=\"\" width=\"900\" height=\"601\" \/><\/a><\/p>\n<p style=\"text-align: justify;\">Nk&#8217;uko yama abigira mu mpera y&#8217;umwaka, kuri uno wa kane igenekerezo rya 26 Kigarama umwaka w&#8217;2019, umukuru w&#8217;igihugu c&#8217;Uburundi Petero Nkurunziza yaramutse akoresheje ikiganiro abenegihugu hamwe n&#8217;abamenyeshamakuru ku murwa mukuru wa poritike Gitega.<\/p>\n<p style=\"text-align: justify;\">Mu ndamutso yiwe, umukuru w\u2019igihugu Petero Nkurunziza yashimiye ahanini Imana k&#8217;ukuntu yabaye umukuru w\u2019igihugu wa mbere yatowe n\u2019abenegihugu agashobora kukiyobora mu mahoro n\u2019umutekano, ivyari umuzi w&#8217;ibuye muri kahise k&#8217;Uburundi.<\/p>\n<p style=\"text-align: justify;\">Yashimiye kandi abenegihugu bashoboye kumuyoboka muri iyi myaka icumi n\u2019itanu amaze ayobora igihugu aho yabahaye amanota arenga mirongo icenda kw\u2019ijana.<\/p>\n<p style=\"text-align: justify;\">Muri iyo myaka icumi n\u2019itanu ayoboye igihugu, umukuru w\u2019igihugu Petero Nkurunziza arashimira kandi abenegihugu k&#8217;ukuntu bitanze mu migambi y\u2019iterambere gusumba mu myaka iheze, akabona ko mu gihe bobandanya kwitanga nk\u2019ukwo ko mu myaka nk\u2019itanu iri imbere canke irenga, Uburundi bwoba bugeze kure mu bijanye n\u2019iterambere.<\/p>\n<p style=\"text-align: justify;\">Umukuru w\u2019igihugu Petero Nkurunziza yaboneyeho gusaba uwuzomukorera mu ngata ko yogerageza akazoshimikira ku benegihugu, ku butunzi hamwe no gukunda no kuzirikana igihugu.<\/p>\n","protected":false},"excerpt":{"rendered":"<p>Nk&#8217;uko yama abigira mu mpera y&#8217;umwaka, kuri uno wa kane igenekerezo rya 26 Kigarama umwaka w&#8217;2019, umukuru w&#8217;igihugu c&#8217;Uburundi Petero Nkurunziza yaramutse akoresheje ikiganiro abenegihugu hamwe n&#8217;abamenyeshamakuru ku murwa mukuru wa poritike Gitega. Mu ndamutso yiwe, umukuru w\u2019igihugu Petero Nkurunziza yashimiye ahanini Imana k&#8217;ukuntu yabaye umukuru w\u2019igihugu wa mbere yatowe n\u2019abenegihugu agashobora kukiyobora mu mahoro [&hellip;]<\/p>\n","protected":false},"author":1,"featured_media":0,"comment_status":"open","ping_status":"closed","sticky":false,"template":"","format":"standard","meta":{"_bbp_topic_count":0,"_bbp_reply_count":0,"_bbp_total_topic_count":0,"_bbp_total_reply_count":0,"_bbp_voice_count":0,"_bbp_anonymous_reply_count":0,"_bbp_topic_count_hidden":0,"_bbp_reply_count_hidden":0,"_bbp_forum_subforum_count":0,"footnotes":""},"categories":[518,515,519,617],"tags":[],"class_list":["post-10095","post","type-post","status-publish","format-standard","hentry","category-burundi","category-homepage","category-kirundi","category-politics"],"yoast_head":"<!-- This site is optimized with the Yoast SEO plugin v21.3 - https:\/\/yoast.com\/wordpress\/plugins\/seo\/ -->\n<title>#Ikiyago : Ibi nivyo umukuru w&#039;igihugu asaba uwuzomukorera mu ngata yoshimikirako - Indundi Culture | Magazine<\/title>\n<meta name=\"robots\" content=\"index, follow, max-snippet:-1, max-image-preview:large, max-video-preview:-1\" \/>\n<link rel=\"canonical\" href=\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/ikiyago-ibi-nivyo-umukuru-wigihugu-asaba-uwuzomukorera-mu-ngata-yoshimikirako\/\" \/>\n<meta property=\"og:locale\" content=\"en_US\" \/>\n<meta property=\"og:type\" content=\"article\" \/>\n<meta property=\"og:title\" content=\"#Ikiyago : Ibi nivyo umukuru w&#039;igihugu asaba uwuzomukorera mu ngata yoshimikirako - Indundi Culture | Magazine\" \/>\n<meta property=\"og:description\" content=\"Nk&#8217;uko yama abigira mu mpera y&#8217;umwaka, kuri uno wa kane igenekerezo rya 26 Kigarama umwaka w&#8217;2019, umukuru w&#8217;igihugu c&#8217;Uburundi Petero Nkurunziza yaramutse akoresheje ikiganiro abenegihugu hamwe n&#8217;abamenyeshamakuru ku murwa mukuru wa poritike Gitega. Mu ndamutso yiwe, umukuru w\u2019igihugu Petero Nkurunziza yashimiye ahanini Imana k&#8217;ukuntu yabaye umukuru w\u2019igihugu wa mbere yatowe n\u2019abenegihugu agashobora kukiyobora mu mahoro [&hellip;]\" \/>\n<meta property=\"og:url\" content=\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/ikiyago-ibi-nivyo-umukuru-wigihugu-asaba-uwuzomukorera-mu-ngata-yoshimikirako\/\" \/>\n<meta property=\"og:site_name\" content=\"Indundi Culture | Magazine\" \/>\n<meta property=\"article:published_time\" content=\"2019-12-26T07:42:56+00:00\" \/>\n<meta property=\"og:image\" content=\"http:\/\/indundi.com\/wp-content\/uploads\/2019\/12\/p-Nkurunziza-1024x684.jpg\" \/>\n<meta name=\"author\" content=\"admin\" \/>\n<meta name=\"twitter:card\" content=\"summary_large_image\" \/>\n<meta name=\"twitter:label1\" content=\"Written by\" \/>\n\t<meta name=\"twitter:data1\" content=\"admin\" \/>\n\t<meta name=\"twitter:label2\" content=\"Est. reading time\" \/>\n\t<meta name=\"twitter:data2\" content=\"1 minute\" \/>\n<script type=\"application\/ld+json\" class=\"yoast-schema-graph\">{\"@context\":\"https:\/\/schema.org\",\"@graph\":[{\"@type\":\"WebPage\",\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/ikiyago-ibi-nivyo-umukuru-wigihugu-asaba-uwuzomukorera-mu-ngata-yoshimikirako\/\",\"url\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/ikiyago-ibi-nivyo-umukuru-wigihugu-asaba-uwuzomukorera-mu-ngata-yoshimikirako\/\",\"name\":\"#Ikiyago : Ibi nivyo umukuru w'igihugu asaba uwuzomukorera mu ngata yoshimikirako - Indundi Culture | Magazine\",\"isPartOf\":{\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#website\"},\"datePublished\":\"2019-12-26T07:42:56+00:00\",\"dateModified\":\"2019-12-26T07:42:56+00:00\",\"author\":{\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#\/schema\/person\/6f9465288b1bcd746b6826cea5c1cf87\"},\"breadcrumb\":{\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/ikiyago-ibi-nivyo-umukuru-wigihugu-asaba-uwuzomukorera-mu-ngata-yoshimikirako\/#breadcrumb\"},\"inLanguage\":\"en-US\",\"potentialAction\":[{\"@type\":\"ReadAction\",\"target\":[\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/ikiyago-ibi-nivyo-umukuru-wigihugu-asaba-uwuzomukorera-mu-ngata-yoshimikirako\/\"]}]},{\"@type\":\"BreadcrumbList\",\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/ikiyago-ibi-nivyo-umukuru-wigihugu-asaba-uwuzomukorera-mu-ngata-yoshimikirako\/#breadcrumb\",\"itemListElement\":[{\"@type\":\"ListItem\",\"position\":1,\"name\":\"Home\",\"item\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/\"},{\"@type\":\"ListItem\",\"position\":2,\"name\":\"#Ikiyago : Ibi nivyo umukuru w&#8217;igihugu asaba uwuzomukorera mu ngata yoshimikirako\"}]},{\"@type\":\"WebSite\",\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#website\",\"url\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/\",\"name\":\"Indundi Culture | Magazine\",\"description\":\"Burundi Entertainment\",\"potentialAction\":[{\"@type\":\"SearchAction\",\"target\":{\"@type\":\"EntryPoint\",\"urlTemplate\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/?s={search_term_string}\"},\"query-input\":\"required name=search_term_string\"}],\"inLanguage\":\"en-US\"},{\"@type\":\"Person\",\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#\/schema\/person\/6f9465288b1bcd746b6826cea5c1cf87\",\"name\":\"admin\",\"image\":{\"@type\":\"ImageObject\",\"inLanguage\":\"en-US\",\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#\/schema\/person\/image\/\",\"url\":\"\/\/www.gravatar.com\/avatar\/3d649179d984570857921b38efabbced?s=96&#038;r=g&#038;d=mm\",\"contentUrl\":\"\/\/www.gravatar.com\/avatar\/3d649179d984570857921b38efabbced?s=96&#038;r=g&#038;d=mm\",\"caption\":\"admin\"},\"sameAs\":[\"https:\/\/bagenzinet.com\/INDUNDI\"],\"url\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/members\/admin\/\"}]}<\/script>\n<!-- \/ Yoast SEO plugin. -->","yoast_head_json":{"title":"#Ikiyago : Ibi nivyo umukuru w'igihugu asaba uwuzomukorera mu ngata yoshimikirako - Indundi Culture | Magazine","robots":{"index":"index","follow":"follow","max-snippet":"max-snippet:-1","max-image-preview":"max-image-preview:large","max-video-preview":"max-video-preview:-1"},"canonical":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/ikiyago-ibi-nivyo-umukuru-wigihugu-asaba-uwuzomukorera-mu-ngata-yoshimikirako\/","og_locale":"en_US","og_type":"article","og_title":"#Ikiyago : Ibi nivyo umukuru w'igihugu asaba uwuzomukorera mu ngata yoshimikirako - Indundi Culture | Magazine","og_description":"Nk&#8217;uko yama abigira mu mpera y&#8217;umwaka, kuri uno wa kane igenekerezo rya 26 Kigarama umwaka w&#8217;2019, umukuru w&#8217;igihugu c&#8217;Uburundi Petero Nkurunziza yaramutse akoresheje ikiganiro abenegihugu hamwe n&#8217;abamenyeshamakuru ku murwa mukuru wa poritike Gitega. Mu ndamutso yiwe, umukuru w\u2019igihugu Petero Nkurunziza yashimiye ahanini Imana k&#8217;ukuntu yabaye umukuru w\u2019igihugu wa mbere yatowe n\u2019abenegihugu agashobora kukiyobora mu mahoro [&hellip;]","og_url":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/ikiyago-ibi-nivyo-umukuru-wigihugu-asaba-uwuzomukorera-mu-ngata-yoshimikirako\/","og_site_name":"Indundi Culture | Magazine","article_published_time":"2019-12-26T07:42:56+00:00","og_image":[{"url":"http:\/\/indundi.com\/wp-content\/uploads\/2019\/12\/p-Nkurunziza-1024x684.jpg"}],"author":"admin","twitter_card":"summary_large_image","twitter_misc":{"Written by":"admin","Est. reading time":"1 minute"},"schema":{"@context":"https:\/\/schema.org","@graph":[{"@type":"WebPage","@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/ikiyago-ibi-nivyo-umukuru-wigihugu-asaba-uwuzomukorera-mu-ngata-yoshimikirako\/","url":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/ikiyago-ibi-nivyo-umukuru-wigihugu-asaba-uwuzomukorera-mu-ngata-yoshimikirako\/","name":"#Ikiyago : Ibi nivyo umukuru w'igihugu asaba uwuzomukorera mu ngata yoshimikirako - Indundi Culture | Magazine","isPartOf":{"@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#website"},"datePublished":"2019-12-26T07:42:56+00:00","dateModified":"2019-12-26T07:42:56+00:00","author":{"@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#\/schema\/person\/6f9465288b1bcd746b6826cea5c1cf87"},"breadcrumb":{"@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/ikiyago-ibi-nivyo-umukuru-wigihugu-asaba-uwuzomukorera-mu-ngata-yoshimikirako\/#breadcrumb"},"inLanguage":"en-US","potentialAction":[{"@type":"ReadAction","target":["https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/ikiyago-ibi-nivyo-umukuru-wigihugu-asaba-uwuzomukorera-mu-ngata-yoshimikirako\/"]}]},{"@type":"BreadcrumbList","@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/ikiyago-ibi-nivyo-umukuru-wigihugu-asaba-uwuzomukorera-mu-ngata-yoshimikirako\/#breadcrumb","itemListElement":[{"@type":"ListItem","position":1,"name":"Home","item":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/"},{"@type":"ListItem","position":2,"name":"#Ikiyago : Ibi nivyo umukuru w&#8217;igihugu asaba uwuzomukorera mu ngata yoshimikirako"}]},{"@type":"WebSite","@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#website","url":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/","name":"Indundi Culture | Magazine","description":"Burundi Entertainment","potentialAction":[{"@type":"SearchAction","target":{"@type":"EntryPoint","urlTemplate":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/?s={search_term_string}"},"query-input":"required name=search_term_string"}],"inLanguage":"en-US"},{"@type":"Person","@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#\/schema\/person\/6f9465288b1bcd746b6826cea5c1cf87","name":"admin","image":{"@type":"ImageObject","inLanguage":"en-US","@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#\/schema\/person\/image\/","url":"\/\/www.gravatar.com\/avatar\/3d649179d984570857921b38efabbced?s=96&#038;r=g&#038;d=mm","contentUrl":"\/\/www.gravatar.com\/avatar\/3d649179d984570857921b38efabbced?s=96&#038;r=g&#038;d=mm","caption":"admin"},"sameAs":["https:\/\/bagenzinet.com\/INDUNDI"],"url":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/members\/admin\/"}]}},"_links":{"self":[{"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/posts\/10095","targetHints":{"allow":["GET"]}}],"collection":[{"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/posts"}],"about":[{"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/types\/post"}],"author":[{"embeddable":true,"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/users\/1"}],"replies":[{"embeddable":true,"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/comments?post=10095"}],"version-history":[{"count":0,"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/posts\/10095\/revisions"}],"wp:attachment":[{"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/media?parent=10095"}],"wp:term":[{"taxonomy":"category","embeddable":true,"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/categories?post=10095"},{"taxonomy":"post_tag","embeddable":true,"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/tags?post=10095"}],"curies":[{"name":"wp","href":"https:\/\/api.w.org\/{rel}","templated":true}]}}