{"id":16956,"date":"2020-06-01T17:44:05","date_gmt":"2020-06-01T17:44:05","guid":{"rendered":"https:\/\/indundi.com\/?p=16956"},"modified":"2020-06-01T17:44:05","modified_gmt":"2020-06-01T17:44:05","slug":"b-face-abategetsi-nabamenyeshamakuru-nibo-bakwiye-guhimiriza-abanyagihugu-mu-gukunda-ivyacu","status":"publish","type":"post","link":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/b-face-abategetsi-nabamenyeshamakuru-nibo-bakwiye-guhimiriza-abanyagihugu-mu-gukunda-ivyacu\/","title":{"rendered":"B-Face: Abategetsi n\u2019abamenyeshamakuru nibo bakwiye guhimiriza abanyagihugu mu gukunda ivyacu"},"content":{"rendered":"<p style=\"text-align: justify;\"><img loading=\"lazy\" decoding=\"async\" class=\"alignnone wp-image-16957 size-full\" src=\"https:\/\/indundi.com\/wp-content\/uploads\/2020\/06\/b-facebb.jpg\" alt=\"\" width=\"960\" height=\"960\" \/><\/p>\n<p style=\"text-align: justify;\"><strong><em>B-Face asaba abategetse ko boshiraho itegeko ryo kuvuza umuziki w\u2019iwacu kubice mirongo umunani kw\u2019ijana (80%) mu bibanza nka vyose nacane cane ibikunda gushikiramwo abantu bava hanze y\u2019igihugu ndetse nahahurira abantu benshi.<\/em><\/strong><\/p>\n<p style=\"text-align: justify;\">Mu kiganiro yahaye Indundi TV umuririmvyi B-Face aragira inama abamenyeshamakuru bakora ibiganiro vy\u2019umuziki ko bokunda ivyabo gusumba ivyabandi akagirako anasaba abakuru basazwe badutwara ko hojaho itegeko mubibaza bitandukanye nko mubunyero, ubutambiro, mu bibanza bishikiramwo abantu baba bavuye hanze y\u2019igihugu canke aho hose hashobora guhurira abantu benshi hose ivyacu bikaza imbere ivyabandi inyuma twotera intambwe ngo nakare iyo umuntu ashaka gukubura ahera munzu kandi ngo niyo umushitsi aje ashikira muri salon ntabwo ashikira mu cumba.<\/p>\n<p style=\"text-align: justify;\">Rero ngo abarundi turengere ivyodupfa maze dukunde ivyacu ninavyo vyofasha umuziki ushika kurundi rwego ndetse muri rusangi n\u2019ubuzima bw\u2019igihugo bwose.<\/p>\n<p style=\"text-align: justify;\">Ikindi nuko mubintu bituma abarundi badakunda imiziki yabo ngo ni abamenyeshamakuru babigiramwo uruhara runini iyobari kuma Radio basazwe bakorera bari bakwiye gufasha guhimiriza cane ivyacu imbere nkuko n\u2019ababumviriza ngo harigihe bagendera kuvyo bumvise bababwira aha agatanga akarorero ko kwi radio ukumva indirimbo ngo imeze nabi bavuga utunenge tuyirimwo ata n\u2019umuziki bazi ariko iyo umunyamahanga ukumva ngo ninziza ngo irarenze.<\/p>\n<p style=\"text-align: justify;\">B Face aragaruka akerekana akababaro kubona nk\u2019indirimbo ihayagiza ikindi gihugu iriko ica kwiradiyo nkuru y\u2019igihugu Rtnb ihayagiza ikindi gihugu agatanga akarorero k\u2019ururirimbo Kigoma yo muri Tanzaniya kandi hari izindi zihayagiza Uburundi nyinshi ntizinavuzwe ngo nahacu kwikebuka tukikubita agashi tukibuka ibizotuma dutera imbere ko ari ugukunda ivyacu tukanabishira imbere.<\/p>\n<p style=\"text-align: justify;\">Mwomenya ko ubu uwo muririmvyi asanzwe afise impuzu zitandukanye hamwe n\u2019inkofero ariko aragurisha zisazwe ziriko izina ryiwe.<\/p>\n","protected":false},"excerpt":{"rendered":"<p>B-Face asaba abategetse ko boshiraho itegeko ryo kuvuza umuziki w\u2019iwacu kubice mirongo umunani kw\u2019ijana (80%) mu bibanza nka vyose nacane cane ibikunda gushikiramwo abantu bava hanze y\u2019igihugu ndetse nahahurira abantu benshi. Mu kiganiro yahaye Indundi TV umuririmvyi B-Face aragira inama abamenyeshamakuru bakora ibiganiro vy\u2019umuziki ko bokunda ivyabo gusumba ivyabandi akagirako anasaba abakuru basazwe badutwara ko [&hellip;]<\/p>\n","protected":false},"author":7,"featured_media":16957,"comment_status":"closed","ping_status":"open","sticky":false,"template":"","format":"standard","meta":{"_bbp_topic_count":0,"_bbp_reply_count":0,"_bbp_total_topic_count":0,"_bbp_total_reply_count":0,"_bbp_voice_count":0,"_bbp_anonymous_reply_count":0,"_bbp_topic_count_hidden":0,"_bbp_reply_count_hidden":0,"_bbp_forum_subforum_count":0,"footnotes":""},"categories":[526,515,519,516],"tags":[],"class_list":["post-16956","post","type-post","status-publish","format-standard","has-post-thumbnail","hentry","category-news-burundi","category-homepage","category-kirundi","category-music-news"],"yoast_head":"<!-- This site is optimized with the Yoast SEO plugin v21.3 - https:\/\/yoast.com\/wordpress\/plugins\/seo\/ -->\n<title>B-Face: Abategetsi n\u2019abamenyeshamakuru nibo bakwiye guhimiriza abanyagihugu mu gukunda ivyacu - Indundi Culture | Magazine<\/title>\n<meta name=\"robots\" content=\"index, follow, max-snippet:-1, max-image-preview:large, max-video-preview:-1\" \/>\n<link rel=\"canonical\" href=\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/b-face-abategetsi-nabamenyeshamakuru-nibo-bakwiye-guhimiriza-abanyagihugu-mu-gukunda-ivyacu\/\" \/>\n<meta property=\"og:locale\" content=\"en_US\" \/>\n<meta property=\"og:type\" content=\"article\" \/>\n<meta property=\"og:title\" content=\"B-Face: Abategetsi n\u2019abamenyeshamakuru nibo bakwiye guhimiriza abanyagihugu mu gukunda ivyacu - Indundi Culture | Magazine\" \/>\n<meta property=\"og:description\" content=\"B-Face asaba abategetse ko boshiraho itegeko ryo kuvuza umuziki w\u2019iwacu kubice mirongo umunani kw\u2019ijana (80%) mu bibanza nka vyose nacane cane ibikunda gushikiramwo abantu bava hanze y\u2019igihugu ndetse nahahurira abantu benshi. Mu kiganiro yahaye Indundi TV umuririmvyi B-Face aragira inama abamenyeshamakuru bakora ibiganiro vy\u2019umuziki ko bokunda ivyabo gusumba ivyabandi akagirako anasaba abakuru basazwe badutwara ko [&hellip;]\" \/>\n<meta property=\"og:url\" content=\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/b-face-abategetsi-nabamenyeshamakuru-nibo-bakwiye-guhimiriza-abanyagihugu-mu-gukunda-ivyacu\/\" \/>\n<meta property=\"og:site_name\" content=\"Indundi Culture | Magazine\" \/>\n<meta property=\"article:published_time\" content=\"2020-06-01T17:44:05+00:00\" \/>\n<meta name=\"author\" content=\"epimac\" \/>\n<meta name=\"twitter:card\" content=\"summary_large_image\" \/>\n<meta name=\"twitter:label1\" content=\"Written by\" \/>\n\t<meta name=\"twitter:data1\" content=\"epimac\" \/>\n\t<meta name=\"twitter:label2\" content=\"Est. reading time\" \/>\n\t<meta name=\"twitter:data2\" content=\"1 minute\" \/>\n<script type=\"application\/ld+json\" class=\"yoast-schema-graph\">{\"@context\":\"https:\/\/schema.org\",\"@graph\":[{\"@type\":\"WebPage\",\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/b-face-abategetsi-nabamenyeshamakuru-nibo-bakwiye-guhimiriza-abanyagihugu-mu-gukunda-ivyacu\/\",\"url\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/b-face-abategetsi-nabamenyeshamakuru-nibo-bakwiye-guhimiriza-abanyagihugu-mu-gukunda-ivyacu\/\",\"name\":\"B-Face: Abategetsi n\u2019abamenyeshamakuru nibo bakwiye guhimiriza abanyagihugu mu gukunda ivyacu - Indundi Culture | Magazine\",\"isPartOf\":{\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#website\"},\"datePublished\":\"2020-06-01T17:44:05+00:00\",\"dateModified\":\"2020-06-01T17:44:05+00:00\",\"author\":{\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#\/schema\/person\/1a3d6b4bcba08bbf96beed73eda127a2\"},\"breadcrumb\":{\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/b-face-abategetsi-nabamenyeshamakuru-nibo-bakwiye-guhimiriza-abanyagihugu-mu-gukunda-ivyacu\/#breadcrumb\"},\"inLanguage\":\"en-US\",\"potentialAction\":[{\"@type\":\"ReadAction\",\"target\":[\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/b-face-abategetsi-nabamenyeshamakuru-nibo-bakwiye-guhimiriza-abanyagihugu-mu-gukunda-ivyacu\/\"]}]},{\"@type\":\"BreadcrumbList\",\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/b-face-abategetsi-nabamenyeshamakuru-nibo-bakwiye-guhimiriza-abanyagihugu-mu-gukunda-ivyacu\/#breadcrumb\",\"itemListElement\":[{\"@type\":\"ListItem\",\"position\":1,\"name\":\"Home\",\"item\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/\"},{\"@type\":\"ListItem\",\"position\":2,\"name\":\"B-Face: Abategetsi n\u2019abamenyeshamakuru nibo bakwiye guhimiriza abanyagihugu mu gukunda ivyacu\"}]},{\"@type\":\"WebSite\",\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#website\",\"url\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/\",\"name\":\"Indundi Culture | Magazine\",\"description\":\"Burundi Entertainment\",\"potentialAction\":[{\"@type\":\"SearchAction\",\"target\":{\"@type\":\"EntryPoint\",\"urlTemplate\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/?s={search_term_string}\"},\"query-input\":\"required name=search_term_string\"}],\"inLanguage\":\"en-US\"},{\"@type\":\"Person\",\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#\/schema\/person\/1a3d6b4bcba08bbf96beed73eda127a2\",\"name\":\"epimac\",\"image\":{\"@type\":\"ImageObject\",\"inLanguage\":\"en-US\",\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#\/schema\/person\/image\/\",\"url\":\"\/\/www.gravatar.com\/avatar\/42baa2eb53ca9f23b7d65426b2551356?s=96&#038;r=g&#038;d=mm\",\"contentUrl\":\"\/\/www.gravatar.com\/avatar\/42baa2eb53ca9f23b7d65426b2551356?s=96&#038;r=g&#038;d=mm\",\"caption\":\"epimac\"},\"url\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/members\/epimac\/\"}]}<\/script>\n<!-- \/ Yoast SEO plugin. -->","yoast_head_json":{"title":"B-Face: Abategetsi n\u2019abamenyeshamakuru nibo bakwiye guhimiriza abanyagihugu mu gukunda ivyacu - Indundi Culture | Magazine","robots":{"index":"index","follow":"follow","max-snippet":"max-snippet:-1","max-image-preview":"max-image-preview:large","max-video-preview":"max-video-preview:-1"},"canonical":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/b-face-abategetsi-nabamenyeshamakuru-nibo-bakwiye-guhimiriza-abanyagihugu-mu-gukunda-ivyacu\/","og_locale":"en_US","og_type":"article","og_title":"B-Face: Abategetsi n\u2019abamenyeshamakuru nibo bakwiye guhimiriza abanyagihugu mu gukunda ivyacu - Indundi Culture | Magazine","og_description":"B-Face asaba abategetse ko boshiraho itegeko ryo kuvuza umuziki w\u2019iwacu kubice mirongo umunani kw\u2019ijana (80%) mu bibanza nka vyose nacane cane ibikunda gushikiramwo abantu bava hanze y\u2019igihugu ndetse nahahurira abantu benshi. Mu kiganiro yahaye Indundi TV umuririmvyi B-Face aragira inama abamenyeshamakuru bakora ibiganiro vy\u2019umuziki ko bokunda ivyabo gusumba ivyabandi akagirako anasaba abakuru basazwe badutwara ko [&hellip;]","og_url":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/b-face-abategetsi-nabamenyeshamakuru-nibo-bakwiye-guhimiriza-abanyagihugu-mu-gukunda-ivyacu\/","og_site_name":"Indundi Culture | Magazine","article_published_time":"2020-06-01T17:44:05+00:00","author":"epimac","twitter_card":"summary_large_image","twitter_misc":{"Written by":"epimac","Est. reading time":"1 minute"},"schema":{"@context":"https:\/\/schema.org","@graph":[{"@type":"WebPage","@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/b-face-abategetsi-nabamenyeshamakuru-nibo-bakwiye-guhimiriza-abanyagihugu-mu-gukunda-ivyacu\/","url":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/b-face-abategetsi-nabamenyeshamakuru-nibo-bakwiye-guhimiriza-abanyagihugu-mu-gukunda-ivyacu\/","name":"B-Face: Abategetsi n\u2019abamenyeshamakuru nibo bakwiye guhimiriza abanyagihugu mu gukunda ivyacu - Indundi Culture | Magazine","isPartOf":{"@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#website"},"datePublished":"2020-06-01T17:44:05+00:00","dateModified":"2020-06-01T17:44:05+00:00","author":{"@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#\/schema\/person\/1a3d6b4bcba08bbf96beed73eda127a2"},"breadcrumb":{"@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/b-face-abategetsi-nabamenyeshamakuru-nibo-bakwiye-guhimiriza-abanyagihugu-mu-gukunda-ivyacu\/#breadcrumb"},"inLanguage":"en-US","potentialAction":[{"@type":"ReadAction","target":["https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/b-face-abategetsi-nabamenyeshamakuru-nibo-bakwiye-guhimiriza-abanyagihugu-mu-gukunda-ivyacu\/"]}]},{"@type":"BreadcrumbList","@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/b-face-abategetsi-nabamenyeshamakuru-nibo-bakwiye-guhimiriza-abanyagihugu-mu-gukunda-ivyacu\/#breadcrumb","itemListElement":[{"@type":"ListItem","position":1,"name":"Home","item":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/"},{"@type":"ListItem","position":2,"name":"B-Face: Abategetsi n\u2019abamenyeshamakuru nibo bakwiye guhimiriza abanyagihugu mu gukunda ivyacu"}]},{"@type":"WebSite","@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#website","url":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/","name":"Indundi Culture | Magazine","description":"Burundi Entertainment","potentialAction":[{"@type":"SearchAction","target":{"@type":"EntryPoint","urlTemplate":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/?s={search_term_string}"},"query-input":"required name=search_term_string"}],"inLanguage":"en-US"},{"@type":"Person","@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#\/schema\/person\/1a3d6b4bcba08bbf96beed73eda127a2","name":"epimac","image":{"@type":"ImageObject","inLanguage":"en-US","@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#\/schema\/person\/image\/","url":"\/\/www.gravatar.com\/avatar\/42baa2eb53ca9f23b7d65426b2551356?s=96&#038;r=g&#038;d=mm","contentUrl":"\/\/www.gravatar.com\/avatar\/42baa2eb53ca9f23b7d65426b2551356?s=96&#038;r=g&#038;d=mm","caption":"epimac"},"url":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/members\/epimac\/"}]}},"_links":{"self":[{"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/posts\/16956","targetHints":{"allow":["GET"]}}],"collection":[{"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/posts"}],"about":[{"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/types\/post"}],"author":[{"embeddable":true,"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/users\/7"}],"replies":[{"embeddable":true,"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/comments?post=16956"}],"version-history":[{"count":1,"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/posts\/16956\/revisions"}],"predecessor-version":[{"id":16958,"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/posts\/16956\/revisions\/16958"}],"wp:featuredmedia":[{"embeddable":true,"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/media\/16957"}],"wp:attachment":[{"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/media?parent=16956"}],"wp:term":[{"taxonomy":"category","embeddable":true,"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/categories?post=16956"},{"taxonomy":"post_tag","embeddable":true,"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/tags?post=16956"}],"curies":[{"name":"wp","href":"https:\/\/api.w.org\/{rel}","templated":true}]}}