{"id":15792,"date":"2020-05-12T14:00:14","date_gmt":"2020-05-12T14:00:14","guid":{"rendered":"http:\/\/indundi.com\/?p=15792"},"modified":"2020-05-12T14:08:45","modified_gmt":"2020-05-12T14:08:45","slug":"burundi-amatora-yo-mu-2020-imigabo-nimigambi-ya-domitien-ndayizeye","status":"publish","type":"post","link":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/burundi-amatora-yo-mu-2020-imigabo-nimigambi-ya-domitien-ndayizeye\/","title":{"rendered":"Amatora yo mu 2020 : Imigabo n&#8217;imigambi ya Domitien Ndayizeye"},"content":{"rendered":"<p><img loading=\"lazy\" decoding=\"async\" class=\"wp-image-15795 size-full aligncenter\" src=\"http:\/\/indundi.com\/wp-content\/uploads\/2020\/05\/Domitien-Ndayizeye.jpg\" alt=\"\" width=\"624\" height=\"351\" \/><\/p>\n<p style=\"text-align: justify;\">Imigabo n\u2019imigambi ya Domitien Ndayizeye hamwe yogira amahirwe akamwa kuba umukuru w&#8217;igihugu ishingiye ku bintu bikuru bikuru bikurikira :<\/p>\n<p style=\"text-align: justify;\">Mu migambi yiwe, Domitien Ndayizeye mu vyerekeye ubutunzi n&#8217;iterambere ategura guteza imbere uburimyi n&#8217;ubworozi, guhimiriza urwaruka kwijukira gukora utwabo mu bisata bitandukanye, gusubiramwo itunganywa ry&#8217;amakori, guteza imbere ibisagara bitobito, kurwiza amasoko ntanganguvu n&#8217;ibindi.<\/p>\n<p style=\"text-align: justify;\">Nayo mu vyerekeye imibano, Domitien Ndayizeye ategura gusubiramwo inyigisho, ibijanye n&#8217;imishahara, kurwiza ubuzi, gusubiramwo ivyo ubuvuzi n&#8217;ibindi.<\/p>\n<p style=\"text-align: justify;\">Mu bijanye na poritike, Domitien Ndayizeye ategura gusasagaza intwaro ibereye, guhagararira ubutungane bubereye, gukomeza ubuhinga bw&#8217;inzego z&#8217;umutekano, no kunagura imigenderanire.<\/p>\n<p style=\"text-align: justify;\"><strong>Perezida Ndayizeye yoba ari nde?<\/strong><\/p>\n<p style=\"text-align: justify;\">Domitien Ndayizeye niwe arongoye urunani KIRA BURUNDI akaba ari nawe azokwitoza mu kibanza c&#8217;umukuru w&#8217;igihugu kw&#8217;izina ry&#8217;urwo runani.<\/p>\n<p style=\"text-align: justify;\">Yavukiye muri komine n&#8217;intara ya Kayanza mu mwaka wa 1953. Mu buzima bwa poritike Domotien Ndayizeye yarabaye mu muhari MEPROBA washinzwe inyuma y&#8217;ubwicanyi bwo mu mwaka w\u20191972, aho yari mu buhungiro mu gihugu c&#8217;Urwanda, azezwa amabanga atandukanye.<\/p>\n<p style=\"text-align: justify;\">Mu nyuma yahavuye yinjira mu mugambwe Sahwanya Frodebu mu 1992. Amaze guhunguka, muri Nyakanga\u00a0 1993, Ndayizeye yarajejwe amabanga atandukanye haba mu mugambwe Frodebu ndetse no mu butegetsi bw&#8217;igihugu.<\/p>\n<p style=\"text-align: justify;\">Mu gihe Uburundi bwari mu ntambara yadutse inyuma y&#8217;aho umugwi w&#8217;abasirikare ico gihe ugandaguriye umukuru w&#8217;igihugu Melchior Ndadaye, Domitien Ndayizeye yarapfunzwe incuro zibiri. Ubwa mbere, yapfunzwe kuva muri Ruhuhuma 1995 aza kurekurwa muri Ntwarante 1996, yagirijwe ko yari yifadikanije n&#8217;umuhari CNDD warwanya ubutegetsi.<\/p>\n<p style=\"text-align: justify;\">Yasubiye gupfungwa mu kwa kabiri aho yamaze indwi imwe mu gasho k&#8217;igipolisi kijejwe umutekano mu gihugu (police de S\u00e9curit\u00e9 Publique, PSP), yagirizwa guhungabanya umutekano w&#8217;igihugu, bitumwe n&#8217;uko umugambwe Frodebu wiyamirije itembagazwa ry&#8217;ubutegetsi bwa Sylvestre Ntibantunganya ryakozwe na Petero Buyoya ku wa 25 Mukakaro 1996.<\/p>\n<p style=\"text-align: justify;\">Domitien Ndayizeye yaragize uruhara mu biganiro vy&#8217;amahoro vyatanguye mu 1998 birangira mu 2000. Ivyo biganiro ni vyo vyatumye aronswa amabanga y&#8217;ukurongora igihugu mu buryo bw&#8217;imfatakibanza, aho yabaye icegera c&#8217;umukuru w&#8217;igihugu kuva \u00a0kuwa 1 Munyonyo 2001 gushika ku wa 30 Ndamukiza 2003.<\/p>\n<p style=\"text-align: justify;\">Uwo munsi nyene niho yaca arahira kuba umukuru w&#8217;igihugu, amabanga yaranguye gushika ku wa 26 Myandagaro 2005.<\/p>\n<p style=\"text-align: justify;\">\n","protected":false},"excerpt":{"rendered":"<p>Imigabo n\u2019imigambi ya Domitien Ndayizeye hamwe yogira amahirwe akamwa kuba umukuru w&#8217;igihugu ishingiye ku bintu bikuru bikuru bikurikira : Mu migambi yiwe, Domitien Ndayizeye mu vyerekeye ubutunzi n&#8217;iterambere ategura guteza imbere uburimyi n&#8217;ubworozi, guhimiriza urwaruka kwijukira gukora utwabo mu bisata bitandukanye, gusubiramwo itunganywa ry&#8217;amakori, guteza imbere ibisagara bitobito, kurwiza amasoko ntanganguvu n&#8217;ibindi. Nayo mu vyerekeye [&hellip;]<\/p>\n","protected":false},"author":5,"featured_media":15795,"comment_status":"closed","ping_status":"open","sticky":false,"template":"","format":"standard","meta":{"_bbp_topic_count":0,"_bbp_reply_count":0,"_bbp_total_topic_count":0,"_bbp_total_reply_count":0,"_bbp_voice_count":0,"_bbp_anonymous_reply_count":0,"_bbp_topic_count_hidden":0,"_bbp_reply_count_hidden":0,"_bbp_forum_subforum_count":0,"footnotes":""},"categories":[518,515,519,617,579],"tags":[],"class_list":["post-15792","post","type-post","status-publish","format-standard","has-post-thumbnail","hentry","category-burundi","category-homepage","category-kirundi","category-politics","category-politique"],"yoast_head":"<!-- This site is optimized with the Yoast SEO plugin v21.3 - https:\/\/yoast.com\/wordpress\/plugins\/seo\/ -->\n<title>Amatora yo mu 2020 : Imigabo n&#039;imigambi ya Domitien Ndayizeye - Indundi Culture | Magazine<\/title>\n<meta name=\"robots\" content=\"index, follow, max-snippet:-1, max-image-preview:large, max-video-preview:-1\" \/>\n<link rel=\"canonical\" href=\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/burundi-amatora-yo-mu-2020-imigabo-nimigambi-ya-domitien-ndayizeye\/\" \/>\n<meta property=\"og:locale\" content=\"en_US\" \/>\n<meta property=\"og:type\" content=\"article\" \/>\n<meta property=\"og:title\" content=\"Amatora yo mu 2020 : Imigabo n&#039;imigambi ya Domitien Ndayizeye - Indundi Culture | Magazine\" \/>\n<meta property=\"og:description\" content=\"Imigabo n\u2019imigambi ya Domitien Ndayizeye hamwe yogira amahirwe akamwa kuba umukuru w&#8217;igihugu ishingiye ku bintu bikuru bikuru bikurikira : Mu migambi yiwe, Domitien Ndayizeye mu vyerekeye ubutunzi n&#8217;iterambere ategura guteza imbere uburimyi n&#8217;ubworozi, guhimiriza urwaruka kwijukira gukora utwabo mu bisata bitandukanye, gusubiramwo itunganywa ry&#8217;amakori, guteza imbere ibisagara bitobito, kurwiza amasoko ntanganguvu n&#8217;ibindi. Nayo mu vyerekeye [&hellip;]\" \/>\n<meta property=\"og:url\" content=\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/burundi-amatora-yo-mu-2020-imigabo-nimigambi-ya-domitien-ndayizeye\/\" \/>\n<meta property=\"og:site_name\" content=\"Indundi Culture | Magazine\" \/>\n<meta property=\"article:published_time\" content=\"2020-05-12T14:00:14+00:00\" \/>\n<meta property=\"article:modified_time\" content=\"2020-05-12T14:08:45+00:00\" \/>\n<meta name=\"author\" content=\"janvier\" \/>\n<meta name=\"twitter:card\" content=\"summary_large_image\" \/>\n<meta name=\"twitter:label1\" content=\"Written by\" \/>\n\t<meta name=\"twitter:data1\" content=\"janvier\" \/>\n\t<meta name=\"twitter:label2\" content=\"Est. reading time\" \/>\n\t<meta name=\"twitter:data2\" content=\"2 minutes\" \/>\n<script type=\"application\/ld+json\" class=\"yoast-schema-graph\">{\"@context\":\"https:\/\/schema.org\",\"@graph\":[{\"@type\":\"WebPage\",\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/burundi-amatora-yo-mu-2020-imigabo-nimigambi-ya-domitien-ndayizeye\/\",\"url\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/burundi-amatora-yo-mu-2020-imigabo-nimigambi-ya-domitien-ndayizeye\/\",\"name\":\"Amatora yo mu 2020 : Imigabo n'imigambi ya Domitien Ndayizeye - Indundi Culture | Magazine\",\"isPartOf\":{\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#website\"},\"datePublished\":\"2020-05-12T14:00:14+00:00\",\"dateModified\":\"2020-05-12T14:08:45+00:00\",\"author\":{\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#\/schema\/person\/dd28c84d43ef99ec2da1bfc4b42bc814\"},\"breadcrumb\":{\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/burundi-amatora-yo-mu-2020-imigabo-nimigambi-ya-domitien-ndayizeye\/#breadcrumb\"},\"inLanguage\":\"en-US\",\"potentialAction\":[{\"@type\":\"ReadAction\",\"target\":[\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/burundi-amatora-yo-mu-2020-imigabo-nimigambi-ya-domitien-ndayizeye\/\"]}]},{\"@type\":\"BreadcrumbList\",\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/burundi-amatora-yo-mu-2020-imigabo-nimigambi-ya-domitien-ndayizeye\/#breadcrumb\",\"itemListElement\":[{\"@type\":\"ListItem\",\"position\":1,\"name\":\"Home\",\"item\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/\"},{\"@type\":\"ListItem\",\"position\":2,\"name\":\"Amatora yo mu 2020 : Imigabo n&#8217;imigambi ya Domitien Ndayizeye\"}]},{\"@type\":\"WebSite\",\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#website\",\"url\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/\",\"name\":\"Indundi Culture | Magazine\",\"description\":\"Burundi Entertainment\",\"potentialAction\":[{\"@type\":\"SearchAction\",\"target\":{\"@type\":\"EntryPoint\",\"urlTemplate\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/?s={search_term_string}\"},\"query-input\":\"required name=search_term_string\"}],\"inLanguage\":\"en-US\"},{\"@type\":\"Person\",\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#\/schema\/person\/dd28c84d43ef99ec2da1bfc4b42bc814\",\"name\":\"janvier\",\"image\":{\"@type\":\"ImageObject\",\"inLanguage\":\"en-US\",\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#\/schema\/person\/image\/\",\"url\":\"\/\/www.gravatar.com\/avatar\/93b8d6f4cc712a3a5c942430cca87e87?s=96&#038;r=g&#038;d=mm\",\"contentUrl\":\"\/\/www.gravatar.com\/avatar\/93b8d6f4cc712a3a5c942430cca87e87?s=96&#038;r=g&#038;d=mm\",\"caption\":\"janvier\"},\"url\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/members\/janvier\/\"}]}<\/script>\n<!-- \/ Yoast SEO plugin. -->","yoast_head_json":{"title":"Amatora yo mu 2020 : Imigabo n'imigambi ya Domitien Ndayizeye - Indundi Culture | Magazine","robots":{"index":"index","follow":"follow","max-snippet":"max-snippet:-1","max-image-preview":"max-image-preview:large","max-video-preview":"max-video-preview:-1"},"canonical":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/burundi-amatora-yo-mu-2020-imigabo-nimigambi-ya-domitien-ndayizeye\/","og_locale":"en_US","og_type":"article","og_title":"Amatora yo mu 2020 : Imigabo n'imigambi ya Domitien Ndayizeye - Indundi Culture | Magazine","og_description":"Imigabo n\u2019imigambi ya Domitien Ndayizeye hamwe yogira amahirwe akamwa kuba umukuru w&#8217;igihugu ishingiye ku bintu bikuru bikuru bikurikira : Mu migambi yiwe, Domitien Ndayizeye mu vyerekeye ubutunzi n&#8217;iterambere ategura guteza imbere uburimyi n&#8217;ubworozi, guhimiriza urwaruka kwijukira gukora utwabo mu bisata bitandukanye, gusubiramwo itunganywa ry&#8217;amakori, guteza imbere ibisagara bitobito, kurwiza amasoko ntanganguvu n&#8217;ibindi. Nayo mu vyerekeye [&hellip;]","og_url":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/burundi-amatora-yo-mu-2020-imigabo-nimigambi-ya-domitien-ndayizeye\/","og_site_name":"Indundi Culture | Magazine","article_published_time":"2020-05-12T14:00:14+00:00","article_modified_time":"2020-05-12T14:08:45+00:00","author":"janvier","twitter_card":"summary_large_image","twitter_misc":{"Written by":"janvier","Est. reading time":"2 minutes"},"schema":{"@context":"https:\/\/schema.org","@graph":[{"@type":"WebPage","@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/burundi-amatora-yo-mu-2020-imigabo-nimigambi-ya-domitien-ndayizeye\/","url":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/burundi-amatora-yo-mu-2020-imigabo-nimigambi-ya-domitien-ndayizeye\/","name":"Amatora yo mu 2020 : Imigabo n'imigambi ya Domitien Ndayizeye - Indundi Culture | Magazine","isPartOf":{"@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#website"},"datePublished":"2020-05-12T14:00:14+00:00","dateModified":"2020-05-12T14:08:45+00:00","author":{"@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#\/schema\/person\/dd28c84d43ef99ec2da1bfc4b42bc814"},"breadcrumb":{"@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/burundi-amatora-yo-mu-2020-imigabo-nimigambi-ya-domitien-ndayizeye\/#breadcrumb"},"inLanguage":"en-US","potentialAction":[{"@type":"ReadAction","target":["https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/burundi-amatora-yo-mu-2020-imigabo-nimigambi-ya-domitien-ndayizeye\/"]}]},{"@type":"BreadcrumbList","@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/burundi-amatora-yo-mu-2020-imigabo-nimigambi-ya-domitien-ndayizeye\/#breadcrumb","itemListElement":[{"@type":"ListItem","position":1,"name":"Home","item":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/"},{"@type":"ListItem","position":2,"name":"Amatora yo mu 2020 : Imigabo n&#8217;imigambi ya Domitien Ndayizeye"}]},{"@type":"WebSite","@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#website","url":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/","name":"Indundi Culture | Magazine","description":"Burundi Entertainment","potentialAction":[{"@type":"SearchAction","target":{"@type":"EntryPoint","urlTemplate":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/?s={search_term_string}"},"query-input":"required name=search_term_string"}],"inLanguage":"en-US"},{"@type":"Person","@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#\/schema\/person\/dd28c84d43ef99ec2da1bfc4b42bc814","name":"janvier","image":{"@type":"ImageObject","inLanguage":"en-US","@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#\/schema\/person\/image\/","url":"\/\/www.gravatar.com\/avatar\/93b8d6f4cc712a3a5c942430cca87e87?s=96&#038;r=g&#038;d=mm","contentUrl":"\/\/www.gravatar.com\/avatar\/93b8d6f4cc712a3a5c942430cca87e87?s=96&#038;r=g&#038;d=mm","caption":"janvier"},"url":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/members\/janvier\/"}]}},"_links":{"self":[{"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/posts\/15792","targetHints":{"allow":["GET"]}}],"collection":[{"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/posts"}],"about":[{"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/types\/post"}],"author":[{"embeddable":true,"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/users\/5"}],"replies":[{"embeddable":true,"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/comments?post=15792"}],"version-history":[{"count":3,"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/posts\/15792\/revisions"}],"predecessor-version":[{"id":15808,"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/posts\/15792\/revisions\/15808"}],"wp:featuredmedia":[{"embeddable":true,"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/media\/15795"}],"wp:attachment":[{"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/media?parent=15792"}],"wp:term":[{"taxonomy":"category","embeddable":true,"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/categories?post=15792"},{"taxonomy":"post_tag","embeddable":true,"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/tags?post=15792"}],"curies":[{"name":"wp","href":"https:\/\/api.w.org\/{rel}","templated":true}]}}