{"id":10247,"date":"2020-01-05T05:36:07","date_gmt":"2020-01-05T12:36:07","guid":{"rendered":"http:\/\/indundi.com\/?p=10247"},"modified":"2020-01-05T05:36:07","modified_gmt":"2020-01-05T12:36:07","slug":"burundi-amatora-2020-imigambwe-4-niyo-imaze-gutanga-abazoyiserukira-mu-kibanza-cumukuru-wigihugu","status":"publish","type":"post","link":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/burundi-amatora-2020-imigambwe-4-niyo-imaze-gutanga-abazoyiserukira-mu-kibanza-cumukuru-wigihugu\/","title":{"rendered":"Amatora 2020 : Imigambwe 4 niyo imaze gutanga abazoyiserukira mu kibanza c&#8217;umukuru w&#8217;igihugu"},"content":{"rendered":"<p><a href=\"http:\/\/indundi.com\/wp-content\/uploads\/2020\/01\/IMG_20200105_142112.jpg\" rel=\"attachment wp-att-10249\"><img loading=\"lazy\" decoding=\"async\" class=\"aligncenter wp-image-10249 size-full\" src=\"http:\/\/indundi.com\/wp-content\/uploads\/2020\/01\/IMG_20200105_142112.jpg\" alt=\"\" width=\"474\" height=\"493\" \/><\/a><\/p>\n<p>Nk&#8217;uko biri ku kirangamisi c&#8217;amatora yo muri uyu mwaka twaraye dutanguye w&#8217;2020, kuva kw&#8217;igenekerezo rya 20 Rusama 2020 azoba atanguye. Mu migambwe ishika 35 yemewe n\u2019amategeko, iyigera kuri ine yonyene niyo imaze kumenyesha abazoyihagarira mukwitoreza ikibanza c\u2019umukuru w\u2019igihugu.<\/p>\n<p>Iyo migambwe imaze gutanga abakandida akaba ari umugambwe <strong>APDR<\/strong> washize imbere umupfasoni <strong>F\u00e9licit\u00e9 Nibigira<\/strong> ngo azowuserukire mukwitoreza ikibanza c&#8217;umukuru w&#8217;igihugu, akaba ari nawe mukenyezi wenyene amaze gushirwa imbere.<\/p>\n<p>Uwundi mugambwe umaze gutanga uwuzowuserukira ni umugambwe <strong>SAHWANYA FRODEBU<\/strong>, washize imbere umushingamateka <strong>L\u00e9once Ngendakumana<\/strong> asanzwe ari icegera c\u2019umukuru w\u2019umugambwe, kugira azobaserukire mu kwitoreza kurongora igihugu mu mwaka w&#8217;2020.<\/p>\n<p>Mu mugambwe <strong>FRODEBU NYAKURI<\/strong> naho,umushingantahe\u00a0 <strong>Kefa Nibizi<\/strong> niwe yashizwe imbere n\u2019abanywanyi b&#8217;uyo mugambwe kugira azowuserukire mu guhiganirwa kuzorongora igihugu, nayo mu mugambwe <strong>UPD- ZIGAMIBANGA<\/strong> bashize imbere umushingantahe <strong>Abdul Kassim<\/strong> awuramutswa kugira nawe aje ku rutonde rw&#8217;abazohiganirwa ikibanza c\u2019umukuru w\u2019igihugu.<\/p>\n<p>Kiretse mu mugambwe <strong>SAHWANYA FRODEBU<\/strong> hamwe no mu mugambwe <strong>APDR<\/strong>, muyindi migambwe bigaragara ko abanywanyi bizeye abasanzwe barongoye iyo migambwe nyene.<\/p>\n<p>Iyindi migambwe igera kuri 31 isigaye gushika ubu iracari mu gacerere, ndetse akaba ata n\u2019iyiramenyesha ko izohava igira inani.<\/p>\n","protected":false},"excerpt":{"rendered":"<p>Nk&#8217;uko biri ku kirangamisi c&#8217;amatora yo muri uyu mwaka twaraye dutanguye w&#8217;2020, kuva kw&#8217;igenekerezo rya 20 Rusama 2020 azoba atanguye. Mu migambwe ishika 35 yemewe n\u2019amategeko, iyigera kuri ine yonyene niyo imaze kumenyesha abazoyihagarira mukwitoreza ikibanza c\u2019umukuru w\u2019igihugu. Iyo migambwe imaze gutanga abakandida akaba ari umugambwe APDR washize imbere umupfasoni F\u00e9licit\u00e9 Nibigira ngo azowuserukire mukwitoreza [&hellip;]<\/p>\n","protected":false},"author":1,"featured_media":0,"comment_status":"open","ping_status":"closed","sticky":false,"template":"","format":"standard","meta":{"_bbp_topic_count":0,"_bbp_reply_count":0,"_bbp_total_topic_count":0,"_bbp_total_reply_count":0,"_bbp_voice_count":0,"_bbp_anonymous_reply_count":0,"_bbp_topic_count_hidden":0,"_bbp_reply_count_hidden":0,"_bbp_forum_subforum_count":0,"footnotes":""},"categories":[518,515,519,617],"tags":[],"class_list":["post-10247","post","type-post","status-publish","format-standard","hentry","category-burundi","category-homepage","category-kirundi","category-politics"],"yoast_head":"<!-- This site is optimized with the Yoast SEO plugin v21.3 - https:\/\/yoast.com\/wordpress\/plugins\/seo\/ -->\n<title>Amatora 2020 : Imigambwe 4 niyo imaze gutanga abazoyiserukira mu kibanza c&#039;umukuru w&#039;igihugu - Indundi Culture | Magazine<\/title>\n<meta name=\"robots\" content=\"index, follow, max-snippet:-1, max-image-preview:large, max-video-preview:-1\" \/>\n<link rel=\"canonical\" href=\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/burundi-amatora-2020-imigambwe-4-niyo-imaze-gutanga-abazoyiserukira-mu-kibanza-cumukuru-wigihugu\/\" \/>\n<meta property=\"og:locale\" content=\"en_US\" \/>\n<meta property=\"og:type\" content=\"article\" \/>\n<meta property=\"og:title\" content=\"Amatora 2020 : Imigambwe 4 niyo imaze gutanga abazoyiserukira mu kibanza c&#039;umukuru w&#039;igihugu - Indundi Culture | Magazine\" \/>\n<meta property=\"og:description\" content=\"Nk&#8217;uko biri ku kirangamisi c&#8217;amatora yo muri uyu mwaka twaraye dutanguye w&#8217;2020, kuva kw&#8217;igenekerezo rya 20 Rusama 2020 azoba atanguye. Mu migambwe ishika 35 yemewe n\u2019amategeko, iyigera kuri ine yonyene niyo imaze kumenyesha abazoyihagarira mukwitoreza ikibanza c\u2019umukuru w\u2019igihugu. Iyo migambwe imaze gutanga abakandida akaba ari umugambwe APDR washize imbere umupfasoni F\u00e9licit\u00e9 Nibigira ngo azowuserukire mukwitoreza [&hellip;]\" \/>\n<meta property=\"og:url\" content=\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/burundi-amatora-2020-imigambwe-4-niyo-imaze-gutanga-abazoyiserukira-mu-kibanza-cumukuru-wigihugu\/\" \/>\n<meta property=\"og:site_name\" content=\"Indundi Culture | Magazine\" \/>\n<meta property=\"article:published_time\" content=\"2020-01-05T12:36:07+00:00\" \/>\n<meta property=\"og:image\" content=\"http:\/\/indundi.com\/wp-content\/uploads\/2020\/01\/IMG_20200105_142112.jpg\" \/>\n<meta name=\"author\" content=\"admin\" \/>\n<meta name=\"twitter:card\" content=\"summary_large_image\" \/>\n<meta name=\"twitter:label1\" content=\"Written by\" \/>\n\t<meta name=\"twitter:data1\" content=\"admin\" \/>\n\t<meta name=\"twitter:label2\" content=\"Est. reading time\" \/>\n\t<meta name=\"twitter:data2\" content=\"1 minute\" \/>\n<script type=\"application\/ld+json\" class=\"yoast-schema-graph\">{\"@context\":\"https:\/\/schema.org\",\"@graph\":[{\"@type\":\"WebPage\",\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/burundi-amatora-2020-imigambwe-4-niyo-imaze-gutanga-abazoyiserukira-mu-kibanza-cumukuru-wigihugu\/\",\"url\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/burundi-amatora-2020-imigambwe-4-niyo-imaze-gutanga-abazoyiserukira-mu-kibanza-cumukuru-wigihugu\/\",\"name\":\"Amatora 2020 : Imigambwe 4 niyo imaze gutanga abazoyiserukira mu kibanza c'umukuru w'igihugu - Indundi Culture | Magazine\",\"isPartOf\":{\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#website\"},\"datePublished\":\"2020-01-05T12:36:07+00:00\",\"dateModified\":\"2020-01-05T12:36:07+00:00\",\"author\":{\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#\/schema\/person\/6f9465288b1bcd746b6826cea5c1cf87\"},\"breadcrumb\":{\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/burundi-amatora-2020-imigambwe-4-niyo-imaze-gutanga-abazoyiserukira-mu-kibanza-cumukuru-wigihugu\/#breadcrumb\"},\"inLanguage\":\"en-US\",\"potentialAction\":[{\"@type\":\"ReadAction\",\"target\":[\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/burundi-amatora-2020-imigambwe-4-niyo-imaze-gutanga-abazoyiserukira-mu-kibanza-cumukuru-wigihugu\/\"]}]},{\"@type\":\"BreadcrumbList\",\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/burundi-amatora-2020-imigambwe-4-niyo-imaze-gutanga-abazoyiserukira-mu-kibanza-cumukuru-wigihugu\/#breadcrumb\",\"itemListElement\":[{\"@type\":\"ListItem\",\"position\":1,\"name\":\"Home\",\"item\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/\"},{\"@type\":\"ListItem\",\"position\":2,\"name\":\"Amatora 2020 : Imigambwe 4 niyo imaze gutanga abazoyiserukira mu kibanza c&#8217;umukuru w&#8217;igihugu\"}]},{\"@type\":\"WebSite\",\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#website\",\"url\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/\",\"name\":\"Indundi Culture | Magazine\",\"description\":\"Burundi Entertainment\",\"potentialAction\":[{\"@type\":\"SearchAction\",\"target\":{\"@type\":\"EntryPoint\",\"urlTemplate\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/?s={search_term_string}\"},\"query-input\":\"required name=search_term_string\"}],\"inLanguage\":\"en-US\"},{\"@type\":\"Person\",\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#\/schema\/person\/6f9465288b1bcd746b6826cea5c1cf87\",\"name\":\"admin\",\"image\":{\"@type\":\"ImageObject\",\"inLanguage\":\"en-US\",\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#\/schema\/person\/image\/\",\"url\":\"\/\/www.gravatar.com\/avatar\/3d649179d984570857921b38efabbced?s=96&#038;r=g&#038;d=mm\",\"contentUrl\":\"\/\/www.gravatar.com\/avatar\/3d649179d984570857921b38efabbced?s=96&#038;r=g&#038;d=mm\",\"caption\":\"admin\"},\"sameAs\":[\"https:\/\/bagenzinet.com\/INDUNDI\"],\"url\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/members\/admin\/\"}]}<\/script>\n<!-- \/ Yoast SEO plugin. -->","yoast_head_json":{"title":"Amatora 2020 : Imigambwe 4 niyo imaze gutanga abazoyiserukira mu kibanza c'umukuru w'igihugu - Indundi Culture | Magazine","robots":{"index":"index","follow":"follow","max-snippet":"max-snippet:-1","max-image-preview":"max-image-preview:large","max-video-preview":"max-video-preview:-1"},"canonical":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/burundi-amatora-2020-imigambwe-4-niyo-imaze-gutanga-abazoyiserukira-mu-kibanza-cumukuru-wigihugu\/","og_locale":"en_US","og_type":"article","og_title":"Amatora 2020 : Imigambwe 4 niyo imaze gutanga abazoyiserukira mu kibanza c'umukuru w'igihugu - Indundi Culture | Magazine","og_description":"Nk&#8217;uko biri ku kirangamisi c&#8217;amatora yo muri uyu mwaka twaraye dutanguye w&#8217;2020, kuva kw&#8217;igenekerezo rya 20 Rusama 2020 azoba atanguye. Mu migambwe ishika 35 yemewe n\u2019amategeko, iyigera kuri ine yonyene niyo imaze kumenyesha abazoyihagarira mukwitoreza ikibanza c\u2019umukuru w\u2019igihugu. Iyo migambwe imaze gutanga abakandida akaba ari umugambwe APDR washize imbere umupfasoni F\u00e9licit\u00e9 Nibigira ngo azowuserukire mukwitoreza [&hellip;]","og_url":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/burundi-amatora-2020-imigambwe-4-niyo-imaze-gutanga-abazoyiserukira-mu-kibanza-cumukuru-wigihugu\/","og_site_name":"Indundi Culture | Magazine","article_published_time":"2020-01-05T12:36:07+00:00","og_image":[{"url":"http:\/\/indundi.com\/wp-content\/uploads\/2020\/01\/IMG_20200105_142112.jpg"}],"author":"admin","twitter_card":"summary_large_image","twitter_misc":{"Written by":"admin","Est. reading time":"1 minute"},"schema":{"@context":"https:\/\/schema.org","@graph":[{"@type":"WebPage","@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/burundi-amatora-2020-imigambwe-4-niyo-imaze-gutanga-abazoyiserukira-mu-kibanza-cumukuru-wigihugu\/","url":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/burundi-amatora-2020-imigambwe-4-niyo-imaze-gutanga-abazoyiserukira-mu-kibanza-cumukuru-wigihugu\/","name":"Amatora 2020 : Imigambwe 4 niyo imaze gutanga abazoyiserukira mu kibanza c'umukuru w'igihugu - Indundi Culture | Magazine","isPartOf":{"@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#website"},"datePublished":"2020-01-05T12:36:07+00:00","dateModified":"2020-01-05T12:36:07+00:00","author":{"@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#\/schema\/person\/6f9465288b1bcd746b6826cea5c1cf87"},"breadcrumb":{"@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/burundi-amatora-2020-imigambwe-4-niyo-imaze-gutanga-abazoyiserukira-mu-kibanza-cumukuru-wigihugu\/#breadcrumb"},"inLanguage":"en-US","potentialAction":[{"@type":"ReadAction","target":["https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/burundi-amatora-2020-imigambwe-4-niyo-imaze-gutanga-abazoyiserukira-mu-kibanza-cumukuru-wigihugu\/"]}]},{"@type":"BreadcrumbList","@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/burundi-amatora-2020-imigambwe-4-niyo-imaze-gutanga-abazoyiserukira-mu-kibanza-cumukuru-wigihugu\/#breadcrumb","itemListElement":[{"@type":"ListItem","position":1,"name":"Home","item":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/"},{"@type":"ListItem","position":2,"name":"Amatora 2020 : Imigambwe 4 niyo imaze gutanga abazoyiserukira mu kibanza c&#8217;umukuru w&#8217;igihugu"}]},{"@type":"WebSite","@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#website","url":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/","name":"Indundi Culture | Magazine","description":"Burundi Entertainment","potentialAction":[{"@type":"SearchAction","target":{"@type":"EntryPoint","urlTemplate":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/?s={search_term_string}"},"query-input":"required name=search_term_string"}],"inLanguage":"en-US"},{"@type":"Person","@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#\/schema\/person\/6f9465288b1bcd746b6826cea5c1cf87","name":"admin","image":{"@type":"ImageObject","inLanguage":"en-US","@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#\/schema\/person\/image\/","url":"\/\/www.gravatar.com\/avatar\/3d649179d984570857921b38efabbced?s=96&#038;r=g&#038;d=mm","contentUrl":"\/\/www.gravatar.com\/avatar\/3d649179d984570857921b38efabbced?s=96&#038;r=g&#038;d=mm","caption":"admin"},"sameAs":["https:\/\/bagenzinet.com\/INDUNDI"],"url":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/members\/admin\/"}]}},"_links":{"self":[{"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/posts\/10247","targetHints":{"allow":["GET"]}}],"collection":[{"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/posts"}],"about":[{"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/types\/post"}],"author":[{"embeddable":true,"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/users\/1"}],"replies":[{"embeddable":true,"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/comments?post=10247"}],"version-history":[{"count":0,"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/posts\/10247\/revisions"}],"wp:attachment":[{"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/media?parent=10247"}],"wp:term":[{"taxonomy":"category","embeddable":true,"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/categories?post=10247"},{"taxonomy":"post_tag","embeddable":true,"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/tags?post=10247"}],"curies":[{"name":"wp","href":"https:\/\/api.w.org\/{rel}","templated":true}]}}