{"id":10192,"date":"2020-01-02T09:50:51","date_gmt":"2020-01-02T16:50:51","guid":{"rendered":"http:\/\/indundi.com\/?p=10192"},"modified":"2020-01-02T09:50:51","modified_gmt":"2020-01-02T16:50:51","slug":"imyuga-7-ishobora-kuzimangana-mu-myaka-iri-imbere","status":"publish","type":"post","link":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/imyuga-7-ishobora-kuzimangana-mu-myaka-iri-imbere\/","title":{"rendered":"Imyuga 7 ishobora kuzimangana mu myaka iri imbere"},"content":{"rendered":"<p><a href=\"http:\/\/indundi.com\/wp-content\/uploads\/2020\/01\/20191202162937-GettyImages-549596221.jpeg\" rel=\"attachment wp-att-10199\"><img loading=\"lazy\" decoding=\"async\" class=\"aligncenter size-full wp-image-10199\" src=\"http:\/\/indundi.com\/wp-content\/uploads\/2020\/01\/20191202162937-GettyImages-549596221.jpeg\" alt=\"\" width=\"700\" height=\"350\" \/><\/a><\/p>\n<p><strong><em>Abatari bake mu baganga n&#8217;abashingwamanza mu myaka iza buca batwarwa akazi n&#8217;ama Machine, ariko kandi abakora amatara n&#8217;abakora amazi bo ngo bazokenerwa cane.<\/em><\/strong><\/p>\n<p>Nimba ufise akazi karuhisha kandi buri gihe kama ari kakandi nyene, hari amahiwe menshi ko ako kazi mu myaka 5 canke 10 iri imbere gashoboka gukorwa n&#8217;ama Robot noneho abantu bakaganurwa bimwe biboneka muri ubwo buzi.<\/p>\n<p>Umwanditsi w&#8217;ibitabo Pulgiano yemeza ko hari imyuga imwe imwe izozimangana mu kibanza c&#8217;abantu hagatangura gukorwa ico abahinga bise Intelligence Artificielle ( IA). Muriyo hakaba harimwo imyuga abantu batociye n&#8217;ikanda.<\/p>\n<p>Uwo muhinga akaba avuga imyuga 7, irimwo ubuganga avuga ko abatari bake bazohagarikwa, co kimwe n&#8217;abahinga mu gucapa amazu (Architect), kuko bizokorwa n&#8217;ama Machine.<\/p>\n<p>Umwe muri iyo imyuga harimwo Ubuganga, uwo muhinga bakaba avuga ko abazohaguma ari abaganga babaga, canke abakira indembe(Urgentiste), co kimwe n&#8217;ababafasha, ariko ibibanza bimwe bimwe vyo kwa muganga ngo bizohanagurwa. Imvo ngo n&#8217;uburyo ugupima ingwara biriko bihabwa cane ama machine muri kino gihe.<\/p>\n<p>Uwundi mwuga yavuze ni Ubushingwamanza( Avocats), igituma ngo nuko ibikorwa bitobito vyo muri uwo mwuga bizohabwa ama machine.<\/p>\n<p>Uwundi mwuga uwo mwanditsi avuga n&#8217;umwuga w&#8217;abacapa amazu( Architect ) , aho akavuga ko ivyo bikorwa vyo gucapa amazu asanzwe mu myaka iza bizohora bikorwa n&#8217;ama machine(Algorithm). Abazorusimba ngo ni abacapa b&#8217;abahinga bamana akantu gashasha mu gucapa amazu atandukanye n&#8217;ayandi.<\/p>\n<p>Umwuga w&#8217;abaraba amafaranga y&#8217;abantu (Comptable) ngo nawo uri mu yizozimangana, ariko akavuga ko abazosigara ari abahinga baraba amafaranga ari mu buryo bugoye gutora, abo bonyene ngo nibo bazosigara.<\/p>\n<p>Abatwara indege z&#8217;ingwano bo ngo vyararangiye, kuko ubu hari indege zitagira abazitwara, zamaze gukorwa, zirungikwa mu bibanza biteye ubwoba banka kurungikamwo abantu. Ivyo rero ngo bikazobandanya gukomera mu gihe ingwano izobandanya ikomera.<\/p>\n<p>Abo Polisi co kimwe n&#8217;abatohoza(Detective) nabo ngo bazotwarwa ibibanza n&#8217;ama machine mu myaka iza. Muri bimwe mu bihugu biteye imbere vyo bikaba vyaramaze kurangira, kuko ugucungera gusanzwe bisigaye bikorwa n&#8217;ama machine. Ariko akavuga ko bazozimangana burundu, ariko ngo abazoba bakenewe bazoba ari bake cane.<\/p>\n<p>Uwundi mwuga avuga uwo muhinga, n&#8217;umwuga wo abaranga amazu( Agent Immobilier) kuko gushika ubu bamaze gutwarwa akazi n&#8217;ama Website ahuza abaguzi n&#8217;abagurisha amazu. Ariko ngo bamwe bamwe muri uwo mwuga bakaba bazobasha kuronka akaryo ko gusigara.<\/p>\n<p>Naho uwo mwanditsi avuga ko hari imyuga izozimangana, hari iyindi avuga ko izoboneka cane muri ico gihe. Aho akavuga nk&#8217;inyuga y&#8217;ugukora ama Application ashirwa muri ngendanwa, abakora ama Intelligence Artificiel, co kimwe n&#8217;ama Algorithm ya Informatique akomakomeye.<br \/>\nIyindi imyuga avuga ko izohabwa agaciro muri ico gihe ni nk&#8217;imyuga y&#8217;abakora amazi, n&#8217;abakora amatara.<\/p>\n","protected":false},"excerpt":{"rendered":"<p>Abatari bake mu baganga n&#8217;abashingwamanza mu myaka iza buca batwarwa akazi n&#8217;ama Machine, ariko kandi abakora amatara n&#8217;abakora amazi bo ngo bazokenerwa cane. Nimba ufise akazi karuhisha kandi buri gihe kama ari kakandi nyene, hari amahiwe menshi ko ako kazi mu myaka 5 canke 10 iri imbere gashoboka gukorwa n&#8217;ama Robot noneho abantu bakaganurwa bimwe [&hellip;]<\/p>\n","protected":false},"author":1,"featured_media":0,"comment_status":"open","ping_status":"closed","sticky":false,"template":"","format":"standard","meta":{"_bbp_topic_count":0,"_bbp_reply_count":0,"_bbp_total_topic_count":0,"_bbp_total_reply_count":0,"_bbp_voice_count":0,"_bbp_anonymous_reply_count":0,"_bbp_topic_count_hidden":0,"_bbp_reply_count_hidden":0,"_bbp_forum_subforum_count":0,"footnotes":""},"categories":[515,519,604,530],"tags":[],"class_list":["post-10192","post","type-post","status-publish","format-standard","hentry","category-homepage","category-kirundi","category-sciences-technologies","category-world-news"],"yoast_head":"<!-- This site is optimized with the Yoast SEO plugin v21.3 - https:\/\/yoast.com\/wordpress\/plugins\/seo\/ -->\n<title>Imyuga 7 ishobora kuzimangana mu myaka iri imbere - Indundi Culture | Magazine<\/title>\n<meta name=\"robots\" content=\"index, follow, max-snippet:-1, max-image-preview:large, max-video-preview:-1\" \/>\n<link rel=\"canonical\" href=\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/imyuga-7-ishobora-kuzimangana-mu-myaka-iri-imbere\/\" \/>\n<meta property=\"og:locale\" content=\"en_US\" \/>\n<meta property=\"og:type\" content=\"article\" \/>\n<meta property=\"og:title\" content=\"Imyuga 7 ishobora kuzimangana mu myaka iri imbere - Indundi Culture | Magazine\" \/>\n<meta property=\"og:description\" content=\"Abatari bake mu baganga n&#8217;abashingwamanza mu myaka iza buca batwarwa akazi n&#8217;ama Machine, ariko kandi abakora amatara n&#8217;abakora amazi bo ngo bazokenerwa cane. Nimba ufise akazi karuhisha kandi buri gihe kama ari kakandi nyene, hari amahiwe menshi ko ako kazi mu myaka 5 canke 10 iri imbere gashoboka gukorwa n&#8217;ama Robot noneho abantu bakaganurwa bimwe [&hellip;]\" \/>\n<meta property=\"og:url\" content=\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/imyuga-7-ishobora-kuzimangana-mu-myaka-iri-imbere\/\" \/>\n<meta property=\"og:site_name\" content=\"Indundi Culture | Magazine\" \/>\n<meta property=\"article:published_time\" content=\"2020-01-02T16:50:51+00:00\" \/>\n<meta property=\"og:image\" content=\"http:\/\/indundi.com\/wp-content\/uploads\/2020\/01\/20191202162937-GettyImages-549596221.jpeg\" \/>\n<meta name=\"author\" content=\"admin\" \/>\n<meta name=\"twitter:card\" content=\"summary_large_image\" \/>\n<meta name=\"twitter:label1\" content=\"Written by\" \/>\n\t<meta name=\"twitter:data1\" content=\"admin\" \/>\n\t<meta name=\"twitter:label2\" content=\"Est. reading time\" \/>\n\t<meta name=\"twitter:data2\" content=\"2 minutes\" \/>\n<script type=\"application\/ld+json\" class=\"yoast-schema-graph\">{\"@context\":\"https:\/\/schema.org\",\"@graph\":[{\"@type\":\"WebPage\",\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/imyuga-7-ishobora-kuzimangana-mu-myaka-iri-imbere\/\",\"url\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/imyuga-7-ishobora-kuzimangana-mu-myaka-iri-imbere\/\",\"name\":\"Imyuga 7 ishobora kuzimangana mu myaka iri imbere - Indundi Culture | Magazine\",\"isPartOf\":{\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#website\"},\"datePublished\":\"2020-01-02T16:50:51+00:00\",\"dateModified\":\"2020-01-02T16:50:51+00:00\",\"author\":{\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#\/schema\/person\/6f9465288b1bcd746b6826cea5c1cf87\"},\"breadcrumb\":{\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/imyuga-7-ishobora-kuzimangana-mu-myaka-iri-imbere\/#breadcrumb\"},\"inLanguage\":\"en-US\",\"potentialAction\":[{\"@type\":\"ReadAction\",\"target\":[\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/imyuga-7-ishobora-kuzimangana-mu-myaka-iri-imbere\/\"]}]},{\"@type\":\"BreadcrumbList\",\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/imyuga-7-ishobora-kuzimangana-mu-myaka-iri-imbere\/#breadcrumb\",\"itemListElement\":[{\"@type\":\"ListItem\",\"position\":1,\"name\":\"Home\",\"item\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/\"},{\"@type\":\"ListItem\",\"position\":2,\"name\":\"Imyuga 7 ishobora kuzimangana mu myaka iri imbere\"}]},{\"@type\":\"WebSite\",\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#website\",\"url\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/\",\"name\":\"Indundi Culture | Magazine\",\"description\":\"Burundi Entertainment\",\"potentialAction\":[{\"@type\":\"SearchAction\",\"target\":{\"@type\":\"EntryPoint\",\"urlTemplate\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/?s={search_term_string}\"},\"query-input\":\"required name=search_term_string\"}],\"inLanguage\":\"en-US\"},{\"@type\":\"Person\",\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#\/schema\/person\/6f9465288b1bcd746b6826cea5c1cf87\",\"name\":\"admin\",\"image\":{\"@type\":\"ImageObject\",\"inLanguage\":\"en-US\",\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#\/schema\/person\/image\/\",\"url\":\"\/\/www.gravatar.com\/avatar\/3d649179d984570857921b38efabbced?s=96&#038;r=g&#038;d=mm\",\"contentUrl\":\"\/\/www.gravatar.com\/avatar\/3d649179d984570857921b38efabbced?s=96&#038;r=g&#038;d=mm\",\"caption\":\"admin\"},\"sameAs\":[\"https:\/\/bagenzinet.com\/INDUNDI\"],\"url\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/members\/admin\/\"}]}<\/script>\n<!-- \/ Yoast SEO plugin. -->","yoast_head_json":{"title":"Imyuga 7 ishobora kuzimangana mu myaka iri imbere - Indundi Culture | Magazine","robots":{"index":"index","follow":"follow","max-snippet":"max-snippet:-1","max-image-preview":"max-image-preview:large","max-video-preview":"max-video-preview:-1"},"canonical":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/imyuga-7-ishobora-kuzimangana-mu-myaka-iri-imbere\/","og_locale":"en_US","og_type":"article","og_title":"Imyuga 7 ishobora kuzimangana mu myaka iri imbere - Indundi Culture | Magazine","og_description":"Abatari bake mu baganga n&#8217;abashingwamanza mu myaka iza buca batwarwa akazi n&#8217;ama Machine, ariko kandi abakora amatara n&#8217;abakora amazi bo ngo bazokenerwa cane. Nimba ufise akazi karuhisha kandi buri gihe kama ari kakandi nyene, hari amahiwe menshi ko ako kazi mu myaka 5 canke 10 iri imbere gashoboka gukorwa n&#8217;ama Robot noneho abantu bakaganurwa bimwe [&hellip;]","og_url":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/imyuga-7-ishobora-kuzimangana-mu-myaka-iri-imbere\/","og_site_name":"Indundi Culture | Magazine","article_published_time":"2020-01-02T16:50:51+00:00","og_image":[{"url":"http:\/\/indundi.com\/wp-content\/uploads\/2020\/01\/20191202162937-GettyImages-549596221.jpeg"}],"author":"admin","twitter_card":"summary_large_image","twitter_misc":{"Written by":"admin","Est. reading time":"2 minutes"},"schema":{"@context":"https:\/\/schema.org","@graph":[{"@type":"WebPage","@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/imyuga-7-ishobora-kuzimangana-mu-myaka-iri-imbere\/","url":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/imyuga-7-ishobora-kuzimangana-mu-myaka-iri-imbere\/","name":"Imyuga 7 ishobora kuzimangana mu myaka iri imbere - Indundi Culture | Magazine","isPartOf":{"@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#website"},"datePublished":"2020-01-02T16:50:51+00:00","dateModified":"2020-01-02T16:50:51+00:00","author":{"@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#\/schema\/person\/6f9465288b1bcd746b6826cea5c1cf87"},"breadcrumb":{"@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/imyuga-7-ishobora-kuzimangana-mu-myaka-iri-imbere\/#breadcrumb"},"inLanguage":"en-US","potentialAction":[{"@type":"ReadAction","target":["https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/imyuga-7-ishobora-kuzimangana-mu-myaka-iri-imbere\/"]}]},{"@type":"BreadcrumbList","@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/imyuga-7-ishobora-kuzimangana-mu-myaka-iri-imbere\/#breadcrumb","itemListElement":[{"@type":"ListItem","position":1,"name":"Home","item":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/"},{"@type":"ListItem","position":2,"name":"Imyuga 7 ishobora kuzimangana mu myaka iri imbere"}]},{"@type":"WebSite","@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#website","url":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/","name":"Indundi Culture | Magazine","description":"Burundi Entertainment","potentialAction":[{"@type":"SearchAction","target":{"@type":"EntryPoint","urlTemplate":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/?s={search_term_string}"},"query-input":"required name=search_term_string"}],"inLanguage":"en-US"},{"@type":"Person","@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#\/schema\/person\/6f9465288b1bcd746b6826cea5c1cf87","name":"admin","image":{"@type":"ImageObject","inLanguage":"en-US","@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#\/schema\/person\/image\/","url":"\/\/www.gravatar.com\/avatar\/3d649179d984570857921b38efabbced?s=96&#038;r=g&#038;d=mm","contentUrl":"\/\/www.gravatar.com\/avatar\/3d649179d984570857921b38efabbced?s=96&#038;r=g&#038;d=mm","caption":"admin"},"sameAs":["https:\/\/bagenzinet.com\/INDUNDI"],"url":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/members\/admin\/"}]}},"_links":{"self":[{"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/posts\/10192","targetHints":{"allow":["GET"]}}],"collection":[{"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/posts"}],"about":[{"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/types\/post"}],"author":[{"embeddable":true,"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/users\/1"}],"replies":[{"embeddable":true,"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/comments?post=10192"}],"version-history":[{"count":0,"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/posts\/10192\/revisions"}],"wp:attachment":[{"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/media?parent=10192"}],"wp:term":[{"taxonomy":"category","embeddable":true,"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/categories?post=10192"},{"taxonomy":"post_tag","embeddable":true,"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/tags?post=10192"}],"curies":[{"name":"wp","href":"https:\/\/api.w.org\/{rel}","templated":true}]}}