{"id":14728,"date":"2020-05-08T08:13:12","date_gmt":"2020-05-08T15:13:12","guid":{"rendered":"http:\/\/indundi.com\/?p=14547"},"modified":"2020-05-09T16:15:58","modified_gmt":"2020-05-09T16:15:58","slug":"burundi-amatora-yo-mu-2020-sahwanya-frodebu-imigabo-nimigambi-ya-leonce-ngendakumana","status":"publish","type":"post","link":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/burundi-amatora-yo-mu-2020-sahwanya-frodebu-imigabo-nimigambi-ya-leonce-ngendakumana\/","title":{"rendered":"Amatora yo mu 2020 : Sahwanya FRODEBU : Imigabo n&#8217;imigambi ya L\u00e9once Ngendakumana"},"content":{"rendered":"<p><a href=\"http:\/\/indundi.com\/wp-content\/uploads\/2020\/05\/L\u00e9once-Ngendakumana.jpg\" rel=\"attachment wp-att-14555\"><img loading=\"lazy\" decoding=\"async\" class=\"aligncenter wp-image-14555 size-full\" src=\"http:\/\/indundi.com\/wp-content\/uploads\/2020\/05\/L\u00e9once-Ngendakumana.jpg\" alt=\"\" width=\"660\" height=\"371\"><\/a><\/p>\n<p style=\"text-align: justify;\">Imigambi mikuru mikuru L\u00e9once Ngendakumana avuga ko yorangura mu gihe yokwizerwa n\u2019abarundi bakamutora akaba umukuru w\u2019igihugu ni iyi ikurikira :<\/p>\n<p style=\"text-align: justify;\">Ukugarukira imigenderanire myiza hagati y&#8217;Uburundi n&#8217;amakungu mu gukuraho icuka kibi kihari, ko azorwanya ubushomeri n&#8217;ubukene. Avuga kandi ko azokomeza igisata c&#8217;amagara y&#8217;abantu, indero y&#8217;abana n&#8217;abanyeshure hamwe n&#8217;agateka k&#8217;abarezi.<\/p>\n<p style=\"text-align: justify;\">L\u00e9once Ngendakumana avuga kandi ko afise umugambi wo kugarukana abarundi bose bavyipfuza bahunze igihugu cabo, be no kugarukira agateka n&#8217;iterambere ry&#8217;abakenyezi.<\/p>\n<p style=\"text-align: justify;\">Agira ati: &#8220;Utora nabi ugatwarwa nabi, upfa uko utoye ugapfa uko utwawe, hanyuma watora neza ugatwarwa neza&#8221;.<\/p>\n<p style=\"text-align: justify;\"><strong>L\u00e9once Ngendakumana ni nde ?<\/strong><\/p>\n<p style=\"text-align: justify;\">L\u00e9once Ngendakumana ni umunyaporitike wo mu mugambwe Sahwanya-Frodebu, umugambwe wa Perezida Melchior Ndadaye yagandaguwe mu 1993 haciye amezi atatu gusa ashikirijwe intwaro inyuma yo gutsinda amatora yo ku wa 01 Ruheshi 1993.<\/p>\n<p style=\"text-align: justify;\">L\u00e9once Ngendakumana yavukiye mu ntara ya Bujumbura mu mwaka wa 1954. Yatanguye ibikorwa vya poritike akiri muto, akaba yabitanguriye mu muhari witwa BAMPERE washinzwe na Perezida Ndadaye Melchior mu Rwanda mu mwaka wa 1976. Mu nyuma yahavuye yinjira mu muhari w&#8217;abakozi witwa UBU washinzwe mu 1979.<\/p>\n<p style=\"text-align: justify;\">L\u00e9once Ngendakumana ari mu batanguje umugambwe Sahwanya Frodebu mu 1986 mu mpisho. Mu matora yo mu kwa gatandatu 1993, yaratowe ngo abe mu bashingamateka ba Frodebu baserukira intara ya Bujumbura. Mu 1995, yabaye umukuru w&#8217;Inama Nshingamateka, mu bihe bitari vyoroshe na gato, gushika mu 2002.<\/p>\n<p style=\"text-align: justify;\">Mu matora yo mu 2005, Ngendakumana yarongeye aratorwa nk&#8217;umushingamateka w&#8217;umugambwe Frodebu n&#8217;aho watsinzwe n&#8217;umugambwe CNDD-FDD.<\/p>\n<p style=\"text-align: justify;\">Mu mwaka wa 2014, igihe yari arongoye urunani rw&#8217;imigambwe itavuga rumwe na Reta rwari rwiswe ADC-Ikibiri yaraciriwe igihano co gupfungwa umwaka, yagirijwe gutyoza no gukwiza urwanko rufatiye ku moko inyuma y&#8217;ikete yandikiye mu kwezi kwa kabiri uwari umunyamabanga mukuru wa ONU ico gihe, Ban Ki Moon.<\/p>\n<p style=\"text-align: justify;\">L\u00e9once Ngendakumana, avuga ko ashaka kugarukira demokarasi, intwaro ibereye n&#8217;agateka ka zina muntu, gukingira Abarundi bose,Uburundi n&#8217;ababubamwo, aho avuga ko azogarukira igisata c&#8217;umutekano yisunze intumbero ya Melchior Ndadaye.<\/p>\n<p style=\"text-align: justify;\">\n","protected":false},"excerpt":{"rendered":"<p>Imigambi mikuru mikuru L\u00e9once Ngendakumana avuga ko yorangura mu gihe yokwizerwa n\u2019abarundi bakamutora akaba umukuru w\u2019igihugu ni iyi ikurikira : Ukugarukira imigenderanire myiza hagati y&#8217;Uburundi n&#8217;amakungu mu gukuraho icuka kibi kihari, ko azorwanya ubushomeri n&#8217;ubukene. Avuga kandi ko azokomeza igisata c&#8217;amagara y&#8217;abantu, indero y&#8217;abana n&#8217;abanyeshure hamwe n&#8217;agateka k&#8217;abarezi. L\u00e9once Ngendakumana avuga kandi ko afise umugambi [&hellip;]<\/p>\n","protected":false},"author":9,"featured_media":0,"comment_status":"open","ping_status":"closed","sticky":false,"template":"","format":"standard","meta":{"_bbp_topic_count":0,"_bbp_reply_count":0,"_bbp_total_topic_count":0,"_bbp_total_reply_count":0,"_bbp_voice_count":0,"_bbp_anonymous_reply_count":0,"_bbp_topic_count_hidden":0,"_bbp_reply_count_hidden":0,"_bbp_forum_subforum_count":0,"footnotes":""},"categories":[518,515,519,617,579],"tags":[],"class_list":["post-14728","post","type-post","status-publish","format-standard","hentry","category-burundi","category-homepage","category-kirundi","category-politics","category-politique"],"yoast_head":"<!-- This site is optimized with the Yoast SEO plugin v21.3 - https:\/\/yoast.com\/wordpress\/plugins\/seo\/ -->\n<title>Amatora yo mu 2020 : Sahwanya FRODEBU : Imigabo n&#039;imigambi ya L\u00e9once Ngendakumana - Indundi Culture | Magazine<\/title>\n<meta name=\"robots\" content=\"index, follow, max-snippet:-1, max-image-preview:large, max-video-preview:-1\" \/>\n<link rel=\"canonical\" href=\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/burundi-amatora-yo-mu-2020-sahwanya-frodebu-imigabo-nimigambi-ya-leonce-ngendakumana\/\" \/>\n<meta property=\"og:locale\" content=\"en_US\" \/>\n<meta property=\"og:type\" content=\"article\" \/>\n<meta property=\"og:title\" content=\"Amatora yo mu 2020 : Sahwanya FRODEBU : Imigabo n&#039;imigambi ya L\u00e9once Ngendakumana - Indundi Culture | Magazine\" \/>\n<meta property=\"og:description\" content=\"Imigambi mikuru mikuru L\u00e9once Ngendakumana avuga ko yorangura mu gihe yokwizerwa n\u2019abarundi bakamutora akaba umukuru w\u2019igihugu ni iyi ikurikira : Ukugarukira imigenderanire myiza hagati y&#8217;Uburundi n&#8217;amakungu mu gukuraho icuka kibi kihari, ko azorwanya ubushomeri n&#8217;ubukene. Avuga kandi ko azokomeza igisata c&#8217;amagara y&#8217;abantu, indero y&#8217;abana n&#8217;abanyeshure hamwe n&#8217;agateka k&#8217;abarezi. L\u00e9once Ngendakumana avuga kandi ko afise umugambi [&hellip;]\" \/>\n<meta property=\"og:url\" content=\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/burundi-amatora-yo-mu-2020-sahwanya-frodebu-imigabo-nimigambi-ya-leonce-ngendakumana\/\" \/>\n<meta property=\"og:site_name\" content=\"Indundi Culture | Magazine\" \/>\n<meta property=\"article:published_time\" content=\"2020-05-08T15:13:12+00:00\" \/>\n<meta property=\"article:modified_time\" content=\"2020-05-09T16:15:58+00:00\" \/>\n<meta name=\"twitter:card\" content=\"summary_large_image\" \/>\n<meta name=\"twitter:label1\" content=\"Written by\" \/>\n\t<meta name=\"twitter:data1\" content=\"\" \/>\n\t<meta name=\"twitter:label2\" content=\"Est. reading time\" \/>\n\t<meta name=\"twitter:data2\" content=\"1 minute\" \/>\n<script type=\"application\/ld+json\" class=\"yoast-schema-graph\">{\"@context\":\"https:\/\/schema.org\",\"@graph\":[{\"@type\":\"WebPage\",\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/burundi-amatora-yo-mu-2020-sahwanya-frodebu-imigabo-nimigambi-ya-leonce-ngendakumana\/\",\"url\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/burundi-amatora-yo-mu-2020-sahwanya-frodebu-imigabo-nimigambi-ya-leonce-ngendakumana\/\",\"name\":\"Amatora yo mu 2020 : Sahwanya FRODEBU : Imigabo n'imigambi ya L\u00e9once Ngendakumana - Indundi Culture | Magazine\",\"isPartOf\":{\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#website\"},\"datePublished\":\"2020-05-08T15:13:12+00:00\",\"dateModified\":\"2020-05-09T16:15:58+00:00\",\"author\":{\"@id\":\"\"},\"breadcrumb\":{\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/burundi-amatora-yo-mu-2020-sahwanya-frodebu-imigabo-nimigambi-ya-leonce-ngendakumana\/#breadcrumb\"},\"inLanguage\":\"en-US\",\"potentialAction\":[{\"@type\":\"ReadAction\",\"target\":[\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/burundi-amatora-yo-mu-2020-sahwanya-frodebu-imigabo-nimigambi-ya-leonce-ngendakumana\/\"]}]},{\"@type\":\"BreadcrumbList\",\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/burundi-amatora-yo-mu-2020-sahwanya-frodebu-imigabo-nimigambi-ya-leonce-ngendakumana\/#breadcrumb\",\"itemListElement\":[{\"@type\":\"ListItem\",\"position\":1,\"name\":\"Home\",\"item\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/\"},{\"@type\":\"ListItem\",\"position\":2,\"name\":\"Amatora yo mu 2020 : Sahwanya FRODEBU : Imigabo n&#8217;imigambi ya L\u00e9once Ngendakumana\"}]},{\"@type\":\"WebSite\",\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#website\",\"url\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/\",\"name\":\"Indundi Culture | Magazine\",\"description\":\"Burundi Entertainment\",\"potentialAction\":[{\"@type\":\"SearchAction\",\"target\":{\"@type\":\"EntryPoint\",\"urlTemplate\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/?s={search_term_string}\"},\"query-input\":\"required name=search_term_string\"}],\"inLanguage\":\"en-US\"},{\"@type\":\"Person\",\"@id\":\"\",\"url\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/members\/\"}]}<\/script>\n<!-- \/ Yoast SEO plugin. -->","yoast_head_json":{"title":"Amatora yo mu 2020 : Sahwanya FRODEBU : Imigabo n'imigambi ya L\u00e9once Ngendakumana - Indundi Culture | Magazine","robots":{"index":"index","follow":"follow","max-snippet":"max-snippet:-1","max-image-preview":"max-image-preview:large","max-video-preview":"max-video-preview:-1"},"canonical":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/burundi-amatora-yo-mu-2020-sahwanya-frodebu-imigabo-nimigambi-ya-leonce-ngendakumana\/","og_locale":"en_US","og_type":"article","og_title":"Amatora yo mu 2020 : Sahwanya FRODEBU : Imigabo n'imigambi ya L\u00e9once Ngendakumana - Indundi Culture | Magazine","og_description":"Imigambi mikuru mikuru L\u00e9once Ngendakumana avuga ko yorangura mu gihe yokwizerwa n\u2019abarundi bakamutora akaba umukuru w\u2019igihugu ni iyi ikurikira : Ukugarukira imigenderanire myiza hagati y&#8217;Uburundi n&#8217;amakungu mu gukuraho icuka kibi kihari, ko azorwanya ubushomeri n&#8217;ubukene. Avuga kandi ko azokomeza igisata c&#8217;amagara y&#8217;abantu, indero y&#8217;abana n&#8217;abanyeshure hamwe n&#8217;agateka k&#8217;abarezi. L\u00e9once Ngendakumana avuga kandi ko afise umugambi [&hellip;]","og_url":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/burundi-amatora-yo-mu-2020-sahwanya-frodebu-imigabo-nimigambi-ya-leonce-ngendakumana\/","og_site_name":"Indundi Culture | Magazine","article_published_time":"2020-05-08T15:13:12+00:00","article_modified_time":"2020-05-09T16:15:58+00:00","twitter_card":"summary_large_image","twitter_misc":{"Written by":"","Est. reading time":"1 minute"},"schema":{"@context":"https:\/\/schema.org","@graph":[{"@type":"WebPage","@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/burundi-amatora-yo-mu-2020-sahwanya-frodebu-imigabo-nimigambi-ya-leonce-ngendakumana\/","url":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/burundi-amatora-yo-mu-2020-sahwanya-frodebu-imigabo-nimigambi-ya-leonce-ngendakumana\/","name":"Amatora yo mu 2020 : Sahwanya FRODEBU : Imigabo n'imigambi ya L\u00e9once Ngendakumana - Indundi Culture | Magazine","isPartOf":{"@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#website"},"datePublished":"2020-05-08T15:13:12+00:00","dateModified":"2020-05-09T16:15:58+00:00","author":{"@id":""},"breadcrumb":{"@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/burundi-amatora-yo-mu-2020-sahwanya-frodebu-imigabo-nimigambi-ya-leonce-ngendakumana\/#breadcrumb"},"inLanguage":"en-US","potentialAction":[{"@type":"ReadAction","target":["https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/burundi-amatora-yo-mu-2020-sahwanya-frodebu-imigabo-nimigambi-ya-leonce-ngendakumana\/"]}]},{"@type":"BreadcrumbList","@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/burundi-amatora-yo-mu-2020-sahwanya-frodebu-imigabo-nimigambi-ya-leonce-ngendakumana\/#breadcrumb","itemListElement":[{"@type":"ListItem","position":1,"name":"Home","item":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/"},{"@type":"ListItem","position":2,"name":"Amatora yo mu 2020 : Sahwanya FRODEBU : Imigabo n&#8217;imigambi ya L\u00e9once Ngendakumana"}]},{"@type":"WebSite","@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#website","url":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/","name":"Indundi Culture | Magazine","description":"Burundi Entertainment","potentialAction":[{"@type":"SearchAction","target":{"@type":"EntryPoint","urlTemplate":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/?s={search_term_string}"},"query-input":"required name=search_term_string"}],"inLanguage":"en-US"},{"@type":"Person","@id":"","url":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/members\/"}]}},"_links":{"self":[{"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/posts\/14728","targetHints":{"allow":["GET"]}}],"collection":[{"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/posts"}],"about":[{"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/types\/post"}],"author":[{"embeddable":true,"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/users\/9"}],"replies":[{"embeddable":true,"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/comments?post=14728"}],"version-history":[{"count":1,"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/posts\/14728\/revisions"}],"predecessor-version":[{"id":14750,"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/posts\/14728\/revisions\/14750"}],"wp:attachment":[{"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/media?parent=14728"}],"wp:term":[{"taxonomy":"category","embeddable":true,"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/categories?post=14728"},{"taxonomy":"post_tag","embeddable":true,"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/tags?post=14728"}],"curies":[{"name":"wp","href":"https:\/\/api.w.org\/{rel}","templated":true}]}}