{"id":15685,"date":"2020-05-12T14:47:01","date_gmt":"2020-05-12T14:47:01","guid":{"rendered":"http:\/\/indundi.com\/?p=15685"},"modified":"2020-05-12T14:47:01","modified_gmt":"2020-05-12T14:47:01","slug":"kwoba-ari-uguterimbere-canke-habaye-ugusubira-inyuma","status":"publish","type":"post","link":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/kwoba-ari-uguterimbere-canke-habaye-ugusubira-inyuma\/","title":{"rendered":"Kwoba ari uguter&#8217;imbere canke habaye ugusubira inyuma?"},"content":{"rendered":"\r\n<p class=\"wp-block-paragraph\" style=\"text-align: justify;\"><img loading=\"lazy\" decoding=\"async\" class=\"aligncenter wp-image-15793 size-full\" src=\"http:\/\/indundi.com\/wp-content\/uploads\/2020\/05\/C360_2020-05-12-15-19-11-996.jpg\" alt=\"\" width=\"620\" height=\"419\" \/>Imyaka yaba <strong>Canco<\/strong> na ba <strong>Torobeka Joseph <\/strong>ishobora kuba myiza mumuziki kurusha ubu?<br \/>Amahane akomeza kuhaba mu mvugo za bamwe bamwe bivuye kuri iri jambo ry&#8217;uko umuziki w&#8217;Uburundi woba warateye imbere hakabaho abemeza ko ataho wagiye ahubwo habaho akantu gato ariko ngo nako kuba ari nko kwikanga.<br \/><br \/>Ijambo ngo Umuziki wacu warateye imbere rikomeza kuvugwa cane mu nsamirizi ndetse n&#8217;imboneshakure zimwe zimwe zikorera kuri YouTube ndetse bikanemezwa na bamwe mu baririmvyi naho hari ababihakana.<br \/><br \/>Iyo ubajije umuririmvyi canke umukunzi w&#8217;Umuziki w&#8217;Uburundi uti: Mbega ubona hariho itandukaniro ubu na kera mw&#8217;iterambere ry&#8217;umuziki ndundi?<br \/><br \/>Benshi bagira bati #<strong>EGO<\/strong><br \/><br \/><strong><em>AKARORERO<\/em><\/strong>: &#8220;<strong>Uravye aho umuziki w&#8217;Ubu uri ukaca uraba no mu myaka yahera biratandukanye cane kandi uravye ubu Abaririmvyi bacu barashigikirwa n&#8217;amashirahamwe naho atari cane ibiteramo bikaba tukanakira Abaririmvyi bavuye hanze y&#8217;igihugu baje gukora ibiteramo.&#8221;<\/strong><br \/><br \/><strong>Ikibazo canje kiza ngaha :<\/strong><br \/><br \/><strong>Koko iri n&#8217;iryo terambere Umurundi wese akwiye kwishimira?<\/strong><br \/><br \/><strong>Iyo bamwe bavuze ngo uravye mumyaka yahera hari aho batarenza mukuraba iyo myaka yahera, ariko wasubira inyuma cane uza gusanga umuziki wacu warakorotse bivanye n&#8217;urugero waruriko ukaca uraba ubu.<\/strong><br \/><strong>Ati gute?: <\/strong><br \/><strong>Mumyaka ya Canco Hamissi, Nick Dave, Africa Nova,&#8230;&#8230;..Tec<\/strong><br \/><strong>Torobeka Joseph, Mijuriro Matias, n&#8217;abandi, <\/strong><strong>Uburundi bwaraseruka cane mu makungu aho ubona ko Uburundi bwaboneka cane kandi cane mubihugu vy&#8217;abera ndetse hagakorwa Tour nka Europe yose ndetse bakagera na za Asia aho twoshimikira kubaririmba akaranga nk&#8217;abatama uyu musi bakihari nk&#8217;Umugwi #ABAGARUKIRAKARANGA ndetse ayo mahirwe yanabonetse cane ku bana babiri b&#8217;Uburundi aribo Alfred na Bernard (Nkundabantu) bo bivugwa cane ko babashije no guhagarara kuri stage imwe n&#8217;umuririmvyikazi w&#8217;igihangange kw&#8217;isi ariwe azwi nka Beyonce, bamenyekanye cane mbere no kw&#8217;isanamu riberekana bari imbere y&#8217;isinzi ry&#8217;abantu mugihugu ca Brazil.<\/strong><br \/><br \/><strong>Ariko ivyo vyose urwaruka rw&#8217;uyu musi turirengagiza ko vyanabayeho, t<\/strong><strong>ukayaga aho tubasha gushikira.<\/strong><br \/><strong>Aho hambere twumva benshi kumunwa haranabayeho ukuboneka mu mahiganwa akomeye muri Africa ariko uyu musi atamuririmvyi n&#8217;umwe ahonyozayo ikirenge mugihe mu myaka yahahitiye haboneka n&#8217;ubwatahukanye Abaririmvyi babarund<\/strong>i. <br \/><br \/>Mbega koko nk&#8217;umurundi uravye ubu n&#8217;ivyo bihe koko Uburundi mumuziki bwarateye imbere canke bwarasubiye inyuma?<\/p>\r\n","protected":false},"excerpt":{"rendered":"<p>Imyaka yaba Canco na ba Torobeka Joseph ishobora kuba myiza mumuziki kurusha ubu?Amahane akomeza kuhaba mu mvugo za bamwe bamwe bivuye kuri iri jambo ry&#8217;uko umuziki w&#8217;Uburundi woba warateye imbere hakabaho abemeza ko ataho wagiye ahubwo habaho akantu gato ariko ngo nako kuba ari nko kwikanga. Ijambo ngo Umuziki wacu warateye imbere rikomeza kuvugwa cane [&hellip;]<\/p>\n","protected":false},"author":10,"featured_media":15793,"comment_status":"closed","ping_status":"open","sticky":false,"template":"","format":"standard","meta":{"_bbp_topic_count":0,"_bbp_reply_count":0,"_bbp_total_topic_count":0,"_bbp_total_reply_count":0,"_bbp_voice_count":0,"_bbp_anonymous_reply_count":0,"_bbp_topic_count_hidden":0,"_bbp_reply_count_hidden":0,"_bbp_forum_subforum_count":0,"footnotes":""},"categories":[518,542,526,515,519,516,623],"tags":[],"class_list":["post-15685","post","type-post","status-publish","format-standard","has-post-thumbnail","hentry","category-burundi","category-culture","category-news-burundi","category-homepage","category-kirundi","category-music-news","category-muzik-na-wasani"],"yoast_head":"<!-- This site is optimized with the Yoast SEO plugin v21.3 - https:\/\/yoast.com\/wordpress\/plugins\/seo\/ -->\n<title>Kwoba ari uguter&#039;imbere canke habaye ugusubira inyuma? - Indundi Culture | Magazine<\/title>\n<meta name=\"robots\" content=\"index, follow, max-snippet:-1, max-image-preview:large, max-video-preview:-1\" \/>\n<link rel=\"canonical\" href=\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/kwoba-ari-uguterimbere-canke-habaye-ugusubira-inyuma\/\" \/>\n<meta property=\"og:locale\" content=\"en_US\" \/>\n<meta property=\"og:type\" content=\"article\" \/>\n<meta property=\"og:title\" content=\"Kwoba ari uguter&#039;imbere canke habaye ugusubira inyuma? - Indundi Culture | Magazine\" \/>\n<meta property=\"og:description\" content=\"Imyaka yaba Canco na ba Torobeka Joseph ishobora kuba myiza mumuziki kurusha ubu?Amahane akomeza kuhaba mu mvugo za bamwe bamwe bivuye kuri iri jambo ry&#8217;uko umuziki w&#8217;Uburundi woba warateye imbere hakabaho abemeza ko ataho wagiye ahubwo habaho akantu gato ariko ngo nako kuba ari nko kwikanga. Ijambo ngo Umuziki wacu warateye imbere rikomeza kuvugwa cane [&hellip;]\" \/>\n<meta property=\"og:url\" content=\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/kwoba-ari-uguterimbere-canke-habaye-ugusubira-inyuma\/\" \/>\n<meta property=\"og:site_name\" content=\"Indundi Culture | Magazine\" \/>\n<meta property=\"article:published_time\" content=\"2020-05-12T14:47:01+00:00\" \/>\n<meta name=\"author\" content=\"alain1\" \/>\n<meta name=\"twitter:card\" content=\"summary_large_image\" \/>\n<meta name=\"twitter:label1\" content=\"Written by\" \/>\n\t<meta name=\"twitter:data1\" content=\"alain1\" \/>\n\t<meta name=\"twitter:label2\" content=\"Est. reading time\" \/>\n\t<meta name=\"twitter:data2\" content=\"2 minutes\" \/>\n<script type=\"application\/ld+json\" class=\"yoast-schema-graph\">{\"@context\":\"https:\/\/schema.org\",\"@graph\":[{\"@type\":\"WebPage\",\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/kwoba-ari-uguterimbere-canke-habaye-ugusubira-inyuma\/\",\"url\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/kwoba-ari-uguterimbere-canke-habaye-ugusubira-inyuma\/\",\"name\":\"Kwoba ari uguter'imbere canke habaye ugusubira inyuma? - Indundi Culture | Magazine\",\"isPartOf\":{\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#website\"},\"datePublished\":\"2020-05-12T14:47:01+00:00\",\"dateModified\":\"2020-05-12T14:47:01+00:00\",\"author\":{\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#\/schema\/person\/c65b1d4f618c63175bb6460f598da9db\"},\"breadcrumb\":{\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/kwoba-ari-uguterimbere-canke-habaye-ugusubira-inyuma\/#breadcrumb\"},\"inLanguage\":\"en-US\",\"potentialAction\":[{\"@type\":\"ReadAction\",\"target\":[\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/kwoba-ari-uguterimbere-canke-habaye-ugusubira-inyuma\/\"]}]},{\"@type\":\"BreadcrumbList\",\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/kwoba-ari-uguterimbere-canke-habaye-ugusubira-inyuma\/#breadcrumb\",\"itemListElement\":[{\"@type\":\"ListItem\",\"position\":1,\"name\":\"Home\",\"item\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/\"},{\"@type\":\"ListItem\",\"position\":2,\"name\":\"Kwoba ari uguter&#8217;imbere canke habaye ugusubira inyuma?\"}]},{\"@type\":\"WebSite\",\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#website\",\"url\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/\",\"name\":\"Indundi Culture | Magazine\",\"description\":\"Burundi Entertainment\",\"potentialAction\":[{\"@type\":\"SearchAction\",\"target\":{\"@type\":\"EntryPoint\",\"urlTemplate\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/?s={search_term_string}\"},\"query-input\":\"required name=search_term_string\"}],\"inLanguage\":\"en-US\"},{\"@type\":\"Person\",\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#\/schema\/person\/c65b1d4f618c63175bb6460f598da9db\",\"name\":\"alain1\",\"image\":{\"@type\":\"ImageObject\",\"inLanguage\":\"en-US\",\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#\/schema\/person\/image\/\",\"url\":\"\/\/www.gravatar.com\/avatar\/c8af82b6773d483b971da83902e30bc6?s=96&#038;r=g&#038;d=mm\",\"contentUrl\":\"\/\/www.gravatar.com\/avatar\/c8af82b6773d483b971da83902e30bc6?s=96&#038;r=g&#038;d=mm\",\"caption\":\"alain1\"},\"url\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/members\/alain1\/\"}]}<\/script>\n<!-- \/ Yoast SEO plugin. -->","yoast_head_json":{"title":"Kwoba ari uguter'imbere canke habaye ugusubira inyuma? - Indundi Culture | Magazine","robots":{"index":"index","follow":"follow","max-snippet":"max-snippet:-1","max-image-preview":"max-image-preview:large","max-video-preview":"max-video-preview:-1"},"canonical":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/kwoba-ari-uguterimbere-canke-habaye-ugusubira-inyuma\/","og_locale":"en_US","og_type":"article","og_title":"Kwoba ari uguter'imbere canke habaye ugusubira inyuma? - Indundi Culture | Magazine","og_description":"Imyaka yaba Canco na ba Torobeka Joseph ishobora kuba myiza mumuziki kurusha ubu?Amahane akomeza kuhaba mu mvugo za bamwe bamwe bivuye kuri iri jambo ry&#8217;uko umuziki w&#8217;Uburundi woba warateye imbere hakabaho abemeza ko ataho wagiye ahubwo habaho akantu gato ariko ngo nako kuba ari nko kwikanga. Ijambo ngo Umuziki wacu warateye imbere rikomeza kuvugwa cane [&hellip;]","og_url":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/kwoba-ari-uguterimbere-canke-habaye-ugusubira-inyuma\/","og_site_name":"Indundi Culture | Magazine","article_published_time":"2020-05-12T14:47:01+00:00","author":"alain1","twitter_card":"summary_large_image","twitter_misc":{"Written by":"alain1","Est. reading time":"2 minutes"},"schema":{"@context":"https:\/\/schema.org","@graph":[{"@type":"WebPage","@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/kwoba-ari-uguterimbere-canke-habaye-ugusubira-inyuma\/","url":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/kwoba-ari-uguterimbere-canke-habaye-ugusubira-inyuma\/","name":"Kwoba ari uguter'imbere canke habaye ugusubira inyuma? - Indundi Culture | Magazine","isPartOf":{"@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#website"},"datePublished":"2020-05-12T14:47:01+00:00","dateModified":"2020-05-12T14:47:01+00:00","author":{"@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#\/schema\/person\/c65b1d4f618c63175bb6460f598da9db"},"breadcrumb":{"@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/kwoba-ari-uguterimbere-canke-habaye-ugusubira-inyuma\/#breadcrumb"},"inLanguage":"en-US","potentialAction":[{"@type":"ReadAction","target":["https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/kwoba-ari-uguterimbere-canke-habaye-ugusubira-inyuma\/"]}]},{"@type":"BreadcrumbList","@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/kwoba-ari-uguterimbere-canke-habaye-ugusubira-inyuma\/#breadcrumb","itemListElement":[{"@type":"ListItem","position":1,"name":"Home","item":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/"},{"@type":"ListItem","position":2,"name":"Kwoba ari uguter&#8217;imbere canke habaye ugusubira inyuma?"}]},{"@type":"WebSite","@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#website","url":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/","name":"Indundi Culture | Magazine","description":"Burundi Entertainment","potentialAction":[{"@type":"SearchAction","target":{"@type":"EntryPoint","urlTemplate":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/?s={search_term_string}"},"query-input":"required name=search_term_string"}],"inLanguage":"en-US"},{"@type":"Person","@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#\/schema\/person\/c65b1d4f618c63175bb6460f598da9db","name":"alain1","image":{"@type":"ImageObject","inLanguage":"en-US","@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#\/schema\/person\/image\/","url":"\/\/www.gravatar.com\/avatar\/c8af82b6773d483b971da83902e30bc6?s=96&#038;r=g&#038;d=mm","contentUrl":"\/\/www.gravatar.com\/avatar\/c8af82b6773d483b971da83902e30bc6?s=96&#038;r=g&#038;d=mm","caption":"alain1"},"url":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/members\/alain1\/"}]}},"_links":{"self":[{"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/posts\/15685","targetHints":{"allow":["GET"]}}],"collection":[{"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/posts"}],"about":[{"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/types\/post"}],"author":[{"embeddable":true,"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/users\/10"}],"replies":[{"embeddable":true,"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/comments?post=15685"}],"version-history":[{"count":5,"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/posts\/15685\/revisions"}],"predecessor-version":[{"id":15805,"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/posts\/15685\/revisions\/15805"}],"wp:featuredmedia":[{"embeddable":true,"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/media\/15793"}],"wp:attachment":[{"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/media?parent=15685"}],"wp:term":[{"taxonomy":"category","embeddable":true,"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/categories?post=15685"},{"taxonomy":"post_tag","embeddable":true,"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/tags?post=15685"}],"curies":[{"name":"wp","href":"https:\/\/api.w.org\/{rel}","templated":true}]}}