{"id":11879,"date":"2020-02-21T07:52:58","date_gmt":"2020-02-21T14:52:58","guid":{"rendered":"http:\/\/indundi.com\/?p=11879"},"modified":"2020-03-31T06:59:32","modified_gmt":"2020-03-31T06:59:32","slug":"burundi-inama-nshingamateka-yaraye-yemeje-ko-umukuru-wigihugu-petero-nkurunziza-yoba-imboneza-mu-kuzirikana-igihugu","status":"publish","type":"post","link":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/burundi-inama-nshingamateka-yaraye-yemeje-ko-umukuru-wigihugu-petero-nkurunziza-yoba-imboneza-mu-kuzirikana-igihugu\/","title":{"rendered":"Inama nshingamateka yaraye yemeje ko umukuru w\u2019igihugu Petero Nkurunziza yoba imboneza mu kuzirikana igihugu"},"content":{"rendered":"<p><img loading=\"lazy\" decoding=\"async\" class=\"alignnone size-full wp-image-12538\" src=\"http:\/\/132.148.8.234\/indundi3\/wp-content\/uploads\/2020\/03\/b1-1024x683-1.jpg\" width=\"1024\" height=\"683\" alt=\"\" srcset=\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-content\/uploads\/2020\/03\/b1-1024x683-1.jpg 1024w, https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-content\/uploads\/2020\/03\/b1-1024x683-1-600x400.jpg 600w, https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-content\/uploads\/2020\/03\/b1-1024x683-1-300x200.jpg 300w, https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-content\/uploads\/2020\/03\/b1-1024x683-1-768x512.jpg 768w, https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-content\/uploads\/2020\/03\/b1-1024x683-1-696x464.jpg 696w\" sizes=\"auto, (max-width: 1024px) 100vw, 1024px\" \/><\/p>\n<p style=\"text-align: justify;\">Ku musi wa gatatu uheze, Inama nshingamateka y\u2019Uburundi yarize itegeko ryemeza umukuru w\u2019igihugu ayoboye igihugu muri kino gihe ko yoba imboneza mu kuzirikana inyuma y\u2019ikiringo co kuramutswa igihugu.<\/p>\n<p style=\"text-align: justify;\">Abashingamatekana bamwe bamwe bakaba barashikirije akabari ku mutima, aha twovuga nk\u2019umushingamateka yatowe mu ntara ya Bubanza, Fabiyano Banciryanino, yamenyesheje ko bitari bikwiye ko uwuramutswa igihugu muri kino gihe ko ariwe yoba imboneza y\u2019ukuzirikana igihugu kubera asanga hari ibitakozwe canke amakosa yakozwe ku ntwaro yiwe.<\/p>\n<p style=\"text-align: justify;\">Umunsi mukuru uhariwe kuzirikana no gukunda igihugu ukazohimbazwa mu kwezi kwa Mukakaro uko umwaka utashe nk\u2019uko vyashikirijwe n\u2019umushikiranganji w\u2019ubutungane Aim\u00e9e Laurentine Kanyana, yari yagiye mu kigobe gusigurira abashingamateka iryo tegeko no kwishura ibibazo vyabo.<\/p>\n<p style=\"text-align: justify;\">Umushingamateka, Simon Bizimungu, yatowe mu mizero y\u2019abarundi akaba yarabajije ko nimba ari imboneza yamaho izofata ijambo kuri uwo munsi mukuru kutazoba ari ukurengera umukuru w\u2019igihugu ahari.<\/p>\n<p style=\"text-align: justify;\">Umushikiranganji Kanyana akaba yavuze ko ari ibisanzwe ko Imboneza izofata ijambo kuri uwo munsi kugira ahanure.<\/p>\n<p style=\"text-align: justify;\">Itegeko rikaba ryaciye ryemezwa n\u2019abashingamateka 91, batatu bararihakana nayo 14 bakaba ataco bashimye kurivugako. Ibikorwa bikaba vyari vyitabwe n\u2019abashingamateka 108.<\/p>\n","protected":false},"excerpt":{"rendered":"<p>Ku musi wa gatatu uheze, Inama nshingamateka y\u2019Uburundi yarize itegeko ryemeza umukuru w\u2019igihugu ayoboye igihugu muri kino gihe ko yoba imboneza mu kuzirikana inyuma y\u2019ikiringo co kuramutswa igihugu. Abashingamatekana bamwe bamwe bakaba barashikirije akabari ku mutima, aha twovuga nk\u2019umushingamateka yatowe mu ntara ya Bubanza, Fabiyano Banciryanino, yamenyesheje ko bitari bikwiye ko uwuramutswa igihugu muri kino [&hellip;]<\/p>\n","protected":false},"author":1,"featured_media":12538,"comment_status":"open","ping_status":"closed","sticky":false,"template":"","format":"standard","meta":{"_bbp_topic_count":0,"_bbp_reply_count":0,"_bbp_total_topic_count":0,"_bbp_total_reply_count":0,"_bbp_voice_count":0,"_bbp_anonymous_reply_count":0,"_bbp_topic_count_hidden":0,"_bbp_reply_count_hidden":0,"_bbp_forum_subforum_count":0,"footnotes":""},"categories":[518,515,519,617],"tags":[],"class_list":["post-11879","post","type-post","status-publish","format-standard","has-post-thumbnail","hentry","category-burundi","category-homepage","category-kirundi","category-politics"],"yoast_head":"<!-- This site is optimized with the Yoast SEO plugin v21.3 - https:\/\/yoast.com\/wordpress\/plugins\/seo\/ -->\n<title>Inama nshingamateka yaraye yemeje ko umukuru w\u2019igihugu Petero Nkurunziza yoba imboneza mu kuzirikana igihugu - Indundi Culture | Magazine<\/title>\n<meta name=\"robots\" content=\"index, follow, max-snippet:-1, max-image-preview:large, max-video-preview:-1\" \/>\n<link rel=\"canonical\" href=\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/burundi-inama-nshingamateka-yaraye-yemeje-ko-umukuru-wigihugu-petero-nkurunziza-yoba-imboneza-mu-kuzirikana-igihugu\/\" \/>\n<meta property=\"og:locale\" content=\"en_US\" \/>\n<meta property=\"og:type\" content=\"article\" \/>\n<meta property=\"og:title\" content=\"Inama nshingamateka yaraye yemeje ko umukuru w\u2019igihugu Petero Nkurunziza yoba imboneza mu kuzirikana igihugu - Indundi Culture | Magazine\" \/>\n<meta property=\"og:description\" content=\"Ku musi wa gatatu uheze, Inama nshingamateka y\u2019Uburundi yarize itegeko ryemeza umukuru w\u2019igihugu ayoboye igihugu muri kino gihe ko yoba imboneza mu kuzirikana inyuma y\u2019ikiringo co kuramutswa igihugu. Abashingamatekana bamwe bamwe bakaba barashikirije akabari ku mutima, aha twovuga nk\u2019umushingamateka yatowe mu ntara ya Bubanza, Fabiyano Banciryanino, yamenyesheje ko bitari bikwiye ko uwuramutswa igihugu muri kino [&hellip;]\" \/>\n<meta property=\"og:url\" content=\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/burundi-inama-nshingamateka-yaraye-yemeje-ko-umukuru-wigihugu-petero-nkurunziza-yoba-imboneza-mu-kuzirikana-igihugu\/\" \/>\n<meta property=\"og:site_name\" content=\"Indundi Culture | Magazine\" \/>\n<meta property=\"article:published_time\" content=\"2020-02-21T14:52:58+00:00\" \/>\n<meta property=\"article:modified_time\" content=\"2020-03-31T06:59:32+00:00\" \/>\n<meta property=\"og:image\" content=\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-content\/uploads\/2020\/03\/b1-1024x683-1.jpg\" \/>\n\t<meta property=\"og:image:width\" content=\"1024\" \/>\n\t<meta property=\"og:image:height\" content=\"683\" \/>\n\t<meta property=\"og:image:type\" content=\"image\/jpeg\" \/>\n<meta name=\"author\" content=\"admin\" \/>\n<meta name=\"twitter:card\" content=\"summary_large_image\" \/>\n<meta name=\"twitter:label1\" content=\"Written by\" \/>\n\t<meta name=\"twitter:data1\" content=\"admin\" \/>\n\t<meta name=\"twitter:label2\" content=\"Est. reading time\" \/>\n\t<meta name=\"twitter:data2\" content=\"1 minute\" \/>\n<script type=\"application\/ld+json\" class=\"yoast-schema-graph\">{\"@context\":\"https:\/\/schema.org\",\"@graph\":[{\"@type\":\"WebPage\",\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/burundi-inama-nshingamateka-yaraye-yemeje-ko-umukuru-wigihugu-petero-nkurunziza-yoba-imboneza-mu-kuzirikana-igihugu\/\",\"url\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/burundi-inama-nshingamateka-yaraye-yemeje-ko-umukuru-wigihugu-petero-nkurunziza-yoba-imboneza-mu-kuzirikana-igihugu\/\",\"name\":\"Inama nshingamateka yaraye yemeje ko umukuru w\u2019igihugu Petero Nkurunziza yoba imboneza mu kuzirikana igihugu - Indundi Culture | Magazine\",\"isPartOf\":{\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#website\"},\"datePublished\":\"2020-02-21T14:52:58+00:00\",\"dateModified\":\"2020-03-31T06:59:32+00:00\",\"author\":{\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#\/schema\/person\/6f9465288b1bcd746b6826cea5c1cf87\"},\"breadcrumb\":{\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/burundi-inama-nshingamateka-yaraye-yemeje-ko-umukuru-wigihugu-petero-nkurunziza-yoba-imboneza-mu-kuzirikana-igihugu\/#breadcrumb\"},\"inLanguage\":\"en-US\",\"potentialAction\":[{\"@type\":\"ReadAction\",\"target\":[\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/burundi-inama-nshingamateka-yaraye-yemeje-ko-umukuru-wigihugu-petero-nkurunziza-yoba-imboneza-mu-kuzirikana-igihugu\/\"]}]},{\"@type\":\"BreadcrumbList\",\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/burundi-inama-nshingamateka-yaraye-yemeje-ko-umukuru-wigihugu-petero-nkurunziza-yoba-imboneza-mu-kuzirikana-igihugu\/#breadcrumb\",\"itemListElement\":[{\"@type\":\"ListItem\",\"position\":1,\"name\":\"Home\",\"item\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/\"},{\"@type\":\"ListItem\",\"position\":2,\"name\":\"Inama nshingamateka yaraye yemeje ko umukuru w\u2019igihugu Petero Nkurunziza yoba imboneza mu kuzirikana igihugu\"}]},{\"@type\":\"WebSite\",\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#website\",\"url\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/\",\"name\":\"Indundi Culture | Magazine\",\"description\":\"Burundi Entertainment\",\"potentialAction\":[{\"@type\":\"SearchAction\",\"target\":{\"@type\":\"EntryPoint\",\"urlTemplate\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/?s={search_term_string}\"},\"query-input\":\"required name=search_term_string\"}],\"inLanguage\":\"en-US\"},{\"@type\":\"Person\",\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#\/schema\/person\/6f9465288b1bcd746b6826cea5c1cf87\",\"name\":\"admin\",\"image\":{\"@type\":\"ImageObject\",\"inLanguage\":\"en-US\",\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#\/schema\/person\/image\/\",\"url\":\"\/\/www.gravatar.com\/avatar\/3d649179d984570857921b38efabbced?s=96&#038;r=g&#038;d=mm\",\"contentUrl\":\"\/\/www.gravatar.com\/avatar\/3d649179d984570857921b38efabbced?s=96&#038;r=g&#038;d=mm\",\"caption\":\"admin\"},\"sameAs\":[\"https:\/\/bagenzinet.com\/INDUNDI\"],\"url\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/members\/admin\/\"}]}<\/script>\n<!-- \/ Yoast SEO plugin. -->","yoast_head_json":{"title":"Inama nshingamateka yaraye yemeje ko umukuru w\u2019igihugu Petero Nkurunziza yoba imboneza mu kuzirikana igihugu - Indundi Culture | Magazine","robots":{"index":"index","follow":"follow","max-snippet":"max-snippet:-1","max-image-preview":"max-image-preview:large","max-video-preview":"max-video-preview:-1"},"canonical":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/burundi-inama-nshingamateka-yaraye-yemeje-ko-umukuru-wigihugu-petero-nkurunziza-yoba-imboneza-mu-kuzirikana-igihugu\/","og_locale":"en_US","og_type":"article","og_title":"Inama nshingamateka yaraye yemeje ko umukuru w\u2019igihugu Petero Nkurunziza yoba imboneza mu kuzirikana igihugu - Indundi Culture | Magazine","og_description":"Ku musi wa gatatu uheze, Inama nshingamateka y\u2019Uburundi yarize itegeko ryemeza umukuru w\u2019igihugu ayoboye igihugu muri kino gihe ko yoba imboneza mu kuzirikana inyuma y\u2019ikiringo co kuramutswa igihugu. Abashingamatekana bamwe bamwe bakaba barashikirije akabari ku mutima, aha twovuga nk\u2019umushingamateka yatowe mu ntara ya Bubanza, Fabiyano Banciryanino, yamenyesheje ko bitari bikwiye ko uwuramutswa igihugu muri kino [&hellip;]","og_url":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/burundi-inama-nshingamateka-yaraye-yemeje-ko-umukuru-wigihugu-petero-nkurunziza-yoba-imboneza-mu-kuzirikana-igihugu\/","og_site_name":"Indundi Culture | Magazine","article_published_time":"2020-02-21T14:52:58+00:00","article_modified_time":"2020-03-31T06:59:32+00:00","og_image":[{"width":1024,"height":683,"url":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-content\/uploads\/2020\/03\/b1-1024x683-1.jpg","type":"image\/jpeg"}],"author":"admin","twitter_card":"summary_large_image","twitter_misc":{"Written by":"admin","Est. reading time":"1 minute"},"schema":{"@context":"https:\/\/schema.org","@graph":[{"@type":"WebPage","@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/burundi-inama-nshingamateka-yaraye-yemeje-ko-umukuru-wigihugu-petero-nkurunziza-yoba-imboneza-mu-kuzirikana-igihugu\/","url":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/burundi-inama-nshingamateka-yaraye-yemeje-ko-umukuru-wigihugu-petero-nkurunziza-yoba-imboneza-mu-kuzirikana-igihugu\/","name":"Inama nshingamateka yaraye yemeje ko umukuru w\u2019igihugu Petero Nkurunziza yoba imboneza mu kuzirikana igihugu - Indundi Culture | Magazine","isPartOf":{"@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#website"},"datePublished":"2020-02-21T14:52:58+00:00","dateModified":"2020-03-31T06:59:32+00:00","author":{"@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#\/schema\/person\/6f9465288b1bcd746b6826cea5c1cf87"},"breadcrumb":{"@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/burundi-inama-nshingamateka-yaraye-yemeje-ko-umukuru-wigihugu-petero-nkurunziza-yoba-imboneza-mu-kuzirikana-igihugu\/#breadcrumb"},"inLanguage":"en-US","potentialAction":[{"@type":"ReadAction","target":["https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/burundi-inama-nshingamateka-yaraye-yemeje-ko-umukuru-wigihugu-petero-nkurunziza-yoba-imboneza-mu-kuzirikana-igihugu\/"]}]},{"@type":"BreadcrumbList","@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/burundi-inama-nshingamateka-yaraye-yemeje-ko-umukuru-wigihugu-petero-nkurunziza-yoba-imboneza-mu-kuzirikana-igihugu\/#breadcrumb","itemListElement":[{"@type":"ListItem","position":1,"name":"Home","item":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/"},{"@type":"ListItem","position":2,"name":"Inama nshingamateka yaraye yemeje ko umukuru w\u2019igihugu Petero Nkurunziza yoba imboneza mu kuzirikana igihugu"}]},{"@type":"WebSite","@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#website","url":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/","name":"Indundi Culture | Magazine","description":"Burundi Entertainment","potentialAction":[{"@type":"SearchAction","target":{"@type":"EntryPoint","urlTemplate":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/?s={search_term_string}"},"query-input":"required name=search_term_string"}],"inLanguage":"en-US"},{"@type":"Person","@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#\/schema\/person\/6f9465288b1bcd746b6826cea5c1cf87","name":"admin","image":{"@type":"ImageObject","inLanguage":"en-US","@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#\/schema\/person\/image\/","url":"\/\/www.gravatar.com\/avatar\/3d649179d984570857921b38efabbced?s=96&#038;r=g&#038;d=mm","contentUrl":"\/\/www.gravatar.com\/avatar\/3d649179d984570857921b38efabbced?s=96&#038;r=g&#038;d=mm","caption":"admin"},"sameAs":["https:\/\/bagenzinet.com\/INDUNDI"],"url":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/members\/admin\/"}]}},"_links":{"self":[{"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/posts\/11879","targetHints":{"allow":["GET"]}}],"collection":[{"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/posts"}],"about":[{"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/types\/post"}],"author":[{"embeddable":true,"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/users\/1"}],"replies":[{"embeddable":true,"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/comments?post=11879"}],"version-history":[{"count":2,"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/posts\/11879\/revisions"}],"predecessor-version":[{"id":13725,"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/posts\/11879\/revisions\/13725"}],"wp:featuredmedia":[{"embeddable":true,"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/media\/12538"}],"wp:attachment":[{"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/media?parent=11879"}],"wp:term":[{"taxonomy":"category","embeddable":true,"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/categories?post=11879"},{"taxonomy":"post_tag","embeddable":true,"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/tags?post=11879"}],"curies":[{"name":"wp","href":"https:\/\/api.w.org\/{rel}","templated":true}]}}