{"id":14591,"date":"2020-05-10T15:43:23","date_gmt":"2020-05-10T15:43:23","guid":{"rendered":"http:\/\/indundi.com\/?p=14591"},"modified":"2020-05-10T15:44:04","modified_gmt":"2020-05-10T15:44:04","slug":"burundi-amatora-yo-mu-2020-cnl-imigabo-nimigambi-ya-rwasa-agathon","status":"publish","type":"post","link":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/burundi-amatora-yo-mu-2020-cnl-imigabo-nimigambi-ya-rwasa-agathon\/","title":{"rendered":"Amatora yo mu 2020 : CNL : Imigabo n&#8217;imigambi ya Rwasa Agathon"},"content":{"rendered":"<p><img loading=\"lazy\" decoding=\"async\" class=\"aligncenter wp-image-14735 size-full\" src=\"http:\/\/indundi.com\/wp-content\/uploads\/2020\/05\/Rwasa-Agathon.jpg\" alt=\"\" width=\"624\" height=\"351\" \/><\/p>\n<p style=\"text-align: justify;\">Imigabo n\u2019imigambi ya Agathoin Rwasa amenyesha ko yorangura mu gihe yokwizerwa n\u2019abarundi akaba umukuru w\u2019igihugu ishingiye ku bintu bikuru bikuru bikurikira :<\/p>\n<p style=\"text-align: justify;\">Guteza imbere uburimyi n&#8217;ubworozi, kunagura indero mu mashure yaba matomato, ayisumbiye na kaminuza, aho nk&#8217;akarorero avuga ko azogarukana uburaro mu mashure yisumbuye.<\/p>\n<p style=\"text-align: justify;\">Agathon Rwasa kandi ashira imbere ukunagura ibisata vy&#8217;ubuvuzi n&#8217;amagara y&#8217;abantu, gutunganya ibisagara n&#8217;uburaro, amasoko ntanganguvu, ubutare n&#8217;agataka, kwiyunguruza no kwunguruza abantu n&#8217;ibintu, intwaro ibereye, imigenderanire, ubutunzi, ibidukikije, be no kwitaho no gukomeza inzego z&#8217;umutekano.<\/p>\n<p style=\"text-align: justify;\">Tubibutse ko Agathon Rwasa arongoye umugambwe Congr\u00e8s National de Libert\u00e9, CNL, inyuma y&#8217;igihe kitari gito yatswe uburongozi bw&#8217;umugambwe FNL.<\/p>\n<p style=\"text-align: justify;\">Yavukiye muri komine Kiremba y&#8217;intara ya Ngozi mu mwaka wa1964. Mu 1988 biturutse ku bwicanyi bwa Ntega na Marangara, yararokotse ahungira mw&#8217;ikambi ya Kirwa iri mu ntara ya Tabora muri Tanzania, ari naho yinjiriye mu muhari PALIPEHUTU wari washinzwe na R\u00e9my Gahutu mu 1980, uja guhinduka PALIPEHUTU-FNL mu mahinduka yabaye muri uwo muhari mu 2001, amahinduka yatumye awurongora asubiriye uwari umukuru wawo, Cossan Kabura.<\/p>\n<p style=\"text-align: justify;\">Agathon Rwasa mu nyuma yinjiye mw&#8217;ishami rya gisirikare rya FNL ryegukira PALIPEHUTU, ari naho yahavuye aja ku rugamba rwashirwa imbere na PALIPEHUTU.<\/p>\n<p style=\"text-align: justify;\">Inyuma y&#8217;aho atahiye mu gihugu mu 2008 inyuma y&#8217;ibiganiro na PALIPEHUTU-FNL, Agathon Rwasa yarongoye umugambwe FNL kuva mu 2009 gushika mu 2010 inyuma y&#8217;aho umuhari PALIPEHUTU-FNL uhinduriye izina kugira ngo wisunge amategeko y&#8217;Uburundi abuza imigambwe ishingiye kw&#8217;ivangura. Muri ico gihe yahawe kurongora ishirahamwe INSS ryo kuziganiriza kazoza abakozi.<\/p>\n<p style=\"text-align: justify;\">Inyuma y&#8217;amatora yabaye mu 2010 Agathon Rwasa yarahunze yagiriza Reta ko yashaka kumugandagura kubera yiyamirije ivyari bihejeje kuva muri ayo matora, ariko yakwa uburongozi bw&#8217;uwo mugambwe mu buryo burimwo igipfungu, uhabwa Jacques Bigirimana.<\/p>\n<p style=\"text-align: justify;\">Amaze kugaruka mu gihugu mu 2013, Agathon Rwasa yinjiye mu nama nshingamateka mu matora yo mu 2015. N&#8217;aho urunani Amizero y&#8217;Abarundi rwari ruhurikiyemwo abigenga rutagiye muri ayo matora, Agathon Rwasa n&#8217;abiwe bafashe ingingo yo kwinjira mu nama nshingamateka.<\/p>\n<p style=\"text-align: justify;\">Inyuma y&#8217;ugukwegana amashati hagati y&#8217;ubushikiranganji bw&#8217;intaro yo hagati nawe ku kibazo c&#8217;ugushinga umugambwe, ku wa 14 z&#8217;ukwa kabiri 2019 umugambwe wiwe CNL wahavuye wemererwa gukorera ku mugaragaro.<\/p>\n","protected":false},"excerpt":{"rendered":"<p>Imigabo n\u2019imigambi ya Agathoin Rwasa amenyesha ko yorangura mu gihe yokwizerwa n\u2019abarundi akaba umukuru w\u2019igihugu ishingiye ku bintu bikuru bikuru bikurikira : Guteza imbere uburimyi n&#8217;ubworozi, kunagura indero mu mashure yaba matomato, ayisumbiye na kaminuza, aho nk&#8217;akarorero avuga ko azogarukana uburaro mu mashure yisumbuye. Agathon Rwasa kandi ashira imbere ukunagura ibisata vy&#8217;ubuvuzi n&#8217;amagara y&#8217;abantu, gutunganya [&hellip;]<\/p>\n","protected":false},"author":5,"featured_media":14735,"comment_status":"open","ping_status":"open","sticky":false,"template":"","format":"standard","meta":{"_bbp_topic_count":0,"_bbp_reply_count":0,"_bbp_total_topic_count":0,"_bbp_total_reply_count":0,"_bbp_voice_count":0,"_bbp_anonymous_reply_count":0,"_bbp_topic_count_hidden":0,"_bbp_reply_count_hidden":0,"_bbp_forum_subforum_count":0,"footnotes":""},"categories":[515,519,617,579],"tags":[],"class_list":["post-14591","post","type-post","status-publish","format-standard","has-post-thumbnail","hentry","category-homepage","category-kirundi","category-politics","category-politique"],"yoast_head":"<!-- This site is optimized with the Yoast SEO plugin v21.3 - https:\/\/yoast.com\/wordpress\/plugins\/seo\/ -->\n<title>Amatora yo mu 2020 : CNL : Imigabo n&#039;imigambi ya Rwasa Agathon - Indundi Culture | Magazine<\/title>\n<meta name=\"robots\" content=\"index, follow, max-snippet:-1, max-image-preview:large, max-video-preview:-1\" \/>\n<link rel=\"canonical\" href=\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/burundi-amatora-yo-mu-2020-cnl-imigabo-nimigambi-ya-rwasa-agathon\/\" \/>\n<meta property=\"og:locale\" content=\"en_US\" \/>\n<meta property=\"og:type\" content=\"article\" \/>\n<meta property=\"og:title\" content=\"Amatora yo mu 2020 : CNL : Imigabo n&#039;imigambi ya Rwasa Agathon - Indundi Culture | Magazine\" \/>\n<meta property=\"og:description\" content=\"Imigabo n\u2019imigambi ya Agathoin Rwasa amenyesha ko yorangura mu gihe yokwizerwa n\u2019abarundi akaba umukuru w\u2019igihugu ishingiye ku bintu bikuru bikuru bikurikira : Guteza imbere uburimyi n&#8217;ubworozi, kunagura indero mu mashure yaba matomato, ayisumbiye na kaminuza, aho nk&#8217;akarorero avuga ko azogarukana uburaro mu mashure yisumbuye. Agathon Rwasa kandi ashira imbere ukunagura ibisata vy&#8217;ubuvuzi n&#8217;amagara y&#8217;abantu, gutunganya [&hellip;]\" \/>\n<meta property=\"og:url\" content=\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/burundi-amatora-yo-mu-2020-cnl-imigabo-nimigambi-ya-rwasa-agathon\/\" \/>\n<meta property=\"og:site_name\" content=\"Indundi Culture | Magazine\" \/>\n<meta property=\"article:published_time\" content=\"2020-05-10T15:43:23+00:00\" \/>\n<meta property=\"article:modified_time\" content=\"2020-05-10T15:44:04+00:00\" \/>\n<meta name=\"author\" content=\"janvier\" \/>\n<meta name=\"twitter:card\" content=\"summary_large_image\" \/>\n<meta name=\"twitter:label1\" content=\"Written by\" \/>\n\t<meta name=\"twitter:data1\" content=\"janvier\" \/>\n\t<meta name=\"twitter:label2\" content=\"Est. reading time\" \/>\n\t<meta name=\"twitter:data2\" content=\"2 minutes\" \/>\n<script type=\"application\/ld+json\" class=\"yoast-schema-graph\">{\"@context\":\"https:\/\/schema.org\",\"@graph\":[{\"@type\":\"WebPage\",\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/burundi-amatora-yo-mu-2020-cnl-imigabo-nimigambi-ya-rwasa-agathon\/\",\"url\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/burundi-amatora-yo-mu-2020-cnl-imigabo-nimigambi-ya-rwasa-agathon\/\",\"name\":\"Amatora yo mu 2020 : CNL : Imigabo n'imigambi ya Rwasa Agathon - Indundi Culture | Magazine\",\"isPartOf\":{\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#website\"},\"datePublished\":\"2020-05-10T15:43:23+00:00\",\"dateModified\":\"2020-05-10T15:44:04+00:00\",\"author\":{\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#\/schema\/person\/dd28c84d43ef99ec2da1bfc4b42bc814\"},\"breadcrumb\":{\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/burundi-amatora-yo-mu-2020-cnl-imigabo-nimigambi-ya-rwasa-agathon\/#breadcrumb\"},\"inLanguage\":\"en-US\",\"potentialAction\":[{\"@type\":\"ReadAction\",\"target\":[\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/burundi-amatora-yo-mu-2020-cnl-imigabo-nimigambi-ya-rwasa-agathon\/\"]}]},{\"@type\":\"BreadcrumbList\",\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/burundi-amatora-yo-mu-2020-cnl-imigabo-nimigambi-ya-rwasa-agathon\/#breadcrumb\",\"itemListElement\":[{\"@type\":\"ListItem\",\"position\":1,\"name\":\"Home\",\"item\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/\"},{\"@type\":\"ListItem\",\"position\":2,\"name\":\"Amatora yo mu 2020 : CNL : Imigabo n&#8217;imigambi ya Rwasa Agathon\"}]},{\"@type\":\"WebSite\",\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#website\",\"url\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/\",\"name\":\"Indundi Culture | Magazine\",\"description\":\"Burundi Entertainment\",\"potentialAction\":[{\"@type\":\"SearchAction\",\"target\":{\"@type\":\"EntryPoint\",\"urlTemplate\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/?s={search_term_string}\"},\"query-input\":\"required name=search_term_string\"}],\"inLanguage\":\"en-US\"},{\"@type\":\"Person\",\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#\/schema\/person\/dd28c84d43ef99ec2da1bfc4b42bc814\",\"name\":\"janvier\",\"image\":{\"@type\":\"ImageObject\",\"inLanguage\":\"en-US\",\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#\/schema\/person\/image\/\",\"url\":\"\/\/www.gravatar.com\/avatar\/93b8d6f4cc712a3a5c942430cca87e87?s=96&#038;r=g&#038;d=mm\",\"contentUrl\":\"\/\/www.gravatar.com\/avatar\/93b8d6f4cc712a3a5c942430cca87e87?s=96&#038;r=g&#038;d=mm\",\"caption\":\"janvier\"},\"url\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/members\/janvier\/\"}]}<\/script>\n<!-- \/ Yoast SEO plugin. -->","yoast_head_json":{"title":"Amatora yo mu 2020 : CNL : Imigabo n'imigambi ya Rwasa Agathon - Indundi Culture | Magazine","robots":{"index":"index","follow":"follow","max-snippet":"max-snippet:-1","max-image-preview":"max-image-preview:large","max-video-preview":"max-video-preview:-1"},"canonical":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/burundi-amatora-yo-mu-2020-cnl-imigabo-nimigambi-ya-rwasa-agathon\/","og_locale":"en_US","og_type":"article","og_title":"Amatora yo mu 2020 : CNL : Imigabo n'imigambi ya Rwasa Agathon - Indundi Culture | Magazine","og_description":"Imigabo n\u2019imigambi ya Agathoin Rwasa amenyesha ko yorangura mu gihe yokwizerwa n\u2019abarundi akaba umukuru w\u2019igihugu ishingiye ku bintu bikuru bikuru bikurikira : Guteza imbere uburimyi n&#8217;ubworozi, kunagura indero mu mashure yaba matomato, ayisumbiye na kaminuza, aho nk&#8217;akarorero avuga ko azogarukana uburaro mu mashure yisumbuye. Agathon Rwasa kandi ashira imbere ukunagura ibisata vy&#8217;ubuvuzi n&#8217;amagara y&#8217;abantu, gutunganya [&hellip;]","og_url":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/burundi-amatora-yo-mu-2020-cnl-imigabo-nimigambi-ya-rwasa-agathon\/","og_site_name":"Indundi Culture | Magazine","article_published_time":"2020-05-10T15:43:23+00:00","article_modified_time":"2020-05-10T15:44:04+00:00","author":"janvier","twitter_card":"summary_large_image","twitter_misc":{"Written by":"janvier","Est. reading time":"2 minutes"},"schema":{"@context":"https:\/\/schema.org","@graph":[{"@type":"WebPage","@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/burundi-amatora-yo-mu-2020-cnl-imigabo-nimigambi-ya-rwasa-agathon\/","url":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/burundi-amatora-yo-mu-2020-cnl-imigabo-nimigambi-ya-rwasa-agathon\/","name":"Amatora yo mu 2020 : CNL : Imigabo n'imigambi ya Rwasa Agathon - Indundi Culture | Magazine","isPartOf":{"@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#website"},"datePublished":"2020-05-10T15:43:23+00:00","dateModified":"2020-05-10T15:44:04+00:00","author":{"@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#\/schema\/person\/dd28c84d43ef99ec2da1bfc4b42bc814"},"breadcrumb":{"@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/burundi-amatora-yo-mu-2020-cnl-imigabo-nimigambi-ya-rwasa-agathon\/#breadcrumb"},"inLanguage":"en-US","potentialAction":[{"@type":"ReadAction","target":["https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/burundi-amatora-yo-mu-2020-cnl-imigabo-nimigambi-ya-rwasa-agathon\/"]}]},{"@type":"BreadcrumbList","@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/burundi-amatora-yo-mu-2020-cnl-imigabo-nimigambi-ya-rwasa-agathon\/#breadcrumb","itemListElement":[{"@type":"ListItem","position":1,"name":"Home","item":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/"},{"@type":"ListItem","position":2,"name":"Amatora yo mu 2020 : CNL : Imigabo n&#8217;imigambi ya Rwasa Agathon"}]},{"@type":"WebSite","@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#website","url":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/","name":"Indundi Culture | Magazine","description":"Burundi Entertainment","potentialAction":[{"@type":"SearchAction","target":{"@type":"EntryPoint","urlTemplate":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/?s={search_term_string}"},"query-input":"required name=search_term_string"}],"inLanguage":"en-US"},{"@type":"Person","@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#\/schema\/person\/dd28c84d43ef99ec2da1bfc4b42bc814","name":"janvier","image":{"@type":"ImageObject","inLanguage":"en-US","@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#\/schema\/person\/image\/","url":"\/\/www.gravatar.com\/avatar\/93b8d6f4cc712a3a5c942430cca87e87?s=96&#038;r=g&#038;d=mm","contentUrl":"\/\/www.gravatar.com\/avatar\/93b8d6f4cc712a3a5c942430cca87e87?s=96&#038;r=g&#038;d=mm","caption":"janvier"},"url":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/members\/janvier\/"}]}},"_links":{"self":[{"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/posts\/14591","targetHints":{"allow":["GET"]}}],"collection":[{"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/posts"}],"about":[{"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/types\/post"}],"author":[{"embeddable":true,"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/users\/5"}],"replies":[{"embeddable":true,"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/comments?post=14591"}],"version-history":[{"count":2,"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/posts\/14591\/revisions"}],"predecessor-version":[{"id":15682,"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/posts\/14591\/revisions\/15682"}],"wp:featuredmedia":[{"embeddable":true,"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/media\/14735"}],"wp:attachment":[{"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/media?parent=14591"}],"wp:term":[{"taxonomy":"category","embeddable":true,"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/categories?post=14591"},{"taxonomy":"post_tag","embeddable":true,"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/tags?post=14591"}],"curies":[{"name":"wp","href":"https:\/\/api.w.org\/{rel}","templated":true}]}}