{"id":13516,"date":"2020-03-16T09:06:00","date_gmt":"2020-03-16T16:06:00","guid":{"rendered":"http:\/\/indundi.com\/?p=12658"},"modified":"2020-03-16T09:06:00","modified_gmt":"2020-03-16T16:06:00","slug":"ngibi-ivyo-r-flow-yasavye-reta-yuburundi-nabaririmvyi-buburundi","status":"publish","type":"post","link":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/ngibi-ivyo-r-flow-yasavye-reta-yuburundi-nabaririmvyi-buburundi\/","title":{"rendered":"Ng\u2019ibi ivyo R-Flow yasavye Reta y&#8217;Uburundi n&#8217;abaririmvyi b\u2019Uburundi"},"content":{"rendered":"<p><img loading=\"lazy\" decoding=\"async\" class=\"alignnone size-full wp-image-13515\" src=\"http:\/\/132.148.8.234\/indundi3\/wp-content\/uploads\/2020\/03\/C7FB4089-85E1-4498-89E5-CF7AC71CFFCD.jpeg\" width=\"819\" height=\"1024\" alt=\"\" \/><\/p>\n<p>Inyuma y&#8217;igihe kinini hari indyane zigiye zitandukanye hakama haboneka ubucuti kuri bamwe ariko hakaza indyane kurundi ruhande ni R-Flow yashikirije bimwe muvyiyumviro vyiwe n&#8217;ico yiyumvira ko cohava gikura mukaga umuziki w&#8217;Uburundi<\/p>\n<p>Mukuza mugihugu c&#8217;Uburundi akahakora ibikorwa bitandukanye ubona ko ariko ashiramwo inguvu nyinshi mwigaruka ryiwe; ni R-Flow ubona ko abandanya kwifata neza ni nomugihe aheruka gushira ahabona akaririmbo kiwe yise LOVE aho ar&#8217;imwe mundirimbo ziwe<br \/>\niriko igenda ikindwa n&#8217;abatari bake hano mugisagara ca Bujumbura.<\/p>\n<p>Igaruka ry\u2019uwo muririmvyi ryo naho risa n&#8217;irisanzwe nkuko bamwe boba bavyibaza ariko siko bimeze kuko yipfuza ko ryoza ari igaruka ryohava rivamwo bimwe muvyiyumviro vyovamwo urukiza ku muziki wa hano iwacu<\/p>\n<p>Mukiganiro twakoranye ni R-Flow yagize ati:<br \/>\n*&#8221;Ugushigikirana mumuziki wa hano iwacu ntabihari uhereye kuri twebwe n&#8217;Abaririmvyi bakora Gospel, baripfuza ko twe tubashigikira ariko bobo ntavyo bakora, nk&#8217;akarorero ukabona yakoze post kundirimbo yanje canke uwundi&#8221;*<\/p>\n<p>Biracagoye cane ariko mukuri Abaririmvyi b&#8217;Abarundi twari dukwiye kuba dufise Intumbero imwe twese,apana ko uwukoze interview wese ajaho akivugira ukwiwe,<br \/>\n*Bamwe ngo Umuziki nturiha abandi ukumva ngo Urariha, Ukumva hariya ngo Leta ikwiye kudufasha abandi ngo ntiyodufasha twe ubwacu tudafatanye munda.<br \/>\nIvyo vyose ni sawa sindavyanse ariko usanga twebwe ubwacu ari twebwe nyene twihemukira; Narabivuze kandi kandi ndabisubiyemwo<\/p>\n<p>*Ubu aho umuziki ugeze harakwiye ko hoza haraba inama buri kumpera z&#8217;Ukwezi canke mumezi abiri hakabaho ikiyago kubaririmvyi ndetse n&#8217;Abamenyeshamakuru bo bajejwe guteza imbere uyu muziki n&#8217;Abaririmvyi b&#8217;Uburundi ariko nkasaba ko vyoba Bizwi kuva hejuru aho nshatse kuvuga ko Vyoba bizwi na Leta y&#8217;Uburundi irikumwe na Radiyo na Tereviziyo vy&#8217;igihugu (RTNB) bakaca bafatanya n&#8217;izindi Nsamirizi zigenga cokimwe n&#8217;imbonesha kure zigenga zikanakorera kumbuga ngurukanabumenyi*<\/p>\n<p>ayo ni amwe mumajambo uwo muririmvyi R -Flow yatuganiriye yemeza ko hari vyinshi vyokorwa ariko Habanje kubaho ubumwe hagati yacu haba mubaririmvyi ndetse nababakurikirana ndetse n&#8217;Abamenyeshamakuru akabandanya yemeza neza ko naho Tuvuga ko twateye Imbere ahubwo ubikurikiranye aho umuziki wacu wahereye ukaraba nuwahandi uzosanga neza twarasubiye inyuma.<\/p>\n","protected":false},"excerpt":{"rendered":"<p>Inyuma y&#8217;igihe kinini hari indyane zigiye zitandukanye hakama haboneka ubucuti kuri bamwe ariko hakaza indyane kurundi ruhande ni R-Flow yashikirije bimwe muvyiyumviro vyiwe n&#8217;ico yiyumvira ko cohava gikura mukaga umuziki w&#8217;Uburundi Mukuza mugihugu c&#8217;Uburundi akahakora ibikorwa bitandukanye ubona ko ariko ashiramwo inguvu nyinshi mwigaruka ryiwe; ni R-Flow ubona ko abandanya kwifata neza ni nomugihe aheruka [&hellip;]<\/p>\n","protected":false},"author":10,"featured_media":0,"comment_status":"open","ping_status":"closed","sticky":false,"template":"","format":"standard","meta":{"_bbp_topic_count":0,"_bbp_reply_count":0,"_bbp_total_topic_count":0,"_bbp_total_reply_count":0,"_bbp_voice_count":0,"_bbp_anonymous_reply_count":0,"_bbp_topic_count_hidden":0,"_bbp_reply_count_hidden":0,"_bbp_forum_subforum_count":0,"footnotes":""},"categories":[526,515,519,516,623],"tags":[],"class_list":["post-13516","post","type-post","status-publish","format-standard","hentry","category-news-burundi","category-homepage","category-kirundi","category-music-news","category-muzik-na-wasani"],"yoast_head":"<!-- This site is optimized with the Yoast SEO plugin v21.3 - https:\/\/yoast.com\/wordpress\/plugins\/seo\/ -->\n<title>Ng\u2019ibi ivyo R-Flow yasavye Reta y&#039;Uburundi n&#039;abaririmvyi b\u2019Uburundi - Indundi Culture | Magazine<\/title>\n<meta name=\"robots\" content=\"index, follow, max-snippet:-1, max-image-preview:large, max-video-preview:-1\" \/>\n<link rel=\"canonical\" href=\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/ngibi-ivyo-r-flow-yasavye-reta-yuburundi-nabaririmvyi-buburundi\/\" \/>\n<meta property=\"og:locale\" content=\"en_US\" \/>\n<meta property=\"og:type\" content=\"article\" \/>\n<meta property=\"og:title\" content=\"Ng\u2019ibi ivyo R-Flow yasavye Reta y&#039;Uburundi n&#039;abaririmvyi b\u2019Uburundi - Indundi Culture | Magazine\" \/>\n<meta property=\"og:description\" content=\"Inyuma y&#8217;igihe kinini hari indyane zigiye zitandukanye hakama haboneka ubucuti kuri bamwe ariko hakaza indyane kurundi ruhande ni R-Flow yashikirije bimwe muvyiyumviro vyiwe n&#8217;ico yiyumvira ko cohava gikura mukaga umuziki w&#8217;Uburundi Mukuza mugihugu c&#8217;Uburundi akahakora ibikorwa bitandukanye ubona ko ariko ashiramwo inguvu nyinshi mwigaruka ryiwe; ni R-Flow ubona ko abandanya kwifata neza ni nomugihe aheruka [&hellip;]\" \/>\n<meta property=\"og:url\" content=\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/ngibi-ivyo-r-flow-yasavye-reta-yuburundi-nabaririmvyi-buburundi\/\" \/>\n<meta property=\"og:site_name\" content=\"Indundi Culture | Magazine\" \/>\n<meta property=\"article:published_time\" content=\"2020-03-16T16:06:00+00:00\" \/>\n<meta property=\"og:image\" content=\"http:\/\/132.148.8.234\/indundi3\/wp-content\/uploads\/2020\/03\/C7FB4089-85E1-4498-89E5-CF7AC71CFFCD.jpeg\" \/>\n<meta name=\"author\" content=\"alain1\" \/>\n<meta name=\"twitter:card\" content=\"summary_large_image\" \/>\n<meta name=\"twitter:label1\" content=\"Written by\" \/>\n\t<meta name=\"twitter:data1\" content=\"alain1\" \/>\n\t<meta name=\"twitter:label2\" content=\"Est. reading time\" \/>\n\t<meta name=\"twitter:data2\" content=\"2 minutes\" \/>\n<script type=\"application\/ld+json\" class=\"yoast-schema-graph\">{\"@context\":\"https:\/\/schema.org\",\"@graph\":[{\"@type\":\"WebPage\",\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/ngibi-ivyo-r-flow-yasavye-reta-yuburundi-nabaririmvyi-buburundi\/\",\"url\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/ngibi-ivyo-r-flow-yasavye-reta-yuburundi-nabaririmvyi-buburundi\/\",\"name\":\"Ng\u2019ibi ivyo R-Flow yasavye Reta y'Uburundi n'abaririmvyi b\u2019Uburundi - Indundi Culture | Magazine\",\"isPartOf\":{\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#website\"},\"datePublished\":\"2020-03-16T16:06:00+00:00\",\"dateModified\":\"2020-03-16T16:06:00+00:00\",\"author\":{\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#\/schema\/person\/c65b1d4f618c63175bb6460f598da9db\"},\"breadcrumb\":{\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/ngibi-ivyo-r-flow-yasavye-reta-yuburundi-nabaririmvyi-buburundi\/#breadcrumb\"},\"inLanguage\":\"en-US\",\"potentialAction\":[{\"@type\":\"ReadAction\",\"target\":[\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/ngibi-ivyo-r-flow-yasavye-reta-yuburundi-nabaririmvyi-buburundi\/\"]}]},{\"@type\":\"BreadcrumbList\",\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/ngibi-ivyo-r-flow-yasavye-reta-yuburundi-nabaririmvyi-buburundi\/#breadcrumb\",\"itemListElement\":[{\"@type\":\"ListItem\",\"position\":1,\"name\":\"Home\",\"item\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/\"},{\"@type\":\"ListItem\",\"position\":2,\"name\":\"Ng\u2019ibi ivyo R-Flow yasavye Reta y&#8217;Uburundi n&#8217;abaririmvyi b\u2019Uburundi\"}]},{\"@type\":\"WebSite\",\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#website\",\"url\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/\",\"name\":\"Indundi Culture | Magazine\",\"description\":\"Burundi Entertainment\",\"potentialAction\":[{\"@type\":\"SearchAction\",\"target\":{\"@type\":\"EntryPoint\",\"urlTemplate\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/?s={search_term_string}\"},\"query-input\":\"required name=search_term_string\"}],\"inLanguage\":\"en-US\"},{\"@type\":\"Person\",\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#\/schema\/person\/c65b1d4f618c63175bb6460f598da9db\",\"name\":\"alain1\",\"image\":{\"@type\":\"ImageObject\",\"inLanguage\":\"en-US\",\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#\/schema\/person\/image\/\",\"url\":\"\/\/www.gravatar.com\/avatar\/c8af82b6773d483b971da83902e30bc6?s=96&#038;r=g&#038;d=mm\",\"contentUrl\":\"\/\/www.gravatar.com\/avatar\/c8af82b6773d483b971da83902e30bc6?s=96&#038;r=g&#038;d=mm\",\"caption\":\"alain1\"},\"url\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/members\/alain1\/\"}]}<\/script>\n<!-- \/ Yoast SEO plugin. -->","yoast_head_json":{"title":"Ng\u2019ibi ivyo R-Flow yasavye Reta y'Uburundi n'abaririmvyi b\u2019Uburundi - Indundi Culture | Magazine","robots":{"index":"index","follow":"follow","max-snippet":"max-snippet:-1","max-image-preview":"max-image-preview:large","max-video-preview":"max-video-preview:-1"},"canonical":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/ngibi-ivyo-r-flow-yasavye-reta-yuburundi-nabaririmvyi-buburundi\/","og_locale":"en_US","og_type":"article","og_title":"Ng\u2019ibi ivyo R-Flow yasavye Reta y'Uburundi n'abaririmvyi b\u2019Uburundi - Indundi Culture | Magazine","og_description":"Inyuma y&#8217;igihe kinini hari indyane zigiye zitandukanye hakama haboneka ubucuti kuri bamwe ariko hakaza indyane kurundi ruhande ni R-Flow yashikirije bimwe muvyiyumviro vyiwe n&#8217;ico yiyumvira ko cohava gikura mukaga umuziki w&#8217;Uburundi Mukuza mugihugu c&#8217;Uburundi akahakora ibikorwa bitandukanye ubona ko ariko ashiramwo inguvu nyinshi mwigaruka ryiwe; ni R-Flow ubona ko abandanya kwifata neza ni nomugihe aheruka [&hellip;]","og_url":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/ngibi-ivyo-r-flow-yasavye-reta-yuburundi-nabaririmvyi-buburundi\/","og_site_name":"Indundi Culture | Magazine","article_published_time":"2020-03-16T16:06:00+00:00","og_image":[{"url":"http:\/\/132.148.8.234\/indundi3\/wp-content\/uploads\/2020\/03\/C7FB4089-85E1-4498-89E5-CF7AC71CFFCD.jpeg"}],"author":"alain1","twitter_card":"summary_large_image","twitter_misc":{"Written by":"alain1","Est. reading time":"2 minutes"},"schema":{"@context":"https:\/\/schema.org","@graph":[{"@type":"WebPage","@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/ngibi-ivyo-r-flow-yasavye-reta-yuburundi-nabaririmvyi-buburundi\/","url":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/ngibi-ivyo-r-flow-yasavye-reta-yuburundi-nabaririmvyi-buburundi\/","name":"Ng\u2019ibi ivyo R-Flow yasavye Reta y'Uburundi n'abaririmvyi b\u2019Uburundi - Indundi Culture | Magazine","isPartOf":{"@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#website"},"datePublished":"2020-03-16T16:06:00+00:00","dateModified":"2020-03-16T16:06:00+00:00","author":{"@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#\/schema\/person\/c65b1d4f618c63175bb6460f598da9db"},"breadcrumb":{"@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/ngibi-ivyo-r-flow-yasavye-reta-yuburundi-nabaririmvyi-buburundi\/#breadcrumb"},"inLanguage":"en-US","potentialAction":[{"@type":"ReadAction","target":["https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/ngibi-ivyo-r-flow-yasavye-reta-yuburundi-nabaririmvyi-buburundi\/"]}]},{"@type":"BreadcrumbList","@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/ngibi-ivyo-r-flow-yasavye-reta-yuburundi-nabaririmvyi-buburundi\/#breadcrumb","itemListElement":[{"@type":"ListItem","position":1,"name":"Home","item":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/"},{"@type":"ListItem","position":2,"name":"Ng\u2019ibi ivyo R-Flow yasavye Reta y&#8217;Uburundi n&#8217;abaririmvyi b\u2019Uburundi"}]},{"@type":"WebSite","@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#website","url":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/","name":"Indundi Culture | Magazine","description":"Burundi Entertainment","potentialAction":[{"@type":"SearchAction","target":{"@type":"EntryPoint","urlTemplate":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/?s={search_term_string}"},"query-input":"required name=search_term_string"}],"inLanguage":"en-US"},{"@type":"Person","@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#\/schema\/person\/c65b1d4f618c63175bb6460f598da9db","name":"alain1","image":{"@type":"ImageObject","inLanguage":"en-US","@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#\/schema\/person\/image\/","url":"\/\/www.gravatar.com\/avatar\/c8af82b6773d483b971da83902e30bc6?s=96&#038;r=g&#038;d=mm","contentUrl":"\/\/www.gravatar.com\/avatar\/c8af82b6773d483b971da83902e30bc6?s=96&#038;r=g&#038;d=mm","caption":"alain1"},"url":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/members\/alain1\/"}]}},"_links":{"self":[{"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/posts\/13516","targetHints":{"allow":["GET"]}}],"collection":[{"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/posts"}],"about":[{"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/types\/post"}],"author":[{"embeddable":true,"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/users\/10"}],"replies":[{"embeddable":true,"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/comments?post=13516"}],"version-history":[{"count":0,"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/posts\/13516\/revisions"}],"wp:attachment":[{"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/media?parent=13516"}],"wp:term":[{"taxonomy":"category","embeddable":true,"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/categories?post=13516"},{"taxonomy":"post_tag","embeddable":true,"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/tags?post=13516"}],"curies":[{"name":"wp","href":"https:\/\/api.w.org\/{rel}","templated":true}]}}