{"id":14587,"date":"2020-05-10T16:11:02","date_gmt":"2020-05-10T16:11:02","guid":{"rendered":"http:\/\/indundi.com\/?p=14587"},"modified":"2020-05-10T17:14:34","modified_gmt":"2020-05-10T17:14:34","slug":"thyti-love-ngo-yashatse-kubanza-kuvyara-agifise-inguvu-zo-kubarera","status":"publish","type":"post","link":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/thyti-love-ngo-yashatse-kubanza-kuvyara-agifise-inguvu-zo-kubarera\/","title":{"rendered":"Thyti Love ngo yashatse kubanza kuvyara agifise inguvu zo kubarera"},"content":{"rendered":"<p><img loading=\"lazy\" decoding=\"async\" class=\"aligncenter wp-image-14741 size-full\" src=\"http:\/\/indundi.com\/wp-content\/uploads\/2020\/05\/thyti.jpg\" alt=\"\" width=\"980\" height=\"512\" \/><\/p>\n<p style=\"text-align: justify;\">Thyti Love ngo yabanje kwanza gufata akanya ko kuvyara imbere yuko yirukira kuririmba, kuko kuririmba ngo ntibita igihe. Ivyo n\u2019ivyo aheruka gushikiriza mu kiganiro aheruka guha imboneshakure ya hano iwacu, aho yariko abazwa ivy\u2019umuziki wiwe.<\/p>\n<p style=\"text-align: justify;\">Muri ico kiganiro caciye ku mboneshakure Buja Hit Tv, uwo muririmvyikazi wa kera yamenyesheje ko muri kino gihe asa nk\u2019aho yabaye arahagarika gatoya umuziki kugira afate akanya ko kubanza kwanza kuvyara na 2.<\/p>\n<p style=\"text-align: justify;\">Muri ico kiganiro nyene uwo muvyeyi w\u2019abana 2 yabwiye iyo mboneshakure ko naho yahagaritse kuririmba gato ngo asanzwe akora amareresi ukuri kwamya, ivyo akabisigura kuko ngo amareresi atamutwara umwanya munini nk\u2019umwanya indirimbo zimutwara. Igituma uwo muririmvyi yavuze ko ari ukubera umuziki bimusaba gukora ibiteramo.<\/p>\n<p style=\"text-align: justify;\">Yagize ati: \u201cUbuzima ni buto cane, kandi burya umuntu akeneye kuvyara, il faut ko avyara kare agifise inguvu. Jewe nashatse mvyare utwana twanje nka 2 canke 3, kugira ejo ninasaza nzoronke abandera. Je ndavyara sinsaza, ndagira sport. Gusaza ni mu mutwe, kandi iyo utavyaye kare ngo witunganye hakiri kare, haragera igihe inguvu zihera ugasanga abana bawe urabavyaye nta mwanya uronse wo kubarera, uciye upfa abana bagasigara barangara.\u201d<\/p>\n<p style=\"text-align: justify;\">Uwo muririmvyikazi yanavuze ko umusi azogaruka mu muziki azoza ari umuririmvyikazi wundi kuko afise vyinshi amaze kwiga muri ino myaka 3 amaze atari ku rubuga rw\u2019umuziki, ariko arabira inyuma gatoya. Uwo muririmvyi akaririmbo kiwe ka nyuma kakaba kasohotse mu mwaka wa 2017.<\/p>\n","protected":false},"excerpt":{"rendered":"<p>Thyti Love ngo yabanje kwanza gufata akanya ko kuvyara imbere yuko yirukira kuririmba, kuko kuririmba ngo ntibita igihe. Ivyo n\u2019ivyo aheruka gushikiriza mu kiganiro aheruka guha imboneshakure ya hano iwacu, aho yariko abazwa ivy\u2019umuziki wiwe. Muri ico kiganiro caciye ku mboneshakure Buja Hit Tv, uwo muririmvyikazi wa kera yamenyesheje ko muri kino gihe asa nk\u2019aho [&hellip;]<\/p>\n","protected":false},"author":3,"featured_media":14741,"comment_status":"open","ping_status":"open","sticky":false,"template":"","format":"standard","meta":{"_bbp_topic_count":0,"_bbp_reply_count":0,"_bbp_total_topic_count":0,"_bbp_total_reply_count":0,"_bbp_voice_count":0,"_bbp_anonymous_reply_count":0,"_bbp_topic_count_hidden":0,"_bbp_reply_count_hidden":0,"_bbp_forum_subforum_count":0,"footnotes":""},"categories":[526,515,519,516,623],"tags":[],"class_list":["post-14587","post","type-post","status-publish","format-standard","has-post-thumbnail","hentry","category-news-burundi","category-homepage","category-kirundi","category-music-news","category-muzik-na-wasani"],"yoast_head":"<!-- This site is optimized with the Yoast SEO plugin v21.3 - https:\/\/yoast.com\/wordpress\/plugins\/seo\/ -->\n<title>Thyti Love ngo yashatse kubanza kuvyara agifise inguvu zo kubarera - Indundi Culture | Magazine<\/title>\n<meta name=\"robots\" content=\"index, follow, max-snippet:-1, max-image-preview:large, max-video-preview:-1\" \/>\n<link rel=\"canonical\" href=\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/thyti-love-ngo-yashatse-kubanza-kuvyara-agifise-inguvu-zo-kubarera\/\" \/>\n<meta property=\"og:locale\" content=\"en_US\" \/>\n<meta property=\"og:type\" content=\"article\" \/>\n<meta property=\"og:title\" content=\"Thyti Love ngo yashatse kubanza kuvyara agifise inguvu zo kubarera - Indundi Culture | Magazine\" \/>\n<meta property=\"og:description\" content=\"Thyti Love ngo yabanje kwanza gufata akanya ko kuvyara imbere yuko yirukira kuririmba, kuko kuririmba ngo ntibita igihe. Ivyo n\u2019ivyo aheruka gushikiriza mu kiganiro aheruka guha imboneshakure ya hano iwacu, aho yariko abazwa ivy\u2019umuziki wiwe. Muri ico kiganiro caciye ku mboneshakure Buja Hit Tv, uwo muririmvyikazi wa kera yamenyesheje ko muri kino gihe asa nk\u2019aho [&hellip;]\" \/>\n<meta property=\"og:url\" content=\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/thyti-love-ngo-yashatse-kubanza-kuvyara-agifise-inguvu-zo-kubarera\/\" \/>\n<meta property=\"og:site_name\" content=\"Indundi Culture | Magazine\" \/>\n<meta property=\"article:published_time\" content=\"2020-05-10T16:11:02+00:00\" \/>\n<meta property=\"article:modified_time\" content=\"2020-05-10T17:14:34+00:00\" \/>\n<meta name=\"author\" content=\"yanick\" \/>\n<meta name=\"twitter:card\" content=\"summary_large_image\" \/>\n<meta name=\"twitter:label1\" content=\"Written by\" \/>\n\t<meta name=\"twitter:data1\" content=\"yanick\" \/>\n\t<meta name=\"twitter:label2\" content=\"Est. reading time\" \/>\n\t<meta name=\"twitter:data2\" content=\"1 minute\" \/>\n<script type=\"application\/ld+json\" class=\"yoast-schema-graph\">{\"@context\":\"https:\/\/schema.org\",\"@graph\":[{\"@type\":\"WebPage\",\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/thyti-love-ngo-yashatse-kubanza-kuvyara-agifise-inguvu-zo-kubarera\/\",\"url\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/thyti-love-ngo-yashatse-kubanza-kuvyara-agifise-inguvu-zo-kubarera\/\",\"name\":\"Thyti Love ngo yashatse kubanza kuvyara agifise inguvu zo kubarera - Indundi Culture | Magazine\",\"isPartOf\":{\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#website\"},\"datePublished\":\"2020-05-10T16:11:02+00:00\",\"dateModified\":\"2020-05-10T17:14:34+00:00\",\"author\":{\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#\/schema\/person\/8b60fb7f0669c0da6211620297ad2021\"},\"breadcrumb\":{\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/thyti-love-ngo-yashatse-kubanza-kuvyara-agifise-inguvu-zo-kubarera\/#breadcrumb\"},\"inLanguage\":\"en-US\",\"potentialAction\":[{\"@type\":\"ReadAction\",\"target\":[\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/thyti-love-ngo-yashatse-kubanza-kuvyara-agifise-inguvu-zo-kubarera\/\"]}]},{\"@type\":\"BreadcrumbList\",\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/thyti-love-ngo-yashatse-kubanza-kuvyara-agifise-inguvu-zo-kubarera\/#breadcrumb\",\"itemListElement\":[{\"@type\":\"ListItem\",\"position\":1,\"name\":\"Home\",\"item\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/\"},{\"@type\":\"ListItem\",\"position\":2,\"name\":\"Thyti Love ngo yashatse kubanza kuvyara agifise inguvu zo kubarera\"}]},{\"@type\":\"WebSite\",\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#website\",\"url\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/\",\"name\":\"Indundi Culture | Magazine\",\"description\":\"Burundi Entertainment\",\"potentialAction\":[{\"@type\":\"SearchAction\",\"target\":{\"@type\":\"EntryPoint\",\"urlTemplate\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/?s={search_term_string}\"},\"query-input\":\"required name=search_term_string\"}],\"inLanguage\":\"en-US\"},{\"@type\":\"Person\",\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#\/schema\/person\/8b60fb7f0669c0da6211620297ad2021\",\"name\":\"yanick\",\"image\":{\"@type\":\"ImageObject\",\"inLanguage\":\"en-US\",\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#\/schema\/person\/image\/\",\"url\":\"\/\/www.gravatar.com\/avatar\/3f9e37cb1a7115ab1fd67c8044b25dc8?s=96&#038;r=g&#038;d=mm\",\"contentUrl\":\"\/\/www.gravatar.com\/avatar\/3f9e37cb1a7115ab1fd67c8044b25dc8?s=96&#038;r=g&#038;d=mm\",\"caption\":\"yanick\"},\"url\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/members\/yanick\/\"}]}<\/script>\n<!-- \/ Yoast SEO plugin. -->","yoast_head_json":{"title":"Thyti Love ngo yashatse kubanza kuvyara agifise inguvu zo kubarera - Indundi Culture | Magazine","robots":{"index":"index","follow":"follow","max-snippet":"max-snippet:-1","max-image-preview":"max-image-preview:large","max-video-preview":"max-video-preview:-1"},"canonical":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/thyti-love-ngo-yashatse-kubanza-kuvyara-agifise-inguvu-zo-kubarera\/","og_locale":"en_US","og_type":"article","og_title":"Thyti Love ngo yashatse kubanza kuvyara agifise inguvu zo kubarera - Indundi Culture | Magazine","og_description":"Thyti Love ngo yabanje kwanza gufata akanya ko kuvyara imbere yuko yirukira kuririmba, kuko kuririmba ngo ntibita igihe. Ivyo n\u2019ivyo aheruka gushikiriza mu kiganiro aheruka guha imboneshakure ya hano iwacu, aho yariko abazwa ivy\u2019umuziki wiwe. Muri ico kiganiro caciye ku mboneshakure Buja Hit Tv, uwo muririmvyikazi wa kera yamenyesheje ko muri kino gihe asa nk\u2019aho [&hellip;]","og_url":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/thyti-love-ngo-yashatse-kubanza-kuvyara-agifise-inguvu-zo-kubarera\/","og_site_name":"Indundi Culture | Magazine","article_published_time":"2020-05-10T16:11:02+00:00","article_modified_time":"2020-05-10T17:14:34+00:00","author":"yanick","twitter_card":"summary_large_image","twitter_misc":{"Written by":"yanick","Est. reading time":"1 minute"},"schema":{"@context":"https:\/\/schema.org","@graph":[{"@type":"WebPage","@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/thyti-love-ngo-yashatse-kubanza-kuvyara-agifise-inguvu-zo-kubarera\/","url":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/thyti-love-ngo-yashatse-kubanza-kuvyara-agifise-inguvu-zo-kubarera\/","name":"Thyti Love ngo yashatse kubanza kuvyara agifise inguvu zo kubarera - Indundi Culture | Magazine","isPartOf":{"@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#website"},"datePublished":"2020-05-10T16:11:02+00:00","dateModified":"2020-05-10T17:14:34+00:00","author":{"@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#\/schema\/person\/8b60fb7f0669c0da6211620297ad2021"},"breadcrumb":{"@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/thyti-love-ngo-yashatse-kubanza-kuvyara-agifise-inguvu-zo-kubarera\/#breadcrumb"},"inLanguage":"en-US","potentialAction":[{"@type":"ReadAction","target":["https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/thyti-love-ngo-yashatse-kubanza-kuvyara-agifise-inguvu-zo-kubarera\/"]}]},{"@type":"BreadcrumbList","@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/thyti-love-ngo-yashatse-kubanza-kuvyara-agifise-inguvu-zo-kubarera\/#breadcrumb","itemListElement":[{"@type":"ListItem","position":1,"name":"Home","item":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/"},{"@type":"ListItem","position":2,"name":"Thyti Love ngo yashatse kubanza kuvyara agifise inguvu zo kubarera"}]},{"@type":"WebSite","@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#website","url":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/","name":"Indundi Culture | Magazine","description":"Burundi Entertainment","potentialAction":[{"@type":"SearchAction","target":{"@type":"EntryPoint","urlTemplate":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/?s={search_term_string}"},"query-input":"required name=search_term_string"}],"inLanguage":"en-US"},{"@type":"Person","@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#\/schema\/person\/8b60fb7f0669c0da6211620297ad2021","name":"yanick","image":{"@type":"ImageObject","inLanguage":"en-US","@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#\/schema\/person\/image\/","url":"\/\/www.gravatar.com\/avatar\/3f9e37cb1a7115ab1fd67c8044b25dc8?s=96&#038;r=g&#038;d=mm","contentUrl":"\/\/www.gravatar.com\/avatar\/3f9e37cb1a7115ab1fd67c8044b25dc8?s=96&#038;r=g&#038;d=mm","caption":"yanick"},"url":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/members\/yanick\/"}]}},"_links":{"self":[{"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/posts\/14587","targetHints":{"allow":["GET"]}}],"collection":[{"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/posts"}],"about":[{"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/types\/post"}],"author":[{"embeddable":true,"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/users\/3"}],"replies":[{"embeddable":true,"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/comments?post=14587"}],"version-history":[{"count":3,"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/posts\/14587\/revisions"}],"predecessor-version":[{"id":15683,"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/posts\/14587\/revisions\/15683"}],"wp:featuredmedia":[{"embeddable":true,"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/media\/14741"}],"wp:attachment":[{"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/media?parent=14587"}],"wp:term":[{"taxonomy":"category","embeddable":true,"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/categories?post=14587"},{"taxonomy":"post_tag","embeddable":true,"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/tags?post=14587"}],"curies":[{"name":"wp","href":"https:\/\/api.w.org\/{rel}","templated":true}]}}