{"id":10522,"date":"2020-01-14T06:20:21","date_gmt":"2020-01-14T13:20:21","guid":{"rendered":"http:\/\/indundi.com\/?p=10522"},"modified":"2020-01-14T06:20:21","modified_gmt":"2020-01-14T13:20:21","slug":"urugomero-rwubatswe-kuri-fleuve-nil-rurateje-umudugararo","status":"publish","type":"post","link":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/urugomero-rwubatswe-kuri-fleuve-nil-rurateje-umudugararo\/","title":{"rendered":"Urugomero rwubatswe kuri fleuve Nil rurateje umudugararo"},"content":{"rendered":"<p><a href=\"http:\/\/indundi.com\/wp-content\/uploads\/2020\/01\/IMG_20200114_145316.jpg\" rel=\"attachment wp-att-10526\"><img loading=\"lazy\" decoding=\"async\" class=\"aligncenter wp-image-10526 size-full\" src=\"http:\/\/indundi.com\/wp-content\/uploads\/2020\/01\/IMG_20200114_145316.jpg\" alt=\"\" width=\"479\" height=\"272\" \/><\/a><\/p>\n<p>Ibindi biganiro vyo gutorera umuti ikibazo kiri hagati ya Etiyopiya na Misiri gishingiye kuri kazoza k&#8217;umugambi w&#8217;urugomero rw&#8217;umuyagankuba ruri ku ruzi Nili biri mu gusubira kuba i Washington.<\/p>\n<p>Mu mwaka uheze, italiki ntarengwa yari yafashwe kugira iki kibazo kimaze igihe gitoregwe umuti, ariko ibiganiro biheruka mu ndwi iheze ntaco vyashitseko.<\/p>\n<p>Nirwahera kwubakwa, urugomero bise Grand Rennaissance ruriko rwubakwa na Ethiopia ruzoba ari rwo rugomerero runini ruri ku mugabane wa Afrika.<\/p>\n<p>watanguye kwubakwa mu mwaka w&#8217;i 2011, mu gice citwa Nile Bleu, mu misozi ya Ethiopia ahasanzwe hisuka ibice 85% vy&#8217;amazi ya Nili.<\/p>\n<p>Ariko vyatumye haduka ukutumvikana hagati ya Misiri na Ethiopia, binatera n&#8217;ikibazo igihugu ca Sudan, kandi benshi bibaza ko bishobora gutera ingwano hagati y&#8217;ivyo bihugu, ubu Leta Zunze Ubumwe za Amerika zikaba ziriko zirafasha mu guhuza izo mpande.<\/p>\n<p>Kubera iki uru rugomero ruteye ukutumvikana?<\/p>\n<p>Ingomero z&#8217;umuyagankuba ntizinywa amazi, ariko umuvuduko Ethiopia izoyuzuza mu bubiko bw&#8217;urwo rugomero bizogira ingakura ku kuntu yari asanzwe yisuka.<\/p>\n<p>Uko bitwara umwanya munini mu kuyuzuza mu bubiko, mugihe buzoba busumba ikisagara ca Londres, bungana na metero Cube miliyaridi 74, niko bizogira ingaruka nkeyi ku rugero rw&#8217;amazi mu ruzi.<\/p>\n<p>Igihugu ca Ethioppia gikeneye kwubaka uru rugomero mu myaka itandatu<\/p>\n<p>&#8221;Dufise umugambi wo gutangura gushira amazi mu bubiko mu gatasi kaza, kandi tuzotangura gutanga umuyagankuba dukoresheje ingomero ntoyi 2 mu kwezi kwa 12 mu 2020&#8221;, niko umushikiranganji ajejwe amazi wa Ethiopia Seleshi Bekele yavuze mu mwaka uheze.<\/p>\n<p>Ariko Misiri yashimye ko ico gihe coba kirekire kugira uruzi rwa Nili ntirugabanuke cane, na canecane mu ntango bariko buzuza mu bubiko bw&#8217;ingomero ayo mazi.<\/p>\n<p>Ibiganiro hati y&#8217;ivyo bihugu 3: Misiri, Ethiopia na Sudani, bijanye n&#8217;ibikorwa vy&#8217;urwo rugomero hamwe n&#8217;ingene rwuzuzwa amazi ntivyigeze bitera intambwe muri iyi myaka 4 iheze, ubu naho Leta Zunze Ubumwe za Amerika ziriko zigerageza guhuza izo mpande zose.<\/p>\n<p>Inyuma y&#8217;ibiganiro vyabaye mu ndwi iheze, umushikiranganji Seleshi yagirije Misiri ko idafise ugushaka kwo gushika ku masezerano.<\/p>\n","protected":false},"excerpt":{"rendered":"<p>Ibindi biganiro vyo gutorera umuti ikibazo kiri hagati ya Etiyopiya na Misiri gishingiye kuri kazoza k&#8217;umugambi w&#8217;urugomero rw&#8217;umuyagankuba ruri ku ruzi Nili biri mu gusubira kuba i Washington. Mu mwaka uheze, italiki ntarengwa yari yafashwe kugira iki kibazo kimaze igihe gitoregwe umuti, ariko ibiganiro biheruka mu ndwi iheze ntaco vyashitseko. Nirwahera kwubakwa, urugomero bise Grand [&hellip;]<\/p>\n","protected":false},"author":1,"featured_media":0,"comment_status":"open","ping_status":"closed","sticky":false,"template":"","format":"standard","meta":{"_bbp_topic_count":0,"_bbp_reply_count":0,"_bbp_total_topic_count":0,"_bbp_total_reply_count":0,"_bbp_voice_count":0,"_bbp_anonymous_reply_count":0,"_bbp_topic_count_hidden":0,"_bbp_reply_count_hidden":0,"_bbp_forum_subforum_count":0,"footnotes":""},"categories":[513,515,519,547,517],"tags":[],"class_list":["post-10522","post","type-post","status-publish","format-standard","hentry","category-africa-news","category-homepage","category-kirundi","category-security","category-societe"],"yoast_head":"<!-- This site is optimized with the Yoast SEO plugin v21.3 - https:\/\/yoast.com\/wordpress\/plugins\/seo\/ -->\n<title>Urugomero rwubatswe kuri fleuve Nil rurateje umudugararo - Indundi Culture | Magazine<\/title>\n<meta name=\"robots\" content=\"index, follow, max-snippet:-1, max-image-preview:large, max-video-preview:-1\" \/>\n<link rel=\"canonical\" href=\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/urugomero-rwubatswe-kuri-fleuve-nil-rurateje-umudugararo\/\" \/>\n<meta property=\"og:locale\" content=\"en_US\" \/>\n<meta property=\"og:type\" content=\"article\" \/>\n<meta property=\"og:title\" content=\"Urugomero rwubatswe kuri fleuve Nil rurateje umudugararo - Indundi Culture | Magazine\" \/>\n<meta property=\"og:description\" content=\"Ibindi biganiro vyo gutorera umuti ikibazo kiri hagati ya Etiyopiya na Misiri gishingiye kuri kazoza k&#8217;umugambi w&#8217;urugomero rw&#8217;umuyagankuba ruri ku ruzi Nili biri mu gusubira kuba i Washington. Mu mwaka uheze, italiki ntarengwa yari yafashwe kugira iki kibazo kimaze igihe gitoregwe umuti, ariko ibiganiro biheruka mu ndwi iheze ntaco vyashitseko. Nirwahera kwubakwa, urugomero bise Grand [&hellip;]\" \/>\n<meta property=\"og:url\" content=\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/urugomero-rwubatswe-kuri-fleuve-nil-rurateje-umudugararo\/\" \/>\n<meta property=\"og:site_name\" content=\"Indundi Culture | Magazine\" \/>\n<meta property=\"article:published_time\" content=\"2020-01-14T13:20:21+00:00\" \/>\n<meta property=\"og:image\" content=\"http:\/\/indundi.com\/wp-content\/uploads\/2020\/01\/IMG_20200114_145316.jpg\" \/>\n<meta name=\"author\" content=\"admin\" \/>\n<meta name=\"twitter:card\" content=\"summary_large_image\" \/>\n<meta name=\"twitter:label1\" content=\"Written by\" \/>\n\t<meta name=\"twitter:data1\" content=\"admin\" \/>\n\t<meta name=\"twitter:label2\" content=\"Est. reading time\" \/>\n\t<meta name=\"twitter:data2\" content=\"2 minutes\" \/>\n<script type=\"application\/ld+json\" class=\"yoast-schema-graph\">{\"@context\":\"https:\/\/schema.org\",\"@graph\":[{\"@type\":\"WebPage\",\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/urugomero-rwubatswe-kuri-fleuve-nil-rurateje-umudugararo\/\",\"url\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/urugomero-rwubatswe-kuri-fleuve-nil-rurateje-umudugararo\/\",\"name\":\"Urugomero rwubatswe kuri fleuve Nil rurateje umudugararo - Indundi Culture | Magazine\",\"isPartOf\":{\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#website\"},\"datePublished\":\"2020-01-14T13:20:21+00:00\",\"dateModified\":\"2020-01-14T13:20:21+00:00\",\"author\":{\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#\/schema\/person\/6f9465288b1bcd746b6826cea5c1cf87\"},\"breadcrumb\":{\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/urugomero-rwubatswe-kuri-fleuve-nil-rurateje-umudugararo\/#breadcrumb\"},\"inLanguage\":\"en-US\",\"potentialAction\":[{\"@type\":\"ReadAction\",\"target\":[\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/urugomero-rwubatswe-kuri-fleuve-nil-rurateje-umudugararo\/\"]}]},{\"@type\":\"BreadcrumbList\",\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/urugomero-rwubatswe-kuri-fleuve-nil-rurateje-umudugararo\/#breadcrumb\",\"itemListElement\":[{\"@type\":\"ListItem\",\"position\":1,\"name\":\"Home\",\"item\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/\"},{\"@type\":\"ListItem\",\"position\":2,\"name\":\"Urugomero rwubatswe kuri fleuve Nil rurateje umudugararo\"}]},{\"@type\":\"WebSite\",\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#website\",\"url\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/\",\"name\":\"Indundi Culture | Magazine\",\"description\":\"Burundi Entertainment\",\"potentialAction\":[{\"@type\":\"SearchAction\",\"target\":{\"@type\":\"EntryPoint\",\"urlTemplate\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/?s={search_term_string}\"},\"query-input\":\"required name=search_term_string\"}],\"inLanguage\":\"en-US\"},{\"@type\":\"Person\",\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#\/schema\/person\/6f9465288b1bcd746b6826cea5c1cf87\",\"name\":\"admin\",\"image\":{\"@type\":\"ImageObject\",\"inLanguage\":\"en-US\",\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#\/schema\/person\/image\/\",\"url\":\"\/\/www.gravatar.com\/avatar\/3d649179d984570857921b38efabbced?s=96&#038;r=g&#038;d=mm\",\"contentUrl\":\"\/\/www.gravatar.com\/avatar\/3d649179d984570857921b38efabbced?s=96&#038;r=g&#038;d=mm\",\"caption\":\"admin\"},\"sameAs\":[\"https:\/\/bagenzinet.com\/INDUNDI\"],\"url\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/members\/admin\/\"}]}<\/script>\n<!-- \/ Yoast SEO plugin. -->","yoast_head_json":{"title":"Urugomero rwubatswe kuri fleuve Nil rurateje umudugararo - Indundi Culture | Magazine","robots":{"index":"index","follow":"follow","max-snippet":"max-snippet:-1","max-image-preview":"max-image-preview:large","max-video-preview":"max-video-preview:-1"},"canonical":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/urugomero-rwubatswe-kuri-fleuve-nil-rurateje-umudugararo\/","og_locale":"en_US","og_type":"article","og_title":"Urugomero rwubatswe kuri fleuve Nil rurateje umudugararo - Indundi Culture | Magazine","og_description":"Ibindi biganiro vyo gutorera umuti ikibazo kiri hagati ya Etiyopiya na Misiri gishingiye kuri kazoza k&#8217;umugambi w&#8217;urugomero rw&#8217;umuyagankuba ruri ku ruzi Nili biri mu gusubira kuba i Washington. Mu mwaka uheze, italiki ntarengwa yari yafashwe kugira iki kibazo kimaze igihe gitoregwe umuti, ariko ibiganiro biheruka mu ndwi iheze ntaco vyashitseko. Nirwahera kwubakwa, urugomero bise Grand [&hellip;]","og_url":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/urugomero-rwubatswe-kuri-fleuve-nil-rurateje-umudugararo\/","og_site_name":"Indundi Culture | Magazine","article_published_time":"2020-01-14T13:20:21+00:00","og_image":[{"url":"http:\/\/indundi.com\/wp-content\/uploads\/2020\/01\/IMG_20200114_145316.jpg"}],"author":"admin","twitter_card":"summary_large_image","twitter_misc":{"Written by":"admin","Est. reading time":"2 minutes"},"schema":{"@context":"https:\/\/schema.org","@graph":[{"@type":"WebPage","@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/urugomero-rwubatswe-kuri-fleuve-nil-rurateje-umudugararo\/","url":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/urugomero-rwubatswe-kuri-fleuve-nil-rurateje-umudugararo\/","name":"Urugomero rwubatswe kuri fleuve Nil rurateje umudugararo - Indundi Culture | Magazine","isPartOf":{"@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#website"},"datePublished":"2020-01-14T13:20:21+00:00","dateModified":"2020-01-14T13:20:21+00:00","author":{"@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#\/schema\/person\/6f9465288b1bcd746b6826cea5c1cf87"},"breadcrumb":{"@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/urugomero-rwubatswe-kuri-fleuve-nil-rurateje-umudugararo\/#breadcrumb"},"inLanguage":"en-US","potentialAction":[{"@type":"ReadAction","target":["https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/urugomero-rwubatswe-kuri-fleuve-nil-rurateje-umudugararo\/"]}]},{"@type":"BreadcrumbList","@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/urugomero-rwubatswe-kuri-fleuve-nil-rurateje-umudugararo\/#breadcrumb","itemListElement":[{"@type":"ListItem","position":1,"name":"Home","item":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/"},{"@type":"ListItem","position":2,"name":"Urugomero rwubatswe kuri fleuve Nil rurateje umudugararo"}]},{"@type":"WebSite","@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#website","url":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/","name":"Indundi Culture | Magazine","description":"Burundi Entertainment","potentialAction":[{"@type":"SearchAction","target":{"@type":"EntryPoint","urlTemplate":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/?s={search_term_string}"},"query-input":"required name=search_term_string"}],"inLanguage":"en-US"},{"@type":"Person","@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#\/schema\/person\/6f9465288b1bcd746b6826cea5c1cf87","name":"admin","image":{"@type":"ImageObject","inLanguage":"en-US","@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#\/schema\/person\/image\/","url":"\/\/www.gravatar.com\/avatar\/3d649179d984570857921b38efabbced?s=96&#038;r=g&#038;d=mm","contentUrl":"\/\/www.gravatar.com\/avatar\/3d649179d984570857921b38efabbced?s=96&#038;r=g&#038;d=mm","caption":"admin"},"sameAs":["https:\/\/bagenzinet.com\/INDUNDI"],"url":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/members\/admin\/"}]}},"_links":{"self":[{"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/posts\/10522","targetHints":{"allow":["GET"]}}],"collection":[{"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/posts"}],"about":[{"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/types\/post"}],"author":[{"embeddable":true,"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/users\/1"}],"replies":[{"embeddable":true,"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/comments?post=10522"}],"version-history":[{"count":0,"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/posts\/10522\/revisions"}],"wp:attachment":[{"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/media?parent=10522"}],"wp:term":[{"taxonomy":"category","embeddable":true,"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/categories?post=10522"},{"taxonomy":"post_tag","embeddable":true,"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/tags?post=10522"}],"curies":[{"name":"wp","href":"https:\/\/api.w.org\/{rel}","templated":true}]}}