{"id":14589,"date":"2020-05-10T15:31:31","date_gmt":"2020-05-10T15:31:31","guid":{"rendered":"http:\/\/indundi.com\/?p=14589"},"modified":"2020-05-10T17:14:34","modified_gmt":"2020-05-10T17:14:34","slug":"sat-b-ngo-ntiyarakwiye-kuvugira-ku-mugaragaro-ivyugufasha-abanya-gatumba","status":"publish","type":"post","link":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/sat-b-ngo-ntiyarakwiye-kuvugira-ku-mugaragaro-ivyugufasha-abanya-gatumba\/","title":{"rendered":"Sat-B ngo ntiyarakwiye kuvugira ku mugaragaro ivy\u2019ugufasha abanya Gatumba"},"content":{"rendered":"<p><img loading=\"lazy\" decoding=\"async\" class=\"alignnone wp-image-14739 size-full\" src=\"http:\/\/indundi.com\/wp-content\/uploads\/2020\/05\/sat-B.jpg\" alt=\"\" width=\"980\" height=\"512\" \/><\/p>\n<p style=\"text-align: justify;\">Sat-B ngo ntiyarakwiye kuvugira ku mugaragaro ko ashaka kuzogira ico afashije abateshejwe izabo n\u2019imvura igize igihe iriko iragwa, igatuma abantu bata izabo, ivyabo navyo bigatwarwa n\u2019amazi. Ivyo n\u2019ibiheruka gushikirizwa na bamwe mu bakurikirana urubuga rwiwe rwa Facebook.<\/p>\n<p style=\"text-align: justify;\">Abamukurikira bakaba badahuriza kuri ico kintu, naho bose bahuriza ko ikintu c\u2019ugufasha abo bantu ngo ari ikintu ciza cane.<\/p>\n<p style=\"text-align: justify;\">Bamwe bakaba bafatira kuri bibiliya mu kuvuga ko yo ivuga ko ico ukuryo gukoze, ngo ukubamfu kutari gukwiye kugica ikanda. Ariko abandi nabo bakaba batabibona uko kuko ngo uwo ari umu Star atarakwiye gukorera ibintu musi y\u2019igitanda, uwundi we yayiciye umuryango ngo imbere yuko aja kubitanga ahubwo yohitana abamenyeshamakuru.<\/p>\n<p style=\"text-align: justify;\">Ivyo bakaba batanguye kubiharirako inyuma yaho kuri uyu wa 4 igenekerezo rya 7 rusama amasaha y\u2019ijoro ashikirije akoresheje urubuga rwiwe rwa Facebook ko ashaka kuzoja gushika kuri iyo miryango 50 yahuye n\u2019ibibazo. Ariko akavuga ko kubivugira ahabona hari mu ntumbero yo gukangurira abantu bifise kugira ico bafashije.<\/p>\n<p style=\"text-align: justify;\">Yagize ati : \u201c Birababaje ntawe bitobako, Navuganye na Management yanje turabe ico dushobora gukora ku miryango 50 yahuye n\u2019ikibazo c\u2019imyuzure muri zone ya Gatumba bakabura uburaro. Muri ibi bihe bigoye tukaba tuzokwifatanya nabo mu misi mike mu kubagendera muri ibi vyamakuba barimwo. Turasavye n\u2019abandi boba babona ko bikenewe batahura ibihe vy\u2019umubabaro abanya gatumba barimwo kudusanga inbox tukagira ico dukoreye aba bene wacu murakoze.<br \/>\nN.B: Ukubivugira ngaha ni ugukangurira bene wacu bishoboye nabo kugira ico bakoze. #Prayforgatumba #weareone\u201d<\/p>\n<p style=\"text-align: justify;\">Mukibuka ko Sat-B ariwe agumana n&#8217;umwe mu bariko bitoza mu kibanza c&#8217;umukuru w&#8217;igihugu, Dieudonne Nahimana, aho ari hose. Kuko niwe amuririmbira mu gihe c&#8217;ugushusha abantu mu gihe bakimurindiriye.<\/p>\n","protected":false},"excerpt":{"rendered":"<p>Sat-B ngo ntiyarakwiye kuvugira ku mugaragaro ko ashaka kuzogira ico afashije abateshejwe izabo n\u2019imvura igize igihe iriko iragwa, igatuma abantu bata izabo, ivyabo navyo bigatwarwa n\u2019amazi. Ivyo n\u2019ibiheruka gushikirizwa na bamwe mu bakurikirana urubuga rwiwe rwa Facebook. Abamukurikira bakaba badahuriza kuri ico kintu, naho bose bahuriza ko ikintu c\u2019ugufasha abo bantu ngo ari ikintu ciza [&hellip;]<\/p>\n","protected":false},"author":3,"featured_media":14739,"comment_status":"open","ping_status":"open","sticky":false,"template":"","format":"standard","meta":{"_bbp_topic_count":0,"_bbp_reply_count":0,"_bbp_total_topic_count":0,"_bbp_total_reply_count":0,"_bbp_voice_count":0,"_bbp_anonymous_reply_count":0,"_bbp_topic_count_hidden":0,"_bbp_reply_count_hidden":0,"_bbp_forum_subforum_count":0,"footnotes":""},"categories":[526,515,519,517],"tags":[1076,889,890,1077,578],"class_list":["post-14589","post","type-post","status-publish","format-standard","has-post-thumbnail","hentry","category-news-burundi","category-homepage","category-kirundi","category-societe","tag-featured2","tag-gatumba","tag-imyuzure","tag-news2","tag-sat-b"],"yoast_head":"<!-- This site is optimized with the Yoast SEO plugin v21.3 - https:\/\/yoast.com\/wordpress\/plugins\/seo\/ -->\n<title>Sat-B ngo ntiyarakwiye kuvugira ku mugaragaro ivy\u2019ugufasha abanya Gatumba - Indundi Culture | Magazine<\/title>\n<meta name=\"robots\" content=\"index, follow, max-snippet:-1, max-image-preview:large, max-video-preview:-1\" \/>\n<link rel=\"canonical\" href=\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/sat-b-ngo-ntiyarakwiye-kuvugira-ku-mugaragaro-ivyugufasha-abanya-gatumba\/\" \/>\n<meta property=\"og:locale\" content=\"en_US\" \/>\n<meta property=\"og:type\" content=\"article\" \/>\n<meta property=\"og:title\" content=\"Sat-B ngo ntiyarakwiye kuvugira ku mugaragaro ivy\u2019ugufasha abanya Gatumba - Indundi Culture | Magazine\" \/>\n<meta property=\"og:description\" content=\"Sat-B ngo ntiyarakwiye kuvugira ku mugaragaro ko ashaka kuzogira ico afashije abateshejwe izabo n\u2019imvura igize igihe iriko iragwa, igatuma abantu bata izabo, ivyabo navyo bigatwarwa n\u2019amazi. Ivyo n\u2019ibiheruka gushikirizwa na bamwe mu bakurikirana urubuga rwiwe rwa Facebook. Abamukurikira bakaba badahuriza kuri ico kintu, naho bose bahuriza ko ikintu c\u2019ugufasha abo bantu ngo ari ikintu ciza [&hellip;]\" \/>\n<meta property=\"og:url\" content=\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/sat-b-ngo-ntiyarakwiye-kuvugira-ku-mugaragaro-ivyugufasha-abanya-gatumba\/\" \/>\n<meta property=\"og:site_name\" content=\"Indundi Culture | Magazine\" \/>\n<meta property=\"article:published_time\" content=\"2020-05-10T15:31:31+00:00\" \/>\n<meta property=\"article:modified_time\" content=\"2020-05-10T17:14:34+00:00\" \/>\n<meta name=\"author\" content=\"yanick\" \/>\n<meta name=\"twitter:card\" content=\"summary_large_image\" \/>\n<meta name=\"twitter:label1\" content=\"Written by\" \/>\n\t<meta name=\"twitter:data1\" content=\"yanick\" \/>\n\t<meta name=\"twitter:label2\" content=\"Est. reading time\" \/>\n\t<meta name=\"twitter:data2\" content=\"1 minute\" \/>\n<script type=\"application\/ld+json\" class=\"yoast-schema-graph\">{\"@context\":\"https:\/\/schema.org\",\"@graph\":[{\"@type\":\"WebPage\",\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/sat-b-ngo-ntiyarakwiye-kuvugira-ku-mugaragaro-ivyugufasha-abanya-gatumba\/\",\"url\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/sat-b-ngo-ntiyarakwiye-kuvugira-ku-mugaragaro-ivyugufasha-abanya-gatumba\/\",\"name\":\"Sat-B ngo ntiyarakwiye kuvugira ku mugaragaro ivy\u2019ugufasha abanya Gatumba - Indundi Culture | Magazine\",\"isPartOf\":{\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#website\"},\"datePublished\":\"2020-05-10T15:31:31+00:00\",\"dateModified\":\"2020-05-10T17:14:34+00:00\",\"author\":{\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#\/schema\/person\/8b60fb7f0669c0da6211620297ad2021\"},\"breadcrumb\":{\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/sat-b-ngo-ntiyarakwiye-kuvugira-ku-mugaragaro-ivyugufasha-abanya-gatumba\/#breadcrumb\"},\"inLanguage\":\"en-US\",\"potentialAction\":[{\"@type\":\"ReadAction\",\"target\":[\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/sat-b-ngo-ntiyarakwiye-kuvugira-ku-mugaragaro-ivyugufasha-abanya-gatumba\/\"]}]},{\"@type\":\"BreadcrumbList\",\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/sat-b-ngo-ntiyarakwiye-kuvugira-ku-mugaragaro-ivyugufasha-abanya-gatumba\/#breadcrumb\",\"itemListElement\":[{\"@type\":\"ListItem\",\"position\":1,\"name\":\"Home\",\"item\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/\"},{\"@type\":\"ListItem\",\"position\":2,\"name\":\"Sat-B ngo ntiyarakwiye kuvugira ku mugaragaro ivy\u2019ugufasha abanya Gatumba\"}]},{\"@type\":\"WebSite\",\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#website\",\"url\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/\",\"name\":\"Indundi Culture | Magazine\",\"description\":\"Burundi Entertainment\",\"potentialAction\":[{\"@type\":\"SearchAction\",\"target\":{\"@type\":\"EntryPoint\",\"urlTemplate\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/?s={search_term_string}\"},\"query-input\":\"required name=search_term_string\"}],\"inLanguage\":\"en-US\"},{\"@type\":\"Person\",\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#\/schema\/person\/8b60fb7f0669c0da6211620297ad2021\",\"name\":\"yanick\",\"image\":{\"@type\":\"ImageObject\",\"inLanguage\":\"en-US\",\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#\/schema\/person\/image\/\",\"url\":\"\/\/www.gravatar.com\/avatar\/3f9e37cb1a7115ab1fd67c8044b25dc8?s=96&#038;r=g&#038;d=mm\",\"contentUrl\":\"\/\/www.gravatar.com\/avatar\/3f9e37cb1a7115ab1fd67c8044b25dc8?s=96&#038;r=g&#038;d=mm\",\"caption\":\"yanick\"},\"url\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/members\/yanick\/\"}]}<\/script>\n<!-- \/ Yoast SEO plugin. -->","yoast_head_json":{"title":"Sat-B ngo ntiyarakwiye kuvugira ku mugaragaro ivy\u2019ugufasha abanya Gatumba - Indundi Culture | Magazine","robots":{"index":"index","follow":"follow","max-snippet":"max-snippet:-1","max-image-preview":"max-image-preview:large","max-video-preview":"max-video-preview:-1"},"canonical":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/sat-b-ngo-ntiyarakwiye-kuvugira-ku-mugaragaro-ivyugufasha-abanya-gatumba\/","og_locale":"en_US","og_type":"article","og_title":"Sat-B ngo ntiyarakwiye kuvugira ku mugaragaro ivy\u2019ugufasha abanya Gatumba - Indundi Culture | Magazine","og_description":"Sat-B ngo ntiyarakwiye kuvugira ku mugaragaro ko ashaka kuzogira ico afashije abateshejwe izabo n\u2019imvura igize igihe iriko iragwa, igatuma abantu bata izabo, ivyabo navyo bigatwarwa n\u2019amazi. Ivyo n\u2019ibiheruka gushikirizwa na bamwe mu bakurikirana urubuga rwiwe rwa Facebook. Abamukurikira bakaba badahuriza kuri ico kintu, naho bose bahuriza ko ikintu c\u2019ugufasha abo bantu ngo ari ikintu ciza [&hellip;]","og_url":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/sat-b-ngo-ntiyarakwiye-kuvugira-ku-mugaragaro-ivyugufasha-abanya-gatumba\/","og_site_name":"Indundi Culture | Magazine","article_published_time":"2020-05-10T15:31:31+00:00","article_modified_time":"2020-05-10T17:14:34+00:00","author":"yanick","twitter_card":"summary_large_image","twitter_misc":{"Written by":"yanick","Est. reading time":"1 minute"},"schema":{"@context":"https:\/\/schema.org","@graph":[{"@type":"WebPage","@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/sat-b-ngo-ntiyarakwiye-kuvugira-ku-mugaragaro-ivyugufasha-abanya-gatumba\/","url":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/sat-b-ngo-ntiyarakwiye-kuvugira-ku-mugaragaro-ivyugufasha-abanya-gatumba\/","name":"Sat-B ngo ntiyarakwiye kuvugira ku mugaragaro ivy\u2019ugufasha abanya Gatumba - Indundi Culture | Magazine","isPartOf":{"@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#website"},"datePublished":"2020-05-10T15:31:31+00:00","dateModified":"2020-05-10T17:14:34+00:00","author":{"@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#\/schema\/person\/8b60fb7f0669c0da6211620297ad2021"},"breadcrumb":{"@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/sat-b-ngo-ntiyarakwiye-kuvugira-ku-mugaragaro-ivyugufasha-abanya-gatumba\/#breadcrumb"},"inLanguage":"en-US","potentialAction":[{"@type":"ReadAction","target":["https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/sat-b-ngo-ntiyarakwiye-kuvugira-ku-mugaragaro-ivyugufasha-abanya-gatumba\/"]}]},{"@type":"BreadcrumbList","@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/sat-b-ngo-ntiyarakwiye-kuvugira-ku-mugaragaro-ivyugufasha-abanya-gatumba\/#breadcrumb","itemListElement":[{"@type":"ListItem","position":1,"name":"Home","item":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/"},{"@type":"ListItem","position":2,"name":"Sat-B ngo ntiyarakwiye kuvugira ku mugaragaro ivy\u2019ugufasha abanya Gatumba"}]},{"@type":"WebSite","@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#website","url":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/","name":"Indundi Culture | Magazine","description":"Burundi Entertainment","potentialAction":[{"@type":"SearchAction","target":{"@type":"EntryPoint","urlTemplate":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/?s={search_term_string}"},"query-input":"required name=search_term_string"}],"inLanguage":"en-US"},{"@type":"Person","@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#\/schema\/person\/8b60fb7f0669c0da6211620297ad2021","name":"yanick","image":{"@type":"ImageObject","inLanguage":"en-US","@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#\/schema\/person\/image\/","url":"\/\/www.gravatar.com\/avatar\/3f9e37cb1a7115ab1fd67c8044b25dc8?s=96&#038;r=g&#038;d=mm","contentUrl":"\/\/www.gravatar.com\/avatar\/3f9e37cb1a7115ab1fd67c8044b25dc8?s=96&#038;r=g&#038;d=mm","caption":"yanick"},"url":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/members\/yanick\/"}]}},"_links":{"self":[{"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/posts\/14589","targetHints":{"allow":["GET"]}}],"collection":[{"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/posts"}],"about":[{"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/types\/post"}],"author":[{"embeddable":true,"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/users\/3"}],"replies":[{"embeddable":true,"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/comments?post=14589"}],"version-history":[{"count":3,"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/posts\/14589\/revisions"}],"predecessor-version":[{"id":15681,"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/posts\/14589\/revisions\/15681"}],"wp:featuredmedia":[{"embeddable":true,"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/media\/14739"}],"wp:attachment":[{"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/media?parent=14589"}],"wp:term":[{"taxonomy":"category","embeddable":true,"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/categories?post=14589"},{"taxonomy":"post_tag","embeddable":true,"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/tags?post=14589"}],"curies":[{"name":"wp","href":"https:\/\/api.w.org\/{rel}","templated":true}]}}