{"id":13968,"date":"2020-04-18T05:52:50","date_gmt":"2020-04-18T12:52:50","guid":{"rendered":"http:\/\/indundi.com\/?p=13968"},"modified":"2020-05-16T08:11:08","modified_gmt":"2020-05-16T08:11:08","slug":"burundi-ngo-hakwiye-gushirwaho-uburyo-buzofasha-ubushikiranganji-buzoduzwa-gukorera-i-gitega","status":"publish","type":"post","link":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/burundi-ngo-hakwiye-gushirwaho-uburyo-buzofasha-ubushikiranganji-buzoduzwa-gukorera-i-gitega\/","title":{"rendered":"Ngo hakwiye gushirwaho uburyo buzofasha ubushikiranganji buzoduzwa gukorera i Gitega"},"content":{"rendered":"<p>&nbsp;<\/p>\n<p><img loading=\"lazy\" decoding=\"async\" class=\"alignnone size-full wp-image-16140\" src=\"https:\/\/indundi.com\/wp-content\/uploads\/2020\/05\/senat.jpg\" width=\"1024\" height=\"603\" alt=\"\" \/><\/p>\n<p style=\"text-align: justify;\">Abakenguzamateka basaba ko mu mafaranga Reta izokoresha mu mwaka w&#8217;2020 ushira uw&#8217;2021 hoshirwamwo amahera azohabwa ubushikiranganji buzoduzwa gukorera ku murwa mukuru wa poritike i Gitega hamwe n&#8217;abakozi basanzwe bakorera muri ubwo bushikiranganji.<\/p>\n<p style=\"text-align: justify;\">Ivyo babisavye kuri uyu wa gatanu waraye uheze igenekerezo rya 17 Ndamukiza 2020 igihe umukuru wa sentare iraba amatungo ya Reta yariko arasigurira abakenguzamateka tumwe tumwe mu tunenge iyo sentare yabonye muri iyo nteguro y&#8217;ibwirizwa rigena amafaranga Reta izokoresha mu mwaka w&#8217;2020 ushira uw&#8217;2021.<\/p>\n<p style=\"text-align: justify;\">Abo bakenguzamateka bakaba batanze insiguro y&#8217;ayo mafaranga yoshirwa mu gitigiri c&#8217;ayo Reta izokoresha ko ari kubera ukwimuka bitigera vyoroha. Ivyo biri uko mu gihe ayo mafaranga atategekanijwe mu nteguro y&#8217;ibwirizwa rigena amafaranga Reta izokoresha muri ico kiringo.<\/p>\n<p>&nbsp;<\/p>\n","protected":false},"excerpt":{"rendered":"<p>&nbsp; Abakenguzamateka basaba ko mu mafaranga Reta izokoresha mu mwaka w&#8217;2020 ushira uw&#8217;2021 hoshirwamwo amahera azohabwa ubushikiranganji buzoduzwa gukorera ku murwa mukuru wa poritike i Gitega hamwe n&#8217;abakozi basanzwe bakorera muri ubwo bushikiranganji. Ivyo babisavye kuri uyu wa gatanu waraye uheze igenekerezo rya 17 Ndamukiza 2020 igihe umukuru wa sentare iraba amatungo ya Reta yariko [&hellip;]<\/p>\n","protected":false},"author":9,"featured_media":16139,"comment_status":"open","ping_status":"closed","sticky":false,"template":"","format":"standard","meta":{"_bbp_topic_count":0,"_bbp_reply_count":0,"_bbp_total_topic_count":0,"_bbp_total_reply_count":0,"_bbp_voice_count":0,"_bbp_anonymous_reply_count":0,"_bbp_topic_count_hidden":0,"_bbp_reply_count_hidden":0,"_bbp_forum_subforum_count":0,"footnotes":""},"categories":[518,549,515,519],"tags":[],"class_list":["post-13968","post","type-post","status-publish","format-standard","has-post-thumbnail","hentry","category-burundi","category-finances","category-homepage","category-kirundi"],"yoast_head":"<!-- This site is optimized with the Yoast SEO plugin v21.3 - https:\/\/yoast.com\/wordpress\/plugins\/seo\/ -->\n<title>Ngo hakwiye gushirwaho uburyo buzofasha ubushikiranganji buzoduzwa gukorera i Gitega - Indundi Culture | Magazine<\/title>\n<meta name=\"robots\" content=\"index, follow, max-snippet:-1, max-image-preview:large, max-video-preview:-1\" \/>\n<link rel=\"canonical\" href=\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/burundi-ngo-hakwiye-gushirwaho-uburyo-buzofasha-ubushikiranganji-buzoduzwa-gukorera-i-gitega\/\" \/>\n<meta property=\"og:locale\" content=\"en_US\" \/>\n<meta property=\"og:type\" content=\"article\" \/>\n<meta property=\"og:title\" content=\"Ngo hakwiye gushirwaho uburyo buzofasha ubushikiranganji buzoduzwa gukorera i Gitega - Indundi Culture | Magazine\" \/>\n<meta property=\"og:description\" content=\"&nbsp; Abakenguzamateka basaba ko mu mafaranga Reta izokoresha mu mwaka w&#8217;2020 ushira uw&#8217;2021 hoshirwamwo amahera azohabwa ubushikiranganji buzoduzwa gukorera ku murwa mukuru wa poritike i Gitega hamwe n&#8217;abakozi basanzwe bakorera muri ubwo bushikiranganji. Ivyo babisavye kuri uyu wa gatanu waraye uheze igenekerezo rya 17 Ndamukiza 2020 igihe umukuru wa sentare iraba amatungo ya Reta yariko [&hellip;]\" \/>\n<meta property=\"og:url\" content=\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/burundi-ngo-hakwiye-gushirwaho-uburyo-buzofasha-ubushikiranganji-buzoduzwa-gukorera-i-gitega\/\" \/>\n<meta property=\"og:site_name\" content=\"Indundi Culture | Magazine\" \/>\n<meta property=\"article:published_time\" content=\"2020-04-18T12:52:50+00:00\" \/>\n<meta property=\"article:modified_time\" content=\"2020-05-16T08:11:08+00:00\" \/>\n<meta name=\"twitter:card\" content=\"summary_large_image\" \/>\n<meta name=\"twitter:label1\" content=\"Written by\" \/>\n\t<meta name=\"twitter:data1\" content=\"\" \/>\n\t<meta name=\"twitter:label2\" content=\"Est. reading time\" \/>\n\t<meta name=\"twitter:data2\" content=\"1 minute\" \/>\n<script type=\"application\/ld+json\" class=\"yoast-schema-graph\">{\"@context\":\"https:\/\/schema.org\",\"@graph\":[{\"@type\":\"WebPage\",\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/burundi-ngo-hakwiye-gushirwaho-uburyo-buzofasha-ubushikiranganji-buzoduzwa-gukorera-i-gitega\/\",\"url\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/burundi-ngo-hakwiye-gushirwaho-uburyo-buzofasha-ubushikiranganji-buzoduzwa-gukorera-i-gitega\/\",\"name\":\"Ngo hakwiye gushirwaho uburyo buzofasha ubushikiranganji buzoduzwa gukorera i Gitega - Indundi Culture | Magazine\",\"isPartOf\":{\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#website\"},\"datePublished\":\"2020-04-18T12:52:50+00:00\",\"dateModified\":\"2020-05-16T08:11:08+00:00\",\"author\":{\"@id\":\"\"},\"breadcrumb\":{\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/burundi-ngo-hakwiye-gushirwaho-uburyo-buzofasha-ubushikiranganji-buzoduzwa-gukorera-i-gitega\/#breadcrumb\"},\"inLanguage\":\"en-US\",\"potentialAction\":[{\"@type\":\"ReadAction\",\"target\":[\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/burundi-ngo-hakwiye-gushirwaho-uburyo-buzofasha-ubushikiranganji-buzoduzwa-gukorera-i-gitega\/\"]}]},{\"@type\":\"BreadcrumbList\",\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/burundi-ngo-hakwiye-gushirwaho-uburyo-buzofasha-ubushikiranganji-buzoduzwa-gukorera-i-gitega\/#breadcrumb\",\"itemListElement\":[{\"@type\":\"ListItem\",\"position\":1,\"name\":\"Home\",\"item\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/\"},{\"@type\":\"ListItem\",\"position\":2,\"name\":\"Ngo hakwiye gushirwaho uburyo buzofasha ubushikiranganji buzoduzwa gukorera i Gitega\"}]},{\"@type\":\"WebSite\",\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#website\",\"url\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/\",\"name\":\"Indundi Culture | Magazine\",\"description\":\"Burundi Entertainment\",\"potentialAction\":[{\"@type\":\"SearchAction\",\"target\":{\"@type\":\"EntryPoint\",\"urlTemplate\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/?s={search_term_string}\"},\"query-input\":\"required name=search_term_string\"}],\"inLanguage\":\"en-US\"},{\"@type\":\"Person\",\"@id\":\"\",\"url\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/members\/\"}]}<\/script>\n<!-- \/ Yoast SEO plugin. -->","yoast_head_json":{"title":"Ngo hakwiye gushirwaho uburyo buzofasha ubushikiranganji buzoduzwa gukorera i Gitega - Indundi Culture | Magazine","robots":{"index":"index","follow":"follow","max-snippet":"max-snippet:-1","max-image-preview":"max-image-preview:large","max-video-preview":"max-video-preview:-1"},"canonical":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/burundi-ngo-hakwiye-gushirwaho-uburyo-buzofasha-ubushikiranganji-buzoduzwa-gukorera-i-gitega\/","og_locale":"en_US","og_type":"article","og_title":"Ngo hakwiye gushirwaho uburyo buzofasha ubushikiranganji buzoduzwa gukorera i Gitega - Indundi Culture | Magazine","og_description":"&nbsp; Abakenguzamateka basaba ko mu mafaranga Reta izokoresha mu mwaka w&#8217;2020 ushira uw&#8217;2021 hoshirwamwo amahera azohabwa ubushikiranganji buzoduzwa gukorera ku murwa mukuru wa poritike i Gitega hamwe n&#8217;abakozi basanzwe bakorera muri ubwo bushikiranganji. Ivyo babisavye kuri uyu wa gatanu waraye uheze igenekerezo rya 17 Ndamukiza 2020 igihe umukuru wa sentare iraba amatungo ya Reta yariko [&hellip;]","og_url":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/burundi-ngo-hakwiye-gushirwaho-uburyo-buzofasha-ubushikiranganji-buzoduzwa-gukorera-i-gitega\/","og_site_name":"Indundi Culture | Magazine","article_published_time":"2020-04-18T12:52:50+00:00","article_modified_time":"2020-05-16T08:11:08+00:00","twitter_card":"summary_large_image","twitter_misc":{"Written by":"","Est. reading time":"1 minute"},"schema":{"@context":"https:\/\/schema.org","@graph":[{"@type":"WebPage","@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/burundi-ngo-hakwiye-gushirwaho-uburyo-buzofasha-ubushikiranganji-buzoduzwa-gukorera-i-gitega\/","url":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/burundi-ngo-hakwiye-gushirwaho-uburyo-buzofasha-ubushikiranganji-buzoduzwa-gukorera-i-gitega\/","name":"Ngo hakwiye gushirwaho uburyo buzofasha ubushikiranganji buzoduzwa gukorera i Gitega - Indundi Culture | Magazine","isPartOf":{"@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#website"},"datePublished":"2020-04-18T12:52:50+00:00","dateModified":"2020-05-16T08:11:08+00:00","author":{"@id":""},"breadcrumb":{"@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/burundi-ngo-hakwiye-gushirwaho-uburyo-buzofasha-ubushikiranganji-buzoduzwa-gukorera-i-gitega\/#breadcrumb"},"inLanguage":"en-US","potentialAction":[{"@type":"ReadAction","target":["https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/burundi-ngo-hakwiye-gushirwaho-uburyo-buzofasha-ubushikiranganji-buzoduzwa-gukorera-i-gitega\/"]}]},{"@type":"BreadcrumbList","@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/burundi-ngo-hakwiye-gushirwaho-uburyo-buzofasha-ubushikiranganji-buzoduzwa-gukorera-i-gitega\/#breadcrumb","itemListElement":[{"@type":"ListItem","position":1,"name":"Home","item":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/"},{"@type":"ListItem","position":2,"name":"Ngo hakwiye gushirwaho uburyo buzofasha ubushikiranganji buzoduzwa gukorera i Gitega"}]},{"@type":"WebSite","@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#website","url":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/","name":"Indundi Culture | Magazine","description":"Burundi Entertainment","potentialAction":[{"@type":"SearchAction","target":{"@type":"EntryPoint","urlTemplate":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/?s={search_term_string}"},"query-input":"required name=search_term_string"}],"inLanguage":"en-US"},{"@type":"Person","@id":"","url":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/members\/"}]}},"_links":{"self":[{"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/posts\/13968","targetHints":{"allow":["GET"]}}],"collection":[{"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/posts"}],"about":[{"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/types\/post"}],"author":[{"embeddable":true,"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/users\/9"}],"replies":[{"embeddable":true,"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/comments?post=13968"}],"version-history":[{"count":1,"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/posts\/13968\/revisions"}],"predecessor-version":[{"id":16141,"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/posts\/13968\/revisions\/16141"}],"wp:featuredmedia":[{"embeddable":true,"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/media\/16139"}],"wp:attachment":[{"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/media?parent=13968"}],"wp:term":[{"taxonomy":"category","embeddable":true,"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/categories?post=13968"},{"taxonomy":"post_tag","embeddable":true,"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/tags?post=13968"}],"curies":[{"name":"wp","href":"https:\/\/api.w.org\/{rel}","templated":true}]}}