{"id":13420,"date":"2020-03-06T05:55:00","date_gmt":"2020-03-06T12:55:00","guid":{"rendered":"http:\/\/indundi.com\/?p=12275"},"modified":"2020-03-06T05:55:00","modified_gmt":"2020-03-06T12:55:00","slug":"burundi-ingenzi-zigiye-guhora-zimara-imisi-14-zikurikiranirwa-mu-kibanza-ciherereye","status":"publish","type":"post","link":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/burundi-ingenzi-zigiye-guhora-zimara-imisi-14-zikurikiranirwa-mu-kibanza-ciherereye\/","title":{"rendered":"Ingenzi zigiye guhora zimara imisi 14 zikurikiranirwa mu kibanza ciherereye"},"content":{"rendered":"<p style=\"text-align: justify;\"><em><strong>Reta y&#8217;Uburundi yaraye itangaje ko kuva ubu ingenzi ziza mu gihugu zivuye mu bihugu bimwe bimwe birimwo Coronavirus ko bategerezwa kuzohora bashirwa ahantu imisi icumi n\u2019ine bakurikiranwa mu ntumbero yo kwirinda ko ico kiza kihagera.<\/strong><\/em><\/p>\n<p><img loading=\"lazy\" decoding=\"async\" class=\"alignnone size-full wp-image-13419\" src=\"http:\/\/132.148.8.234\/indundi3\/wp-content\/uploads\/2020\/03\/Thade.jpg\" width=\"512\" height=\"359\" alt=\"\" \/><\/p>\n<p style=\"text-align: justify;\">Mu kiganiro yahaye abanditsi n\u2019abamenyeshamakuru kuri uyu wa kane waraye uheze, igenekerezo rya 5 Ntwarante 2020, umushikiranganji w\u2019amagara y\u2019abantu no kurwanya ikiza ruhonyanganda Sida Thadd\u00e9e Ndikumana yamenyesheje ko kuva ubu ingenzi zose zizoba zivuye mu bihugu bivurwamwo iyo ndwara ya Coronavirus bategerezwa kuzoshirwa mu kibanza cabo kuva bagishika ku kibuga c\u2019indege mpuzamakungu Melchior Ndadaye mu kiringo kingana n\u2019imisi icumi n\u2019ine bakurikiranwa mu ntumbero yo kwirinda ko ico kiza kigera mu Burundi.<\/p>\n<p style=\"text-align: justify;\">Izo ngenzi akazoba ahanini ari izizoba zivuye mu bihugu nk\u2019Ubushinwa, Koreya yo mu bumanuko, Irani, Ubutariyano, Ubudagi, Ubufaransa, Ubuyapani hamwe na Espagne.<\/p>\n<p style=\"text-align: justify;\">Mwomenya ko kuva iyo ndwara imenyekanye hemezwa ko abantu bagera ku bihumbi mirongo icenda na bibiri aribo bamaze kuyandura kw\u2019isi, muri abo abarenga ibihumbi mirongo umunani akaba ari abo mu Bushinwa gusa. Kw\u2019isi kandi abantu barenga ibihumbi bitatu baramaze guhitanwa n\u2019ico kiza Ubushinwa catanguriyemwo akaba arico gihugu kimaze kubura abantu benshi.<\/p>\n<p style=\"text-align: justify;\">\n","protected":false},"excerpt":{"rendered":"<p>Reta y&#8217;Uburundi yaraye itangaje ko kuva ubu ingenzi ziza mu gihugu zivuye mu bihugu bimwe bimwe birimwo Coronavirus ko bategerezwa kuzohora bashirwa ahantu imisi icumi n\u2019ine bakurikiranwa mu ntumbero yo kwirinda ko ico kiza kihagera. Mu kiganiro yahaye abanditsi n\u2019abamenyeshamakuru kuri uyu wa kane waraye uheze, igenekerezo rya 5 Ntwarante 2020, umushikiranganji w\u2019amagara y\u2019abantu no [&hellip;]<\/p>\n","protected":false},"author":5,"featured_media":0,"comment_status":"open","ping_status":"closed","sticky":false,"template":"","format":"standard","meta":{"_bbp_topic_count":0,"_bbp_reply_count":0,"_bbp_total_topic_count":0,"_bbp_total_reply_count":0,"_bbp_voice_count":0,"_bbp_anonymous_reply_count":0,"_bbp_topic_count_hidden":0,"_bbp_reply_count_hidden":0,"_bbp_forum_subforum_count":0,"footnotes":""},"categories":[518,612,515,519],"tags":[857,860,1045,1046],"class_list":["post-13420","post","type-post","status-publish","format-standard","hentry","category-burundi","category-health","category-homepage","category-kirundi","tag-coronavirus","tag-covid-19","tag-groups-membership-request-rejected"],"yoast_head":"<!-- This site is optimized with the Yoast SEO plugin v21.3 - https:\/\/yoast.com\/wordpress\/plugins\/seo\/ -->\n<title>Ingenzi zigiye guhora zimara imisi 14 zikurikiranirwa mu kibanza ciherereye - Indundi Culture | Magazine<\/title>\n<meta name=\"robots\" content=\"index, follow, max-snippet:-1, max-image-preview:large, max-video-preview:-1\" \/>\n<link rel=\"canonical\" href=\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/burundi-ingenzi-zigiye-guhora-zimara-imisi-14-zikurikiranirwa-mu-kibanza-ciherereye\/\" \/>\n<meta property=\"og:locale\" content=\"en_US\" \/>\n<meta property=\"og:type\" content=\"article\" \/>\n<meta property=\"og:title\" content=\"Ingenzi zigiye guhora zimara imisi 14 zikurikiranirwa mu kibanza ciherereye - Indundi Culture | Magazine\" \/>\n<meta property=\"og:description\" content=\"Reta y&#8217;Uburundi yaraye itangaje ko kuva ubu ingenzi ziza mu gihugu zivuye mu bihugu bimwe bimwe birimwo Coronavirus ko bategerezwa kuzohora bashirwa ahantu imisi icumi n\u2019ine bakurikiranwa mu ntumbero yo kwirinda ko ico kiza kihagera. Mu kiganiro yahaye abanditsi n\u2019abamenyeshamakuru kuri uyu wa kane waraye uheze, igenekerezo rya 5 Ntwarante 2020, umushikiranganji w\u2019amagara y\u2019abantu no [&hellip;]\" \/>\n<meta property=\"og:url\" content=\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/burundi-ingenzi-zigiye-guhora-zimara-imisi-14-zikurikiranirwa-mu-kibanza-ciherereye\/\" \/>\n<meta property=\"og:site_name\" content=\"Indundi Culture | Magazine\" \/>\n<meta property=\"article:published_time\" content=\"2020-03-06T12:55:00+00:00\" \/>\n<meta property=\"og:image\" content=\"http:\/\/132.148.8.234\/indundi3\/wp-content\/uploads\/2020\/03\/Thade.jpg\" \/>\n<meta name=\"author\" content=\"janvier\" \/>\n<meta name=\"twitter:card\" content=\"summary_large_image\" \/>\n<meta name=\"twitter:label1\" content=\"Written by\" \/>\n\t<meta name=\"twitter:data1\" content=\"janvier\" \/>\n\t<meta name=\"twitter:label2\" content=\"Est. reading time\" \/>\n\t<meta name=\"twitter:data2\" content=\"1 minute\" \/>\n<script type=\"application\/ld+json\" class=\"yoast-schema-graph\">{\"@context\":\"https:\/\/schema.org\",\"@graph\":[{\"@type\":\"WebPage\",\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/burundi-ingenzi-zigiye-guhora-zimara-imisi-14-zikurikiranirwa-mu-kibanza-ciherereye\/\",\"url\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/burundi-ingenzi-zigiye-guhora-zimara-imisi-14-zikurikiranirwa-mu-kibanza-ciherereye\/\",\"name\":\"Ingenzi zigiye guhora zimara imisi 14 zikurikiranirwa mu kibanza ciherereye - Indundi Culture | Magazine\",\"isPartOf\":{\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#website\"},\"datePublished\":\"2020-03-06T12:55:00+00:00\",\"dateModified\":\"2020-03-06T12:55:00+00:00\",\"author\":{\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#\/schema\/person\/dd28c84d43ef99ec2da1bfc4b42bc814\"},\"breadcrumb\":{\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/burundi-ingenzi-zigiye-guhora-zimara-imisi-14-zikurikiranirwa-mu-kibanza-ciherereye\/#breadcrumb\"},\"inLanguage\":\"en-US\",\"potentialAction\":[{\"@type\":\"ReadAction\",\"target\":[\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/burundi-ingenzi-zigiye-guhora-zimara-imisi-14-zikurikiranirwa-mu-kibanza-ciherereye\/\"]}]},{\"@type\":\"BreadcrumbList\",\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/burundi-ingenzi-zigiye-guhora-zimara-imisi-14-zikurikiranirwa-mu-kibanza-ciherereye\/#breadcrumb\",\"itemListElement\":[{\"@type\":\"ListItem\",\"position\":1,\"name\":\"Home\",\"item\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/\"},{\"@type\":\"ListItem\",\"position\":2,\"name\":\"Ingenzi zigiye guhora zimara imisi 14 zikurikiranirwa mu kibanza ciherereye\"}]},{\"@type\":\"WebSite\",\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#website\",\"url\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/\",\"name\":\"Indundi Culture | Magazine\",\"description\":\"Burundi Entertainment\",\"potentialAction\":[{\"@type\":\"SearchAction\",\"target\":{\"@type\":\"EntryPoint\",\"urlTemplate\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/?s={search_term_string}\"},\"query-input\":\"required name=search_term_string\"}],\"inLanguage\":\"en-US\"},{\"@type\":\"Person\",\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#\/schema\/person\/dd28c84d43ef99ec2da1bfc4b42bc814\",\"name\":\"janvier\",\"image\":{\"@type\":\"ImageObject\",\"inLanguage\":\"en-US\",\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#\/schema\/person\/image\/\",\"url\":\"\/\/www.gravatar.com\/avatar\/93b8d6f4cc712a3a5c942430cca87e87?s=96&#038;r=g&#038;d=mm\",\"contentUrl\":\"\/\/www.gravatar.com\/avatar\/93b8d6f4cc712a3a5c942430cca87e87?s=96&#038;r=g&#038;d=mm\",\"caption\":\"janvier\"},\"url\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/members\/janvier\/\"}]}<\/script>\n<!-- \/ Yoast SEO plugin. -->","yoast_head_json":{"title":"Ingenzi zigiye guhora zimara imisi 14 zikurikiranirwa mu kibanza ciherereye - Indundi Culture | Magazine","robots":{"index":"index","follow":"follow","max-snippet":"max-snippet:-1","max-image-preview":"max-image-preview:large","max-video-preview":"max-video-preview:-1"},"canonical":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/burundi-ingenzi-zigiye-guhora-zimara-imisi-14-zikurikiranirwa-mu-kibanza-ciherereye\/","og_locale":"en_US","og_type":"article","og_title":"Ingenzi zigiye guhora zimara imisi 14 zikurikiranirwa mu kibanza ciherereye - Indundi Culture | Magazine","og_description":"Reta y&#8217;Uburundi yaraye itangaje ko kuva ubu ingenzi ziza mu gihugu zivuye mu bihugu bimwe bimwe birimwo Coronavirus ko bategerezwa kuzohora bashirwa ahantu imisi icumi n\u2019ine bakurikiranwa mu ntumbero yo kwirinda ko ico kiza kihagera. Mu kiganiro yahaye abanditsi n\u2019abamenyeshamakuru kuri uyu wa kane waraye uheze, igenekerezo rya 5 Ntwarante 2020, umushikiranganji w\u2019amagara y\u2019abantu no [&hellip;]","og_url":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/burundi-ingenzi-zigiye-guhora-zimara-imisi-14-zikurikiranirwa-mu-kibanza-ciherereye\/","og_site_name":"Indundi Culture | Magazine","article_published_time":"2020-03-06T12:55:00+00:00","og_image":[{"url":"http:\/\/132.148.8.234\/indundi3\/wp-content\/uploads\/2020\/03\/Thade.jpg"}],"author":"janvier","twitter_card":"summary_large_image","twitter_misc":{"Written by":"janvier","Est. reading time":"1 minute"},"schema":{"@context":"https:\/\/schema.org","@graph":[{"@type":"WebPage","@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/burundi-ingenzi-zigiye-guhora-zimara-imisi-14-zikurikiranirwa-mu-kibanza-ciherereye\/","url":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/burundi-ingenzi-zigiye-guhora-zimara-imisi-14-zikurikiranirwa-mu-kibanza-ciherereye\/","name":"Ingenzi zigiye guhora zimara imisi 14 zikurikiranirwa mu kibanza ciherereye - Indundi Culture | Magazine","isPartOf":{"@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#website"},"datePublished":"2020-03-06T12:55:00+00:00","dateModified":"2020-03-06T12:55:00+00:00","author":{"@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#\/schema\/person\/dd28c84d43ef99ec2da1bfc4b42bc814"},"breadcrumb":{"@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/burundi-ingenzi-zigiye-guhora-zimara-imisi-14-zikurikiranirwa-mu-kibanza-ciherereye\/#breadcrumb"},"inLanguage":"en-US","potentialAction":[{"@type":"ReadAction","target":["https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/burundi-ingenzi-zigiye-guhora-zimara-imisi-14-zikurikiranirwa-mu-kibanza-ciherereye\/"]}]},{"@type":"BreadcrumbList","@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/burundi-ingenzi-zigiye-guhora-zimara-imisi-14-zikurikiranirwa-mu-kibanza-ciherereye\/#breadcrumb","itemListElement":[{"@type":"ListItem","position":1,"name":"Home","item":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/"},{"@type":"ListItem","position":2,"name":"Ingenzi zigiye guhora zimara imisi 14 zikurikiranirwa mu kibanza ciherereye"}]},{"@type":"WebSite","@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#website","url":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/","name":"Indundi Culture | Magazine","description":"Burundi Entertainment","potentialAction":[{"@type":"SearchAction","target":{"@type":"EntryPoint","urlTemplate":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/?s={search_term_string}"},"query-input":"required name=search_term_string"}],"inLanguage":"en-US"},{"@type":"Person","@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#\/schema\/person\/dd28c84d43ef99ec2da1bfc4b42bc814","name":"janvier","image":{"@type":"ImageObject","inLanguage":"en-US","@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#\/schema\/person\/image\/","url":"\/\/www.gravatar.com\/avatar\/93b8d6f4cc712a3a5c942430cca87e87?s=96&#038;r=g&#038;d=mm","contentUrl":"\/\/www.gravatar.com\/avatar\/93b8d6f4cc712a3a5c942430cca87e87?s=96&#038;r=g&#038;d=mm","caption":"janvier"},"url":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/members\/janvier\/"}]}},"_links":{"self":[{"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/posts\/13420","targetHints":{"allow":["GET"]}}],"collection":[{"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/posts"}],"about":[{"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/types\/post"}],"author":[{"embeddable":true,"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/users\/5"}],"replies":[{"embeddable":true,"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/comments?post=13420"}],"version-history":[{"count":0,"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/posts\/13420\/revisions"}],"wp:attachment":[{"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/media?parent=13420"}],"wp:term":[{"taxonomy":"category","embeddable":true,"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/categories?post=13420"},{"taxonomy":"post_tag","embeddable":true,"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/tags?post=13420"}],"curies":[{"name":"wp","href":"https:\/\/api.w.org\/{rel}","templated":true}]}}