{"id":13679,"date":"2020-03-30T06:13:51","date_gmt":"2020-03-30T13:13:51","guid":{"rendered":"http:\/\/indundi.com\/?p=13185"},"modified":"2020-03-30T06:13:51","modified_gmt":"2020-03-30T13:13:51","slug":"ngibi-ibidasanzwe-biriko-birashikira-dj-fanny-inyuma-yo-kuguma-ahezagirwa-mu-bikorwa-vyiwe","status":"publish","type":"post","link":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/ngibi-ibidasanzwe-biriko-birashikira-dj-fanny-inyuma-yo-kuguma-ahezagirwa-mu-bikorwa-vyiwe\/","title":{"rendered":"Ng\u2019ibi ibidasanzwe biriko birashikira Dj Fanny inyuma yo kuguma ahezagirwa mu bikorwa vyiwe"},"content":{"rendered":"<p><img loading=\"lazy\" decoding=\"async\" class=\"alignnone size-full wp-image-13678\" src=\"http:\/\/132.148.8.234\/indundi3\/wp-content\/uploads\/2020\/03\/82369997-896A-48C4-86B4-7D28C53CECE6-1024x673-1.jpeg\" width=\"1024\" height=\"673\" alt=\"\" \/><\/p>\n<p>NYAMURANGWA Fanny benshi bazi nka Dj Fanny ni umwe mubamenyeshamakuru bo murunganwe rushasha bagerageza kujana n&#8217;ibihe kandi bakabishiramwo inguvu naho intambamyi zitabura mubuzima bwa misi yose nkuko abivuga.<\/p>\n<p>Dj Fanny257 ni umwigeme yamenyekanye cane mukiganiro ZINAZO PENDWA biciye kuri Radio na Tereviziyo vy&#8217;Igihugu ariko aza gukundwa na benshi mubiganiro bitandukanye yagiye arakora kuco bita Tv Online n\u2019ukuvuga Imboneshakure zikorera kurubuga ngurukanabumenyi iyo mboneshakure nayo niyo yise izina ryiwe ry&#8217;ubuhizi Dj Fanny257.<\/p>\n<p>Mungendo zigiye zitandukanye NYAMURANGWA Fanny yagiye arakora harabaye cane ukugendera igihugu ca Tanzaniya mukugenda araca mubituro vy&#8217;Amaradiyo atandukanye ndetse hakabamwo ugusaba ko hoba ubucuti hagati y\u2019umuziki w&#8217;Uburundi n&#8217;igihugu ca Tanzaniya aho nkuko abivuga yagiye aratanga indirimbo zitandukanye z&#8217;Abarundi habamwo izo bemera nizo bashira kuruhande.<\/p>\n<p>Inyuma yuko hagiye harabaho ihindagurika ridasanzwe kurugendo rwiwe inyuma yo kubura umwe mubo bafatanya ibikorwa bitandukanye ndetse baka bari mubuzima bw\u2019urukundo nawe ariwe Jay Cena muri Life Maisha, ni Fanny yacitse intege asa n&#8217;uwihebuye ariko munyuma arahagarara avyifatamwo nk&#8217;umusirikare kurugamba yiha intumbero maze nawe arayishikako aho habonetse Studio y\u2019akarorero itandukanye n&#8217;izo dukunze kubona hano iwacu.<\/p>\n<p>Dj Fanny kuva aho aronkeye iyo Studio ubina ko isa neza kandi y&#8217;Akarorero abandanta ahezagirwa n&#8217;Uhoraho nkuko avyivugira, ubona ko ihinguriro ry\u2019ibinyobwa Crown Royal ryamugize Brand Ambassador wiryo hinguriro aho ubona bazoza barafashanya mukumenyekanisha ibinyobwa canke ibidandazwa vy&#8217;iryo shirahamwe.<\/p>\n<p>Ku wa gatanu uheze niho iryo shirahamwe ryari ryaramutse rishira ahabona ishirwa ry\u2019umukono ku masezerano yo gukorana niyo mboneshakure y\u2019uwo mwigeme aho bashimye kwereka ayandi mashirahamwe ko hageze ko dukunda ivyacu no gushigikira ibikorwa Abamenyeshamakuru bariko barakora cane cane bo kumatereviziyo bita Tv Online.<\/p>\n","protected":false},"excerpt":{"rendered":"<p>NYAMURANGWA Fanny benshi bazi nka Dj Fanny ni umwe mubamenyeshamakuru bo murunganwe rushasha bagerageza kujana n&#8217;ibihe kandi bakabishiramwo inguvu naho intambamyi zitabura mubuzima bwa misi yose nkuko abivuga. Dj Fanny257 ni umwigeme yamenyekanye cane mukiganiro ZINAZO PENDWA biciye kuri Radio na Tereviziyo vy&#8217;Igihugu ariko aza gukundwa na benshi mubiganiro bitandukanye yagiye arakora kuco bita Tv [&hellip;]<\/p>\n","protected":false},"author":10,"featured_media":13186,"comment_status":"open","ping_status":"closed","sticky":false,"template":"","format":"standard","meta":{"_bbp_topic_count":0,"_bbp_reply_count":0,"_bbp_total_topic_count":0,"_bbp_total_reply_count":0,"_bbp_voice_count":0,"_bbp_anonymous_reply_count":0,"_bbp_topic_count_hidden":0,"_bbp_reply_count_hidden":0,"_bbp_forum_subforum_count":0,"footnotes":""},"categories":[518,526,515,519],"tags":[],"class_list":["post-13679","post","type-post","status-publish","format-standard","has-post-thumbnail","hentry","category-burundi","category-news-burundi","category-homepage","category-kirundi"],"yoast_head":"<!-- This site is optimized with the Yoast SEO plugin v21.3 - https:\/\/yoast.com\/wordpress\/plugins\/seo\/ -->\n<title>Ng\u2019ibi ibidasanzwe biriko birashikira Dj Fanny inyuma yo kuguma ahezagirwa mu bikorwa vyiwe - Indundi Culture | Magazine<\/title>\n<meta name=\"robots\" content=\"index, follow, max-snippet:-1, max-image-preview:large, max-video-preview:-1\" \/>\n<link rel=\"canonical\" href=\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/ngibi-ibidasanzwe-biriko-birashikira-dj-fanny-inyuma-yo-kuguma-ahezagirwa-mu-bikorwa-vyiwe\/\" \/>\n<meta property=\"og:locale\" content=\"en_US\" \/>\n<meta property=\"og:type\" content=\"article\" \/>\n<meta property=\"og:title\" content=\"Ng\u2019ibi ibidasanzwe biriko birashikira Dj Fanny inyuma yo kuguma ahezagirwa mu bikorwa vyiwe - Indundi Culture | Magazine\" \/>\n<meta property=\"og:description\" content=\"NYAMURANGWA Fanny benshi bazi nka Dj Fanny ni umwe mubamenyeshamakuru bo murunganwe rushasha bagerageza kujana n&#8217;ibihe kandi bakabishiramwo inguvu naho intambamyi zitabura mubuzima bwa misi yose nkuko abivuga. Dj Fanny257 ni umwigeme yamenyekanye cane mukiganiro ZINAZO PENDWA biciye kuri Radio na Tereviziyo vy&#8217;Igihugu ariko aza gukundwa na benshi mubiganiro bitandukanye yagiye arakora kuco bita Tv [&hellip;]\" \/>\n<meta property=\"og:url\" content=\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/ngibi-ibidasanzwe-biriko-birashikira-dj-fanny-inyuma-yo-kuguma-ahezagirwa-mu-bikorwa-vyiwe\/\" \/>\n<meta property=\"og:site_name\" content=\"Indundi Culture | Magazine\" \/>\n<meta property=\"article:published_time\" content=\"2020-03-30T13:13:51+00:00\" \/>\n<meta property=\"og:image\" content=\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-content\/uploads\/2020\/03\/fizoo-1024x683-1.jpg\" \/>\n\t<meta property=\"og:image:width\" content=\"1024\" \/>\n\t<meta property=\"og:image:height\" content=\"683\" \/>\n\t<meta property=\"og:image:type\" content=\"image\/jpeg\" \/>\n<meta name=\"author\" content=\"alain1\" \/>\n<meta name=\"twitter:card\" content=\"summary_large_image\" \/>\n<meta name=\"twitter:label1\" content=\"Written by\" \/>\n\t<meta name=\"twitter:data1\" content=\"alain1\" \/>\n\t<meta name=\"twitter:label2\" content=\"Est. reading time\" \/>\n\t<meta name=\"twitter:data2\" content=\"1 minute\" \/>\n<script type=\"application\/ld+json\" class=\"yoast-schema-graph\">{\"@context\":\"https:\/\/schema.org\",\"@graph\":[{\"@type\":\"WebPage\",\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/ngibi-ibidasanzwe-biriko-birashikira-dj-fanny-inyuma-yo-kuguma-ahezagirwa-mu-bikorwa-vyiwe\/\",\"url\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/ngibi-ibidasanzwe-biriko-birashikira-dj-fanny-inyuma-yo-kuguma-ahezagirwa-mu-bikorwa-vyiwe\/\",\"name\":\"Ng\u2019ibi ibidasanzwe biriko birashikira Dj Fanny inyuma yo kuguma ahezagirwa mu bikorwa vyiwe - Indundi Culture | Magazine\",\"isPartOf\":{\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#website\"},\"datePublished\":\"2020-03-30T13:13:51+00:00\",\"dateModified\":\"2020-03-30T13:13:51+00:00\",\"author\":{\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#\/schema\/person\/c65b1d4f618c63175bb6460f598da9db\"},\"breadcrumb\":{\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/ngibi-ibidasanzwe-biriko-birashikira-dj-fanny-inyuma-yo-kuguma-ahezagirwa-mu-bikorwa-vyiwe\/#breadcrumb\"},\"inLanguage\":\"en-US\",\"potentialAction\":[{\"@type\":\"ReadAction\",\"target\":[\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/ngibi-ibidasanzwe-biriko-birashikira-dj-fanny-inyuma-yo-kuguma-ahezagirwa-mu-bikorwa-vyiwe\/\"]}]},{\"@type\":\"BreadcrumbList\",\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/ngibi-ibidasanzwe-biriko-birashikira-dj-fanny-inyuma-yo-kuguma-ahezagirwa-mu-bikorwa-vyiwe\/#breadcrumb\",\"itemListElement\":[{\"@type\":\"ListItem\",\"position\":1,\"name\":\"Home\",\"item\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/\"},{\"@type\":\"ListItem\",\"position\":2,\"name\":\"Ng\u2019ibi ibidasanzwe biriko birashikira Dj Fanny inyuma yo kuguma ahezagirwa mu bikorwa vyiwe\"}]},{\"@type\":\"WebSite\",\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#website\",\"url\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/\",\"name\":\"Indundi Culture | Magazine\",\"description\":\"Burundi Entertainment\",\"potentialAction\":[{\"@type\":\"SearchAction\",\"target\":{\"@type\":\"EntryPoint\",\"urlTemplate\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/?s={search_term_string}\"},\"query-input\":\"required name=search_term_string\"}],\"inLanguage\":\"en-US\"},{\"@type\":\"Person\",\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#\/schema\/person\/c65b1d4f618c63175bb6460f598da9db\",\"name\":\"alain1\",\"image\":{\"@type\":\"ImageObject\",\"inLanguage\":\"en-US\",\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#\/schema\/person\/image\/\",\"url\":\"\/\/www.gravatar.com\/avatar\/c8af82b6773d483b971da83902e30bc6?s=96&#038;r=g&#038;d=mm\",\"contentUrl\":\"\/\/www.gravatar.com\/avatar\/c8af82b6773d483b971da83902e30bc6?s=96&#038;r=g&#038;d=mm\",\"caption\":\"alain1\"},\"url\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/members\/alain1\/\"}]}<\/script>\n<!-- \/ Yoast SEO plugin. -->","yoast_head_json":{"title":"Ng\u2019ibi ibidasanzwe biriko birashikira Dj Fanny inyuma yo kuguma ahezagirwa mu bikorwa vyiwe - Indundi Culture | Magazine","robots":{"index":"index","follow":"follow","max-snippet":"max-snippet:-1","max-image-preview":"max-image-preview:large","max-video-preview":"max-video-preview:-1"},"canonical":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/ngibi-ibidasanzwe-biriko-birashikira-dj-fanny-inyuma-yo-kuguma-ahezagirwa-mu-bikorwa-vyiwe\/","og_locale":"en_US","og_type":"article","og_title":"Ng\u2019ibi ibidasanzwe biriko birashikira Dj Fanny inyuma yo kuguma ahezagirwa mu bikorwa vyiwe - Indundi Culture | Magazine","og_description":"NYAMURANGWA Fanny benshi bazi nka Dj Fanny ni umwe mubamenyeshamakuru bo murunganwe rushasha bagerageza kujana n&#8217;ibihe kandi bakabishiramwo inguvu naho intambamyi zitabura mubuzima bwa misi yose nkuko abivuga. Dj Fanny257 ni umwigeme yamenyekanye cane mukiganiro ZINAZO PENDWA biciye kuri Radio na Tereviziyo vy&#8217;Igihugu ariko aza gukundwa na benshi mubiganiro bitandukanye yagiye arakora kuco bita Tv [&hellip;]","og_url":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/ngibi-ibidasanzwe-biriko-birashikira-dj-fanny-inyuma-yo-kuguma-ahezagirwa-mu-bikorwa-vyiwe\/","og_site_name":"Indundi Culture | Magazine","article_published_time":"2020-03-30T13:13:51+00:00","og_image":[{"width":1024,"height":683,"url":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-content\/uploads\/2020\/03\/fizoo-1024x683-1.jpg","type":"image\/jpeg"}],"author":"alain1","twitter_card":"summary_large_image","twitter_misc":{"Written by":"alain1","Est. reading time":"1 minute"},"schema":{"@context":"https:\/\/schema.org","@graph":[{"@type":"WebPage","@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/ngibi-ibidasanzwe-biriko-birashikira-dj-fanny-inyuma-yo-kuguma-ahezagirwa-mu-bikorwa-vyiwe\/","url":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/ngibi-ibidasanzwe-biriko-birashikira-dj-fanny-inyuma-yo-kuguma-ahezagirwa-mu-bikorwa-vyiwe\/","name":"Ng\u2019ibi ibidasanzwe biriko birashikira Dj Fanny inyuma yo kuguma ahezagirwa mu bikorwa vyiwe - Indundi Culture | Magazine","isPartOf":{"@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#website"},"datePublished":"2020-03-30T13:13:51+00:00","dateModified":"2020-03-30T13:13:51+00:00","author":{"@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#\/schema\/person\/c65b1d4f618c63175bb6460f598da9db"},"breadcrumb":{"@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/ngibi-ibidasanzwe-biriko-birashikira-dj-fanny-inyuma-yo-kuguma-ahezagirwa-mu-bikorwa-vyiwe\/#breadcrumb"},"inLanguage":"en-US","potentialAction":[{"@type":"ReadAction","target":["https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/ngibi-ibidasanzwe-biriko-birashikira-dj-fanny-inyuma-yo-kuguma-ahezagirwa-mu-bikorwa-vyiwe\/"]}]},{"@type":"BreadcrumbList","@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/ngibi-ibidasanzwe-biriko-birashikira-dj-fanny-inyuma-yo-kuguma-ahezagirwa-mu-bikorwa-vyiwe\/#breadcrumb","itemListElement":[{"@type":"ListItem","position":1,"name":"Home","item":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/"},{"@type":"ListItem","position":2,"name":"Ng\u2019ibi ibidasanzwe biriko birashikira Dj Fanny inyuma yo kuguma ahezagirwa mu bikorwa vyiwe"}]},{"@type":"WebSite","@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#website","url":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/","name":"Indundi Culture | Magazine","description":"Burundi Entertainment","potentialAction":[{"@type":"SearchAction","target":{"@type":"EntryPoint","urlTemplate":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/?s={search_term_string}"},"query-input":"required name=search_term_string"}],"inLanguage":"en-US"},{"@type":"Person","@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#\/schema\/person\/c65b1d4f618c63175bb6460f598da9db","name":"alain1","image":{"@type":"ImageObject","inLanguage":"en-US","@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#\/schema\/person\/image\/","url":"\/\/www.gravatar.com\/avatar\/c8af82b6773d483b971da83902e30bc6?s=96&#038;r=g&#038;d=mm","contentUrl":"\/\/www.gravatar.com\/avatar\/c8af82b6773d483b971da83902e30bc6?s=96&#038;r=g&#038;d=mm","caption":"alain1"},"url":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/members\/alain1\/"}]}},"_links":{"self":[{"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/posts\/13679","targetHints":{"allow":["GET"]}}],"collection":[{"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/posts"}],"about":[{"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/types\/post"}],"author":[{"embeddable":true,"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/users\/10"}],"replies":[{"embeddable":true,"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/comments?post=13679"}],"version-history":[{"count":0,"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/posts\/13679\/revisions"}],"wp:featuredmedia":[{"embeddable":true,"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/media\/13186"}],"wp:attachment":[{"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/media?parent=13679"}],"wp:term":[{"taxonomy":"category","embeddable":true,"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/categories?post=13679"},{"taxonomy":"post_tag","embeddable":true,"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/tags?post=13679"}],"curies":[{"name":"wp","href":"https:\/\/api.w.org\/{rel}","templated":true}]}}