{"id":10189,"date":"2020-01-02T10:26:50","date_gmt":"2020-01-02T17:26:50","guid":{"rendered":"http:\/\/indundi.com\/?p=10189"},"modified":"2020-01-02T10:26:50","modified_gmt":"2020-01-02T17:26:50","slug":"koreya-ya-ruguru-igabisha-ko-ishobora-kugerageza-ibindi-birwanisho-ruhonyanganda","status":"publish","type":"post","link":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/koreya-ya-ruguru-igabisha-ko-ishobora-kugerageza-ibindi-birwanisho-ruhonyanganda\/","title":{"rendered":"Koreya ya ruguru igabisha ko ishobora kugerageza ibindi birwanisho ruhonyanganda"},"content":{"rendered":"<p class=\"amp-o-paragraph--bold\"><em><strong>Umukuru w&#8217;igihugu ca Koreya ya ruguru, Kim Jong-un, avuga ko agiye gusubira kuvyura umugambi wo kugerageza ibirwanisho vy&#8217;ubumara na za misire zirasa kure.<\/strong><\/em><\/p>\n<p><a href=\"http:\/\/indundi.com\/wp-content\/uploads\/2020\/01\/110159006_mediaitem110159005-1.jpg\" rel=\"attachment wp-att-10191\"><img loading=\"lazy\" decoding=\"async\" class=\"aligncenter wp-image-10191 size-full\" src=\"http:\/\/indundi.com\/wp-content\/uploads\/2020\/01\/110159006_mediaitem110159005-1.jpg\" alt=\"\" width=\"485\" height=\"272\" \/><\/a><\/p>\n<p class=\"amp-o-paragraph\">Uwo mugambi wari wahagaritswe kubera Koreya ya Ruguru yari mu biganiro na Amerika.<\/p>\n<p class=\"amp-o-paragraph\">Bwana Kim avuga ko mu minsi ya vuga ashobora gukora &#8220;ikindi kirwanisho c&#8217;ubumara gishasha&#8221;.<\/p>\n<p class=\"amp-o-paragraph\">Ariko yavuze ko yiteguriye kubandanya ibiganiro, ivyo ngo bikazovana n&#8217;ingene Amerika &#8220;ivyifashemwo&#8221;.<\/p>\n<p class=\"amp-o-paragraph\">Umugambi w&#8217;ibiganiro warahagaze, kubera Amerika yanse gukura ibihano yafatiye Koreya ya Ruguru gushika ihevye umubambi wayo w&#8217;uguhingura ubumara.<\/p>\n<p class=\"amp-o-paragraph\">Mu mwaka wa 2019 urangiye, Koreya ya Ruguru yaragerageje ibirwanisho bito bito bitari bike, mu cabonwa ko ari ukugerageza kugondoza Amerika ko yogira ico yiyemeje.<\/p>\n<p class=\"amp-o-paragraph\">Ikizwi ni uko iyo ngingo yafashwe na Koreya ya Ruguru yo guheba igerageza ry&#8217;ibirwanisho ruhonyanganda be na za misire zirasa kure yabaye umushinge w&#8217;ibiganiro na Washington.<\/p>\n<p class=\"amp-o-paragraph\">Koreya ya Ruguru ntiyigeze isubira kugerageza ivyo birwanisho kuva mu mwaka wa 2017.<\/p>\n<h2 class=\"amp-o-crosshead\">Kim yavuze iki?<\/h2>\n<p class=\"amp-o-paragraph\">Bwana Kim yavuze ayo majambo inyuma y&#8217;ikoraniro ry&#8217;abategetsi b&#8217;umugambwe ryari rimaze iminsi ine ku mugwa mukuru Pyongyang , ibitari bimenyerewe mu gihe nk&#8217;iki.<\/p>\n<p class=\"amp-o-paragraph\">Uno munsi kuwa 01 z&#8217;ukwezi kwa mbere, ikinyamakuru ca leta casubiyemwo amajambo yiwe aho avuga ko Koreya ya Ruguru ihagaritse iyo ngingo yari yafashe y&#8217;uguhagarika igerageza ry&#8217;ivyo birwanisho.<\/p>\n<p class=\"amp-o-paragraph\">Avuga ko vyatumwe n&#8217;uko Amerika ibandanya imyimenyerezo ya gisirikare na Koreya y&#8217;ubumanuko, kandi ko yongereje ibihano.<\/p>\n<p class=\"amp-o-paragraph\">Itororokanirizo ry&#8217;amakuru KCNA ryashikirije amajambo yiwe avuga ati:<\/p>\n<p class=\"amp-o-paragraph\">&#8220;Muri ico gihe, nta mpamvu y&#8217;uko twoguma twihambiriye kuri iki cemezo twenyene, mu gihe urundi ruhande rudashaka kwubahiriza ivyo rwiyemeje&#8221;.<\/p>\n<p class=\"amp-o-paragraph\">&#8220;Kandi ivyo bisubiza inyuma utwigoro twacu two kugabanya ivyo birwanisho&#8221;.<\/p>\n<p class=\"amp-o-paragraph\">Yagabishije ko &#8220;isi igiye kwiboneka ikirwanisho ruhonyanganda c&#8217;ubumara gishasha&#8221; muri Koreya ya Ruguru &#8220;vuba cane&#8221;, ariko akaba ata nsiguro yatanze.<\/p>\n<p class=\"amp-o-paragraph\">Muri iryo koraniro ry&#8217;umugambwe, Bwana Kim yamenyesheje ko ibihano ico gihugu cafatiwe vyagize ingaruka mbi ku butunzi bwaco kandi ko ata cerekana ko bigeye gukurwaho vuba.<\/p>\n<p class=\"amp-o-paragraph\">Agabisha ko bizoba ngombwa ko abanyagihugu &#8220;batubika umukanda&#8221;.<\/p>\n<h2 class=\"amp-o-crosshead\">Amerika yishuye iki?<\/h2>\n<p class=\"amp-o-paragraph\">Mu gihe yariko aja mu ntara ya Florida guhimbaza umwaka mushasha, Bwana Trump yabwiye abanyamakuru ko we na Bwana Kim &#8220;bateye igikumu ku masezerano avuga ivyo guhagarika umugambi w&#8217;ugukora ibiranisho vy&#8217;ubumara&#8221;.<\/p>\n<p class=\"amp-o-paragraph\">Ati: &#8220;Ndibaza ko ari umugabo atihindukira mw&#8217;ijambo&#8221;.<\/p>\n<p class=\"amp-o-paragraph\">Nayo umunyamabanga wa leta ajejwe imigenderanire Mike Pompeo avuga ko yizeye ko Koreya ya Ruguru izohitamwo amahoro haguhitamwo intambara.<\/p>\n<p class=\"amp-o-paragraph\">Yabwiye televiziyo ya Amerika CBS ati: &#8220;Nimba indongozi Kim yisubiyeko ku vyo yemereye Prezida Trump, vyoba bibabaje cane&#8221;.<\/p>\n<p class=\"amp-o-paragraph\">&#8220;Yariyemeje imbere ya Perezida Trump hanyuma Perezida Trump nawe yiyemeza kutazosubira gukora imyimenyerezo ya gisirikare ikomeye&#8221;.<\/p>\n<p class=\"amp-o-paragraph\">&#8220;Twabandanije twubahiriza ivyo twiyemeje. Tuzobandanya tuvyubahiriza kandi turizeye ko na we nyene azokwubahiriza ivyo yiyemeje&#8221;.<\/p>\n<p class=\"amp-o-paragraph\">Gushika ubu, Amerika yaranse gukuraho ibihano, igashimangira ko Koreya ya Ruguru itegerezwa kubanza guheba burundu umugambi wayo wo guhingura ubumara.<\/p>\n<p>Source : BBC<\/p>\n","protected":false},"excerpt":{"rendered":"<p>Umukuru w&#8217;igihugu ca Koreya ya ruguru, Kim Jong-un, avuga ko agiye gusubira kuvyura umugambi wo kugerageza ibirwanisho vy&#8217;ubumara na za misire zirasa kure. Uwo mugambi wari wahagaritswe kubera Koreya ya Ruguru yari mu biganiro na Amerika. Bwana Kim avuga ko mu minsi ya vuga ashobora gukora &#8220;ikindi kirwanisho c&#8217;ubumara gishasha&#8221;. Ariko yavuze ko yiteguriye kubandanya [&hellip;]<\/p>\n","protected":false},"author":1,"featured_media":0,"comment_status":"open","ping_status":"closed","sticky":false,"template":"","format":"standard","meta":{"_bbp_topic_count":0,"_bbp_reply_count":0,"_bbp_total_topic_count":0,"_bbp_total_reply_count":0,"_bbp_voice_count":0,"_bbp_anonymous_reply_count":0,"_bbp_topic_count_hidden":0,"_bbp_reply_count_hidden":0,"_bbp_forum_subforum_count":0,"footnotes":""},"categories":[515,519,617,547,530],"tags":[],"class_list":["post-10189","post","type-post","status-publish","format-standard","hentry","category-homepage","category-kirundi","category-politics","category-security","category-world-news"],"yoast_head":"<!-- This site is optimized with the Yoast SEO plugin v21.3 - https:\/\/yoast.com\/wordpress\/plugins\/seo\/ -->\n<title>Koreya ya ruguru igabisha ko ishobora kugerageza ibindi birwanisho ruhonyanganda - Indundi Culture | Magazine<\/title>\n<meta name=\"robots\" content=\"index, follow, max-snippet:-1, max-image-preview:large, max-video-preview:-1\" \/>\n<link rel=\"canonical\" href=\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/koreya-ya-ruguru-igabisha-ko-ishobora-kugerageza-ibindi-birwanisho-ruhonyanganda\/\" \/>\n<meta property=\"og:locale\" content=\"en_US\" \/>\n<meta property=\"og:type\" content=\"article\" \/>\n<meta property=\"og:title\" content=\"Koreya ya ruguru igabisha ko ishobora kugerageza ibindi birwanisho ruhonyanganda - Indundi Culture | Magazine\" \/>\n<meta property=\"og:description\" content=\"Umukuru w&#8217;igihugu ca Koreya ya ruguru, Kim Jong-un, avuga ko agiye gusubira kuvyura umugambi wo kugerageza ibirwanisho vy&#8217;ubumara na za misire zirasa kure. Uwo mugambi wari wahagaritswe kubera Koreya ya Ruguru yari mu biganiro na Amerika. Bwana Kim avuga ko mu minsi ya vuga ashobora gukora &#8220;ikindi kirwanisho c&#8217;ubumara gishasha&#8221;. Ariko yavuze ko yiteguriye kubandanya [&hellip;]\" \/>\n<meta property=\"og:url\" content=\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/koreya-ya-ruguru-igabisha-ko-ishobora-kugerageza-ibindi-birwanisho-ruhonyanganda\/\" \/>\n<meta property=\"og:site_name\" content=\"Indundi Culture | Magazine\" \/>\n<meta property=\"article:published_time\" content=\"2020-01-02T17:26:50+00:00\" \/>\n<meta property=\"og:image\" content=\"http:\/\/indundi.com\/wp-content\/uploads\/2020\/01\/110159006_mediaitem110159005-1.jpg\" \/>\n<meta name=\"author\" content=\"admin\" \/>\n<meta name=\"twitter:card\" content=\"summary_large_image\" \/>\n<meta name=\"twitter:label1\" content=\"Written by\" \/>\n\t<meta name=\"twitter:data1\" content=\"admin\" \/>\n\t<meta name=\"twitter:label2\" content=\"Est. reading time\" \/>\n\t<meta name=\"twitter:data2\" content=\"2 minutes\" \/>\n<script type=\"application\/ld+json\" class=\"yoast-schema-graph\">{\"@context\":\"https:\/\/schema.org\",\"@graph\":[{\"@type\":\"WebPage\",\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/koreya-ya-ruguru-igabisha-ko-ishobora-kugerageza-ibindi-birwanisho-ruhonyanganda\/\",\"url\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/koreya-ya-ruguru-igabisha-ko-ishobora-kugerageza-ibindi-birwanisho-ruhonyanganda\/\",\"name\":\"Koreya ya ruguru igabisha ko ishobora kugerageza ibindi birwanisho ruhonyanganda - Indundi Culture | Magazine\",\"isPartOf\":{\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#website\"},\"datePublished\":\"2020-01-02T17:26:50+00:00\",\"dateModified\":\"2020-01-02T17:26:50+00:00\",\"author\":{\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#\/schema\/person\/6f9465288b1bcd746b6826cea5c1cf87\"},\"breadcrumb\":{\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/koreya-ya-ruguru-igabisha-ko-ishobora-kugerageza-ibindi-birwanisho-ruhonyanganda\/#breadcrumb\"},\"inLanguage\":\"en-US\",\"potentialAction\":[{\"@type\":\"ReadAction\",\"target\":[\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/koreya-ya-ruguru-igabisha-ko-ishobora-kugerageza-ibindi-birwanisho-ruhonyanganda\/\"]}]},{\"@type\":\"BreadcrumbList\",\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/koreya-ya-ruguru-igabisha-ko-ishobora-kugerageza-ibindi-birwanisho-ruhonyanganda\/#breadcrumb\",\"itemListElement\":[{\"@type\":\"ListItem\",\"position\":1,\"name\":\"Home\",\"item\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/\"},{\"@type\":\"ListItem\",\"position\":2,\"name\":\"Koreya ya ruguru igabisha ko ishobora kugerageza ibindi birwanisho ruhonyanganda\"}]},{\"@type\":\"WebSite\",\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#website\",\"url\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/\",\"name\":\"Indundi Culture | Magazine\",\"description\":\"Burundi Entertainment\",\"potentialAction\":[{\"@type\":\"SearchAction\",\"target\":{\"@type\":\"EntryPoint\",\"urlTemplate\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/?s={search_term_string}\"},\"query-input\":\"required name=search_term_string\"}],\"inLanguage\":\"en-US\"},{\"@type\":\"Person\",\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#\/schema\/person\/6f9465288b1bcd746b6826cea5c1cf87\",\"name\":\"admin\",\"image\":{\"@type\":\"ImageObject\",\"inLanguage\":\"en-US\",\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#\/schema\/person\/image\/\",\"url\":\"\/\/www.gravatar.com\/avatar\/3d649179d984570857921b38efabbced?s=96&#038;r=g&#038;d=mm\",\"contentUrl\":\"\/\/www.gravatar.com\/avatar\/3d649179d984570857921b38efabbced?s=96&#038;r=g&#038;d=mm\",\"caption\":\"admin\"},\"sameAs\":[\"https:\/\/bagenzinet.com\/INDUNDI\"],\"url\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/members\/admin\/\"}]}<\/script>\n<!-- \/ Yoast SEO plugin. -->","yoast_head_json":{"title":"Koreya ya ruguru igabisha ko ishobora kugerageza ibindi birwanisho ruhonyanganda - Indundi Culture | Magazine","robots":{"index":"index","follow":"follow","max-snippet":"max-snippet:-1","max-image-preview":"max-image-preview:large","max-video-preview":"max-video-preview:-1"},"canonical":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/koreya-ya-ruguru-igabisha-ko-ishobora-kugerageza-ibindi-birwanisho-ruhonyanganda\/","og_locale":"en_US","og_type":"article","og_title":"Koreya ya ruguru igabisha ko ishobora kugerageza ibindi birwanisho ruhonyanganda - Indundi Culture | Magazine","og_description":"Umukuru w&#8217;igihugu ca Koreya ya ruguru, Kim Jong-un, avuga ko agiye gusubira kuvyura umugambi wo kugerageza ibirwanisho vy&#8217;ubumara na za misire zirasa kure. Uwo mugambi wari wahagaritswe kubera Koreya ya Ruguru yari mu biganiro na Amerika. Bwana Kim avuga ko mu minsi ya vuga ashobora gukora &#8220;ikindi kirwanisho c&#8217;ubumara gishasha&#8221;. Ariko yavuze ko yiteguriye kubandanya [&hellip;]","og_url":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/koreya-ya-ruguru-igabisha-ko-ishobora-kugerageza-ibindi-birwanisho-ruhonyanganda\/","og_site_name":"Indundi Culture | Magazine","article_published_time":"2020-01-02T17:26:50+00:00","og_image":[{"url":"http:\/\/indundi.com\/wp-content\/uploads\/2020\/01\/110159006_mediaitem110159005-1.jpg"}],"author":"admin","twitter_card":"summary_large_image","twitter_misc":{"Written by":"admin","Est. reading time":"2 minutes"},"schema":{"@context":"https:\/\/schema.org","@graph":[{"@type":"WebPage","@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/koreya-ya-ruguru-igabisha-ko-ishobora-kugerageza-ibindi-birwanisho-ruhonyanganda\/","url":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/koreya-ya-ruguru-igabisha-ko-ishobora-kugerageza-ibindi-birwanisho-ruhonyanganda\/","name":"Koreya ya ruguru igabisha ko ishobora kugerageza ibindi birwanisho ruhonyanganda - Indundi Culture | Magazine","isPartOf":{"@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#website"},"datePublished":"2020-01-02T17:26:50+00:00","dateModified":"2020-01-02T17:26:50+00:00","author":{"@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#\/schema\/person\/6f9465288b1bcd746b6826cea5c1cf87"},"breadcrumb":{"@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/koreya-ya-ruguru-igabisha-ko-ishobora-kugerageza-ibindi-birwanisho-ruhonyanganda\/#breadcrumb"},"inLanguage":"en-US","potentialAction":[{"@type":"ReadAction","target":["https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/koreya-ya-ruguru-igabisha-ko-ishobora-kugerageza-ibindi-birwanisho-ruhonyanganda\/"]}]},{"@type":"BreadcrumbList","@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/koreya-ya-ruguru-igabisha-ko-ishobora-kugerageza-ibindi-birwanisho-ruhonyanganda\/#breadcrumb","itemListElement":[{"@type":"ListItem","position":1,"name":"Home","item":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/"},{"@type":"ListItem","position":2,"name":"Koreya ya ruguru igabisha ko ishobora kugerageza ibindi birwanisho ruhonyanganda"}]},{"@type":"WebSite","@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#website","url":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/","name":"Indundi Culture | Magazine","description":"Burundi Entertainment","potentialAction":[{"@type":"SearchAction","target":{"@type":"EntryPoint","urlTemplate":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/?s={search_term_string}"},"query-input":"required name=search_term_string"}],"inLanguage":"en-US"},{"@type":"Person","@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#\/schema\/person\/6f9465288b1bcd746b6826cea5c1cf87","name":"admin","image":{"@type":"ImageObject","inLanguage":"en-US","@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#\/schema\/person\/image\/","url":"\/\/www.gravatar.com\/avatar\/3d649179d984570857921b38efabbced?s=96&#038;r=g&#038;d=mm","contentUrl":"\/\/www.gravatar.com\/avatar\/3d649179d984570857921b38efabbced?s=96&#038;r=g&#038;d=mm","caption":"admin"},"sameAs":["https:\/\/bagenzinet.com\/INDUNDI"],"url":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/members\/admin\/"}]}},"_links":{"self":[{"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/posts\/10189","targetHints":{"allow":["GET"]}}],"collection":[{"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/posts"}],"about":[{"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/types\/post"}],"author":[{"embeddable":true,"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/users\/1"}],"replies":[{"embeddable":true,"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/comments?post=10189"}],"version-history":[{"count":0,"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/posts\/10189\/revisions"}],"wp:attachment":[{"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/media?parent=10189"}],"wp:term":[{"taxonomy":"category","embeddable":true,"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/categories?post=10189"},{"taxonomy":"post_tag","embeddable":true,"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/tags?post=10189"}],"curies":[{"name":"wp","href":"https:\/\/api.w.org\/{rel}","templated":true}]}}