{"id":16108,"date":"2020-05-16T15:34:48","date_gmt":"2020-05-16T15:34:48","guid":{"rendered":"https:\/\/indundi.com\/?p=16108"},"modified":"2020-05-16T15:34:48","modified_gmt":"2020-05-16T15:34:48","slug":"christian-yavuze-ko-akaririmbo-gashasha-afise-kataririmbwe-kubwa-corona-gusa","status":"publish","type":"post","link":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/christian-yavuze-ko-akaririmbo-gashasha-afise-kataririmbwe-kubwa-corona-gusa\/","title":{"rendered":"Christian yavuze ko akaririmbo gashasha afise kataririmbwe kubwa Corona Gusa"},"content":{"rendered":"<p><img loading=\"lazy\" decoding=\"async\" class=\"alignnone size-medium wp-image-16133\" src=\"https:\/\/indundi.com\/wp-content\/uploads\/2020\/05\/14322355_556267524573541_8322474373031596959_n-300x300.jpg\" alt=\"\" width=\"300\" height=\"300\" \/><\/p>\n<p><strong><em>Christian Irimbere mu kiganiro n\u2019ikinyamakuru Igihe co mu gihugu kibanyi c\u2019Urwanda, yavuze uburyo yisanze mu muziki. Muri ico kiganiro nyene yagarutse ku ndirimbo yiwe nshasha, n\u2019ivyo yigiye mu gikorwa abanyarwanda bise \u201cGuma mu rugo\u201d, cari kigamije kugabanya gukwirakwira kw\u2019ikiza ca Corona Virus<\/em><\/strong>.<\/p>\n<p>Uwo muririmvyi wa Gospel azwi cane mu biteramo vy\u2019uguhimbaza n\u2019ugutazira Imana hano iwacu, yamenyesheje ko muri kino gihe afise akaririmbo gashasha bise \u201cHe is With You\u201d. Ico gikorwa gishasha akaba yahumurije abantu bibaza ko yagikoze kubwa Corona, ariko ngo ubutumwa burimwo bushobora gufasha uwariwe wese bivanye n\u2019uko afashe ubutumwa burimwo.<\/p>\n<p>Uwo mwanditsi akaba n\u2019umuririmvyi w\u2019indirimbo zitari nke, avuga ko yandika indirimbo abikora bivuye mu kiyago aba yagiranye n\u2019uyu canke uriya. Aho agatanga akarorero k\u2019imwe mu ndirimbo ziwe zavuye mu kiyago yagiranye n\u2019umwe mu ncuti ziwe kuri Whatsapp, amuhumuriza, noneho bivamwo gukora indirimbo.<\/p>\n<p>Uwo muririmvyi akaba yarangije ico kiganiro avuga ko indirimbo zose yanditse, yanaririmvye ngo zifise ikintu kinini gisigura mu buzima bwiwe.<\/p>\n<p>Mwomenya ko uwo muririmvyi asanzwe afise ibikorwa bitandukanye akorera I Kigali, imbere y\u2019ibi bibazo vya Corona Virus akaba yahora asimbira I Bujumbura, noneho agasubira I Kigali aho asanzwe yisumamwo<\/p>\n","protected":false},"excerpt":{"rendered":"<p>Christian Irimbere mu kiganiro n\u2019ikinyamakuru Igihe co mu gihugu kibanyi c\u2019Urwanda, yavuze uburyo yisanze mu muziki. Muri ico kiganiro nyene yagarutse ku ndirimbo yiwe nshasha, n\u2019ivyo yigiye mu gikorwa abanyarwanda bise \u201cGuma mu rugo\u201d, cari kigamije kugabanya gukwirakwira kw\u2019ikiza ca Corona Virus. Uwo muririmvyi wa Gospel azwi cane mu biteramo vy\u2019uguhimbaza n\u2019ugutazira Imana hano iwacu, [&hellip;]<\/p>\n","protected":false},"author":3,"featured_media":16133,"comment_status":"closed","ping_status":"open","sticky":false,"template":"","format":"standard","meta":{"_bbp_topic_count":0,"_bbp_reply_count":0,"_bbp_total_topic_count":0,"_bbp_total_reply_count":0,"_bbp_voice_count":0,"_bbp_anonymous_reply_count":0,"_bbp_topic_count_hidden":0,"_bbp_reply_count_hidden":0,"_bbp_forum_subforum_count":0,"footnotes":""},"categories":[518,526,515,519,516],"tags":[],"class_list":["post-16108","post","type-post","status-publish","format-standard","has-post-thumbnail","hentry","category-burundi","category-news-burundi","category-homepage","category-kirundi","category-music-news"],"yoast_head":"<!-- This site is optimized with the Yoast SEO plugin v21.3 - https:\/\/yoast.com\/wordpress\/plugins\/seo\/ -->\n<title>Christian yavuze ko akaririmbo gashasha afise kataririmbwe kubwa Corona Gusa - Indundi Culture | Magazine<\/title>\n<meta name=\"robots\" content=\"index, follow, max-snippet:-1, max-image-preview:large, max-video-preview:-1\" \/>\n<link rel=\"canonical\" href=\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/christian-yavuze-ko-akaririmbo-gashasha-afise-kataririmbwe-kubwa-corona-gusa\/\" \/>\n<meta property=\"og:locale\" content=\"en_US\" \/>\n<meta property=\"og:type\" content=\"article\" \/>\n<meta property=\"og:title\" content=\"Christian yavuze ko akaririmbo gashasha afise kataririmbwe kubwa Corona Gusa - Indundi Culture | Magazine\" \/>\n<meta property=\"og:description\" content=\"Christian Irimbere mu kiganiro n\u2019ikinyamakuru Igihe co mu gihugu kibanyi c\u2019Urwanda, yavuze uburyo yisanze mu muziki. Muri ico kiganiro nyene yagarutse ku ndirimbo yiwe nshasha, n\u2019ivyo yigiye mu gikorwa abanyarwanda bise \u201cGuma mu rugo\u201d, cari kigamije kugabanya gukwirakwira kw\u2019ikiza ca Corona Virus. Uwo muririmvyi wa Gospel azwi cane mu biteramo vy\u2019uguhimbaza n\u2019ugutazira Imana hano iwacu, [&hellip;]\" \/>\n<meta property=\"og:url\" content=\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/christian-yavuze-ko-akaririmbo-gashasha-afise-kataririmbwe-kubwa-corona-gusa\/\" \/>\n<meta property=\"og:site_name\" content=\"Indundi Culture | Magazine\" \/>\n<meta property=\"article:published_time\" content=\"2020-05-16T15:34:48+00:00\" \/>\n<meta name=\"author\" content=\"yanick\" \/>\n<meta name=\"twitter:card\" content=\"summary_large_image\" \/>\n<meta name=\"twitter:label1\" content=\"Written by\" \/>\n\t<meta name=\"twitter:data1\" content=\"yanick\" \/>\n\t<meta name=\"twitter:label2\" content=\"Est. reading time\" \/>\n\t<meta name=\"twitter:data2\" content=\"1 minute\" \/>\n<script type=\"application\/ld+json\" class=\"yoast-schema-graph\">{\"@context\":\"https:\/\/schema.org\",\"@graph\":[{\"@type\":\"WebPage\",\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/christian-yavuze-ko-akaririmbo-gashasha-afise-kataririmbwe-kubwa-corona-gusa\/\",\"url\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/christian-yavuze-ko-akaririmbo-gashasha-afise-kataririmbwe-kubwa-corona-gusa\/\",\"name\":\"Christian yavuze ko akaririmbo gashasha afise kataririmbwe kubwa Corona Gusa - Indundi Culture | Magazine\",\"isPartOf\":{\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#website\"},\"datePublished\":\"2020-05-16T15:34:48+00:00\",\"dateModified\":\"2020-05-16T15:34:48+00:00\",\"author\":{\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#\/schema\/person\/8b60fb7f0669c0da6211620297ad2021\"},\"breadcrumb\":{\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/christian-yavuze-ko-akaririmbo-gashasha-afise-kataririmbwe-kubwa-corona-gusa\/#breadcrumb\"},\"inLanguage\":\"en-US\",\"potentialAction\":[{\"@type\":\"ReadAction\",\"target\":[\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/christian-yavuze-ko-akaririmbo-gashasha-afise-kataririmbwe-kubwa-corona-gusa\/\"]}]},{\"@type\":\"BreadcrumbList\",\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/christian-yavuze-ko-akaririmbo-gashasha-afise-kataririmbwe-kubwa-corona-gusa\/#breadcrumb\",\"itemListElement\":[{\"@type\":\"ListItem\",\"position\":1,\"name\":\"Home\",\"item\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/\"},{\"@type\":\"ListItem\",\"position\":2,\"name\":\"Christian yavuze ko akaririmbo gashasha afise kataririmbwe kubwa Corona Gusa\"}]},{\"@type\":\"WebSite\",\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#website\",\"url\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/\",\"name\":\"Indundi Culture | Magazine\",\"description\":\"Burundi Entertainment\",\"potentialAction\":[{\"@type\":\"SearchAction\",\"target\":{\"@type\":\"EntryPoint\",\"urlTemplate\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/?s={search_term_string}\"},\"query-input\":\"required name=search_term_string\"}],\"inLanguage\":\"en-US\"},{\"@type\":\"Person\",\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#\/schema\/person\/8b60fb7f0669c0da6211620297ad2021\",\"name\":\"yanick\",\"image\":{\"@type\":\"ImageObject\",\"inLanguage\":\"en-US\",\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#\/schema\/person\/image\/\",\"url\":\"\/\/www.gravatar.com\/avatar\/3f9e37cb1a7115ab1fd67c8044b25dc8?s=96&#038;r=g&#038;d=mm\",\"contentUrl\":\"\/\/www.gravatar.com\/avatar\/3f9e37cb1a7115ab1fd67c8044b25dc8?s=96&#038;r=g&#038;d=mm\",\"caption\":\"yanick\"},\"url\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/members\/yanick\/\"}]}<\/script>\n<!-- \/ Yoast SEO plugin. -->","yoast_head_json":{"title":"Christian yavuze ko akaririmbo gashasha afise kataririmbwe kubwa Corona Gusa - Indundi Culture | Magazine","robots":{"index":"index","follow":"follow","max-snippet":"max-snippet:-1","max-image-preview":"max-image-preview:large","max-video-preview":"max-video-preview:-1"},"canonical":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/christian-yavuze-ko-akaririmbo-gashasha-afise-kataririmbwe-kubwa-corona-gusa\/","og_locale":"en_US","og_type":"article","og_title":"Christian yavuze ko akaririmbo gashasha afise kataririmbwe kubwa Corona Gusa - Indundi Culture | Magazine","og_description":"Christian Irimbere mu kiganiro n\u2019ikinyamakuru Igihe co mu gihugu kibanyi c\u2019Urwanda, yavuze uburyo yisanze mu muziki. Muri ico kiganiro nyene yagarutse ku ndirimbo yiwe nshasha, n\u2019ivyo yigiye mu gikorwa abanyarwanda bise \u201cGuma mu rugo\u201d, cari kigamije kugabanya gukwirakwira kw\u2019ikiza ca Corona Virus. Uwo muririmvyi wa Gospel azwi cane mu biteramo vy\u2019uguhimbaza n\u2019ugutazira Imana hano iwacu, [&hellip;]","og_url":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/christian-yavuze-ko-akaririmbo-gashasha-afise-kataririmbwe-kubwa-corona-gusa\/","og_site_name":"Indundi Culture | Magazine","article_published_time":"2020-05-16T15:34:48+00:00","author":"yanick","twitter_card":"summary_large_image","twitter_misc":{"Written by":"yanick","Est. reading time":"1 minute"},"schema":{"@context":"https:\/\/schema.org","@graph":[{"@type":"WebPage","@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/christian-yavuze-ko-akaririmbo-gashasha-afise-kataririmbwe-kubwa-corona-gusa\/","url":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/christian-yavuze-ko-akaririmbo-gashasha-afise-kataririmbwe-kubwa-corona-gusa\/","name":"Christian yavuze ko akaririmbo gashasha afise kataririmbwe kubwa Corona Gusa - Indundi Culture | Magazine","isPartOf":{"@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#website"},"datePublished":"2020-05-16T15:34:48+00:00","dateModified":"2020-05-16T15:34:48+00:00","author":{"@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#\/schema\/person\/8b60fb7f0669c0da6211620297ad2021"},"breadcrumb":{"@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/christian-yavuze-ko-akaririmbo-gashasha-afise-kataririmbwe-kubwa-corona-gusa\/#breadcrumb"},"inLanguage":"en-US","potentialAction":[{"@type":"ReadAction","target":["https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/christian-yavuze-ko-akaririmbo-gashasha-afise-kataririmbwe-kubwa-corona-gusa\/"]}]},{"@type":"BreadcrumbList","@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/christian-yavuze-ko-akaririmbo-gashasha-afise-kataririmbwe-kubwa-corona-gusa\/#breadcrumb","itemListElement":[{"@type":"ListItem","position":1,"name":"Home","item":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/"},{"@type":"ListItem","position":2,"name":"Christian yavuze ko akaririmbo gashasha afise kataririmbwe kubwa Corona Gusa"}]},{"@type":"WebSite","@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#website","url":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/","name":"Indundi Culture | Magazine","description":"Burundi Entertainment","potentialAction":[{"@type":"SearchAction","target":{"@type":"EntryPoint","urlTemplate":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/?s={search_term_string}"},"query-input":"required name=search_term_string"}],"inLanguage":"en-US"},{"@type":"Person","@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#\/schema\/person\/8b60fb7f0669c0da6211620297ad2021","name":"yanick","image":{"@type":"ImageObject","inLanguage":"en-US","@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#\/schema\/person\/image\/","url":"\/\/www.gravatar.com\/avatar\/3f9e37cb1a7115ab1fd67c8044b25dc8?s=96&#038;r=g&#038;d=mm","contentUrl":"\/\/www.gravatar.com\/avatar\/3f9e37cb1a7115ab1fd67c8044b25dc8?s=96&#038;r=g&#038;d=mm","caption":"yanick"},"url":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/members\/yanick\/"}]}},"_links":{"self":[{"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/posts\/16108","targetHints":{"allow":["GET"]}}],"collection":[{"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/posts"}],"about":[{"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/types\/post"}],"author":[{"embeddable":true,"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/users\/3"}],"replies":[{"embeddable":true,"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/comments?post=16108"}],"version-history":[{"count":4,"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/posts\/16108\/revisions"}],"predecessor-version":[{"id":16209,"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/posts\/16108\/revisions\/16209"}],"wp:featuredmedia":[{"embeddable":true,"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/media\/16133"}],"wp:attachment":[{"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/media?parent=16108"}],"wp:term":[{"taxonomy":"category","embeddable":true,"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/categories?post=16108"},{"taxonomy":"post_tag","embeddable":true,"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/tags?post=16108"}],"curies":[{"name":"wp","href":"https:\/\/api.w.org\/{rel}","templated":true}]}}