{"id":16406,"date":"2020-05-19T15:00:53","date_gmt":"2020-05-19T15:00:53","guid":{"rendered":"https:\/\/indundi.com\/?p=16406"},"modified":"2020-05-20T07:23:54","modified_gmt":"2020-05-20T07:23:54","slug":"wa-muntu-uca-inyuma-umwe-mu-bubakanye-uri-urupfu","status":"publish","type":"post","link":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wa-muntu-uca-inyuma-umwe-mu-bubakanye-uri-urupfu\/","title":{"rendered":"Ivyo ukora winyegeje ni vyo bizokwegenyeza."},"content":{"rendered":"<p><em>Muri bino bihe tugezemwo akaranga k&#8217; ingo nyishi karatitutse cane gushikahokurenga ibigo bisigaye bimeze nk&#8217;ibikino vy&#8217;ama reresi(cinema) canke urwenya(Comedy )<\/em><\/p>\n<p><img loading=\"lazy\" decoding=\"async\" class=\"size-medium wp-image-16407 aligncenter\" src=\"https:\/\/indundi.com\/wp-content\/uploads\/2020\/05\/images-1-1-283x300.jpeg\" alt=\"\" width=\"283\" height=\"300\" \/><\/p>\n<p>&#8220;Ukwubaka si ukujandajanda&#8221;<\/p>\n<p>Ibanga ryo kwubaka n&#8217;ibanga rihambaye cane kandi nico gituma abana babantu baciye bashiraho amasezerano yo kwubaka maze banayegerekako indahiro.<br \/>\nUwu musi ndashaka tuganire ku ndagano zikorwa hagati y&#8217;abubakana haba kwubako Rukristu canke gusezerana bitegekanywa n&#8217;amategeko y&#8217;ibihugu.<br \/>\nKu mvo z&#8217;uko ayo masezerano ari maremare atokwirwa muri runo rwandiko nashimye tuyage kw&#8217;ijambo rivuga riti: &#8220;Tuzotandukanywa n&#8217;urupfu.&#8221;<br \/>\nIrijambo rirakomeye ariko kugira uritahure neza wokwifashisha igitabo ceranda ca bibiliya mw&#8217;itanguriro yaco niho cerekana imvo.<br \/>\nImana irema umuntu yabonye ko atamufasha numwe yobona aberanye nawe muvyo yaremye vyose nikwo gusinziriza uwo muntu imukuramwo igufa rimwe rudende mu rubavu ica imuremeramwo umufasha baberanye.<br \/>\nAbakora benayo amasezerano yo kwubaka babanza gucagura umufasha baberanye hanyuma bakaja gusezerana.<\/p>\n<p>Harutubazo umuntu wese yokwibaza, arya masezerano benshi boba bayigishwa? Hoho baratahura ivyanditse? Ama sentare yuzuye Imanza z &#8216;abashaka kwahukana.<br \/>\nKo duheza kuvuga ko (urupfu rwonyene arirwo ruzodutandukanya) niyihe mvo iyindi yihinduye urupfu?<br \/>\nMu ma manza arunze muri sentare, ukurenga ibigo ni kimwe mu mvo zigaruka cane zituma ingo zisambuka. Aha rero twagomba gukebura uwo muntu\u00a0 wese\u00a0 utuma abubakanye basambura ko yoguma azirikana ko ariko araruhama .<\/p>\n<p>Hari abafise ingwara y&#8217;ukwifuza ivy&#8217;abandi, ugasanga iyo umuntu akiri umusore canke inkumi ntibamurondera yamara babonye yubatse bagatangura kumiramitwa, kugirango gusa bamukureko agahuzu , bwaba mu buryo bw&#8217;impwemu eka no mu buryo bw&#8217;umubiri nyene.<\/p>\n<p>Na narirya rero , ubwenge bw&#8217;umuntu bwibagira ni ngoga, abahinga barahanura ko abubatse boheza bakaza barasubiramwo\u00a0 indagano zabo uko bukeye uko bwije, maze gutyo umwe wese yamane na ntaryo ko urugo arimwo arurimwo kubera ivyo yaranganiye uwo babanye, Imana hamwe n&#8217;abantu.<\/p>\n<p>Tora akenge wanke kuba umuja w&#8217;umubiri. Nyabuna ube uw&#8217;impwemu kuko ejo umubiri ukakuvako, muri Sentari z&#8217;impwemu iyo uzoba uri, ivyo ugira winyegeje uwu musi nivyo nyene bizokwenyegeza kurya kw&#8217;inkwi mu muriro. Nta na kimwe gihishijwe mu buryo bw&#8217;impwemu!<\/p>\n<p>&nbsp;<\/p>\n","protected":false},"excerpt":{"rendered":"<p>Muri bino bihe tugezemwo akaranga k&#8217; ingo nyishi karatitutse cane gushikahokurenga ibigo bisigaye bimeze nk&#8217;ibikino vy&#8217;ama reresi(cinema) canke urwenya(Comedy ) &#8220;Ukwubaka si ukujandajanda&#8221; Ibanga ryo kwubaka n&#8217;ibanga rihambaye cane kandi nico gituma abana babantu baciye bashiraho amasezerano yo kwubaka maze banayegerekako indahiro. Uwu musi ndashaka tuganire ku ndagano zikorwa hagati y&#8217;abubakana haba kwubako Rukristu canke [&hellip;]<\/p>\n","protected":false},"author":6,"featured_media":16407,"comment_status":"closed","ping_status":"open","sticky":false,"template":"","format":"standard","meta":{"_bbp_topic_count":0,"_bbp_reply_count":0,"_bbp_total_topic_count":0,"_bbp_total_reply_count":0,"_bbp_voice_count":0,"_bbp_anonymous_reply_count":0,"_bbp_topic_count_hidden":0,"_bbp_reply_count_hidden":0,"_bbp_forum_subforum_count":0,"footnotes":""},"categories":[518,521,1,523],"tags":[],"class_list":["post-16406","post","type-post","status-publish","format-standard","has-post-thumbnail","hentry","category-burundi","category-spirituality-and-progress","category-uncategorized","category-youth"],"yoast_head":"<!-- This site is optimized with the Yoast SEO plugin v21.3 - https:\/\/yoast.com\/wordpress\/plugins\/seo\/ -->\n<title>Ivyo ukora winyegeje ni vyo bizokwegenyeza. - Indundi Culture | Magazine<\/title>\n<meta name=\"robots\" content=\"index, follow, max-snippet:-1, max-image-preview:large, max-video-preview:-1\" \/>\n<link rel=\"canonical\" href=\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wa-muntu-uca-inyuma-umwe-mu-bubakanye-uri-urupfu\/\" \/>\n<meta property=\"og:locale\" content=\"en_US\" \/>\n<meta property=\"og:type\" content=\"article\" \/>\n<meta property=\"og:title\" content=\"Ivyo ukora winyegeje ni vyo bizokwegenyeza. - Indundi Culture | Magazine\" \/>\n<meta property=\"og:description\" content=\"Muri bino bihe tugezemwo akaranga k&#8217; ingo nyishi karatitutse cane gushikahokurenga ibigo bisigaye bimeze nk&#8217;ibikino vy&#8217;ama reresi(cinema) canke urwenya(Comedy ) &#8220;Ukwubaka si ukujandajanda&#8221; Ibanga ryo kwubaka n&#8217;ibanga rihambaye cane kandi nico gituma abana babantu baciye bashiraho amasezerano yo kwubaka maze banayegerekako indahiro. Uwu musi ndashaka tuganire ku ndagano zikorwa hagati y&#8217;abubakana haba kwubako Rukristu canke [&hellip;]\" \/>\n<meta property=\"og:url\" content=\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wa-muntu-uca-inyuma-umwe-mu-bubakanye-uri-urupfu\/\" \/>\n<meta property=\"og:site_name\" content=\"Indundi Culture | Magazine\" \/>\n<meta property=\"article:published_time\" content=\"2020-05-19T15:00:53+00:00\" \/>\n<meta property=\"article:modified_time\" content=\"2020-05-20T07:23:54+00:00\" \/>\n<meta name=\"author\" content=\"gibbon\" \/>\n<meta name=\"twitter:card\" content=\"summary_large_image\" \/>\n<meta name=\"twitter:label1\" content=\"Written by\" \/>\n\t<meta name=\"twitter:data1\" content=\"gibbon\" \/>\n\t<meta name=\"twitter:label2\" content=\"Est. reading time\" \/>\n\t<meta name=\"twitter:data2\" content=\"2 minutes\" \/>\n<script type=\"application\/ld+json\" class=\"yoast-schema-graph\">{\"@context\":\"https:\/\/schema.org\",\"@graph\":[{\"@type\":\"WebPage\",\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wa-muntu-uca-inyuma-umwe-mu-bubakanye-uri-urupfu\/\",\"url\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wa-muntu-uca-inyuma-umwe-mu-bubakanye-uri-urupfu\/\",\"name\":\"Ivyo ukora winyegeje ni vyo bizokwegenyeza. - Indundi Culture | Magazine\",\"isPartOf\":{\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#website\"},\"datePublished\":\"2020-05-19T15:00:53+00:00\",\"dateModified\":\"2020-05-20T07:23:54+00:00\",\"author\":{\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#\/schema\/person\/aceac5d93a544a4e524c7a53ed55302f\"},\"breadcrumb\":{\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wa-muntu-uca-inyuma-umwe-mu-bubakanye-uri-urupfu\/#breadcrumb\"},\"inLanguage\":\"en-US\",\"potentialAction\":[{\"@type\":\"ReadAction\",\"target\":[\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wa-muntu-uca-inyuma-umwe-mu-bubakanye-uri-urupfu\/\"]}]},{\"@type\":\"BreadcrumbList\",\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wa-muntu-uca-inyuma-umwe-mu-bubakanye-uri-urupfu\/#breadcrumb\",\"itemListElement\":[{\"@type\":\"ListItem\",\"position\":1,\"name\":\"Home\",\"item\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/\"},{\"@type\":\"ListItem\",\"position\":2,\"name\":\"Ivyo ukora winyegeje ni vyo bizokwegenyeza.\"}]},{\"@type\":\"WebSite\",\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#website\",\"url\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/\",\"name\":\"Indundi Culture | Magazine\",\"description\":\"Burundi Entertainment\",\"potentialAction\":[{\"@type\":\"SearchAction\",\"target\":{\"@type\":\"EntryPoint\",\"urlTemplate\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/?s={search_term_string}\"},\"query-input\":\"required name=search_term_string\"}],\"inLanguage\":\"en-US\"},{\"@type\":\"Person\",\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#\/schema\/person\/aceac5d93a544a4e524c7a53ed55302f\",\"name\":\"gibbon\",\"image\":{\"@type\":\"ImageObject\",\"inLanguage\":\"en-US\",\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#\/schema\/person\/image\/\",\"url\":\"\/\/www.gravatar.com\/avatar\/25fe31847a07cf89dbaf6fbd64e96ff9?s=96&#038;r=g&#038;d=mm\",\"contentUrl\":\"\/\/www.gravatar.com\/avatar\/25fe31847a07cf89dbaf6fbd64e96ff9?s=96&#038;r=g&#038;d=mm\",\"caption\":\"gibbon\"},\"url\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/members\/gibbon\/\"}]}<\/script>\n<!-- \/ Yoast SEO plugin. -->","yoast_head_json":{"title":"Ivyo ukora winyegeje ni vyo bizokwegenyeza. - Indundi Culture | Magazine","robots":{"index":"index","follow":"follow","max-snippet":"max-snippet:-1","max-image-preview":"max-image-preview:large","max-video-preview":"max-video-preview:-1"},"canonical":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wa-muntu-uca-inyuma-umwe-mu-bubakanye-uri-urupfu\/","og_locale":"en_US","og_type":"article","og_title":"Ivyo ukora winyegeje ni vyo bizokwegenyeza. - Indundi Culture | Magazine","og_description":"Muri bino bihe tugezemwo akaranga k&#8217; ingo nyishi karatitutse cane gushikahokurenga ibigo bisigaye bimeze nk&#8217;ibikino vy&#8217;ama reresi(cinema) canke urwenya(Comedy ) &#8220;Ukwubaka si ukujandajanda&#8221; Ibanga ryo kwubaka n&#8217;ibanga rihambaye cane kandi nico gituma abana babantu baciye bashiraho amasezerano yo kwubaka maze banayegerekako indahiro. Uwu musi ndashaka tuganire ku ndagano zikorwa hagati y&#8217;abubakana haba kwubako Rukristu canke [&hellip;]","og_url":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wa-muntu-uca-inyuma-umwe-mu-bubakanye-uri-urupfu\/","og_site_name":"Indundi Culture | Magazine","article_published_time":"2020-05-19T15:00:53+00:00","article_modified_time":"2020-05-20T07:23:54+00:00","author":"gibbon","twitter_card":"summary_large_image","twitter_misc":{"Written by":"gibbon","Est. reading time":"2 minutes"},"schema":{"@context":"https:\/\/schema.org","@graph":[{"@type":"WebPage","@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wa-muntu-uca-inyuma-umwe-mu-bubakanye-uri-urupfu\/","url":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wa-muntu-uca-inyuma-umwe-mu-bubakanye-uri-urupfu\/","name":"Ivyo ukora winyegeje ni vyo bizokwegenyeza. - Indundi Culture | Magazine","isPartOf":{"@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#website"},"datePublished":"2020-05-19T15:00:53+00:00","dateModified":"2020-05-20T07:23:54+00:00","author":{"@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#\/schema\/person\/aceac5d93a544a4e524c7a53ed55302f"},"breadcrumb":{"@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wa-muntu-uca-inyuma-umwe-mu-bubakanye-uri-urupfu\/#breadcrumb"},"inLanguage":"en-US","potentialAction":[{"@type":"ReadAction","target":["https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wa-muntu-uca-inyuma-umwe-mu-bubakanye-uri-urupfu\/"]}]},{"@type":"BreadcrumbList","@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wa-muntu-uca-inyuma-umwe-mu-bubakanye-uri-urupfu\/#breadcrumb","itemListElement":[{"@type":"ListItem","position":1,"name":"Home","item":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/"},{"@type":"ListItem","position":2,"name":"Ivyo ukora winyegeje ni vyo bizokwegenyeza."}]},{"@type":"WebSite","@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#website","url":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/","name":"Indundi Culture | Magazine","description":"Burundi Entertainment","potentialAction":[{"@type":"SearchAction","target":{"@type":"EntryPoint","urlTemplate":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/?s={search_term_string}"},"query-input":"required name=search_term_string"}],"inLanguage":"en-US"},{"@type":"Person","@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#\/schema\/person\/aceac5d93a544a4e524c7a53ed55302f","name":"gibbon","image":{"@type":"ImageObject","inLanguage":"en-US","@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#\/schema\/person\/image\/","url":"\/\/www.gravatar.com\/avatar\/25fe31847a07cf89dbaf6fbd64e96ff9?s=96&#038;r=g&#038;d=mm","contentUrl":"\/\/www.gravatar.com\/avatar\/25fe31847a07cf89dbaf6fbd64e96ff9?s=96&#038;r=g&#038;d=mm","caption":"gibbon"},"url":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/members\/gibbon\/"}]}},"_links":{"self":[{"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/posts\/16406","targetHints":{"allow":["GET"]}}],"collection":[{"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/posts"}],"about":[{"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/types\/post"}],"author":[{"embeddable":true,"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/users\/6"}],"replies":[{"embeddable":true,"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/comments?post=16406"}],"version-history":[{"count":3,"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/posts\/16406\/revisions"}],"predecessor-version":[{"id":16435,"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/posts\/16406\/revisions\/16435"}],"wp:featuredmedia":[{"embeddable":true,"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/media\/16407"}],"wp:attachment":[{"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/media?parent=16406"}],"wp:term":[{"taxonomy":"category","embeddable":true,"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/categories?post=16406"},{"taxonomy":"post_tag","embeddable":true,"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/tags?post=16406"}],"curies":[{"name":"wp","href":"https:\/\/api.w.org\/{rel}","templated":true}]}}