{"id":10540,"date":"2020-01-14T08:59:55","date_gmt":"2020-01-14T15:59:55","guid":{"rendered":"http:\/\/indundi.com\/?p=10540"},"modified":"2020-01-14T08:59:55","modified_gmt":"2020-01-14T15:59:55","slug":"burundi-cvr-ivyashikirijwe-mu-cegeranyo-ca-mbere-cumwaka","status":"publish","type":"post","link":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/burundi-cvr-ivyashikirijwe-mu-cegeranyo-ca-mbere-cumwaka\/","title":{"rendered":"CVR : Ivyashikirijwe mu cegeranyo ca mbere c&#8217;umwaka"},"content":{"rendered":"<p><a href=\"http:\/\/indundi.com\/wp-content\/uploads\/2020\/01\/IMG_20200114_173918.jpg\" rel=\"attachment wp-att-10542\"><img loading=\"lazy\" decoding=\"async\" src=\"http:\/\/indundi.com\/wp-content\/uploads\/2020\/01\/IMG_20200114_173918.jpg\" alt=\"\" width=\"960\" height=\"640\" \/><\/a><\/p>\n<p>Umurwi wo kumenya ukuri n&#8217;ukunywanisha abarundi CVR, umenyesha ko umaze guharura ibinogo rusangi 4,163 vyahambwemwo abantu bishwe mu magume Uburundi bwagiye bucamwo kuva bwikukira.<\/p>\n<p>Ivyo biri mu cegeranyo ca mbere c&#8217;umwaka uwo murwi washikirije inama nshingamatekan na nkenguzamateka kuri uyu wa kabiri.<\/p>\n<p><a href=\"http:\/\/indundi.com\/wp-content\/uploads\/2020\/01\/IMG_20200114_173821.jpg\" rel=\"attachment wp-att-10543\"><img loading=\"lazy\" decoding=\"async\" class=\"aligncenter wp-image-10543 size-large\" src=\"http:\/\/indundi.com\/wp-content\/uploads\/2020\/01\/IMG_20200114_173821-1024x554.jpg\" alt=\"\" width=\"900\" height=\"487\" \/><\/a><\/p>\n<p>Kubwo umurwi CVR, ico gitigiri gishobora no kuzokwiyongera kubera gushika ubu hari &#8220;abarundi benshi bataravuga ibinogo boba bazi n&#8217;aho biherereye&#8221;.<\/p>\n<p>Ejo ku wa mbere, uyo murwi washize ahabona amagufa y&#8217;abantu bari hagati ya 250 na 270 yabonywe muri karitiye Kamenge iri mu gisagara ca Bujumbura, bagandaguwe mu 1993.<br \/>\nMuri ico cegeranyo, Pierre-Claver Ndayicariye arongoye uwo murwi yabwiye abashingamateka n&#8217;abakenguzamateka ko hari ibitaravugwa.<\/p>\n<p>Ati: &#8220;Ibinogo vyatawemwo abishwe mu gihugu ni vyinshi, hari ivyo abarundi bataratumenyesha kubera ubwoba canke agahinda bibibutsa. Abarundi benshi bazi vyinshi ntibaravuga ivyo babonye canke bazi&#8221;.<\/p>\n<p>Avuga ko hafi ivyo binogo vyose vyagiye kumenyekana ari uko aho biri &#8220;hariko harakorerwa ibikorwa vy&#8217;iterambere vy&#8217;igihugu, nko kubaka amabarabara, imiserege canke amashure.<\/p>\n<p>Icegeranyo cabo cerekana ko mu ntara zose uko ari 18 zirangwamwo ibinogo nk&#8217;ivyo, aho intara ya Gitega, ubu ariwo mugwa mukuru mushasha w&#8217;Uburundi, yabonywemo ibinogo bishika 640.<\/p>\n<p>Intara ya Cankuzo mu buseruko bw&#8217;igihugu niyo imaze gutorwamwo bike, aho CVR imaze kuronka ibishika 41.<\/p>\n<p><a href=\"http:\/\/indundi.com\/wp-content\/uploads\/2020\/01\/IMG_20200114_173838.jpg\" rel=\"attachment wp-att-10544\"><img loading=\"lazy\" decoding=\"async\" class=\"aligncenter wp-image-10544 size-full\" src=\"http:\/\/indundi.com\/wp-content\/uploads\/2020\/01\/IMG_20200114_173838.jpg\" alt=\"\" width=\"960\" height=\"640\" \/><\/a><\/p>\n<p>Ntivyoroshe kumenya abatowe ibisigarira<br \/>\nMu gihe ibitigiri vy&#8217;abahitanywe n&#8217;ayo magume yagiye asinzikaza Uburundi bitazwi neza, Ndayicariye avuga ko umugwi arongoye &#8220;umaze gutohoza no kumenya ku buryo mfatakibanza igitigiri c&#8217;abantu bashika 142,505 bishwe canke bagiye mazimayongo&#8221;.<\/p>\n<p>Avuga ko ico gitigiri ari ico abantu bafitiye amazina kandi berekana iyo baturuka uhereye ku ntara, ikomine, umutumba canke ikaritiye.<\/p>\n<p>Asaba abarundi bose ko botinyuka bakamenyesha abagize uyo murwi aho bazi hose hari ibinogo vyatawemwo abarundi n&#8217;abanyamahanga muri ayo makuba.<\/p>\n<p>Kuva Uburundi bwikukira mu 1962, bwamye burangwamwo ubwicanyi bwa politike bushingiye ku moko, cane cane hagati y&#8217;abahutu n&#8217;abatutsi.<\/p>\n<p>Ubuzwi cane bukaba ari ubwabaye mu myaka ya 1965, 1969, 1972, 1988, na 1993.<\/p>\n<p>Ndayicariye avuga ko ayo makuba yahitanye abantu benshi n&#8217;ibintu vyinshi, asiga mu miryango amaganya, intuntu n&#8217;akabonge.<\/p>\n<p>Avuga ko kurondera ukuri kuri ayo makuba yose vyofasha abarundi gushinga inkingi z&#8217;ukubanywanisha ku buryo burama.<\/p>\n<p>Avuga ko ibi bizofasha abasaba ikigongwe kwiha umwanya wo kugisaba, abatanga ikigongwe nabo bakiha umwanya wo kugitanga.<\/p>\n<p>Ati: &#8220;Ni yo nzira ibereye yo gutegura kazoza keza k&#8217;abariho uno musi n&#8217;abazovuka ejo. Ivyo tubikora mu nzira yo kunywanisha atari munzira yo guca imanza kuko umugwi CVR atari Sentare&#8221;.<\/p>\n","protected":false},"excerpt":{"rendered":"<p>Umurwi wo kumenya ukuri n&#8217;ukunywanisha abarundi CVR, umenyesha ko umaze guharura ibinogo rusangi 4,163 vyahambwemwo abantu bishwe mu magume Uburundi bwagiye bucamwo kuva bwikukira. Ivyo biri mu cegeranyo ca mbere c&#8217;umwaka uwo murwi washikirije inama nshingamatekan na nkenguzamateka kuri uyu wa kabiri. Kubwo umurwi CVR, ico gitigiri gishobora no kuzokwiyongera kubera gushika ubu hari &#8220;abarundi [&hellip;]<\/p>\n","protected":false},"author":1,"featured_media":0,"comment_status":"open","ping_status":"closed","sticky":false,"template":"","format":"standard","meta":{"_bbp_topic_count":0,"_bbp_reply_count":0,"_bbp_total_topic_count":0,"_bbp_total_reply_count":0,"_bbp_voice_count":0,"_bbp_anonymous_reply_count":0,"_bbp_topic_count_hidden":0,"_bbp_reply_count_hidden":0,"_bbp_forum_subforum_count":0,"footnotes":""},"categories":[518,515,528,519,517],"tags":[],"class_list":["post-10540","post","type-post","status-publish","format-standard","hentry","category-burundi","category-homepage","category-justice","category-kirundi","category-societe"],"yoast_head":"<!-- This site is optimized with the Yoast SEO plugin v21.3 - https:\/\/yoast.com\/wordpress\/plugins\/seo\/ -->\n<title>CVR : Ivyashikirijwe mu cegeranyo ca mbere c&#039;umwaka - Indundi Culture | Magazine<\/title>\n<meta name=\"robots\" content=\"index, follow, max-snippet:-1, max-image-preview:large, max-video-preview:-1\" \/>\n<link rel=\"canonical\" href=\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/burundi-cvr-ivyashikirijwe-mu-cegeranyo-ca-mbere-cumwaka\/\" \/>\n<meta property=\"og:locale\" content=\"en_US\" \/>\n<meta property=\"og:type\" content=\"article\" \/>\n<meta property=\"og:title\" content=\"CVR : Ivyashikirijwe mu cegeranyo ca mbere c&#039;umwaka - Indundi Culture | Magazine\" \/>\n<meta property=\"og:description\" content=\"Umurwi wo kumenya ukuri n&#8217;ukunywanisha abarundi CVR, umenyesha ko umaze guharura ibinogo rusangi 4,163 vyahambwemwo abantu bishwe mu magume Uburundi bwagiye bucamwo kuva bwikukira. Ivyo biri mu cegeranyo ca mbere c&#8217;umwaka uwo murwi washikirije inama nshingamatekan na nkenguzamateka kuri uyu wa kabiri. Kubwo umurwi CVR, ico gitigiri gishobora no kuzokwiyongera kubera gushika ubu hari &#8220;abarundi [&hellip;]\" \/>\n<meta property=\"og:url\" content=\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/burundi-cvr-ivyashikirijwe-mu-cegeranyo-ca-mbere-cumwaka\/\" \/>\n<meta property=\"og:site_name\" content=\"Indundi Culture | Magazine\" \/>\n<meta property=\"article:published_time\" content=\"2020-01-14T15:59:55+00:00\" \/>\n<meta property=\"og:image\" content=\"http:\/\/indundi.com\/wp-content\/uploads\/2020\/01\/IMG_20200114_173918.jpg\" \/>\n<meta name=\"author\" content=\"admin\" \/>\n<meta name=\"twitter:card\" content=\"summary_large_image\" \/>\n<meta name=\"twitter:label1\" content=\"Written by\" \/>\n\t<meta name=\"twitter:data1\" content=\"admin\" \/>\n\t<meta name=\"twitter:label2\" content=\"Est. reading time\" \/>\n\t<meta name=\"twitter:data2\" content=\"2 minutes\" \/>\n<script type=\"application\/ld+json\" class=\"yoast-schema-graph\">{\"@context\":\"https:\/\/schema.org\",\"@graph\":[{\"@type\":\"WebPage\",\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/burundi-cvr-ivyashikirijwe-mu-cegeranyo-ca-mbere-cumwaka\/\",\"url\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/burundi-cvr-ivyashikirijwe-mu-cegeranyo-ca-mbere-cumwaka\/\",\"name\":\"CVR : Ivyashikirijwe mu cegeranyo ca mbere c'umwaka - Indundi Culture | Magazine\",\"isPartOf\":{\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#website\"},\"datePublished\":\"2020-01-14T15:59:55+00:00\",\"dateModified\":\"2020-01-14T15:59:55+00:00\",\"author\":{\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#\/schema\/person\/6f9465288b1bcd746b6826cea5c1cf87\"},\"breadcrumb\":{\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/burundi-cvr-ivyashikirijwe-mu-cegeranyo-ca-mbere-cumwaka\/#breadcrumb\"},\"inLanguage\":\"en-US\",\"potentialAction\":[{\"@type\":\"ReadAction\",\"target\":[\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/burundi-cvr-ivyashikirijwe-mu-cegeranyo-ca-mbere-cumwaka\/\"]}]},{\"@type\":\"BreadcrumbList\",\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/burundi-cvr-ivyashikirijwe-mu-cegeranyo-ca-mbere-cumwaka\/#breadcrumb\",\"itemListElement\":[{\"@type\":\"ListItem\",\"position\":1,\"name\":\"Home\",\"item\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/\"},{\"@type\":\"ListItem\",\"position\":2,\"name\":\"CVR : Ivyashikirijwe mu cegeranyo ca mbere c&#8217;umwaka\"}]},{\"@type\":\"WebSite\",\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#website\",\"url\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/\",\"name\":\"Indundi Culture | Magazine\",\"description\":\"Burundi Entertainment\",\"potentialAction\":[{\"@type\":\"SearchAction\",\"target\":{\"@type\":\"EntryPoint\",\"urlTemplate\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/?s={search_term_string}\"},\"query-input\":\"required name=search_term_string\"}],\"inLanguage\":\"en-US\"},{\"@type\":\"Person\",\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#\/schema\/person\/6f9465288b1bcd746b6826cea5c1cf87\",\"name\":\"admin\",\"image\":{\"@type\":\"ImageObject\",\"inLanguage\":\"en-US\",\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#\/schema\/person\/image\/\",\"url\":\"\/\/www.gravatar.com\/avatar\/3d649179d984570857921b38efabbced?s=96&#038;r=g&#038;d=mm\",\"contentUrl\":\"\/\/www.gravatar.com\/avatar\/3d649179d984570857921b38efabbced?s=96&#038;r=g&#038;d=mm\",\"caption\":\"admin\"},\"sameAs\":[\"https:\/\/bagenzinet.com\/INDUNDI\"],\"url\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/members\/admin\/\"}]}<\/script>\n<!-- \/ Yoast SEO plugin. -->","yoast_head_json":{"title":"CVR : Ivyashikirijwe mu cegeranyo ca mbere c'umwaka - Indundi Culture | Magazine","robots":{"index":"index","follow":"follow","max-snippet":"max-snippet:-1","max-image-preview":"max-image-preview:large","max-video-preview":"max-video-preview:-1"},"canonical":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/burundi-cvr-ivyashikirijwe-mu-cegeranyo-ca-mbere-cumwaka\/","og_locale":"en_US","og_type":"article","og_title":"CVR : Ivyashikirijwe mu cegeranyo ca mbere c'umwaka - Indundi Culture | Magazine","og_description":"Umurwi wo kumenya ukuri n&#8217;ukunywanisha abarundi CVR, umenyesha ko umaze guharura ibinogo rusangi 4,163 vyahambwemwo abantu bishwe mu magume Uburundi bwagiye bucamwo kuva bwikukira. Ivyo biri mu cegeranyo ca mbere c&#8217;umwaka uwo murwi washikirije inama nshingamatekan na nkenguzamateka kuri uyu wa kabiri. Kubwo umurwi CVR, ico gitigiri gishobora no kuzokwiyongera kubera gushika ubu hari &#8220;abarundi [&hellip;]","og_url":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/burundi-cvr-ivyashikirijwe-mu-cegeranyo-ca-mbere-cumwaka\/","og_site_name":"Indundi Culture | Magazine","article_published_time":"2020-01-14T15:59:55+00:00","og_image":[{"url":"http:\/\/indundi.com\/wp-content\/uploads\/2020\/01\/IMG_20200114_173918.jpg"}],"author":"admin","twitter_card":"summary_large_image","twitter_misc":{"Written by":"admin","Est. reading time":"2 minutes"},"schema":{"@context":"https:\/\/schema.org","@graph":[{"@type":"WebPage","@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/burundi-cvr-ivyashikirijwe-mu-cegeranyo-ca-mbere-cumwaka\/","url":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/burundi-cvr-ivyashikirijwe-mu-cegeranyo-ca-mbere-cumwaka\/","name":"CVR : Ivyashikirijwe mu cegeranyo ca mbere c'umwaka - Indundi Culture | Magazine","isPartOf":{"@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#website"},"datePublished":"2020-01-14T15:59:55+00:00","dateModified":"2020-01-14T15:59:55+00:00","author":{"@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#\/schema\/person\/6f9465288b1bcd746b6826cea5c1cf87"},"breadcrumb":{"@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/burundi-cvr-ivyashikirijwe-mu-cegeranyo-ca-mbere-cumwaka\/#breadcrumb"},"inLanguage":"en-US","potentialAction":[{"@type":"ReadAction","target":["https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/burundi-cvr-ivyashikirijwe-mu-cegeranyo-ca-mbere-cumwaka\/"]}]},{"@type":"BreadcrumbList","@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/burundi-cvr-ivyashikirijwe-mu-cegeranyo-ca-mbere-cumwaka\/#breadcrumb","itemListElement":[{"@type":"ListItem","position":1,"name":"Home","item":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/"},{"@type":"ListItem","position":2,"name":"CVR : Ivyashikirijwe mu cegeranyo ca mbere c&#8217;umwaka"}]},{"@type":"WebSite","@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#website","url":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/","name":"Indundi Culture | Magazine","description":"Burundi Entertainment","potentialAction":[{"@type":"SearchAction","target":{"@type":"EntryPoint","urlTemplate":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/?s={search_term_string}"},"query-input":"required name=search_term_string"}],"inLanguage":"en-US"},{"@type":"Person","@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#\/schema\/person\/6f9465288b1bcd746b6826cea5c1cf87","name":"admin","image":{"@type":"ImageObject","inLanguage":"en-US","@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#\/schema\/person\/image\/","url":"\/\/www.gravatar.com\/avatar\/3d649179d984570857921b38efabbced?s=96&#038;r=g&#038;d=mm","contentUrl":"\/\/www.gravatar.com\/avatar\/3d649179d984570857921b38efabbced?s=96&#038;r=g&#038;d=mm","caption":"admin"},"sameAs":["https:\/\/bagenzinet.com\/INDUNDI"],"url":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/members\/admin\/"}]}},"_links":{"self":[{"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/posts\/10540","targetHints":{"allow":["GET"]}}],"collection":[{"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/posts"}],"about":[{"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/types\/post"}],"author":[{"embeddable":true,"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/users\/1"}],"replies":[{"embeddable":true,"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/comments?post=10540"}],"version-history":[{"count":0,"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/posts\/10540\/revisions"}],"wp:attachment":[{"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/media?parent=10540"}],"wp:term":[{"taxonomy":"category","embeddable":true,"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/categories?post=10540"},{"taxonomy":"post_tag","embeddable":true,"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/tags?post=10540"}],"curies":[{"name":"wp","href":"https:\/\/api.w.org\/{rel}","templated":true}]}}