{"id":16227,"date":"2020-05-17T03:58:41","date_gmt":"2020-05-17T03:58:41","guid":{"rendered":"https:\/\/indundi.com\/?p=16227"},"modified":"2020-05-17T16:00:57","modified_gmt":"2020-05-17T16:00:57","slug":"dj-iraa-ngo-ivyukwambara-nkumwigeme-vyakunze-aruko-ashitse-i-kigali","status":"publish","type":"post","link":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/dj-iraa-ngo-ivyukwambara-nkumwigeme-vyakunze-aruko-ashitse-i-kigali\/","title":{"rendered":"Dj Iraa ngo ivy\u2019ukwambara nk\u2019umwigeme vyakunze aruko ashitse i Kigali"},"content":{"rendered":"<p><img loading=\"lazy\" decoding=\"async\" class=\"alignnone wp-image-16228 size-large\" src=\"https:\/\/indundi.com\/wp-content\/uploads\/2020\/05\/PhotoGrid_1589687488443-1024x535.jpg\" alt=\"\" width=\"696\" height=\"364\" \/><\/p>\n<p><strong><em>Dj Ira naho ubu yabaye umwigeme mu nyambaro, ngo siko vyamye kuko akiri kw\u2019ishure hano iwacu, ngo vyari vyaranse. Ariko avuga ko Bisoso ariwe yamufashije kugira abashe kumenya kwambara nk\u2019umwigeme.<\/em><\/strong><\/p>\n<p>Dj Iraa benshi mu bamuzi I Gitega iyo akomoka ngo bamuzi nka Zigidi, kandi ngo inyifato ziwe, uburyo yavuga n\u2019ibindi muri rusangi ngo yaba ari umuhungu. Ivyo n\u2019ivyo aheruka kwemeza mu kiganiro yagiranye n\u2019imwe mu mboneshakure zo mu gihugu kibanyi c\u2019Urwanda, iyo asanzwe yisumamwo muri kino gihe.<\/p>\n<p>Uyu mwigeme akaba muri ico kiganiro yamenyesheje ko ivy\u2019ukuba umuhungu ngo vyaheze kubera igitsure ca Dj Bisoso, papa kandi n\u2019umwigisha wiwe muri uwo mwuga uno musi umutunze muri ico gihugu c\u2019imisozi 1000.<\/p>\n<p>Muri ico kiganiro uwo mwigeme yamenyesheje ko ico gitsure cabonetse inyuma yaho ahejeje kwiga, ivyigwa vyafashe amezi 2, noneho agatangura kuja kuvuza umuziki mu bubare butandukanye I Kigali.Ico gihe ngo yamubwiye ko kugira atangure kuza aramujana kuvuza ahantu ngo akwiye kubanza kurondera uko yambara impuzu z\u2019igikobwa.<\/p>\n<p>Zidigi benshi bazi nka Dj Iraa yabajijwe nimba vyaramuryoheye canke yumva ashaka ko abandanya yiyambarira uduhuzu tw\u2019abahungu. Uwo mwigeme yamenyesheje ko vyamuryoheye kuba yarahindutse, ngo bica biba vyiza cane kuko n\u2019abamukurikirana nabo bahavuye babikunda gusumba.<\/p>\n<p>Dj Ira yamenyesheje ko ivy\u2019ukwambara izo mpuzu ngo vyari vyaramugoye cane kuva akiri I Gitega,I Bujumbura, ubona ko ari naho yarangirije amashure.<\/p>\n<p>Nkuko abatari bake babashije kubibona mu bikorwa bikomakomeye I Kigali, uyo mwigeme akaba asigaye ari rutumwako, haba mu bikorwa vyo mu bubare, co kimwe no mu biteramo bikomakomeye. S\u2019aho gusa kuko no muri Congo naho amaze gukorerayo akatari gake.<\/p>\n","protected":false},"excerpt":{"rendered":"<p>Dj Ira naho ubu yabaye umwigeme mu nyambaro, ngo siko vyamye kuko akiri kw\u2019ishure hano iwacu, ngo vyari vyaranse. Ariko avuga ko Bisoso ariwe yamufashije kugira abashe kumenya kwambara nk\u2019umwigeme. Dj Iraa benshi mu bamuzi I Gitega iyo akomoka ngo bamuzi nka Zigidi, kandi ngo inyifato ziwe, uburyo yavuga n\u2019ibindi muri rusangi ngo yaba ari [&hellip;]<\/p>\n","protected":false},"author":3,"featured_media":16228,"comment_status":"closed","ping_status":"open","sticky":false,"template":"","format":"standard","meta":{"_bbp_topic_count":0,"_bbp_reply_count":0,"_bbp_total_topic_count":0,"_bbp_total_reply_count":0,"_bbp_voice_count":0,"_bbp_anonymous_reply_count":0,"_bbp_topic_count_hidden":0,"_bbp_reply_count_hidden":0,"_bbp_forum_subforum_count":0,"footnotes":""},"categories":[518,526,515,519,516],"tags":[],"class_list":["post-16227","post","type-post","status-publish","format-standard","has-post-thumbnail","hentry","category-burundi","category-news-burundi","category-homepage","category-kirundi","category-music-news"],"yoast_head":"<!-- This site is optimized with the Yoast SEO plugin v21.3 - https:\/\/yoast.com\/wordpress\/plugins\/seo\/ -->\n<title>Dj Iraa ngo ivy\u2019ukwambara nk\u2019umwigeme vyakunze aruko ashitse i Kigali - Indundi Culture | Magazine<\/title>\n<meta name=\"robots\" content=\"index, follow, max-snippet:-1, max-image-preview:large, max-video-preview:-1\" \/>\n<link rel=\"canonical\" href=\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/dj-iraa-ngo-ivyukwambara-nkumwigeme-vyakunze-aruko-ashitse-i-kigali\/\" \/>\n<meta property=\"og:locale\" content=\"en_US\" \/>\n<meta property=\"og:type\" content=\"article\" \/>\n<meta property=\"og:title\" content=\"Dj Iraa ngo ivy\u2019ukwambara nk\u2019umwigeme vyakunze aruko ashitse i Kigali - Indundi Culture | Magazine\" \/>\n<meta property=\"og:description\" content=\"Dj Ira naho ubu yabaye umwigeme mu nyambaro, ngo siko vyamye kuko akiri kw\u2019ishure hano iwacu, ngo vyari vyaranse. Ariko avuga ko Bisoso ariwe yamufashije kugira abashe kumenya kwambara nk\u2019umwigeme. Dj Iraa benshi mu bamuzi I Gitega iyo akomoka ngo bamuzi nka Zigidi, kandi ngo inyifato ziwe, uburyo yavuga n\u2019ibindi muri rusangi ngo yaba ari [&hellip;]\" \/>\n<meta property=\"og:url\" content=\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/dj-iraa-ngo-ivyukwambara-nkumwigeme-vyakunze-aruko-ashitse-i-kigali\/\" \/>\n<meta property=\"og:site_name\" content=\"Indundi Culture | Magazine\" \/>\n<meta property=\"article:published_time\" content=\"2020-05-17T03:58:41+00:00\" \/>\n<meta property=\"article:modified_time\" content=\"2020-05-17T16:00:57+00:00\" \/>\n<meta name=\"author\" content=\"yanick\" \/>\n<meta name=\"twitter:card\" content=\"summary_large_image\" \/>\n<meta name=\"twitter:label1\" content=\"Written by\" \/>\n\t<meta name=\"twitter:data1\" content=\"yanick\" \/>\n\t<meta name=\"twitter:label2\" content=\"Est. reading time\" \/>\n\t<meta name=\"twitter:data2\" content=\"1 minute\" \/>\n<script type=\"application\/ld+json\" class=\"yoast-schema-graph\">{\"@context\":\"https:\/\/schema.org\",\"@graph\":[{\"@type\":\"WebPage\",\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/dj-iraa-ngo-ivyukwambara-nkumwigeme-vyakunze-aruko-ashitse-i-kigali\/\",\"url\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/dj-iraa-ngo-ivyukwambara-nkumwigeme-vyakunze-aruko-ashitse-i-kigali\/\",\"name\":\"Dj Iraa ngo ivy\u2019ukwambara nk\u2019umwigeme vyakunze aruko ashitse i Kigali - Indundi Culture | Magazine\",\"isPartOf\":{\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#website\"},\"datePublished\":\"2020-05-17T03:58:41+00:00\",\"dateModified\":\"2020-05-17T16:00:57+00:00\",\"author\":{\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#\/schema\/person\/8b60fb7f0669c0da6211620297ad2021\"},\"breadcrumb\":{\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/dj-iraa-ngo-ivyukwambara-nkumwigeme-vyakunze-aruko-ashitse-i-kigali\/#breadcrumb\"},\"inLanguage\":\"en-US\",\"potentialAction\":[{\"@type\":\"ReadAction\",\"target\":[\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/dj-iraa-ngo-ivyukwambara-nkumwigeme-vyakunze-aruko-ashitse-i-kigali\/\"]}]},{\"@type\":\"BreadcrumbList\",\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/dj-iraa-ngo-ivyukwambara-nkumwigeme-vyakunze-aruko-ashitse-i-kigali\/#breadcrumb\",\"itemListElement\":[{\"@type\":\"ListItem\",\"position\":1,\"name\":\"Home\",\"item\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/\"},{\"@type\":\"ListItem\",\"position\":2,\"name\":\"Dj Iraa ngo ivy\u2019ukwambara nk\u2019umwigeme vyakunze aruko ashitse i Kigali\"}]},{\"@type\":\"WebSite\",\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#website\",\"url\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/\",\"name\":\"Indundi Culture | Magazine\",\"description\":\"Burundi Entertainment\",\"potentialAction\":[{\"@type\":\"SearchAction\",\"target\":{\"@type\":\"EntryPoint\",\"urlTemplate\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/?s={search_term_string}\"},\"query-input\":\"required name=search_term_string\"}],\"inLanguage\":\"en-US\"},{\"@type\":\"Person\",\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#\/schema\/person\/8b60fb7f0669c0da6211620297ad2021\",\"name\":\"yanick\",\"image\":{\"@type\":\"ImageObject\",\"inLanguage\":\"en-US\",\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#\/schema\/person\/image\/\",\"url\":\"\/\/www.gravatar.com\/avatar\/3f9e37cb1a7115ab1fd67c8044b25dc8?s=96&#038;r=g&#038;d=mm\",\"contentUrl\":\"\/\/www.gravatar.com\/avatar\/3f9e37cb1a7115ab1fd67c8044b25dc8?s=96&#038;r=g&#038;d=mm\",\"caption\":\"yanick\"},\"url\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/members\/yanick\/\"}]}<\/script>\n<!-- \/ Yoast SEO plugin. -->","yoast_head_json":{"title":"Dj Iraa ngo ivy\u2019ukwambara nk\u2019umwigeme vyakunze aruko ashitse i Kigali - Indundi Culture | Magazine","robots":{"index":"index","follow":"follow","max-snippet":"max-snippet:-1","max-image-preview":"max-image-preview:large","max-video-preview":"max-video-preview:-1"},"canonical":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/dj-iraa-ngo-ivyukwambara-nkumwigeme-vyakunze-aruko-ashitse-i-kigali\/","og_locale":"en_US","og_type":"article","og_title":"Dj Iraa ngo ivy\u2019ukwambara nk\u2019umwigeme vyakunze aruko ashitse i Kigali - Indundi Culture | Magazine","og_description":"Dj Ira naho ubu yabaye umwigeme mu nyambaro, ngo siko vyamye kuko akiri kw\u2019ishure hano iwacu, ngo vyari vyaranse. Ariko avuga ko Bisoso ariwe yamufashije kugira abashe kumenya kwambara nk\u2019umwigeme. Dj Iraa benshi mu bamuzi I Gitega iyo akomoka ngo bamuzi nka Zigidi, kandi ngo inyifato ziwe, uburyo yavuga n\u2019ibindi muri rusangi ngo yaba ari [&hellip;]","og_url":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/dj-iraa-ngo-ivyukwambara-nkumwigeme-vyakunze-aruko-ashitse-i-kigali\/","og_site_name":"Indundi Culture | Magazine","article_published_time":"2020-05-17T03:58:41+00:00","article_modified_time":"2020-05-17T16:00:57+00:00","author":"yanick","twitter_card":"summary_large_image","twitter_misc":{"Written by":"yanick","Est. reading time":"1 minute"},"schema":{"@context":"https:\/\/schema.org","@graph":[{"@type":"WebPage","@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/dj-iraa-ngo-ivyukwambara-nkumwigeme-vyakunze-aruko-ashitse-i-kigali\/","url":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/dj-iraa-ngo-ivyukwambara-nkumwigeme-vyakunze-aruko-ashitse-i-kigali\/","name":"Dj Iraa ngo ivy\u2019ukwambara nk\u2019umwigeme vyakunze aruko ashitse i Kigali - Indundi Culture | Magazine","isPartOf":{"@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#website"},"datePublished":"2020-05-17T03:58:41+00:00","dateModified":"2020-05-17T16:00:57+00:00","author":{"@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#\/schema\/person\/8b60fb7f0669c0da6211620297ad2021"},"breadcrumb":{"@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/dj-iraa-ngo-ivyukwambara-nkumwigeme-vyakunze-aruko-ashitse-i-kigali\/#breadcrumb"},"inLanguage":"en-US","potentialAction":[{"@type":"ReadAction","target":["https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/dj-iraa-ngo-ivyukwambara-nkumwigeme-vyakunze-aruko-ashitse-i-kigali\/"]}]},{"@type":"BreadcrumbList","@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/dj-iraa-ngo-ivyukwambara-nkumwigeme-vyakunze-aruko-ashitse-i-kigali\/#breadcrumb","itemListElement":[{"@type":"ListItem","position":1,"name":"Home","item":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/"},{"@type":"ListItem","position":2,"name":"Dj Iraa ngo ivy\u2019ukwambara nk\u2019umwigeme vyakunze aruko ashitse i Kigali"}]},{"@type":"WebSite","@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#website","url":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/","name":"Indundi Culture | Magazine","description":"Burundi Entertainment","potentialAction":[{"@type":"SearchAction","target":{"@type":"EntryPoint","urlTemplate":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/?s={search_term_string}"},"query-input":"required name=search_term_string"}],"inLanguage":"en-US"},{"@type":"Person","@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#\/schema\/person\/8b60fb7f0669c0da6211620297ad2021","name":"yanick","image":{"@type":"ImageObject","inLanguage":"en-US","@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#\/schema\/person\/image\/","url":"\/\/www.gravatar.com\/avatar\/3f9e37cb1a7115ab1fd67c8044b25dc8?s=96&#038;r=g&#038;d=mm","contentUrl":"\/\/www.gravatar.com\/avatar\/3f9e37cb1a7115ab1fd67c8044b25dc8?s=96&#038;r=g&#038;d=mm","caption":"yanick"},"url":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/members\/yanick\/"}]}},"_links":{"self":[{"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/posts\/16227","targetHints":{"allow":["GET"]}}],"collection":[{"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/posts"}],"about":[{"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/types\/post"}],"author":[{"embeddable":true,"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/users\/3"}],"replies":[{"embeddable":true,"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/comments?post=16227"}],"version-history":[{"count":4,"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/posts\/16227\/revisions"}],"predecessor-version":[{"id":16333,"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/posts\/16227\/revisions\/16333"}],"wp:featuredmedia":[{"embeddable":true,"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/media\/16228"}],"wp:attachment":[{"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/media?parent=16227"}],"wp:term":[{"taxonomy":"category","embeddable":true,"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/categories?post=16227"},{"taxonomy":"post_tag","embeddable":true,"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/tags?post=16227"}],"curies":[{"name":"wp","href":"https:\/\/api.w.org\/{rel}","templated":true}]}}