{"id":12317,"date":"2020-03-08T23:38:15","date_gmt":"2020-03-09T06:38:15","guid":{"rendered":"http:\/\/indundi.com\/?p=12317"},"modified":"2020-03-08T23:38:15","modified_gmt":"2020-03-09T06:38:15","slug":"nasibu-yerekanye-abagore-8-avuga-ko-bazokwama-ku-mutima-wiwe","status":"publish","type":"post","link":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/nasibu-yerekanye-abagore-8-avuga-ko-bazokwama-ku-mutima-wiwe\/","title":{"rendered":"Nasibu yerekanye abagore 8 avuga ko bazokwama ku mutima wiwe"},"content":{"rendered":"<p><img loading=\"lazy\" decoding=\"async\" class=\"alignnone size-full wp-image-13435\" src=\"http:\/\/132.148.8.234\/indundi3\/wp-content\/uploads\/2020\/03\/fe41c21562f803dee22da1c8156708e4.png\" width=\"1080\" height=\"1080\" alt=\"\" \/><\/p>\n<p><strong><em>Kuri uno wa 8 Ntwarante isi ihimbaza umusi mukuru wahariwe abagore, Diamond yerekanye abagore avuga ko bamubaye inyuma ngo bagatuma aba uwo ariwe uno musi.<\/em><\/strong><\/p>\n<p>Muri Post yashize ku rubuga rwiwe rwa Instagram, Nasibu yavuze ko abo bagore batumye ashika kure. Ariko kandi ngo muri urwo rugendo yarimwo, yarungitse vyinshi, arakosha, arababaza ariko kandi ngo aranababaza.<\/p>\n<p>Uwo mwanditsi w\u2019indirimbo JEJE yavuze ko abo bagore bagize igikomeye bakora mu buzima bwiwe, anavuga kandi ko abo uko biri kwose ngo bazokwama bari ku mutima wiwe imyaka yiwe yose.<\/p>\n<p>Abo bagore yashize ahabona, yashizemwo 4 bakundanye, Wema, Zari, Hamissa, na Tanasha. Yongeyemwo umukobwa wiwe w\u2019imfura, ashiramwo na bashikiwe 2, Queen Darling na Esma.<\/p>\n<p><img loading=\"lazy\" decoding=\"async\" class=\"alignnone size-full wp-image-13436\" src=\"http:\/\/132.148.8.234\/indundi3\/wp-content\/uploads\/2020\/03\/67943fb54ec5c0ed07a97f252179bfba.png\" width=\"1080\" height=\"1080\" alt=\"\" \/><\/p>\n<p>Bamwe muribo bakaba bataretse kugira ico bashikiriza kuri urwo rubuga ico nabo bafise ku mutima kuvyo yashikirije. Mubagize ico bashikiriza hakaba harimwo Wema Sepetu,Queen Darling, Esma Platnumz hamwe na Mama wiwe.<\/p>\n<p>Abandi bagize ico bashikiriza, ni nk\u2019ama page y\u2019abanyarusaku muri ico gihugu babona ko uwo muririmvyi atabavuze bose, ariko hari bo yibagiye. Abandi nabo n\u2019abafana b\u2019abo bagore aho babona ko hari abo mu muryango wiwe avuguruje.<\/p>\n<p>Mwomenya ko ivyo bishitse mu gihe hari amakuru menshi avuga ko atakirikumwe n\u2019umuvyeyi w\u2019umwana wiwe, Nasibu Junior. Imvo y\u2019ukwo kuvana ikaba itaramenyekana, kuko bose uko ari 2 ata wushaka kugira vyinshi abivuzeko.<\/p>\n","protected":false},"excerpt":{"rendered":"<p>Kuri uno wa 8 Ntwarante isi ihimbaza umusi mukuru wahariwe abagore, Diamond yerekanye abagore avuga ko bamubaye inyuma ngo bagatuma aba uwo ariwe uno musi. Muri Post yashize ku rubuga rwiwe rwa Instagram, Nasibu yavuze ko abo bagore batumye ashika kure. Ariko kandi ngo muri urwo rugendo yarimwo, yarungitse vyinshi, arakosha, arababaza ariko kandi ngo [&hellip;]<\/p>\n","protected":false},"author":9,"featured_media":0,"comment_status":"open","ping_status":"closed","sticky":false,"template":"","format":"standard","meta":{"_bbp_topic_count":0,"_bbp_reply_count":0,"_bbp_total_topic_count":0,"_bbp_total_reply_count":0,"_bbp_voice_count":0,"_bbp_anonymous_reply_count":0,"_bbp_topic_count_hidden":0,"_bbp_reply_count_hidden":0,"_bbp_forum_subforum_count":0,"footnotes":""},"categories":[515],"tags":[],"class_list":["post-12317","post","type-post","status-publish","format-standard","hentry","category-homepage"],"yoast_head":"<!-- This site is optimized with the Yoast SEO plugin v21.3 - https:\/\/yoast.com\/wordpress\/plugins\/seo\/ -->\n<title>Nasibu yerekanye abagore 8 avuga ko bazokwama ku mutima wiwe - Indundi Culture | Magazine<\/title>\n<meta name=\"robots\" content=\"index, follow, max-snippet:-1, max-image-preview:large, max-video-preview:-1\" \/>\n<link rel=\"canonical\" href=\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/nasibu-yerekanye-abagore-8-avuga-ko-bazokwama-ku-mutima-wiwe\/\" \/>\n<meta property=\"og:locale\" content=\"en_US\" \/>\n<meta property=\"og:type\" content=\"article\" \/>\n<meta property=\"og:title\" content=\"Nasibu yerekanye abagore 8 avuga ko bazokwama ku mutima wiwe - Indundi Culture | Magazine\" \/>\n<meta property=\"og:description\" content=\"Kuri uno wa 8 Ntwarante isi ihimbaza umusi mukuru wahariwe abagore, Diamond yerekanye abagore avuga ko bamubaye inyuma ngo bagatuma aba uwo ariwe uno musi. Muri Post yashize ku rubuga rwiwe rwa Instagram, Nasibu yavuze ko abo bagore batumye ashika kure. Ariko kandi ngo muri urwo rugendo yarimwo, yarungitse vyinshi, arakosha, arababaza ariko kandi ngo [&hellip;]\" \/>\n<meta property=\"og:url\" content=\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/nasibu-yerekanye-abagore-8-avuga-ko-bazokwama-ku-mutima-wiwe\/\" \/>\n<meta property=\"og:site_name\" content=\"Indundi Culture | Magazine\" \/>\n<meta property=\"article:published_time\" content=\"2020-03-09T06:38:15+00:00\" \/>\n<meta property=\"og:image\" content=\"http:\/\/132.148.8.234\/indundi3\/wp-content\/uploads\/2020\/03\/fe41c21562f803dee22da1c8156708e4.png\" \/>\n<meta name=\"twitter:card\" content=\"summary_large_image\" \/>\n<meta name=\"twitter:label1\" content=\"Written by\" \/>\n\t<meta name=\"twitter:data1\" content=\"\" \/>\n\t<meta name=\"twitter:label2\" content=\"Est. reading time\" \/>\n\t<meta name=\"twitter:data2\" content=\"1 minute\" \/>\n<script type=\"application\/ld+json\" class=\"yoast-schema-graph\">{\"@context\":\"https:\/\/schema.org\",\"@graph\":[{\"@type\":\"WebPage\",\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/nasibu-yerekanye-abagore-8-avuga-ko-bazokwama-ku-mutima-wiwe\/\",\"url\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/nasibu-yerekanye-abagore-8-avuga-ko-bazokwama-ku-mutima-wiwe\/\",\"name\":\"Nasibu yerekanye abagore 8 avuga ko bazokwama ku mutima wiwe - Indundi Culture | Magazine\",\"isPartOf\":{\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#website\"},\"datePublished\":\"2020-03-09T06:38:15+00:00\",\"dateModified\":\"2020-03-09T06:38:15+00:00\",\"author\":{\"@id\":\"\"},\"breadcrumb\":{\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/nasibu-yerekanye-abagore-8-avuga-ko-bazokwama-ku-mutima-wiwe\/#breadcrumb\"},\"inLanguage\":\"en-US\",\"potentialAction\":[{\"@type\":\"ReadAction\",\"target\":[\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/nasibu-yerekanye-abagore-8-avuga-ko-bazokwama-ku-mutima-wiwe\/\"]}]},{\"@type\":\"BreadcrumbList\",\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/nasibu-yerekanye-abagore-8-avuga-ko-bazokwama-ku-mutima-wiwe\/#breadcrumb\",\"itemListElement\":[{\"@type\":\"ListItem\",\"position\":1,\"name\":\"Home\",\"item\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/\"},{\"@type\":\"ListItem\",\"position\":2,\"name\":\"Nasibu yerekanye abagore 8 avuga ko bazokwama ku mutima wiwe\"}]},{\"@type\":\"WebSite\",\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#website\",\"url\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/\",\"name\":\"Indundi Culture | Magazine\",\"description\":\"Burundi Entertainment\",\"potentialAction\":[{\"@type\":\"SearchAction\",\"target\":{\"@type\":\"EntryPoint\",\"urlTemplate\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/?s={search_term_string}\"},\"query-input\":\"required name=search_term_string\"}],\"inLanguage\":\"en-US\"},{\"@type\":\"Person\",\"@id\":\"\",\"url\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/members\/\"}]}<\/script>\n<!-- \/ Yoast SEO plugin. -->","yoast_head_json":{"title":"Nasibu yerekanye abagore 8 avuga ko bazokwama ku mutima wiwe - Indundi Culture | Magazine","robots":{"index":"index","follow":"follow","max-snippet":"max-snippet:-1","max-image-preview":"max-image-preview:large","max-video-preview":"max-video-preview:-1"},"canonical":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/nasibu-yerekanye-abagore-8-avuga-ko-bazokwama-ku-mutima-wiwe\/","og_locale":"en_US","og_type":"article","og_title":"Nasibu yerekanye abagore 8 avuga ko bazokwama ku mutima wiwe - Indundi Culture | Magazine","og_description":"Kuri uno wa 8 Ntwarante isi ihimbaza umusi mukuru wahariwe abagore, Diamond yerekanye abagore avuga ko bamubaye inyuma ngo bagatuma aba uwo ariwe uno musi. Muri Post yashize ku rubuga rwiwe rwa Instagram, Nasibu yavuze ko abo bagore batumye ashika kure. Ariko kandi ngo muri urwo rugendo yarimwo, yarungitse vyinshi, arakosha, arababaza ariko kandi ngo [&hellip;]","og_url":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/nasibu-yerekanye-abagore-8-avuga-ko-bazokwama-ku-mutima-wiwe\/","og_site_name":"Indundi Culture | Magazine","article_published_time":"2020-03-09T06:38:15+00:00","og_image":[{"url":"http:\/\/132.148.8.234\/indundi3\/wp-content\/uploads\/2020\/03\/fe41c21562f803dee22da1c8156708e4.png"}],"twitter_card":"summary_large_image","twitter_misc":{"Written by":"","Est. reading time":"1 minute"},"schema":{"@context":"https:\/\/schema.org","@graph":[{"@type":"WebPage","@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/nasibu-yerekanye-abagore-8-avuga-ko-bazokwama-ku-mutima-wiwe\/","url":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/nasibu-yerekanye-abagore-8-avuga-ko-bazokwama-ku-mutima-wiwe\/","name":"Nasibu yerekanye abagore 8 avuga ko bazokwama ku mutima wiwe - Indundi Culture | Magazine","isPartOf":{"@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#website"},"datePublished":"2020-03-09T06:38:15+00:00","dateModified":"2020-03-09T06:38:15+00:00","author":{"@id":""},"breadcrumb":{"@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/nasibu-yerekanye-abagore-8-avuga-ko-bazokwama-ku-mutima-wiwe\/#breadcrumb"},"inLanguage":"en-US","potentialAction":[{"@type":"ReadAction","target":["https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/nasibu-yerekanye-abagore-8-avuga-ko-bazokwama-ku-mutima-wiwe\/"]}]},{"@type":"BreadcrumbList","@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/nasibu-yerekanye-abagore-8-avuga-ko-bazokwama-ku-mutima-wiwe\/#breadcrumb","itemListElement":[{"@type":"ListItem","position":1,"name":"Home","item":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/"},{"@type":"ListItem","position":2,"name":"Nasibu yerekanye abagore 8 avuga ko bazokwama ku mutima wiwe"}]},{"@type":"WebSite","@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#website","url":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/","name":"Indundi Culture | Magazine","description":"Burundi Entertainment","potentialAction":[{"@type":"SearchAction","target":{"@type":"EntryPoint","urlTemplate":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/?s={search_term_string}"},"query-input":"required name=search_term_string"}],"inLanguage":"en-US"},{"@type":"Person","@id":"","url":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/members\/"}]}},"_links":{"self":[{"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/posts\/12317","targetHints":{"allow":["GET"]}}],"collection":[{"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/posts"}],"about":[{"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/types\/post"}],"author":[{"embeddable":true,"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/users\/9"}],"replies":[{"embeddable":true,"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/comments?post=12317"}],"version-history":[{"count":0,"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/posts\/12317\/revisions"}],"wp:attachment":[{"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/media?parent=12317"}],"wp:term":[{"taxonomy":"category","embeddable":true,"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/categories?post=12317"},{"taxonomy":"post_tag","embeddable":true,"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/tags?post=12317"}],"curies":[{"name":"wp","href":"https:\/\/api.w.org\/{rel}","templated":true}]}}