{"id":13899,"date":"2020-04-16T07:22:12","date_gmt":"2020-04-16T14:22:12","guid":{"rendered":"http:\/\/indundi.com\/?p=13899"},"modified":"2020-05-16T08:30:47","modified_gmt":"2020-05-16T08:30:47","slug":"abirabure-ngo-nibo-bariko-bicwa-cane-na-coronavirus-muri-amerika","status":"publish","type":"post","link":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/abirabure-ngo-nibo-bariko-bicwa-cane-na-coronavirus-muri-amerika\/","title":{"rendered":"Abirabure ngo nibo bariko bicwa cane na Coronavirus muri Amerika"},"content":{"rendered":"<p><img loading=\"lazy\" decoding=\"async\" class=\"alignnone size-full wp-image-16159\" src=\"https:\/\/indundi.com\/wp-content\/uploads\/2020\/05\/b540f8b7e2e84011a1f3a2507305f597_18.jpg\" width=\"800\" height=\"450\" alt=\"\" \/><\/p>\n<p style=\"text-align: justify;\"><strong><em>Abirabure b\u2019abanyamerika &#8211; Afro-americain- nibo benshi bariko barahitanwa n\u2019ikiza ca COVID19 muri ico gihugu kiza mu kibanza ca 1 mu bihugu birimwo abantu benshi bamaze gufatwa n\u2019iyo ngwara, kandi kikaba n\u2019ica mbere kirimwo abantu benshi banahitanwa nayo<\/em><\/strong>.<\/p>\n<p style=\"text-align: justify;\">Ibiharuro vyerekanywe n\u2019abajejwe amagara y\u2019abantu muri Leta ya Illinois vyerekana ko 40% b\u2019abariko bitaba Imana ari abirabure, mu gihe bari musi ya 15% muri iyo Leta. Ivyo nyene nivyo biboneka muri Michigan na Louisiane aho 60% y\u2019abitaba Imana kubera ico kiza ari abirabure. Ibiharuro bikaba biteye ubwoba mu gihe ari ama Leta amwe amwe amaze gushira ahabona ibiharuro vyabo.<\/p>\n<p style=\"text-align: justify;\">Ubwo busumbasumbane mu gitigiri c\u2019abitaba Imana bukaba bumaze kwemezwa no mu biro vy\u2019umukuru w\u2019igihugu Donald Trump, aho bavuga ko ari ikintu bariko barigako kugira barabe uburyo vyohinduka. Bakavuga ko bariko bararondera uburyo bafasha izo Community z\u2019abirabure muri ico gihugu.<\/p>\n<p style=\"text-align: justify;\">Umuganga yayaze na France 24 yemeza ko muri ico gihugu abirabure n\u2019abazungu badafashwe kumwe haba mu bijanye n\u2019ubuzima busanzwe, co kimwe n\u2019uburyo bivuza, ari naco gituma biboneka ko muri kino gihe bariko bakorwako cane na kino kiza, gusumba abazungu.<\/p>\n<p style=\"text-align: justify;\">Ukwo guhona bukebuke kuboneka muri abo birabure kukaba kuva mu bintu vyinshi birimwo ko ubuzi bakora ari ubuzi butuma badashobora kuguma mu mazu muri kino gihe, kuko aribo bakenewe cane gusumba abandi. Ikindi nuko abo birabure badashobora kwivuza kuko ata bwishingizi bwo kwa muganga abenshi bafise, n\u2019ubwo bafise bukaba butabafasha kwivuza nkuko bikwiye. Ikindi umuhinga muvya Histoire yavuze nuko abirabure muri amerika Aribo bafise ingwara zikomakomeye nkaza Diabete, imitima n\u2019ibindi, izo nazo abazigwaye abakaba aribo baza imbere mu bahitanwa n\u2019ico kiza.<\/p>\n<p style=\"text-align: justify;\">Kubera ico kibazo c\u2019uko abirabure baza mu kibanza ca mbere mu bariko bahitanwa n\u2019ico kiza, ishirahamwe ryiyemeje guharanira agateka k\u2019inkehwa muri ico gihugu ryasavye abajejwe amagara y\u2019abantu mu ma leta ko boshira ahabona ibiharura ku vyerekana neza uko abantu bariko bapimwa co kimwe n\u2019uburyo bariko bakingirwa.<\/p>\n<p style=\"text-align: justify;\">Tubibutsa ko gushika ubu abantu barenga 2.000.000 bamaze gufatwa n\u2019ico kiza, abarenga 300.000 bakaba babarizwa muri Leta zunze ubumwe za Amerika. Ico gihugu nyene kikaba ari naco gifise abamaze guhitanwa n\u2019ico kiza benshi kuko mu 134.669 bamaze guhitanwa nayo barenga 28,554<\/p>\n","protected":false},"excerpt":{"rendered":"<p>Abirabure b\u2019abanyamerika &#8211; Afro-americain- nibo benshi bariko barahitanwa n\u2019ikiza ca COVID19 muri ico gihugu kiza mu kibanza ca 1 mu bihugu birimwo abantu benshi bamaze gufatwa n\u2019iyo ngwara, kandi kikaba n\u2019ica mbere kirimwo abantu benshi banahitanwa nayo. Ibiharuro vyerekanywe n\u2019abajejwe amagara y\u2019abantu muri Leta ya Illinois vyerekana ko 40% b\u2019abariko bitaba Imana ari abirabure, mu [&hellip;]<\/p>\n","protected":false},"author":9,"featured_media":16158,"comment_status":"open","ping_status":"closed","sticky":false,"template":"","format":"standard","meta":{"_bbp_topic_count":0,"_bbp_reply_count":0,"_bbp_total_topic_count":0,"_bbp_total_reply_count":0,"_bbp_voice_count":0,"_bbp_anonymous_reply_count":0,"_bbp_topic_count_hidden":0,"_bbp_reply_count_hidden":0,"_bbp_forum_subforum_count":0,"footnotes":""},"categories":[612,515,519,530],"tags":[],"class_list":["post-13899","post","type-post","status-publish","format-standard","has-post-thumbnail","hentry","category-health","category-homepage","category-kirundi","category-world-news"],"yoast_head":"<!-- This site is optimized with the Yoast SEO plugin v21.3 - https:\/\/yoast.com\/wordpress\/plugins\/seo\/ -->\n<title>Abirabure ngo nibo bariko bicwa cane na Coronavirus muri Amerika - Indundi Culture | Magazine<\/title>\n<meta name=\"robots\" content=\"index, follow, max-snippet:-1, max-image-preview:large, max-video-preview:-1\" \/>\n<link rel=\"canonical\" href=\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/abirabure-ngo-nibo-bariko-bicwa-cane-na-coronavirus-muri-amerika\/\" \/>\n<meta property=\"og:locale\" content=\"en_US\" \/>\n<meta property=\"og:type\" content=\"article\" \/>\n<meta property=\"og:title\" content=\"Abirabure ngo nibo bariko bicwa cane na Coronavirus muri Amerika - Indundi Culture | Magazine\" \/>\n<meta property=\"og:description\" content=\"Abirabure b\u2019abanyamerika &#8211; Afro-americain- nibo benshi bariko barahitanwa n\u2019ikiza ca COVID19 muri ico gihugu kiza mu kibanza ca 1 mu bihugu birimwo abantu benshi bamaze gufatwa n\u2019iyo ngwara, kandi kikaba n\u2019ica mbere kirimwo abantu benshi banahitanwa nayo. Ibiharuro vyerekanywe n\u2019abajejwe amagara y\u2019abantu muri Leta ya Illinois vyerekana ko 40% b\u2019abariko bitaba Imana ari abirabure, mu [&hellip;]\" \/>\n<meta property=\"og:url\" content=\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/abirabure-ngo-nibo-bariko-bicwa-cane-na-coronavirus-muri-amerika\/\" \/>\n<meta property=\"og:site_name\" content=\"Indundi Culture | Magazine\" \/>\n<meta property=\"article:published_time\" content=\"2020-04-16T14:22:12+00:00\" \/>\n<meta property=\"article:modified_time\" content=\"2020-05-16T08:30:47+00:00\" \/>\n<meta name=\"twitter:card\" content=\"summary_large_image\" \/>\n<meta name=\"twitter:label1\" content=\"Written by\" \/>\n\t<meta name=\"twitter:data1\" content=\"\" \/>\n\t<meta name=\"twitter:label2\" content=\"Est. reading time\" \/>\n\t<meta name=\"twitter:data2\" content=\"2 minutes\" \/>\n<script type=\"application\/ld+json\" class=\"yoast-schema-graph\">{\"@context\":\"https:\/\/schema.org\",\"@graph\":[{\"@type\":\"WebPage\",\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/abirabure-ngo-nibo-bariko-bicwa-cane-na-coronavirus-muri-amerika\/\",\"url\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/abirabure-ngo-nibo-bariko-bicwa-cane-na-coronavirus-muri-amerika\/\",\"name\":\"Abirabure ngo nibo bariko bicwa cane na Coronavirus muri Amerika - Indundi Culture | Magazine\",\"isPartOf\":{\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#website\"},\"datePublished\":\"2020-04-16T14:22:12+00:00\",\"dateModified\":\"2020-05-16T08:30:47+00:00\",\"author\":{\"@id\":\"\"},\"breadcrumb\":{\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/abirabure-ngo-nibo-bariko-bicwa-cane-na-coronavirus-muri-amerika\/#breadcrumb\"},\"inLanguage\":\"en-US\",\"potentialAction\":[{\"@type\":\"ReadAction\",\"target\":[\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/abirabure-ngo-nibo-bariko-bicwa-cane-na-coronavirus-muri-amerika\/\"]}]},{\"@type\":\"BreadcrumbList\",\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/abirabure-ngo-nibo-bariko-bicwa-cane-na-coronavirus-muri-amerika\/#breadcrumb\",\"itemListElement\":[{\"@type\":\"ListItem\",\"position\":1,\"name\":\"Home\",\"item\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/\"},{\"@type\":\"ListItem\",\"position\":2,\"name\":\"Abirabure ngo nibo bariko bicwa cane na Coronavirus muri Amerika\"}]},{\"@type\":\"WebSite\",\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#website\",\"url\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/\",\"name\":\"Indundi Culture | Magazine\",\"description\":\"Burundi Entertainment\",\"potentialAction\":[{\"@type\":\"SearchAction\",\"target\":{\"@type\":\"EntryPoint\",\"urlTemplate\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/?s={search_term_string}\"},\"query-input\":\"required name=search_term_string\"}],\"inLanguage\":\"en-US\"},{\"@type\":\"Person\",\"@id\":\"\",\"url\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/members\/\"}]}<\/script>\n<!-- \/ Yoast SEO plugin. -->","yoast_head_json":{"title":"Abirabure ngo nibo bariko bicwa cane na Coronavirus muri Amerika - Indundi Culture | Magazine","robots":{"index":"index","follow":"follow","max-snippet":"max-snippet:-1","max-image-preview":"max-image-preview:large","max-video-preview":"max-video-preview:-1"},"canonical":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/abirabure-ngo-nibo-bariko-bicwa-cane-na-coronavirus-muri-amerika\/","og_locale":"en_US","og_type":"article","og_title":"Abirabure ngo nibo bariko bicwa cane na Coronavirus muri Amerika - Indundi Culture | Magazine","og_description":"Abirabure b\u2019abanyamerika &#8211; Afro-americain- nibo benshi bariko barahitanwa n\u2019ikiza ca COVID19 muri ico gihugu kiza mu kibanza ca 1 mu bihugu birimwo abantu benshi bamaze gufatwa n\u2019iyo ngwara, kandi kikaba n\u2019ica mbere kirimwo abantu benshi banahitanwa nayo. Ibiharuro vyerekanywe n\u2019abajejwe amagara y\u2019abantu muri Leta ya Illinois vyerekana ko 40% b\u2019abariko bitaba Imana ari abirabure, mu [&hellip;]","og_url":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/abirabure-ngo-nibo-bariko-bicwa-cane-na-coronavirus-muri-amerika\/","og_site_name":"Indundi Culture | Magazine","article_published_time":"2020-04-16T14:22:12+00:00","article_modified_time":"2020-05-16T08:30:47+00:00","twitter_card":"summary_large_image","twitter_misc":{"Written by":"","Est. reading time":"2 minutes"},"schema":{"@context":"https:\/\/schema.org","@graph":[{"@type":"WebPage","@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/abirabure-ngo-nibo-bariko-bicwa-cane-na-coronavirus-muri-amerika\/","url":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/abirabure-ngo-nibo-bariko-bicwa-cane-na-coronavirus-muri-amerika\/","name":"Abirabure ngo nibo bariko bicwa cane na Coronavirus muri Amerika - Indundi Culture | Magazine","isPartOf":{"@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#website"},"datePublished":"2020-04-16T14:22:12+00:00","dateModified":"2020-05-16T08:30:47+00:00","author":{"@id":""},"breadcrumb":{"@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/abirabure-ngo-nibo-bariko-bicwa-cane-na-coronavirus-muri-amerika\/#breadcrumb"},"inLanguage":"en-US","potentialAction":[{"@type":"ReadAction","target":["https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/abirabure-ngo-nibo-bariko-bicwa-cane-na-coronavirus-muri-amerika\/"]}]},{"@type":"BreadcrumbList","@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/abirabure-ngo-nibo-bariko-bicwa-cane-na-coronavirus-muri-amerika\/#breadcrumb","itemListElement":[{"@type":"ListItem","position":1,"name":"Home","item":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/"},{"@type":"ListItem","position":2,"name":"Abirabure ngo nibo bariko bicwa cane na Coronavirus muri Amerika"}]},{"@type":"WebSite","@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#website","url":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/","name":"Indundi Culture | Magazine","description":"Burundi Entertainment","potentialAction":[{"@type":"SearchAction","target":{"@type":"EntryPoint","urlTemplate":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/?s={search_term_string}"},"query-input":"required name=search_term_string"}],"inLanguage":"en-US"},{"@type":"Person","@id":"","url":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/members\/"}]}},"_links":{"self":[{"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/posts\/13899","targetHints":{"allow":["GET"]}}],"collection":[{"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/posts"}],"about":[{"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/types\/post"}],"author":[{"embeddable":true,"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/users\/9"}],"replies":[{"embeddable":true,"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/comments?post=13899"}],"version-history":[{"count":1,"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/posts\/13899\/revisions"}],"predecessor-version":[{"id":16160,"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/posts\/13899\/revisions\/16160"}],"wp:featuredmedia":[{"embeddable":true,"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/media\/16158"}],"wp:attachment":[{"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/media?parent=13899"}],"wp:term":[{"taxonomy":"category","embeddable":true,"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/categories?post=13899"},{"taxonomy":"post_tag","embeddable":true,"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/tags?post=13899"}],"curies":[{"name":"wp","href":"https:\/\/api.w.org\/{rel}","templated":true}]}}