{"id":16425,"date":"2020-05-20T07:30:43","date_gmt":"2020-05-20T07:30:43","guid":{"rendered":"https:\/\/indundi.com\/?p=16425"},"modified":"2020-05-20T07:30:43","modified_gmt":"2020-05-20T07:30:43","slug":"amafaranga-babijoux-bonfils-yinjiza-mu-muziki-ayafashisha-impfuvyi","status":"publish","type":"post","link":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/amafaranga-babijoux-bonfils-yinjiza-mu-muziki-ayafashisha-impfuvyi\/","title":{"rendered":"Amafaranga Babijoux Bonfils yinjiza mu muziki ayafashisha impfuvyi"},"content":{"rendered":"<p><img loading=\"lazy\" decoding=\"async\" class=\"alignnone size-medium wp-image-16427\" src=\"https:\/\/indundi.com\/wp-content\/uploads\/2020\/05\/Screenshot_20200520-044908-300x150.png\" alt=\"\" width=\"300\" height=\"150\" \/><\/p>\n<p><strong><em>Umuririmvyi benshi bazi nka Babijoux Bonfils avuga ko yashimye gufasha abana kuko nawe asanzwe azi uburyo ubuzima buryana, niko gushinga ishirahamwe Hope for Brighter Days ryamuka kuryo yashinze muri Kenya.<\/em><\/strong><\/p>\n<p>Mu kiganiro na kimwe mu binyamakuru vya hano iwacu, uwo muririmvyi asanzwe akorera ibikorwa vyiwe mu gihugu ca Kenya, yamenyesheje ko gushika ubu ishirahamwe Hope for Brighter Days rifasha abana bashika ku 50 hano iwacu.<\/p>\n<p>Nayo impamvu zamuteye gushinga iryo shirahamwe, Babijoux yabwiye Akeza ko yakuriye mu buzima bubi. Igituma ngo nuko nawe yabuze se akiri muto, noneho arererwa kwa inakuru ngo yamukunda cane. Ariko ico nticabujije ko yaja kw\u2019ishure n\u2019ibirenge, kandi ngo n\u2019impuzu ntizari umurengera. Muri ivyo bihe bitari bimworoheye, ngo vyarashika yaho avuye kw\u2019ishure yaraba kubera inzara.<\/p>\n<p>Uwo musore yize mu gihugu ca Israel I Tel Aviv, inyuma yaho ku myaka 18 asuhukiye mu gihugu ca Kenya, ngo iciyumviro co gushinga iryo shirahamwe caje mu mwaka wa 2016. Imvo n\u2019imvano ngo n\u2019urupfu rw\u2019umuvyeyi yarasanzwe ashigikira mu buzima busanzwe, noneho amusaba ubufashwa bwo kuja kurondera akazi inyuma y\u2019igihugu, ariko birangira yitavye Imana.<\/p>\n<p>Inyuma y\u2019urwo rupfu ngo yaje I Bujumbura abona abana barasanzaye agerageza kubegeranya, noneho abasigira ibizobatunga ikiringo c\u2019ukwezi, ariko ngo ntivyabashikanye ico gihe kuko inyuma y\u2019indwi 2 gusa, yahavuye ahamagarwa amenyeshwa ko ibifungurwa vyaheze kandi hari n\u2019izindi mpfuvyi zikene ubufasha. Niko guca ashinga ishirahamwe ryabo, ariko abanje guhanurwa na zimwe mu ncuti ziwe.<\/p>\n<p>Uwo muririmvyi yamenyesheje\u00a0 uburyo ukuririmba bijana n\u2019ico gikorwa c\u2019ugufasha impfuvyi, avuga ko ijambo ry\u2019Imana muri bibiliya rimubwira ko idini nyakuri ari ugufasha impfuvyi n\u2019abapfakazi. Arico gituma yashimye kurondera amahera akoresheje umuziki noneho akayafashisha abo bana.<\/p>\n<p>Mwomenya ko uwo muririmvyi asanzwe akorera mu nzu y\u2019ubuhinyanyuzi mu gihugu ca Kenya yitwa Kilimani Studio. Akaba yandika indirimbo kandi akaba umuhinyuzi muri iyo nzu nyene.<\/p>\n","protected":false},"excerpt":{"rendered":"<p>Umuririmvyi benshi bazi nka Babijoux Bonfils avuga ko yashimye gufasha abana kuko nawe asanzwe azi uburyo ubuzima buryana, niko gushinga ishirahamwe Hope for Brighter Days ryamuka kuryo yashinze muri Kenya. Mu kiganiro na kimwe mu binyamakuru vya hano iwacu, uwo muririmvyi asanzwe akorera ibikorwa vyiwe mu gihugu ca Kenya, yamenyesheje ko gushika ubu ishirahamwe Hope [&hellip;]<\/p>\n","protected":false},"author":3,"featured_media":16427,"comment_status":"closed","ping_status":"open","sticky":false,"template":"","format":"standard","meta":{"_bbp_topic_count":0,"_bbp_reply_count":0,"_bbp_total_topic_count":0,"_bbp_total_reply_count":0,"_bbp_voice_count":0,"_bbp_anonymous_reply_count":0,"_bbp_topic_count_hidden":0,"_bbp_reply_count_hidden":0,"_bbp_forum_subforum_count":0,"footnotes":""},"categories":[518,603,526,605,515,519,516],"tags":[],"class_list":["post-16425","post","type-post","status-publish","format-standard","has-post-thumbnail","hentry","category-burundi","category-burundi-gospel","category-news-burundi","category-gospel","category-homepage","category-kirundi","category-music-news"],"yoast_head":"<!-- This site is optimized with the Yoast SEO plugin v21.3 - https:\/\/yoast.com\/wordpress\/plugins\/seo\/ -->\n<title>Amafaranga Babijoux Bonfils yinjiza mu muziki ayafashisha impfuvyi - Indundi Culture | Magazine<\/title>\n<meta name=\"robots\" content=\"index, follow, max-snippet:-1, max-image-preview:large, max-video-preview:-1\" \/>\n<link rel=\"canonical\" href=\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/amafaranga-babijoux-bonfils-yinjiza-mu-muziki-ayafashisha-impfuvyi\/\" \/>\n<meta property=\"og:locale\" content=\"en_US\" \/>\n<meta property=\"og:type\" content=\"article\" \/>\n<meta property=\"og:title\" content=\"Amafaranga Babijoux Bonfils yinjiza mu muziki ayafashisha impfuvyi - Indundi Culture | Magazine\" \/>\n<meta property=\"og:description\" content=\"Umuririmvyi benshi bazi nka Babijoux Bonfils avuga ko yashimye gufasha abana kuko nawe asanzwe azi uburyo ubuzima buryana, niko gushinga ishirahamwe Hope for Brighter Days ryamuka kuryo yashinze muri Kenya. Mu kiganiro na kimwe mu binyamakuru vya hano iwacu, uwo muririmvyi asanzwe akorera ibikorwa vyiwe mu gihugu ca Kenya, yamenyesheje ko gushika ubu ishirahamwe Hope [&hellip;]\" \/>\n<meta property=\"og:url\" content=\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/amafaranga-babijoux-bonfils-yinjiza-mu-muziki-ayafashisha-impfuvyi\/\" \/>\n<meta property=\"og:site_name\" content=\"Indundi Culture | Magazine\" \/>\n<meta property=\"article:published_time\" content=\"2020-05-20T07:30:43+00:00\" \/>\n<meta name=\"author\" content=\"yanick\" \/>\n<meta name=\"twitter:card\" content=\"summary_large_image\" \/>\n<meta name=\"twitter:label1\" content=\"Written by\" \/>\n\t<meta name=\"twitter:data1\" content=\"yanick\" \/>\n\t<meta name=\"twitter:label2\" content=\"Est. reading time\" \/>\n\t<meta name=\"twitter:data2\" content=\"1 minute\" \/>\n<script type=\"application\/ld+json\" class=\"yoast-schema-graph\">{\"@context\":\"https:\/\/schema.org\",\"@graph\":[{\"@type\":\"WebPage\",\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/amafaranga-babijoux-bonfils-yinjiza-mu-muziki-ayafashisha-impfuvyi\/\",\"url\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/amafaranga-babijoux-bonfils-yinjiza-mu-muziki-ayafashisha-impfuvyi\/\",\"name\":\"Amafaranga Babijoux Bonfils yinjiza mu muziki ayafashisha impfuvyi - Indundi Culture | Magazine\",\"isPartOf\":{\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#website\"},\"datePublished\":\"2020-05-20T07:30:43+00:00\",\"dateModified\":\"2020-05-20T07:30:43+00:00\",\"author\":{\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#\/schema\/person\/8b60fb7f0669c0da6211620297ad2021\"},\"breadcrumb\":{\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/amafaranga-babijoux-bonfils-yinjiza-mu-muziki-ayafashisha-impfuvyi\/#breadcrumb\"},\"inLanguage\":\"en-US\",\"potentialAction\":[{\"@type\":\"ReadAction\",\"target\":[\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/amafaranga-babijoux-bonfils-yinjiza-mu-muziki-ayafashisha-impfuvyi\/\"]}]},{\"@type\":\"BreadcrumbList\",\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/amafaranga-babijoux-bonfils-yinjiza-mu-muziki-ayafashisha-impfuvyi\/#breadcrumb\",\"itemListElement\":[{\"@type\":\"ListItem\",\"position\":1,\"name\":\"Home\",\"item\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/\"},{\"@type\":\"ListItem\",\"position\":2,\"name\":\"Amafaranga Babijoux Bonfils yinjiza mu muziki ayafashisha impfuvyi\"}]},{\"@type\":\"WebSite\",\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#website\",\"url\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/\",\"name\":\"Indundi Culture | Magazine\",\"description\":\"Burundi Entertainment\",\"potentialAction\":[{\"@type\":\"SearchAction\",\"target\":{\"@type\":\"EntryPoint\",\"urlTemplate\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/?s={search_term_string}\"},\"query-input\":\"required name=search_term_string\"}],\"inLanguage\":\"en-US\"},{\"@type\":\"Person\",\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#\/schema\/person\/8b60fb7f0669c0da6211620297ad2021\",\"name\":\"yanick\",\"image\":{\"@type\":\"ImageObject\",\"inLanguage\":\"en-US\",\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#\/schema\/person\/image\/\",\"url\":\"\/\/www.gravatar.com\/avatar\/3f9e37cb1a7115ab1fd67c8044b25dc8?s=96&#038;r=g&#038;d=mm\",\"contentUrl\":\"\/\/www.gravatar.com\/avatar\/3f9e37cb1a7115ab1fd67c8044b25dc8?s=96&#038;r=g&#038;d=mm\",\"caption\":\"yanick\"},\"url\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/members\/yanick\/\"}]}<\/script>\n<!-- \/ Yoast SEO plugin. -->","yoast_head_json":{"title":"Amafaranga Babijoux Bonfils yinjiza mu muziki ayafashisha impfuvyi - Indundi Culture | Magazine","robots":{"index":"index","follow":"follow","max-snippet":"max-snippet:-1","max-image-preview":"max-image-preview:large","max-video-preview":"max-video-preview:-1"},"canonical":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/amafaranga-babijoux-bonfils-yinjiza-mu-muziki-ayafashisha-impfuvyi\/","og_locale":"en_US","og_type":"article","og_title":"Amafaranga Babijoux Bonfils yinjiza mu muziki ayafashisha impfuvyi - Indundi Culture | Magazine","og_description":"Umuririmvyi benshi bazi nka Babijoux Bonfils avuga ko yashimye gufasha abana kuko nawe asanzwe azi uburyo ubuzima buryana, niko gushinga ishirahamwe Hope for Brighter Days ryamuka kuryo yashinze muri Kenya. Mu kiganiro na kimwe mu binyamakuru vya hano iwacu, uwo muririmvyi asanzwe akorera ibikorwa vyiwe mu gihugu ca Kenya, yamenyesheje ko gushika ubu ishirahamwe Hope [&hellip;]","og_url":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/amafaranga-babijoux-bonfils-yinjiza-mu-muziki-ayafashisha-impfuvyi\/","og_site_name":"Indundi Culture | Magazine","article_published_time":"2020-05-20T07:30:43+00:00","author":"yanick","twitter_card":"summary_large_image","twitter_misc":{"Written by":"yanick","Est. reading time":"1 minute"},"schema":{"@context":"https:\/\/schema.org","@graph":[{"@type":"WebPage","@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/amafaranga-babijoux-bonfils-yinjiza-mu-muziki-ayafashisha-impfuvyi\/","url":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/amafaranga-babijoux-bonfils-yinjiza-mu-muziki-ayafashisha-impfuvyi\/","name":"Amafaranga Babijoux Bonfils yinjiza mu muziki ayafashisha impfuvyi - Indundi Culture | Magazine","isPartOf":{"@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#website"},"datePublished":"2020-05-20T07:30:43+00:00","dateModified":"2020-05-20T07:30:43+00:00","author":{"@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#\/schema\/person\/8b60fb7f0669c0da6211620297ad2021"},"breadcrumb":{"@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/amafaranga-babijoux-bonfils-yinjiza-mu-muziki-ayafashisha-impfuvyi\/#breadcrumb"},"inLanguage":"en-US","potentialAction":[{"@type":"ReadAction","target":["https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/amafaranga-babijoux-bonfils-yinjiza-mu-muziki-ayafashisha-impfuvyi\/"]}]},{"@type":"BreadcrumbList","@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/amafaranga-babijoux-bonfils-yinjiza-mu-muziki-ayafashisha-impfuvyi\/#breadcrumb","itemListElement":[{"@type":"ListItem","position":1,"name":"Home","item":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/"},{"@type":"ListItem","position":2,"name":"Amafaranga Babijoux Bonfils yinjiza mu muziki ayafashisha impfuvyi"}]},{"@type":"WebSite","@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#website","url":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/","name":"Indundi Culture | Magazine","description":"Burundi Entertainment","potentialAction":[{"@type":"SearchAction","target":{"@type":"EntryPoint","urlTemplate":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/?s={search_term_string}"},"query-input":"required name=search_term_string"}],"inLanguage":"en-US"},{"@type":"Person","@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#\/schema\/person\/8b60fb7f0669c0da6211620297ad2021","name":"yanick","image":{"@type":"ImageObject","inLanguage":"en-US","@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#\/schema\/person\/image\/","url":"\/\/www.gravatar.com\/avatar\/3f9e37cb1a7115ab1fd67c8044b25dc8?s=96&#038;r=g&#038;d=mm","contentUrl":"\/\/www.gravatar.com\/avatar\/3f9e37cb1a7115ab1fd67c8044b25dc8?s=96&#038;r=g&#038;d=mm","caption":"yanick"},"url":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/members\/yanick\/"}]}},"_links":{"self":[{"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/posts\/16425","targetHints":{"allow":["GET"]}}],"collection":[{"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/posts"}],"about":[{"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/types\/post"}],"author":[{"embeddable":true,"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/users\/3"}],"replies":[{"embeddable":true,"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/comments?post=16425"}],"version-history":[{"count":4,"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/posts\/16425\/revisions"}],"predecessor-version":[{"id":16437,"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/posts\/16425\/revisions\/16437"}],"wp:featuredmedia":[{"embeddable":true,"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/media\/16427"}],"wp:attachment":[{"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/media?parent=16425"}],"wp:term":[{"taxonomy":"category","embeddable":true,"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/categories?post=16425"},{"taxonomy":"post_tag","embeddable":true,"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/tags?post=16425"}],"curies":[{"name":"wp","href":"https:\/\/api.w.org\/{rel}","templated":true}]}}