{"id":1128,"date":"2019-01-10T16:27:43","date_gmt":"2019-01-10T23:27:43","guid":{"rendered":"http:\/\/indundi.com\/?p=1128"},"modified":"2019-01-10T16:27:43","modified_gmt":"2019-01-10T23:27:43","slug":"ivyubugeni-bwa-diamond-vyahindutse-hasubiye-kwinjiramwo-zari","status":"publish","type":"post","link":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/ivyubugeni-bwa-diamond-vyahindutse-hasubiye-kwinjiramwo-zari\/","title":{"rendered":"Ivy&#8217;ubugeni bwa Diamond vyahindutse, hasubiye kwinjiramwo Zari"},"content":{"rendered":"\n<figure class=\"wp-block-image\"><img decoding=\"async\" src=\"http:\/\/indundi.com\/wp-content\/uploads\/2019\/01\/zari.jpg\" alt=\"\" class=\"wp-image-1130\"\/><\/figure>\n\n\n\n<p class=\"wp-block-paragraph\"><em>Ukugira ubugeni na Zarinah Hassan azwi cane nka Zari the boss lady ngo nivyo vyoba ngirakamaro gusumba kugenda kurondera uwundi mukobwa yomukurikira kubera ubu star bwiwe.<\/em><\/p>\n\n\n\n<p class=\"wp-block-paragraph\">Diamond Platnmz ngo vyoba vyiza yorongora umukobwa azi icarico urukundo kandi yomwitaho, ariko apana abakobwa bomukurikira kubera yamenyekanye canke kubera amafaranga yiwe, ivyo n&#8217;ibiheruka gushikirizwa n&#8217;umwe mu baririmvyi bagenziwe. <\/p>\n\n\n\n<p class=\"wp-block-paragraph\">Mu kiganiro na Wasafi Tv, Shilole yahanuye Diamond Platnumz kugira ubugeni na Zari ngo kuko niwe bohuza gusumba abandi bigeme. Ariko akaba yongeyeko ko uwo bogira ubugeni wese ngo yomuhezagira naho yoba atari abona ko yoba mwiza kuriwe.<\/p>\n\n\n\n<p class=\"wp-block-paragraph\">Ivyo akaba abishikirije mu gihe haheze imisi Diamond avuze ko yegeje inyuma ubugeni yarafise muri uku kwezi kwa 2 kuko ngo abatumire b&#8217;iteka bamwe bamwe ngo bazoba bafatiriwe muri iyo misi y&#8217;urubanza. <\/p>\n\n\n\n<p class=\"wp-block-paragraph\">Mukibuka ko uwo bamusaba kugirana ubugeni nawe bamaze hafi umwaka wose baravanye, Zari akaba yahora Diamond kutamwubahisha n&#8217;ukumuca inyuma akagenda n&#8217;abandi bagore. Ivyo Diamond akaba yavyamirira kure.<\/p>\n","protected":false},"excerpt":{"rendered":"<p>Ukugira ubugeni na Zarinah Hassan azwi cane nka Zari the boss lady ngo nivyo vyoba ngirakamaro gusumba kugenda kurondera uwundi mukobwa yomukurikira kubera ubu star bwiwe. Diamond Platnmz ngo vyoba vyiza yorongora umukobwa azi icarico urukundo kandi yomwitaho, ariko apana abakobwa bomukurikira kubera yamenyekanye canke kubera amafaranga yiwe, ivyo n&#8217;ibiheruka gushikirizwa n&#8217;umwe mu baririmvyi bagenziwe. [&hellip;]<\/p>\n","protected":false},"author":3,"featured_media":0,"comment_status":"open","ping_status":"closed","sticky":false,"template":"","format":"standard","meta":{"_bbp_topic_count":0,"_bbp_reply_count":0,"_bbp_total_topic_count":0,"_bbp_total_reply_count":0,"_bbp_voice_count":0,"_bbp_anonymous_reply_count":0,"_bbp_topic_count_hidden":0,"_bbp_reply_count_hidden":0,"_bbp_forum_subforum_count":0,"footnotes":""},"categories":[713,526,515,516,781,705,594],"tags":[],"class_list":["post-1128","post","type-post","status-publish","format-standard","hentry","category-akes-don","category-news-burundi","category-homepage","category-music-news","category-p-square","category-passport","category-tanzania"],"yoast_head":"<!-- This site is optimized with the Yoast SEO plugin v21.3 - https:\/\/yoast.com\/wordpress\/plugins\/seo\/ -->\n<title>Ivy&#039;ubugeni bwa Diamond vyahindutse, hasubiye kwinjiramwo Zari - Indundi Culture | Magazine<\/title>\n<meta name=\"robots\" content=\"index, follow, max-snippet:-1, max-image-preview:large, max-video-preview:-1\" \/>\n<link rel=\"canonical\" href=\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/ivyubugeni-bwa-diamond-vyahindutse-hasubiye-kwinjiramwo-zari\/\" \/>\n<meta property=\"og:locale\" content=\"en_US\" \/>\n<meta property=\"og:type\" content=\"article\" \/>\n<meta property=\"og:title\" content=\"Ivy&#039;ubugeni bwa Diamond vyahindutse, hasubiye kwinjiramwo Zari - Indundi Culture | Magazine\" \/>\n<meta property=\"og:description\" content=\"Ukugira ubugeni na Zarinah Hassan azwi cane nka Zari the boss lady ngo nivyo vyoba ngirakamaro gusumba kugenda kurondera uwundi mukobwa yomukurikira kubera ubu star bwiwe. Diamond Platnmz ngo vyoba vyiza yorongora umukobwa azi icarico urukundo kandi yomwitaho, ariko apana abakobwa bomukurikira kubera yamenyekanye canke kubera amafaranga yiwe, ivyo n&#8217;ibiheruka gushikirizwa n&#8217;umwe mu baririmvyi bagenziwe. [&hellip;]\" \/>\n<meta property=\"og:url\" content=\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/ivyubugeni-bwa-diamond-vyahindutse-hasubiye-kwinjiramwo-zari\/\" \/>\n<meta property=\"og:site_name\" content=\"Indundi Culture | Magazine\" \/>\n<meta property=\"article:published_time\" content=\"2019-01-10T23:27:43+00:00\" \/>\n<meta property=\"og:image\" content=\"http:\/\/indundi.com\/wp-content\/uploads\/2019\/01\/zari.jpg\" \/>\n<meta name=\"author\" content=\"yanick\" \/>\n<meta name=\"twitter:card\" content=\"summary_large_image\" \/>\n<meta name=\"twitter:label1\" content=\"Written by\" \/>\n\t<meta name=\"twitter:data1\" content=\"yanick\" \/>\n\t<meta name=\"twitter:label2\" content=\"Est. reading time\" \/>\n\t<meta name=\"twitter:data2\" content=\"1 minute\" \/>\n<script type=\"application\/ld+json\" class=\"yoast-schema-graph\">{\"@context\":\"https:\/\/schema.org\",\"@graph\":[{\"@type\":\"WebPage\",\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/ivyubugeni-bwa-diamond-vyahindutse-hasubiye-kwinjiramwo-zari\/\",\"url\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/ivyubugeni-bwa-diamond-vyahindutse-hasubiye-kwinjiramwo-zari\/\",\"name\":\"Ivy'ubugeni bwa Diamond vyahindutse, hasubiye kwinjiramwo Zari - Indundi Culture | Magazine\",\"isPartOf\":{\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#website\"},\"datePublished\":\"2019-01-10T23:27:43+00:00\",\"dateModified\":\"2019-01-10T23:27:43+00:00\",\"author\":{\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#\/schema\/person\/8b60fb7f0669c0da6211620297ad2021\"},\"breadcrumb\":{\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/ivyubugeni-bwa-diamond-vyahindutse-hasubiye-kwinjiramwo-zari\/#breadcrumb\"},\"inLanguage\":\"en-US\",\"potentialAction\":[{\"@type\":\"ReadAction\",\"target\":[\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/ivyubugeni-bwa-diamond-vyahindutse-hasubiye-kwinjiramwo-zari\/\"]}]},{\"@type\":\"BreadcrumbList\",\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/ivyubugeni-bwa-diamond-vyahindutse-hasubiye-kwinjiramwo-zari\/#breadcrumb\",\"itemListElement\":[{\"@type\":\"ListItem\",\"position\":1,\"name\":\"Home\",\"item\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/\"},{\"@type\":\"ListItem\",\"position\":2,\"name\":\"Ivy&#8217;ubugeni bwa Diamond vyahindutse, hasubiye kwinjiramwo Zari\"}]},{\"@type\":\"WebSite\",\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#website\",\"url\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/\",\"name\":\"Indundi Culture | Magazine\",\"description\":\"Burundi Entertainment\",\"potentialAction\":[{\"@type\":\"SearchAction\",\"target\":{\"@type\":\"EntryPoint\",\"urlTemplate\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/?s={search_term_string}\"},\"query-input\":\"required name=search_term_string\"}],\"inLanguage\":\"en-US\"},{\"@type\":\"Person\",\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#\/schema\/person\/8b60fb7f0669c0da6211620297ad2021\",\"name\":\"yanick\",\"image\":{\"@type\":\"ImageObject\",\"inLanguage\":\"en-US\",\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#\/schema\/person\/image\/\",\"url\":\"\/\/www.gravatar.com\/avatar\/3f9e37cb1a7115ab1fd67c8044b25dc8?s=96&#038;r=g&#038;d=mm\",\"contentUrl\":\"\/\/www.gravatar.com\/avatar\/3f9e37cb1a7115ab1fd67c8044b25dc8?s=96&#038;r=g&#038;d=mm\",\"caption\":\"yanick\"},\"url\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/members\/yanick\/\"}]}<\/script>\n<!-- \/ Yoast SEO plugin. -->","yoast_head_json":{"title":"Ivy'ubugeni bwa Diamond vyahindutse, hasubiye kwinjiramwo Zari - Indundi Culture | Magazine","robots":{"index":"index","follow":"follow","max-snippet":"max-snippet:-1","max-image-preview":"max-image-preview:large","max-video-preview":"max-video-preview:-1"},"canonical":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/ivyubugeni-bwa-diamond-vyahindutse-hasubiye-kwinjiramwo-zari\/","og_locale":"en_US","og_type":"article","og_title":"Ivy'ubugeni bwa Diamond vyahindutse, hasubiye kwinjiramwo Zari - Indundi Culture | Magazine","og_description":"Ukugira ubugeni na Zarinah Hassan azwi cane nka Zari the boss lady ngo nivyo vyoba ngirakamaro gusumba kugenda kurondera uwundi mukobwa yomukurikira kubera ubu star bwiwe. Diamond Platnmz ngo vyoba vyiza yorongora umukobwa azi icarico urukundo kandi yomwitaho, ariko apana abakobwa bomukurikira kubera yamenyekanye canke kubera amafaranga yiwe, ivyo n&#8217;ibiheruka gushikirizwa n&#8217;umwe mu baririmvyi bagenziwe. [&hellip;]","og_url":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/ivyubugeni-bwa-diamond-vyahindutse-hasubiye-kwinjiramwo-zari\/","og_site_name":"Indundi Culture | Magazine","article_published_time":"2019-01-10T23:27:43+00:00","og_image":[{"url":"http:\/\/indundi.com\/wp-content\/uploads\/2019\/01\/zari.jpg"}],"author":"yanick","twitter_card":"summary_large_image","twitter_misc":{"Written by":"yanick","Est. reading time":"1 minute"},"schema":{"@context":"https:\/\/schema.org","@graph":[{"@type":"WebPage","@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/ivyubugeni-bwa-diamond-vyahindutse-hasubiye-kwinjiramwo-zari\/","url":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/ivyubugeni-bwa-diamond-vyahindutse-hasubiye-kwinjiramwo-zari\/","name":"Ivy'ubugeni bwa Diamond vyahindutse, hasubiye kwinjiramwo Zari - Indundi Culture | Magazine","isPartOf":{"@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#website"},"datePublished":"2019-01-10T23:27:43+00:00","dateModified":"2019-01-10T23:27:43+00:00","author":{"@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#\/schema\/person\/8b60fb7f0669c0da6211620297ad2021"},"breadcrumb":{"@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/ivyubugeni-bwa-diamond-vyahindutse-hasubiye-kwinjiramwo-zari\/#breadcrumb"},"inLanguage":"en-US","potentialAction":[{"@type":"ReadAction","target":["https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/ivyubugeni-bwa-diamond-vyahindutse-hasubiye-kwinjiramwo-zari\/"]}]},{"@type":"BreadcrumbList","@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/ivyubugeni-bwa-diamond-vyahindutse-hasubiye-kwinjiramwo-zari\/#breadcrumb","itemListElement":[{"@type":"ListItem","position":1,"name":"Home","item":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/"},{"@type":"ListItem","position":2,"name":"Ivy&#8217;ubugeni bwa Diamond vyahindutse, hasubiye kwinjiramwo Zari"}]},{"@type":"WebSite","@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#website","url":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/","name":"Indundi Culture | Magazine","description":"Burundi Entertainment","potentialAction":[{"@type":"SearchAction","target":{"@type":"EntryPoint","urlTemplate":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/?s={search_term_string}"},"query-input":"required name=search_term_string"}],"inLanguage":"en-US"},{"@type":"Person","@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#\/schema\/person\/8b60fb7f0669c0da6211620297ad2021","name":"yanick","image":{"@type":"ImageObject","inLanguage":"en-US","@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#\/schema\/person\/image\/","url":"\/\/www.gravatar.com\/avatar\/3f9e37cb1a7115ab1fd67c8044b25dc8?s=96&#038;r=g&#038;d=mm","contentUrl":"\/\/www.gravatar.com\/avatar\/3f9e37cb1a7115ab1fd67c8044b25dc8?s=96&#038;r=g&#038;d=mm","caption":"yanick"},"url":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/members\/yanick\/"}]}},"_links":{"self":[{"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/posts\/1128","targetHints":{"allow":["GET"]}}],"collection":[{"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/posts"}],"about":[{"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/types\/post"}],"author":[{"embeddable":true,"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/users\/3"}],"replies":[{"embeddable":true,"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/comments?post=1128"}],"version-history":[{"count":0,"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/posts\/1128\/revisions"}],"wp:attachment":[{"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/media?parent=1128"}],"wp:term":[{"taxonomy":"category","embeddable":true,"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/categories?post=1128"},{"taxonomy":"post_tag","embeddable":true,"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/tags?post=1128"}],"curies":[{"name":"wp","href":"https:\/\/api.w.org\/{rel}","templated":true}]}}