{"id":14680,"date":"2020-04-28T11:27:43","date_gmt":"2020-04-28T18:27:43","guid":{"rendered":"http:\/\/indundi.com\/?p=14226"},"modified":"2020-05-15T13:06:30","modified_gmt":"2020-05-15T13:06:30","slug":"preeze-ngo-abamuririmba-bafise-akanya-we-nta-mwanya-afise-wo-kubishura","status":"publish","type":"post","link":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/preeze-ngo-abamuririmba-bafise-akanya-we-nta-mwanya-afise-wo-kubishura\/","title":{"rendered":"Preeze ngo abamuririmba bafise akanya, we nta mwanya afise wo kubishura"},"content":{"rendered":"<p><img loading=\"lazy\" decoding=\"async\" class=\"alignnone size-full wp-image-15998\" src=\"https:\/\/indundi.com\/wp-content\/uploads\/2020\/05\/PhotoGrid_1588090947210.jpg\" width=\"1960\" height=\"1024\" alt=\"\" \/><\/p>\n<p><em><strong>Preeze ngo abamuririmba ngo ntaco biba bitwaye kuko s\u2019aba mbere babikoze, ariko we ngo nta mwanya agira wo kubishura. Ivyo n\u2019ivyo aheruka gushikiriza mu kiganiro aheruka guha imboneshakure ya hano iwacu.<\/strong><\/em><\/p>\n<p>Mu kiganiro na Buja Hit Tv, uwo muririmvyi asanzwe akora umudiho wa Hip Hop yagarutse ku baririmvyi basanzwe baririmba abandi baririmvyi. We avuga afise iyo yavuye n\u2019iyo ariko araja, ngo Imana imukundiye mu myaka 20 abantu bazovuga ko hari ico yakoze, we rero ngo nta mugambi wo kwishurana nabo afise.<\/p>\n<p>\u201cUmuntu agukomye nta mahoro uba umutera, uba umubuza amahoro nyene, asinziriye ararota akabona ati arabimaze, aratwaye inoti, aratwaye awards, abafana arabantwaye. Akaja muri Studio kubera ubwoba, mugabo jewe nta muntu numwe nzopfa nishuye, jewe I Know I\u2019m the legend in the making, ndazi ko nko mu myaka 20, bigenze bien mu myaka 20 barya ba petit bazovuga bati harabaye umuntu uyu n\u2019uyu n\u2019uyu, yarakoze ibi, yaragize ibi n\u2019ibi n\u2019ibi. So rero kuja guterana amajambo nabo ndabirengeye, kandi nta n\u2019Umwanya ndabiha, kuko ndazi ico nshaka, ndazi aho navuye, ndazi aho ngeze, ndafise na Target y\u2019aho nshaka gushika muri 2021. So rero kuza guterana amajambo n\u2019abo, kwoba ari ukwisubiza inyuma n\u2019ukwiyima agaciro, kuko agaciro urakiha canke ukakiyaka. So rero muri uno mwanya abakora ni bakore, je bantuke bagire ivyo bashaka vyose, nta mwanya wabo mfise, nta nuko ndabumviriza wanashima.\u201d<\/p>\n<p>Ivyo uwo muririmvyi akaba yabishikirije mu gihe yariko anabazwa ku ndirimbo yiwe nshasha ndagufeelinga aheruka gushira ahabona aho ubutumwa burimwo abuha umwigeme bigeze kuba barikumwe mu Rukundo, amwibutsa ubuzima bwiza bari barimwo.<\/p>\n","protected":false},"excerpt":{"rendered":"<p>Preeze ngo abamuririmba ngo ntaco biba bitwaye kuko s\u2019aba mbere babikoze, ariko we ngo nta mwanya agira wo kubishura. Ivyo n\u2019ivyo aheruka gushikiriza mu kiganiro aheruka guha imboneshakure ya hano iwacu. Mu kiganiro na Buja Hit Tv, uwo muririmvyi asanzwe akora umudiho wa Hip Hop yagarutse ku baririmvyi basanzwe baririmba abandi baririmvyi. We avuga afise [&hellip;]<\/p>\n","protected":false},"author":9,"featured_media":15997,"comment_status":"open","ping_status":"closed","sticky":false,"template":"","format":"standard","meta":{"_bbp_topic_count":0,"_bbp_reply_count":0,"_bbp_total_topic_count":0,"_bbp_total_reply_count":0,"_bbp_voice_count":0,"_bbp_anonymous_reply_count":0,"_bbp_topic_count_hidden":0,"_bbp_reply_count_hidden":0,"_bbp_forum_subforum_count":0,"footnotes":""},"categories":[518,526,515,519,516],"tags":[],"class_list":["post-14680","post","type-post","status-publish","format-standard","has-post-thumbnail","hentry","category-burundi","category-news-burundi","category-homepage","category-kirundi","category-music-news"],"yoast_head":"<!-- This site is optimized with the Yoast SEO plugin v21.3 - https:\/\/yoast.com\/wordpress\/plugins\/seo\/ -->\n<title>Preeze ngo abamuririmba bafise akanya, we nta mwanya afise wo kubishura - Indundi Culture | Magazine<\/title>\n<meta name=\"robots\" content=\"index, follow, max-snippet:-1, max-image-preview:large, max-video-preview:-1\" \/>\n<link rel=\"canonical\" href=\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/preeze-ngo-abamuririmba-bafise-akanya-we-nta-mwanya-afise-wo-kubishura\/\" \/>\n<meta property=\"og:locale\" content=\"en_US\" \/>\n<meta property=\"og:type\" content=\"article\" \/>\n<meta property=\"og:title\" content=\"Preeze ngo abamuririmba bafise akanya, we nta mwanya afise wo kubishura - Indundi Culture | Magazine\" \/>\n<meta property=\"og:description\" content=\"Preeze ngo abamuririmba ngo ntaco biba bitwaye kuko s\u2019aba mbere babikoze, ariko we ngo nta mwanya agira wo kubishura. Ivyo n\u2019ivyo aheruka gushikiriza mu kiganiro aheruka guha imboneshakure ya hano iwacu. Mu kiganiro na Buja Hit Tv, uwo muririmvyi asanzwe akora umudiho wa Hip Hop yagarutse ku baririmvyi basanzwe baririmba abandi baririmvyi. We avuga afise [&hellip;]\" \/>\n<meta property=\"og:url\" content=\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/preeze-ngo-abamuririmba-bafise-akanya-we-nta-mwanya-afise-wo-kubishura\/\" \/>\n<meta property=\"og:site_name\" content=\"Indundi Culture | Magazine\" \/>\n<meta property=\"article:published_time\" content=\"2020-04-28T18:27:43+00:00\" \/>\n<meta property=\"article:modified_time\" content=\"2020-05-15T13:06:30+00:00\" \/>\n<meta name=\"twitter:card\" content=\"summary_large_image\" \/>\n<meta name=\"twitter:label1\" content=\"Written by\" \/>\n\t<meta name=\"twitter:data1\" content=\"\" \/>\n\t<meta name=\"twitter:label2\" content=\"Est. reading time\" \/>\n\t<meta name=\"twitter:data2\" content=\"1 minute\" \/>\n<script type=\"application\/ld+json\" class=\"yoast-schema-graph\">{\"@context\":\"https:\/\/schema.org\",\"@graph\":[{\"@type\":\"WebPage\",\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/preeze-ngo-abamuririmba-bafise-akanya-we-nta-mwanya-afise-wo-kubishura\/\",\"url\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/preeze-ngo-abamuririmba-bafise-akanya-we-nta-mwanya-afise-wo-kubishura\/\",\"name\":\"Preeze ngo abamuririmba bafise akanya, we nta mwanya afise wo kubishura - Indundi Culture | Magazine\",\"isPartOf\":{\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#website\"},\"datePublished\":\"2020-04-28T18:27:43+00:00\",\"dateModified\":\"2020-05-15T13:06:30+00:00\",\"author\":{\"@id\":\"\"},\"breadcrumb\":{\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/preeze-ngo-abamuririmba-bafise-akanya-we-nta-mwanya-afise-wo-kubishura\/#breadcrumb\"},\"inLanguage\":\"en-US\",\"potentialAction\":[{\"@type\":\"ReadAction\",\"target\":[\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/preeze-ngo-abamuririmba-bafise-akanya-we-nta-mwanya-afise-wo-kubishura\/\"]}]},{\"@type\":\"BreadcrumbList\",\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/preeze-ngo-abamuririmba-bafise-akanya-we-nta-mwanya-afise-wo-kubishura\/#breadcrumb\",\"itemListElement\":[{\"@type\":\"ListItem\",\"position\":1,\"name\":\"Home\",\"item\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/\"},{\"@type\":\"ListItem\",\"position\":2,\"name\":\"Preeze ngo abamuririmba bafise akanya, we nta mwanya afise wo kubishura\"}]},{\"@type\":\"WebSite\",\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#website\",\"url\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/\",\"name\":\"Indundi Culture | Magazine\",\"description\":\"Burundi Entertainment\",\"potentialAction\":[{\"@type\":\"SearchAction\",\"target\":{\"@type\":\"EntryPoint\",\"urlTemplate\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/?s={search_term_string}\"},\"query-input\":\"required name=search_term_string\"}],\"inLanguage\":\"en-US\"},{\"@type\":\"Person\",\"@id\":\"\",\"url\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/members\/\"}]}<\/script>\n<!-- \/ Yoast SEO plugin. -->","yoast_head_json":{"title":"Preeze ngo abamuririmba bafise akanya, we nta mwanya afise wo kubishura - Indundi Culture | Magazine","robots":{"index":"index","follow":"follow","max-snippet":"max-snippet:-1","max-image-preview":"max-image-preview:large","max-video-preview":"max-video-preview:-1"},"canonical":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/preeze-ngo-abamuririmba-bafise-akanya-we-nta-mwanya-afise-wo-kubishura\/","og_locale":"en_US","og_type":"article","og_title":"Preeze ngo abamuririmba bafise akanya, we nta mwanya afise wo kubishura - Indundi Culture | Magazine","og_description":"Preeze ngo abamuririmba ngo ntaco biba bitwaye kuko s\u2019aba mbere babikoze, ariko we ngo nta mwanya agira wo kubishura. Ivyo n\u2019ivyo aheruka gushikiriza mu kiganiro aheruka guha imboneshakure ya hano iwacu. Mu kiganiro na Buja Hit Tv, uwo muririmvyi asanzwe akora umudiho wa Hip Hop yagarutse ku baririmvyi basanzwe baririmba abandi baririmvyi. We avuga afise [&hellip;]","og_url":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/preeze-ngo-abamuririmba-bafise-akanya-we-nta-mwanya-afise-wo-kubishura\/","og_site_name":"Indundi Culture | Magazine","article_published_time":"2020-04-28T18:27:43+00:00","article_modified_time":"2020-05-15T13:06:30+00:00","twitter_card":"summary_large_image","twitter_misc":{"Written by":"","Est. reading time":"1 minute"},"schema":{"@context":"https:\/\/schema.org","@graph":[{"@type":"WebPage","@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/preeze-ngo-abamuririmba-bafise-akanya-we-nta-mwanya-afise-wo-kubishura\/","url":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/preeze-ngo-abamuririmba-bafise-akanya-we-nta-mwanya-afise-wo-kubishura\/","name":"Preeze ngo abamuririmba bafise akanya, we nta mwanya afise wo kubishura - Indundi Culture | Magazine","isPartOf":{"@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#website"},"datePublished":"2020-04-28T18:27:43+00:00","dateModified":"2020-05-15T13:06:30+00:00","author":{"@id":""},"breadcrumb":{"@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/preeze-ngo-abamuririmba-bafise-akanya-we-nta-mwanya-afise-wo-kubishura\/#breadcrumb"},"inLanguage":"en-US","potentialAction":[{"@type":"ReadAction","target":["https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/preeze-ngo-abamuririmba-bafise-akanya-we-nta-mwanya-afise-wo-kubishura\/"]}]},{"@type":"BreadcrumbList","@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/preeze-ngo-abamuririmba-bafise-akanya-we-nta-mwanya-afise-wo-kubishura\/#breadcrumb","itemListElement":[{"@type":"ListItem","position":1,"name":"Home","item":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/"},{"@type":"ListItem","position":2,"name":"Preeze ngo abamuririmba bafise akanya, we nta mwanya afise wo kubishura"}]},{"@type":"WebSite","@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#website","url":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/","name":"Indundi Culture | Magazine","description":"Burundi Entertainment","potentialAction":[{"@type":"SearchAction","target":{"@type":"EntryPoint","urlTemplate":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/?s={search_term_string}"},"query-input":"required name=search_term_string"}],"inLanguage":"en-US"},{"@type":"Person","@id":"","url":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/members\/"}]}},"_links":{"self":[{"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/posts\/14680","targetHints":{"allow":["GET"]}}],"collection":[{"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/posts"}],"about":[{"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/types\/post"}],"author":[{"embeddable":true,"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/users\/9"}],"replies":[{"embeddable":true,"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/comments?post=14680"}],"version-history":[{"count":1,"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/posts\/14680\/revisions"}],"predecessor-version":[{"id":15999,"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/posts\/14680\/revisions\/15999"}],"wp:featuredmedia":[{"embeddable":true,"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/media\/15997"}],"wp:attachment":[{"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/media?parent=14680"}],"wp:term":[{"taxonomy":"category","embeddable":true,"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/categories?post=14680"},{"taxonomy":"post_tag","embeddable":true,"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/tags?post=14680"}],"curies":[{"name":"wp","href":"https:\/\/api.w.org\/{rel}","templated":true}]}}