{"id":14064,"date":"2020-04-22T08:37:56","date_gmt":"2020-04-22T15:37:56","guid":{"rendered":"http:\/\/indundi.com\/?p=14064"},"modified":"2020-05-16T07:25:30","modified_gmt":"2020-05-16T07:25:30","slug":"yoya-yavuze-ku-bikorwa-vyiwe-muri-uno-mwaka-wa-2020","status":"publish","type":"post","link":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/yoya-yavuze-ku-bikorwa-vyiwe-muri-uno-mwaka-wa-2020\/","title":{"rendered":"Yoya yavuze ku bikorwa vyiwe muri uno mwaka wa 2020"},"content":{"rendered":"<p><img loading=\"lazy\" decoding=\"async\" class=\"alignnone size-full wp-image-16086\" src=\"https:\/\/indundi.com\/wp-content\/uploads\/2020\/05\/maxresdefault.jpg\" width=\"1280\" height=\"720\" alt=\"\" \/><\/p>\n<p><strong><em>Abakunzi b\u2019umuririmvyi Yoya Jamal ngo ni babandanye bihangane, ariko ikiza ca COVID 19 ngo nicava mu nzira ibikorwa bizoca bibandanya nkuko yari yabiteguye.<\/em><\/strong><\/p>\n<p>Mu migambi yarafise uwo muririmvyi abarizwa mu gihugu c\u2019Ubwongereza ngo harimwo gusubira kandi kwerekana ibikorwa vyiwe -Comeback- muri uno mwaka wa 2020, ariko Coronavirus ica ituma ibintu bica bipfa.<\/p>\n<p>Urugendo yaheruka gukora mu Rwanda Jamal avuga ko rwari muri uwo mugambi kuko yahakoreye indirimbo, yiteze ko azoca akora amasanamu ku mugabane wa buraya, ariko ntivyaba bigikunda. Jamal yagize ati :<\/p>\n<p>\u201dAkajambo nobashikiriza nuko ibi bintu vya Corona nivyavamwo tuzoca tubandanya ama Project yanje aho nari ndayagejeje, kuko nari naje mu Rwanda mu mwaka uheze ndakora indirimbo nziga ko nzozikorera ama Video ino muga urabona ko ata burenganzira bwo ku Voyaga mfise. Ama Programme nari mfise n\u2019abantu yaciye ahagarara, abategerezwa kuzishootinga n\u2019ibiki vyose. Urumva biragoye ndindiriye ko batwugururira amayira hama ubuzima bukabandanya nk\u2019abandi bantu hose.\u201d<\/p>\n<p>Muri ico kiganiro yakoranye na BETV yanavuze ko bishobotse azokorana indirimbo na Natacha kuko we ngo kuririmbana n\u2019abantu ngo nta kibazo bimutera.<\/p>\n","protected":false},"excerpt":{"rendered":"<p>Abakunzi b\u2019umuririmvyi Yoya Jamal ngo ni babandanye bihangane, ariko ikiza ca COVID 19 ngo nicava mu nzira ibikorwa bizoca bibandanya nkuko yari yabiteguye. Mu migambi yarafise uwo muririmvyi abarizwa mu gihugu c\u2019Ubwongereza ngo harimwo gusubira kandi kwerekana ibikorwa vyiwe -Comeback- muri uno mwaka wa 2020, ariko Coronavirus ica ituma ibintu bica bipfa. Urugendo yaheruka gukora [&hellip;]<\/p>\n","protected":false},"author":9,"featured_media":16085,"comment_status":"open","ping_status":"closed","sticky":false,"template":"","format":"standard","meta":{"_bbp_topic_count":0,"_bbp_reply_count":0,"_bbp_total_topic_count":0,"_bbp_total_reply_count":0,"_bbp_voice_count":0,"_bbp_anonymous_reply_count":0,"_bbp_topic_count_hidden":0,"_bbp_reply_count_hidden":0,"_bbp_forum_subforum_count":0,"footnotes":""},"categories":[526,515,519,516,623],"tags":[],"class_list":["post-14064","post","type-post","status-publish","format-standard","has-post-thumbnail","hentry","category-news-burundi","category-homepage","category-kirundi","category-music-news","category-muzik-na-wasani"],"yoast_head":"<!-- This site is optimized with the Yoast SEO plugin v21.3 - https:\/\/yoast.com\/wordpress\/plugins\/seo\/ -->\n<title>Yoya yavuze ku bikorwa vyiwe muri uno mwaka wa 2020 - Indundi Culture | Magazine<\/title>\n<meta name=\"robots\" content=\"index, follow, max-snippet:-1, max-image-preview:large, max-video-preview:-1\" \/>\n<link rel=\"canonical\" href=\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/yoya-yavuze-ku-bikorwa-vyiwe-muri-uno-mwaka-wa-2020\/\" \/>\n<meta property=\"og:locale\" content=\"en_US\" \/>\n<meta property=\"og:type\" content=\"article\" \/>\n<meta property=\"og:title\" content=\"Yoya yavuze ku bikorwa vyiwe muri uno mwaka wa 2020 - Indundi Culture | Magazine\" \/>\n<meta property=\"og:description\" content=\"Abakunzi b\u2019umuririmvyi Yoya Jamal ngo ni babandanye bihangane, ariko ikiza ca COVID 19 ngo nicava mu nzira ibikorwa bizoca bibandanya nkuko yari yabiteguye. Mu migambi yarafise uwo muririmvyi abarizwa mu gihugu c\u2019Ubwongereza ngo harimwo gusubira kandi kwerekana ibikorwa vyiwe -Comeback- muri uno mwaka wa 2020, ariko Coronavirus ica ituma ibintu bica bipfa. Urugendo yaheruka gukora [&hellip;]\" \/>\n<meta property=\"og:url\" content=\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/yoya-yavuze-ku-bikorwa-vyiwe-muri-uno-mwaka-wa-2020\/\" \/>\n<meta property=\"og:site_name\" content=\"Indundi Culture | Magazine\" \/>\n<meta property=\"article:published_time\" content=\"2020-04-22T15:37:56+00:00\" \/>\n<meta property=\"article:modified_time\" content=\"2020-05-16T07:25:30+00:00\" \/>\n<meta name=\"twitter:card\" content=\"summary_large_image\" \/>\n<meta name=\"twitter:label1\" content=\"Written by\" \/>\n\t<meta name=\"twitter:data1\" content=\"\" \/>\n\t<meta name=\"twitter:label2\" content=\"Est. reading time\" \/>\n\t<meta name=\"twitter:data2\" content=\"1 minute\" \/>\n<script type=\"application\/ld+json\" class=\"yoast-schema-graph\">{\"@context\":\"https:\/\/schema.org\",\"@graph\":[{\"@type\":\"WebPage\",\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/yoya-yavuze-ku-bikorwa-vyiwe-muri-uno-mwaka-wa-2020\/\",\"url\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/yoya-yavuze-ku-bikorwa-vyiwe-muri-uno-mwaka-wa-2020\/\",\"name\":\"Yoya yavuze ku bikorwa vyiwe muri uno mwaka wa 2020 - Indundi Culture | Magazine\",\"isPartOf\":{\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#website\"},\"datePublished\":\"2020-04-22T15:37:56+00:00\",\"dateModified\":\"2020-05-16T07:25:30+00:00\",\"author\":{\"@id\":\"\"},\"breadcrumb\":{\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/yoya-yavuze-ku-bikorwa-vyiwe-muri-uno-mwaka-wa-2020\/#breadcrumb\"},\"inLanguage\":\"en-US\",\"potentialAction\":[{\"@type\":\"ReadAction\",\"target\":[\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/yoya-yavuze-ku-bikorwa-vyiwe-muri-uno-mwaka-wa-2020\/\"]}]},{\"@type\":\"BreadcrumbList\",\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/yoya-yavuze-ku-bikorwa-vyiwe-muri-uno-mwaka-wa-2020\/#breadcrumb\",\"itemListElement\":[{\"@type\":\"ListItem\",\"position\":1,\"name\":\"Home\",\"item\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/\"},{\"@type\":\"ListItem\",\"position\":2,\"name\":\"Yoya yavuze ku bikorwa vyiwe muri uno mwaka wa 2020\"}]},{\"@type\":\"WebSite\",\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#website\",\"url\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/\",\"name\":\"Indundi Culture | Magazine\",\"description\":\"Burundi Entertainment\",\"potentialAction\":[{\"@type\":\"SearchAction\",\"target\":{\"@type\":\"EntryPoint\",\"urlTemplate\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/?s={search_term_string}\"},\"query-input\":\"required name=search_term_string\"}],\"inLanguage\":\"en-US\"},{\"@type\":\"Person\",\"@id\":\"\",\"url\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/members\/\"}]}<\/script>\n<!-- \/ Yoast SEO plugin. -->","yoast_head_json":{"title":"Yoya yavuze ku bikorwa vyiwe muri uno mwaka wa 2020 - Indundi Culture | Magazine","robots":{"index":"index","follow":"follow","max-snippet":"max-snippet:-1","max-image-preview":"max-image-preview:large","max-video-preview":"max-video-preview:-1"},"canonical":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/yoya-yavuze-ku-bikorwa-vyiwe-muri-uno-mwaka-wa-2020\/","og_locale":"en_US","og_type":"article","og_title":"Yoya yavuze ku bikorwa vyiwe muri uno mwaka wa 2020 - Indundi Culture | Magazine","og_description":"Abakunzi b\u2019umuririmvyi Yoya Jamal ngo ni babandanye bihangane, ariko ikiza ca COVID 19 ngo nicava mu nzira ibikorwa bizoca bibandanya nkuko yari yabiteguye. Mu migambi yarafise uwo muririmvyi abarizwa mu gihugu c\u2019Ubwongereza ngo harimwo gusubira kandi kwerekana ibikorwa vyiwe -Comeback- muri uno mwaka wa 2020, ariko Coronavirus ica ituma ibintu bica bipfa. Urugendo yaheruka gukora [&hellip;]","og_url":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/yoya-yavuze-ku-bikorwa-vyiwe-muri-uno-mwaka-wa-2020\/","og_site_name":"Indundi Culture | Magazine","article_published_time":"2020-04-22T15:37:56+00:00","article_modified_time":"2020-05-16T07:25:30+00:00","twitter_card":"summary_large_image","twitter_misc":{"Written by":"","Est. reading time":"1 minute"},"schema":{"@context":"https:\/\/schema.org","@graph":[{"@type":"WebPage","@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/yoya-yavuze-ku-bikorwa-vyiwe-muri-uno-mwaka-wa-2020\/","url":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/yoya-yavuze-ku-bikorwa-vyiwe-muri-uno-mwaka-wa-2020\/","name":"Yoya yavuze ku bikorwa vyiwe muri uno mwaka wa 2020 - Indundi Culture | Magazine","isPartOf":{"@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#website"},"datePublished":"2020-04-22T15:37:56+00:00","dateModified":"2020-05-16T07:25:30+00:00","author":{"@id":""},"breadcrumb":{"@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/yoya-yavuze-ku-bikorwa-vyiwe-muri-uno-mwaka-wa-2020\/#breadcrumb"},"inLanguage":"en-US","potentialAction":[{"@type":"ReadAction","target":["https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/yoya-yavuze-ku-bikorwa-vyiwe-muri-uno-mwaka-wa-2020\/"]}]},{"@type":"BreadcrumbList","@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/yoya-yavuze-ku-bikorwa-vyiwe-muri-uno-mwaka-wa-2020\/#breadcrumb","itemListElement":[{"@type":"ListItem","position":1,"name":"Home","item":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/"},{"@type":"ListItem","position":2,"name":"Yoya yavuze ku bikorwa vyiwe muri uno mwaka wa 2020"}]},{"@type":"WebSite","@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#website","url":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/","name":"Indundi Culture | Magazine","description":"Burundi Entertainment","potentialAction":[{"@type":"SearchAction","target":{"@type":"EntryPoint","urlTemplate":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/?s={search_term_string}"},"query-input":"required name=search_term_string"}],"inLanguage":"en-US"},{"@type":"Person","@id":"","url":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/members\/"}]}},"_links":{"self":[{"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/posts\/14064","targetHints":{"allow":["GET"]}}],"collection":[{"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/posts"}],"about":[{"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/types\/post"}],"author":[{"embeddable":true,"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/users\/9"}],"replies":[{"embeddable":true,"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/comments?post=14064"}],"version-history":[{"count":1,"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/posts\/14064\/revisions"}],"predecessor-version":[{"id":16087,"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/posts\/14064\/revisions\/16087"}],"wp:featuredmedia":[{"embeddable":true,"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/media\/16085"}],"wp:attachment":[{"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/media?parent=14064"}],"wp:term":[{"taxonomy":"category","embeddable":true,"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/categories?post=14064"},{"taxonomy":"post_tag","embeddable":true,"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/tags?post=14064"}],"curies":[{"name":"wp","href":"https:\/\/api.w.org\/{rel}","templated":true}]}}