{"id":15947,"date":"2020-05-14T18:10:46","date_gmt":"2020-05-14T18:10:46","guid":{"rendered":"https:\/\/indundi.com\/?p=15947"},"modified":"2020-05-14T18:10:46","modified_gmt":"2020-05-14T18:10:46","slug":"abaririmvyi-ntibubashwe-kubera-badatunze-kubwa-prince-mshindi","status":"publish","type":"post","link":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/abaririmvyi-ntibubashwe-kubera-badatunze-kubwa-prince-mshindi\/","title":{"rendered":"Abaririmvyi ntibubashwe kubera badatunze kubwa Prince Mshindi"},"content":{"rendered":"<p><img loading=\"lazy\" decoding=\"async\" class=\"alignnone size-medium wp-image-15951\" src=\"https:\/\/indundi.com\/wp-content\/uploads\/2020\/05\/d9a6d1eea9e6d6e038a3616dfdae3956-300x300.png\" alt=\"\" width=\"300\" height=\"300\" \/><\/p>\n<p><strong><em>Prince Mshindi ngo impamvu abaririmvyi batubashwe mu gihugu s\u2019uko baririmba, ahubwo ngo nuko hari ibintu badashoboye gukorera imiryango yabo. Ivyo n\u2019ivyo aheruka kuvuga mu kiganiro n\u2019imwe mu mboneshakure za hano iwacu.<\/em><\/strong><\/p>\n<p>Muri ico kiganiro, uwo muririmvyi akaba n\u2019umu Rappeur akomeye hano iwacu, yavuze ko we asanzwe afise ibindi bikorwa asanzwe akora mu buzima bwa misi yose. Ngo ikimutunze si umuziki, kandi si nawo yatanguye gukora, ariko ngo waje mu nyuma.<\/p>\n<p>Muri ivyo bimutunze yavuzemwo gukora amasanamu, akoreye mu ruganda \u201cCompany\u201d rwiwe yashinze haraheze igihe, IGICAPO. Ivyo bikorwa ngo nivyo bimutuma abasha kubaho ubuzima bwa misi yose nkuko yabandanije abiyagira Siren Vibe Tv.<\/p>\n<p>Uwo muririmvyi nyene muri ico kiganiro akaba yanagarutse avuga ko abaririmvyi iyaba bari bafise amafaranga, bakabasha gukora ibikene ku miryango yabo, ngo abo baririmvyi akazi kabo kaba kubashwe gusumba.<\/p>\n<p>Uwo muririmvyi akaba yanaboneyeho akaryo ko kubwira abandi baririmvyi bagenziwe kureka amasoni, bakava muco yise ama Showbiz, ahubwo bagatangura gukora. Kuko kubwiwe ngo ufise amafaranga yawe, ivyo abantu bavuga ngo ntaco biba bivuze.<\/p>\n<p>Mshindi yayiciye umurya avuga ko abaririmvyi benshi bariko barakura, rero ngo mu misi ya vuba nibarongora bakanavyara, ngo bizoba bigoye cane ko umwana n\u2019umugore umubwira umuziki , utariko umwereka ico wazaniye umuryango.<\/p>\n<p>Mwomenya ko uwo muririmvyi ari mu baririmvyi baririmba indirimbo za Gospel ziririmbwe mu midiho igezweho, iyo abakiri bato bakunda cane. Ivyo bikaba bidahurizwako na bose kuko ngo iyo midiho itari ikwiye kuririmbwamwo indirimbo z\u2019Imana.<\/p>\n","protected":false},"excerpt":{"rendered":"<p>Prince Mshindi ngo impamvu abaririmvyi batubashwe mu gihugu s\u2019uko baririmba, ahubwo ngo nuko hari ibintu badashoboye gukorera imiryango yabo. Ivyo n\u2019ivyo aheruka kuvuga mu kiganiro n\u2019imwe mu mboneshakure za hano iwacu. Muri ico kiganiro, uwo muririmvyi akaba n\u2019umu Rappeur akomeye hano iwacu, yavuze ko we asanzwe afise ibindi bikorwa asanzwe akora mu buzima bwa misi [&hellip;]<\/p>\n","protected":false},"author":3,"featured_media":15951,"comment_status":"closed","ping_status":"open","sticky":false,"template":"","format":"standard","meta":{"_bbp_topic_count":0,"_bbp_reply_count":0,"_bbp_total_topic_count":0,"_bbp_total_reply_count":0,"_bbp_voice_count":0,"_bbp_anonymous_reply_count":0,"_bbp_topic_count_hidden":0,"_bbp_reply_count_hidden":0,"_bbp_forum_subforum_count":0,"footnotes":""},"categories":[518,526,605,519,516,623],"tags":[],"class_list":["post-15947","post","type-post","status-publish","format-standard","has-post-thumbnail","hentry","category-burundi","category-news-burundi","category-gospel","category-kirundi","category-music-news","category-muzik-na-wasani"],"yoast_head":"<!-- This site is optimized with the Yoast SEO plugin v21.3 - https:\/\/yoast.com\/wordpress\/plugins\/seo\/ -->\n<title>Abaririmvyi ntibubashwe kubera badatunze kubwa Prince Mshindi - Indundi Culture | Magazine<\/title>\n<meta name=\"robots\" content=\"index, follow, max-snippet:-1, max-image-preview:large, max-video-preview:-1\" \/>\n<link rel=\"canonical\" href=\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/abaririmvyi-ntibubashwe-kubera-badatunze-kubwa-prince-mshindi\/\" \/>\n<meta property=\"og:locale\" content=\"en_US\" \/>\n<meta property=\"og:type\" content=\"article\" \/>\n<meta property=\"og:title\" content=\"Abaririmvyi ntibubashwe kubera badatunze kubwa Prince Mshindi - Indundi Culture | Magazine\" \/>\n<meta property=\"og:description\" content=\"Prince Mshindi ngo impamvu abaririmvyi batubashwe mu gihugu s\u2019uko baririmba, ahubwo ngo nuko hari ibintu badashoboye gukorera imiryango yabo. Ivyo n\u2019ivyo aheruka kuvuga mu kiganiro n\u2019imwe mu mboneshakure za hano iwacu. Muri ico kiganiro, uwo muririmvyi akaba n\u2019umu Rappeur akomeye hano iwacu, yavuze ko we asanzwe afise ibindi bikorwa asanzwe akora mu buzima bwa misi [&hellip;]\" \/>\n<meta property=\"og:url\" content=\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/abaririmvyi-ntibubashwe-kubera-badatunze-kubwa-prince-mshindi\/\" \/>\n<meta property=\"og:site_name\" content=\"Indundi Culture | Magazine\" \/>\n<meta property=\"article:published_time\" content=\"2020-05-14T18:10:46+00:00\" \/>\n<meta name=\"author\" content=\"yanick\" \/>\n<meta name=\"twitter:card\" content=\"summary_large_image\" \/>\n<meta name=\"twitter:label1\" content=\"Written by\" \/>\n\t<meta name=\"twitter:data1\" content=\"yanick\" \/>\n\t<meta name=\"twitter:label2\" content=\"Est. reading time\" \/>\n\t<meta name=\"twitter:data2\" content=\"1 minute\" \/>\n<script type=\"application\/ld+json\" class=\"yoast-schema-graph\">{\"@context\":\"https:\/\/schema.org\",\"@graph\":[{\"@type\":\"WebPage\",\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/abaririmvyi-ntibubashwe-kubera-badatunze-kubwa-prince-mshindi\/\",\"url\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/abaririmvyi-ntibubashwe-kubera-badatunze-kubwa-prince-mshindi\/\",\"name\":\"Abaririmvyi ntibubashwe kubera badatunze kubwa Prince Mshindi - Indundi Culture | Magazine\",\"isPartOf\":{\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#website\"},\"datePublished\":\"2020-05-14T18:10:46+00:00\",\"dateModified\":\"2020-05-14T18:10:46+00:00\",\"author\":{\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#\/schema\/person\/8b60fb7f0669c0da6211620297ad2021\"},\"breadcrumb\":{\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/abaririmvyi-ntibubashwe-kubera-badatunze-kubwa-prince-mshindi\/#breadcrumb\"},\"inLanguage\":\"en-US\",\"potentialAction\":[{\"@type\":\"ReadAction\",\"target\":[\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/abaririmvyi-ntibubashwe-kubera-badatunze-kubwa-prince-mshindi\/\"]}]},{\"@type\":\"BreadcrumbList\",\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/abaririmvyi-ntibubashwe-kubera-badatunze-kubwa-prince-mshindi\/#breadcrumb\",\"itemListElement\":[{\"@type\":\"ListItem\",\"position\":1,\"name\":\"Home\",\"item\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/\"},{\"@type\":\"ListItem\",\"position\":2,\"name\":\"Abaririmvyi ntibubashwe kubera badatunze kubwa Prince Mshindi\"}]},{\"@type\":\"WebSite\",\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#website\",\"url\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/\",\"name\":\"Indundi Culture | Magazine\",\"description\":\"Burundi Entertainment\",\"potentialAction\":[{\"@type\":\"SearchAction\",\"target\":{\"@type\":\"EntryPoint\",\"urlTemplate\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/?s={search_term_string}\"},\"query-input\":\"required name=search_term_string\"}],\"inLanguage\":\"en-US\"},{\"@type\":\"Person\",\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#\/schema\/person\/8b60fb7f0669c0da6211620297ad2021\",\"name\":\"yanick\",\"image\":{\"@type\":\"ImageObject\",\"inLanguage\":\"en-US\",\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#\/schema\/person\/image\/\",\"url\":\"\/\/www.gravatar.com\/avatar\/3f9e37cb1a7115ab1fd67c8044b25dc8?s=96&#038;r=g&#038;d=mm\",\"contentUrl\":\"\/\/www.gravatar.com\/avatar\/3f9e37cb1a7115ab1fd67c8044b25dc8?s=96&#038;r=g&#038;d=mm\",\"caption\":\"yanick\"},\"url\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/members\/yanick\/\"}]}<\/script>\n<!-- \/ Yoast SEO plugin. -->","yoast_head_json":{"title":"Abaririmvyi ntibubashwe kubera badatunze kubwa Prince Mshindi - Indundi Culture | Magazine","robots":{"index":"index","follow":"follow","max-snippet":"max-snippet:-1","max-image-preview":"max-image-preview:large","max-video-preview":"max-video-preview:-1"},"canonical":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/abaririmvyi-ntibubashwe-kubera-badatunze-kubwa-prince-mshindi\/","og_locale":"en_US","og_type":"article","og_title":"Abaririmvyi ntibubashwe kubera badatunze kubwa Prince Mshindi - Indundi Culture | Magazine","og_description":"Prince Mshindi ngo impamvu abaririmvyi batubashwe mu gihugu s\u2019uko baririmba, ahubwo ngo nuko hari ibintu badashoboye gukorera imiryango yabo. Ivyo n\u2019ivyo aheruka kuvuga mu kiganiro n\u2019imwe mu mboneshakure za hano iwacu. Muri ico kiganiro, uwo muririmvyi akaba n\u2019umu Rappeur akomeye hano iwacu, yavuze ko we asanzwe afise ibindi bikorwa asanzwe akora mu buzima bwa misi [&hellip;]","og_url":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/abaririmvyi-ntibubashwe-kubera-badatunze-kubwa-prince-mshindi\/","og_site_name":"Indundi Culture | Magazine","article_published_time":"2020-05-14T18:10:46+00:00","author":"yanick","twitter_card":"summary_large_image","twitter_misc":{"Written by":"yanick","Est. reading time":"1 minute"},"schema":{"@context":"https:\/\/schema.org","@graph":[{"@type":"WebPage","@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/abaririmvyi-ntibubashwe-kubera-badatunze-kubwa-prince-mshindi\/","url":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/abaririmvyi-ntibubashwe-kubera-badatunze-kubwa-prince-mshindi\/","name":"Abaririmvyi ntibubashwe kubera badatunze kubwa Prince Mshindi - Indundi Culture | Magazine","isPartOf":{"@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#website"},"datePublished":"2020-05-14T18:10:46+00:00","dateModified":"2020-05-14T18:10:46+00:00","author":{"@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#\/schema\/person\/8b60fb7f0669c0da6211620297ad2021"},"breadcrumb":{"@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/abaririmvyi-ntibubashwe-kubera-badatunze-kubwa-prince-mshindi\/#breadcrumb"},"inLanguage":"en-US","potentialAction":[{"@type":"ReadAction","target":["https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/abaririmvyi-ntibubashwe-kubera-badatunze-kubwa-prince-mshindi\/"]}]},{"@type":"BreadcrumbList","@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/abaririmvyi-ntibubashwe-kubera-badatunze-kubwa-prince-mshindi\/#breadcrumb","itemListElement":[{"@type":"ListItem","position":1,"name":"Home","item":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/"},{"@type":"ListItem","position":2,"name":"Abaririmvyi ntibubashwe kubera badatunze kubwa Prince Mshindi"}]},{"@type":"WebSite","@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#website","url":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/","name":"Indundi Culture | Magazine","description":"Burundi Entertainment","potentialAction":[{"@type":"SearchAction","target":{"@type":"EntryPoint","urlTemplate":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/?s={search_term_string}"},"query-input":"required name=search_term_string"}],"inLanguage":"en-US"},{"@type":"Person","@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#\/schema\/person\/8b60fb7f0669c0da6211620297ad2021","name":"yanick","image":{"@type":"ImageObject","inLanguage":"en-US","@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#\/schema\/person\/image\/","url":"\/\/www.gravatar.com\/avatar\/3f9e37cb1a7115ab1fd67c8044b25dc8?s=96&#038;r=g&#038;d=mm","contentUrl":"\/\/www.gravatar.com\/avatar\/3f9e37cb1a7115ab1fd67c8044b25dc8?s=96&#038;r=g&#038;d=mm","caption":"yanick"},"url":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/members\/yanick\/"}]}},"_links":{"self":[{"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/posts\/15947","targetHints":{"allow":["GET"]}}],"collection":[{"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/posts"}],"about":[{"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/types\/post"}],"author":[{"embeddable":true,"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/users\/3"}],"replies":[{"embeddable":true,"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/comments?post=15947"}],"version-history":[{"count":4,"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/posts\/15947\/revisions"}],"predecessor-version":[{"id":15969,"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/posts\/15947\/revisions\/15969"}],"wp:featuredmedia":[{"embeddable":true,"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/media\/15951"}],"wp:attachment":[{"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/media?parent=15947"}],"wp:term":[{"taxonomy":"category","embeddable":true,"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/categories?post=15947"},{"taxonomy":"post_tag","embeddable":true,"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/tags?post=15947"}],"curies":[{"name":"wp","href":"https:\/\/api.w.org\/{rel}","templated":true}]}}