{"id":10850,"date":"2020-01-22T05:52:33","date_gmt":"2020-01-22T12:52:33","guid":{"rendered":"http:\/\/indundi.com\/?p=10850"},"modified":"2020-07-24T16:34:49","modified_gmt":"2020-07-24T16:34:49","slug":"urwevu-randura-inzitizitimidite-uyihereye-mu-mizi","status":"publish","type":"post","link":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/urwevu-randura-inzitizitimidite-uyihereye-mu-mizi\/","title":{"rendered":"#Urwevu| Randura  Inzitizi&#8221;Timidit\u00e9&#8221; uyihereye mu mizi."},"content":{"rendered":"<p><img loading=\"lazy\" decoding=\"async\" class=\"alignleft wp-image-1033 size-medium\" src=\"http:\/\/indundi.com\/wp-content\/uploads\/2019\/01\/Urwevu-300x300.jpg\" alt=\"\" width=\"300\" height=\"300\" \/><\/p>\n<p>Maze rero ugasanga nk&#8217;ubu umuntu arafise ibintu vyinshi ashaka gushikiriza abandi. Mu kiringo ari wenyene, akabisubiramwo adahigimanga. Yamara mu kiringo ashitse imbere y&#8217;abantu, ugasanga ururimi ruciye rugoba! Mbere n&#8217;intuguta ikamuca irya n&#8217;ino, nayo mu kuvuga akajugumira, iyo mbere agize Imana ntibimushikire n&#8217;ivyo yagomba bikagenda amazimayongo!<\/p>\n<p>Ugiye rero kuraba ico bita &#8220;timidit\u00e9&#8221; uraheza ugasanga\u00a0 babisingura ngo ni &#8221; manque d&#8217;assurance&#8221; twovuga ko ari nk&#8217;ubura ukwiyemera. Yamara uko kubura kw&#8217;iyemera biba bifatanye n&#8217;ubwoba uba ufise bw&#8217;abandi na canecane abo utari uzi. ( Peur de l&#8217;iconnu).<\/p>\n<p>Umwanditse <strong>Nicholas Boothman<\/strong>, yanditse igitabo citwa <strong>&#8221; Convaincre en moins de 2 minutes&#8221;<\/strong> niwe yaduhaye umuco ukwiye , werekana neza ko intambara ziba ziriko zibera mu buryo bw&#8217;impwemu.<\/p>\n<p>&#8221; <em><strong>Au cours des deux premieres minutes de toute rencontre; il ne s&#8217;agit simplement de donner une bonne impression initiale mais d&#8221;\u00e9tablir un contact entre les instincts et la nature de chacun des individus en relation. Au cours de ces premi\u00e8res secondes, notre instinct de survie inconscient entre en jeu: notre esprit et notre corps d\u00e9cident de fuir, de combattre ou d&#8217;interagir avec l&#8217;autre , qu&#8217;il repr\u00e9sente une opportunit\u00e9 ou une menace, qu&#8217;il soit ami ou ennemi&#8221;.<\/strong><\/em><\/p>\n<p>Tugiye kuraba uko bigenda kugirango umuntu agire ubwoba, ngo n&#8217;uko, mu gihimba citwa<strong> Amygdale<\/strong> kiri mu bwonko haba hatanzwe inkuru zijanye n&#8217;igitero maze ubwonko ngo bugaca bwihuta kurungika hormone bita adr\u00e9naline. Iyo a<strong>dr\u00e9naline<\/strong> rero ngo niyo ituma umubiri uca uja mu ruhagarara maze bigasa nk&#8217;ukukwibira akabanga ko nyabuna wohava.<\/p>\n<p>Uretse rero ubwoba bugaragara ,nka harya umunUmuntu rero ntatinya ibintu ubwavyo, aratinya kandi n&#8217;uko aba avyise.<\/p>\n<p>Bumwe rero mu buhinga bw&#8217;uguhindura uko dusanzwe turemwe, abahinga basanze ari ukuza umuntu aribwira amajambo ahumuriza( Autosuggestion). Ayo majambo rero uko uyavuga niko atera anyengetera muri ka gatimatima subconscient , iyo hinyegeje ibishobisho wahaye indaro kuva mu buto.<\/p>\n<p>Subconscient rero imaze kunyurwa , mu gihe ugeze imbere y&#8217;umuntu , ka gahande Amygdale ntikazosubira kwihuta gatanga inkuru y&#8217;uruhagarara, ahubwo nyabuna kazoremesha maze nk&#8217;uko twabibonye abanhinga babivuga, ah&#8217;ukurungika hormonnes yitwa adr\u00e9naline nyabuna harungikwe iyitwa &#8220;ocytocine &#8221; yoyo ngo itanga ihumure maze ukavuga utekanye.<\/p>\n<p>Tugiye muri Bibliya rero, hariho amajambo , umwami Dawudi yakoresha vyaboneka ko ari amajambo yo muryo bw&#8217;impwemu agamije kwiremesha. Twihweje\u00a0 ivyo abahinga bavuga mu\u00a0 vyo <strong>psaume 27<\/strong> ifasha, turabona ko bifitaniye isano n&#8217;iyo ngwano iba iriko iba muri subconscient.<\/p>\n<p>Mu gitabo canditswe n&#8217;uwitwa <strong>Joseph Murphy<\/strong> wo muri Amerika, citwa <strong>&#8221; The Power of your subconscious mind&#8221;<\/strong> hariho aho yandika ko ugusoma aya amajambo imbere y&#8217;ukuryama : <strong>psaume 27, 23 na 91, chapitre 11 yose ya Hebrews hamwe rero ngo na chapitre ya 13 ya 1 Corinthien.<\/strong> Naho yavyanditse cane ayahanura abubatse, biragaragara ko amajambo yo muri bibliya ari ibikoresho bikomeye cane vy&#8217;uguhindura ibindu mu buryo bw&#8217;impwemu.( Pour influencer le subconscient).<\/p>\n<p><strong>Uraza urasoma izo nyandiko , nacane cane psaume 27, ugasanga uri timide. Ukazogira t\u00e9moignage uzoyishikiriza dufashanye kurwanya inzitizi zitubuza gushika ku masonga abandi bashitseko.\u00a0<\/strong><\/p>\n<p>AGATAKAYE NTAHO KATARONDERERERWA!<\/p>\n","protected":false},"excerpt":{"rendered":"<p>Maze rero ugasanga nk&#8217;ubu umuntu arafise ibintu vyinshi ashaka gushikiriza abandi. Mu kiringo ari wenyene, akabisubiramwo adahigimanga. Yamara mu kiringo ashitse imbere y&#8217;abantu, ugasanga ururimi ruciye rugoba! Mbere n&#8217;intuguta ikamuca irya n&#8217;ino, nayo mu kuvuga akajugumira, iyo mbere agize Imana ntibimushikire n&#8217;ivyo yagomba bikagenda amazimayongo! Ugiye rero kuraba ico bita &#8220;timidit\u00e9&#8221; uraheza ugasanga\u00a0 babisingura ngo [&hellip;]<\/p>\n","protected":false},"author":1,"featured_media":0,"comment_status":"open","ping_status":"closed","sticky":false,"template":"","format":"standard","meta":{"_bbp_topic_count":0,"_bbp_reply_count":0,"_bbp_total_topic_count":0,"_bbp_total_reply_count":0,"_bbp_voice_count":0,"_bbp_anonymous_reply_count":0,"_bbp_topic_count_hidden":0,"_bbp_reply_count_hidden":0,"_bbp_forum_subforum_count":0,"footnotes":""},"categories":[515,522],"tags":[],"class_list":["post-10850","post","type-post","status-publish","format-standard","hentry","category-homepage","category-urwevu"],"yoast_head":"<!-- This site is optimized with the Yoast SEO plugin v21.3 - https:\/\/yoast.com\/wordpress\/plugins\/seo\/ -->\n<title>#Urwevu| Randura Inzitizi&quot;Timidit\u00e9&quot; uyihereye mu mizi. - Indundi Culture | Magazine<\/title>\n<meta name=\"robots\" content=\"index, follow, max-snippet:-1, max-image-preview:large, max-video-preview:-1\" \/>\n<link rel=\"canonical\" href=\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/urwevu-randura-inzitizitimidite-uyihereye-mu-mizi\/\" \/>\n<meta property=\"og:locale\" content=\"en_US\" \/>\n<meta property=\"og:type\" content=\"article\" \/>\n<meta property=\"og:title\" content=\"#Urwevu| Randura Inzitizi&quot;Timidit\u00e9&quot; uyihereye mu mizi. - Indundi Culture | Magazine\" \/>\n<meta property=\"og:description\" content=\"Maze rero ugasanga nk&#8217;ubu umuntu arafise ibintu vyinshi ashaka gushikiriza abandi. Mu kiringo ari wenyene, akabisubiramwo adahigimanga. Yamara mu kiringo ashitse imbere y&#8217;abantu, ugasanga ururimi ruciye rugoba! Mbere n&#8217;intuguta ikamuca irya n&#8217;ino, nayo mu kuvuga akajugumira, iyo mbere agize Imana ntibimushikire n&#8217;ivyo yagomba bikagenda amazimayongo! Ugiye rero kuraba ico bita &#8220;timidit\u00e9&#8221; uraheza ugasanga\u00a0 babisingura ngo [&hellip;]\" \/>\n<meta property=\"og:url\" content=\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/urwevu-randura-inzitizitimidite-uyihereye-mu-mizi\/\" \/>\n<meta property=\"og:site_name\" content=\"Indundi Culture | Magazine\" \/>\n<meta property=\"article:published_time\" content=\"2020-01-22T12:52:33+00:00\" \/>\n<meta property=\"article:modified_time\" content=\"2020-07-24T16:34:49+00:00\" \/>\n<meta property=\"og:image\" content=\"http:\/\/indundi.com\/wp-content\/uploads\/2019\/01\/Urwevu-300x300.jpg\" \/>\n<meta name=\"author\" content=\"admin\" \/>\n<meta name=\"twitter:card\" content=\"summary_large_image\" \/>\n<meta name=\"twitter:label1\" content=\"Written by\" \/>\n\t<meta name=\"twitter:data1\" content=\"admin\" \/>\n\t<meta name=\"twitter:label2\" content=\"Est. reading time\" \/>\n\t<meta name=\"twitter:data2\" content=\"2 minutes\" \/>\n<script type=\"application\/ld+json\" class=\"yoast-schema-graph\">{\"@context\":\"https:\/\/schema.org\",\"@graph\":[{\"@type\":\"WebPage\",\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/urwevu-randura-inzitizitimidite-uyihereye-mu-mizi\/\",\"url\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/urwevu-randura-inzitizitimidite-uyihereye-mu-mizi\/\",\"name\":\"#Urwevu| Randura Inzitizi\\\"Timidit\u00e9\\\" uyihereye mu mizi. - Indundi Culture | Magazine\",\"isPartOf\":{\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#website\"},\"datePublished\":\"2020-01-22T12:52:33+00:00\",\"dateModified\":\"2020-07-24T16:34:49+00:00\",\"author\":{\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#\/schema\/person\/6f9465288b1bcd746b6826cea5c1cf87\"},\"breadcrumb\":{\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/urwevu-randura-inzitizitimidite-uyihereye-mu-mizi\/#breadcrumb\"},\"inLanguage\":\"en-US\",\"potentialAction\":[{\"@type\":\"ReadAction\",\"target\":[\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/urwevu-randura-inzitizitimidite-uyihereye-mu-mizi\/\"]}]},{\"@type\":\"BreadcrumbList\",\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/urwevu-randura-inzitizitimidite-uyihereye-mu-mizi\/#breadcrumb\",\"itemListElement\":[{\"@type\":\"ListItem\",\"position\":1,\"name\":\"Home\",\"item\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/\"},{\"@type\":\"ListItem\",\"position\":2,\"name\":\"#Urwevu| Randura Inzitizi&#8221;Timidit\u00e9&#8221; uyihereye mu mizi.\"}]},{\"@type\":\"WebSite\",\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#website\",\"url\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/\",\"name\":\"Indundi Culture | Magazine\",\"description\":\"Burundi Entertainment\",\"potentialAction\":[{\"@type\":\"SearchAction\",\"target\":{\"@type\":\"EntryPoint\",\"urlTemplate\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/?s={search_term_string}\"},\"query-input\":\"required name=search_term_string\"}],\"inLanguage\":\"en-US\"},{\"@type\":\"Person\",\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#\/schema\/person\/6f9465288b1bcd746b6826cea5c1cf87\",\"name\":\"admin\",\"image\":{\"@type\":\"ImageObject\",\"inLanguage\":\"en-US\",\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#\/schema\/person\/image\/\",\"url\":\"\/\/www.gravatar.com\/avatar\/3d649179d984570857921b38efabbced?s=96&#038;r=g&#038;d=mm\",\"contentUrl\":\"\/\/www.gravatar.com\/avatar\/3d649179d984570857921b38efabbced?s=96&#038;r=g&#038;d=mm\",\"caption\":\"admin\"},\"sameAs\":[\"https:\/\/bagenzinet.com\/INDUNDI\"],\"url\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/members\/admin\/\"}]}<\/script>\n<!-- \/ Yoast SEO plugin. -->","yoast_head_json":{"title":"#Urwevu| Randura Inzitizi\"Timidit\u00e9\" uyihereye mu mizi. - Indundi Culture | Magazine","robots":{"index":"index","follow":"follow","max-snippet":"max-snippet:-1","max-image-preview":"max-image-preview:large","max-video-preview":"max-video-preview:-1"},"canonical":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/urwevu-randura-inzitizitimidite-uyihereye-mu-mizi\/","og_locale":"en_US","og_type":"article","og_title":"#Urwevu| Randura Inzitizi\"Timidit\u00e9\" uyihereye mu mizi. - Indundi Culture | Magazine","og_description":"Maze rero ugasanga nk&#8217;ubu umuntu arafise ibintu vyinshi ashaka gushikiriza abandi. Mu kiringo ari wenyene, akabisubiramwo adahigimanga. Yamara mu kiringo ashitse imbere y&#8217;abantu, ugasanga ururimi ruciye rugoba! Mbere n&#8217;intuguta ikamuca irya n&#8217;ino, nayo mu kuvuga akajugumira, iyo mbere agize Imana ntibimushikire n&#8217;ivyo yagomba bikagenda amazimayongo! Ugiye rero kuraba ico bita &#8220;timidit\u00e9&#8221; uraheza ugasanga\u00a0 babisingura ngo [&hellip;]","og_url":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/urwevu-randura-inzitizitimidite-uyihereye-mu-mizi\/","og_site_name":"Indundi Culture | Magazine","article_published_time":"2020-01-22T12:52:33+00:00","article_modified_time":"2020-07-24T16:34:49+00:00","og_image":[{"url":"http:\/\/indundi.com\/wp-content\/uploads\/2019\/01\/Urwevu-300x300.jpg"}],"author":"admin","twitter_card":"summary_large_image","twitter_misc":{"Written by":"admin","Est. reading time":"2 minutes"},"schema":{"@context":"https:\/\/schema.org","@graph":[{"@type":"WebPage","@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/urwevu-randura-inzitizitimidite-uyihereye-mu-mizi\/","url":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/urwevu-randura-inzitizitimidite-uyihereye-mu-mizi\/","name":"#Urwevu| Randura Inzitizi\"Timidit\u00e9\" uyihereye mu mizi. - Indundi Culture | Magazine","isPartOf":{"@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#website"},"datePublished":"2020-01-22T12:52:33+00:00","dateModified":"2020-07-24T16:34:49+00:00","author":{"@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#\/schema\/person\/6f9465288b1bcd746b6826cea5c1cf87"},"breadcrumb":{"@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/urwevu-randura-inzitizitimidite-uyihereye-mu-mizi\/#breadcrumb"},"inLanguage":"en-US","potentialAction":[{"@type":"ReadAction","target":["https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/urwevu-randura-inzitizitimidite-uyihereye-mu-mizi\/"]}]},{"@type":"BreadcrumbList","@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/urwevu-randura-inzitizitimidite-uyihereye-mu-mizi\/#breadcrumb","itemListElement":[{"@type":"ListItem","position":1,"name":"Home","item":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/"},{"@type":"ListItem","position":2,"name":"#Urwevu| Randura Inzitizi&#8221;Timidit\u00e9&#8221; uyihereye mu mizi."}]},{"@type":"WebSite","@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#website","url":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/","name":"Indundi Culture | Magazine","description":"Burundi Entertainment","potentialAction":[{"@type":"SearchAction","target":{"@type":"EntryPoint","urlTemplate":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/?s={search_term_string}"},"query-input":"required name=search_term_string"}],"inLanguage":"en-US"},{"@type":"Person","@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#\/schema\/person\/6f9465288b1bcd746b6826cea5c1cf87","name":"admin","image":{"@type":"ImageObject","inLanguage":"en-US","@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#\/schema\/person\/image\/","url":"\/\/www.gravatar.com\/avatar\/3d649179d984570857921b38efabbced?s=96&#038;r=g&#038;d=mm","contentUrl":"\/\/www.gravatar.com\/avatar\/3d649179d984570857921b38efabbced?s=96&#038;r=g&#038;d=mm","caption":"admin"},"sameAs":["https:\/\/bagenzinet.com\/INDUNDI"],"url":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/members\/admin\/"}]}},"_links":{"self":[{"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/posts\/10850","targetHints":{"allow":["GET"]}}],"collection":[{"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/posts"}],"about":[{"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/types\/post"}],"author":[{"embeddable":true,"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/users\/1"}],"replies":[{"embeddable":true,"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/comments?post=10850"}],"version-history":[{"count":1,"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/posts\/10850\/revisions"}],"predecessor-version":[{"id":19098,"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/posts\/10850\/revisions\/19098"}],"wp:attachment":[{"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/media?parent=10850"}],"wp:term":[{"taxonomy":"category","embeddable":true,"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/categories?post=10850"},{"taxonomy":"post_tag","embeddable":true,"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/tags?post=10850"}],"curies":[{"name":"wp","href":"https:\/\/api.w.org\/{rel}","templated":true}]}}