{"id":17005,"date":"2020-06-02T13:32:16","date_gmt":"2020-06-02T13:32:16","guid":{"rendered":"https:\/\/indundi.com\/?p=17005"},"modified":"2020-06-02T13:32:16","modified_gmt":"2020-06-02T13:32:16","slug":"urukurikirane-nisaidie-rwa-andy-mwag-ruvuga-ivyubuzima-yabayemwo","status":"publish","type":"post","link":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/urukurikirane-nisaidie-rwa-andy-mwag-ruvuga-ivyubuzima-yabayemwo\/","title":{"rendered":"Urukurikirane NISAIDIE rwa ANDY MWAG ruvuga ivy\u2019ubuzima yabayemwo"},"content":{"rendered":"<p><img loading=\"lazy\" decoding=\"async\" class=\"alignnone size-medium wp-image-17007\" src=\"https:\/\/indundi.com\/wp-content\/uploads\/2020\/06\/IMG-20200602-WA0003-300x300.jpg\" alt=\"\" width=\"300\" height=\"300\" \/><\/p>\n<p><strong><em>Urukurikirane Nisaidie rw\u2019umuririmvyi Andy Mwag ngo rufise ikintu kini rusiguye ku buzima bwiwe, nkuko yabiyaze mu majambo yaherekeje ishusho rw\u2019urwo rukurikirane yashize ku mbuga ngurukanabumenyi asanzwe akoresha<\/em><\/strong>.<\/p>\n<p>Muri ubwo butumwa avuga ko ijambo Nisaidie rimwibutsa ibihe yabayemwo yarabuze abavyeyi, abaho asaba kugira abashe gutunga batonya biwe inyuma yaho umwe mu bavyeyi ahitanywe n\u2019urwimo rwo mu 1993, uwundi nawe ahitanwa n\u2019ingwara imyaka mikeya inyuma y\u2019aho uwa mbere ashengeye.<\/p>\n<p>Ku rupapuro ndangarukurikirane -Cover-, aboneka afise itara, iryo naryo ngo risobanura umuco yarakeneye mu buzima bwiwe inyuma y\u2019ukubura abavyeyi, abaryango nabo ngo bagashaka kubatandukanya, ariko agerageza kubirwanya naho bitakunze kuko ata bushobozi yarafise bwo kwitunga n\u2019ugutunga batonya biwe.<\/p>\n<p><img loading=\"lazy\" decoding=\"async\" class=\"alignnone size-medium wp-image-17008\" src=\"https:\/\/indundi.com\/wp-content\/uploads\/2020\/06\/IMG-20200602-WA0002-300x300.jpg\" alt=\"\" width=\"300\" height=\"300\" \/><\/p>\n<p>Iyindi ndirimbo irangwa muri urwo rukurikirane ni I WILL GET THERE yakoze kubera ibihe yabayemwo mu buzima bwiwe, aho yisanze ari umuntu mukuru kugira abashe gufasha batonyi biwe kuko ata yindi nzira yabona ishoboka kugira abashe kugwanya ko batandukana.<\/p>\n<p>S\u2019izo gusa kuko Indirimbo \u201cRafiki\u201d yayanditse yongera aranayiririmba kubera abagenzi yaronse mu buzima aribo bamugize ico ari uno musi, nkuko abandanya avyandika muri ubwo butumwa bwaherekeje urwo rukurikirane.<\/p>\n<p>Uwo muririmvyi akaba kandi n\u2019umucuraranzi, ntiyagarikiye ngaho kuko gushika ubu amaze gukora ibitari bike birimwo kuzunguruka mu biteramo bikomakomeye muri Afrika aho yaraherekeje Yvan Buravan yari yatsindiye Prix Decouverte RFI mu mwaka wa 2018. Ico gihe akaba ariwe yariko aramuvugiriza igitari, akavuga ko muri ivyo biteramo yaharonkeye ivyigwa bitari bike.<\/p>\n<p><img loading=\"lazy\" decoding=\"async\" class=\"alignnone size-medium wp-image-17006\" src=\"https:\/\/indundi.com\/wp-content\/uploads\/2020\/06\/IMG-20200602-WA0001-300x300.jpg\" alt=\"\" width=\"300\" height=\"300\" \/><\/p>\n<p>Mukibukako ko urwo rukurikirane rugizwe n\u2019indirimbo 5 zirimwo Nisaidie, Rafiki Badilika, Amarira, Get There hamwe na Your Love is My Love. Urwo rukurikirane rukaba rushobora kuboneka ku rubuga rwiwe yashinze www.andymwagmusic.com\/release\/nisaidie\/ , abari I Kigali bo bakaba bashobora kurugura bakoresheje uburyo bwa Mobile Money aho rugurwa amafaranga 8000 frw \u201cyababa 24,000 BIF\u201d.<\/p>\n","protected":false},"excerpt":{"rendered":"<p>Urukurikirane Nisaidie rw\u2019umuririmvyi Andy Mwag ngo rufise ikintu kini rusiguye ku buzima bwiwe, nkuko yabiyaze mu majambo yaherekeje ishusho rw\u2019urwo rukurikirane yashize ku mbuga ngurukanabumenyi asanzwe akoresha. Muri ubwo butumwa avuga ko ijambo Nisaidie rimwibutsa ibihe yabayemwo yarabuze abavyeyi, abaho asaba kugira abashe gutunga batonya biwe inyuma yaho umwe mu bavyeyi ahitanywe n\u2019urwimo rwo mu [&hellip;]<\/p>\n","protected":false},"author":3,"featured_media":17006,"comment_status":"closed","ping_status":"open","sticky":false,"template":"","format":"standard","meta":{"_bbp_topic_count":0,"_bbp_reply_count":0,"_bbp_total_topic_count":0,"_bbp_total_reply_count":0,"_bbp_voice_count":0,"_bbp_anonymous_reply_count":0,"_bbp_topic_count_hidden":0,"_bbp_reply_count_hidden":0,"_bbp_forum_subforum_count":0,"footnotes":""},"categories":[518,527,565,526,515,519,516],"tags":[],"class_list":["post-17005","post","type-post","status-publish","format-standard","has-post-thumbnail","hentry","category-burundi","category-diaspora","category-diaspora-music","category-news-burundi","category-homepage","category-kirundi","category-music-news"],"yoast_head":"<!-- This site is optimized with the Yoast SEO plugin v21.3 - https:\/\/yoast.com\/wordpress\/plugins\/seo\/ -->\n<title>Urukurikirane NISAIDIE rwa ANDY MWAG ruvuga ivy\u2019ubuzima yabayemwo - Indundi Culture | Magazine<\/title>\n<meta name=\"robots\" content=\"index, follow, max-snippet:-1, max-image-preview:large, max-video-preview:-1\" \/>\n<link rel=\"canonical\" href=\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/urukurikirane-nisaidie-rwa-andy-mwag-ruvuga-ivyubuzima-yabayemwo\/\" \/>\n<meta property=\"og:locale\" content=\"en_US\" \/>\n<meta property=\"og:type\" content=\"article\" \/>\n<meta property=\"og:title\" content=\"Urukurikirane NISAIDIE rwa ANDY MWAG ruvuga ivy\u2019ubuzima yabayemwo - Indundi Culture | Magazine\" \/>\n<meta property=\"og:description\" content=\"Urukurikirane Nisaidie rw\u2019umuririmvyi Andy Mwag ngo rufise ikintu kini rusiguye ku buzima bwiwe, nkuko yabiyaze mu majambo yaherekeje ishusho rw\u2019urwo rukurikirane yashize ku mbuga ngurukanabumenyi asanzwe akoresha. Muri ubwo butumwa avuga ko ijambo Nisaidie rimwibutsa ibihe yabayemwo yarabuze abavyeyi, abaho asaba kugira abashe gutunga batonya biwe inyuma yaho umwe mu bavyeyi ahitanywe n\u2019urwimo rwo mu [&hellip;]\" \/>\n<meta property=\"og:url\" content=\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/urukurikirane-nisaidie-rwa-andy-mwag-ruvuga-ivyubuzima-yabayemwo\/\" \/>\n<meta property=\"og:site_name\" content=\"Indundi Culture | Magazine\" \/>\n<meta property=\"article:published_time\" content=\"2020-06-02T13:32:16+00:00\" \/>\n<meta name=\"author\" content=\"yanick\" \/>\n<meta name=\"twitter:card\" content=\"summary_large_image\" \/>\n<meta name=\"twitter:label1\" content=\"Written by\" \/>\n\t<meta name=\"twitter:data1\" content=\"yanick\" \/>\n\t<meta name=\"twitter:label2\" content=\"Est. reading time\" \/>\n\t<meta name=\"twitter:data2\" content=\"1 minute\" \/>\n<script type=\"application\/ld+json\" class=\"yoast-schema-graph\">{\"@context\":\"https:\/\/schema.org\",\"@graph\":[{\"@type\":\"WebPage\",\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/urukurikirane-nisaidie-rwa-andy-mwag-ruvuga-ivyubuzima-yabayemwo\/\",\"url\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/urukurikirane-nisaidie-rwa-andy-mwag-ruvuga-ivyubuzima-yabayemwo\/\",\"name\":\"Urukurikirane NISAIDIE rwa ANDY MWAG ruvuga ivy\u2019ubuzima yabayemwo - Indundi Culture | Magazine\",\"isPartOf\":{\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#website\"},\"datePublished\":\"2020-06-02T13:32:16+00:00\",\"dateModified\":\"2020-06-02T13:32:16+00:00\",\"author\":{\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#\/schema\/person\/8b60fb7f0669c0da6211620297ad2021\"},\"breadcrumb\":{\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/urukurikirane-nisaidie-rwa-andy-mwag-ruvuga-ivyubuzima-yabayemwo\/#breadcrumb\"},\"inLanguage\":\"en-US\",\"potentialAction\":[{\"@type\":\"ReadAction\",\"target\":[\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/urukurikirane-nisaidie-rwa-andy-mwag-ruvuga-ivyubuzima-yabayemwo\/\"]}]},{\"@type\":\"BreadcrumbList\",\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/urukurikirane-nisaidie-rwa-andy-mwag-ruvuga-ivyubuzima-yabayemwo\/#breadcrumb\",\"itemListElement\":[{\"@type\":\"ListItem\",\"position\":1,\"name\":\"Home\",\"item\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/\"},{\"@type\":\"ListItem\",\"position\":2,\"name\":\"Urukurikirane NISAIDIE rwa ANDY MWAG ruvuga ivy\u2019ubuzima yabayemwo\"}]},{\"@type\":\"WebSite\",\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#website\",\"url\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/\",\"name\":\"Indundi Culture | Magazine\",\"description\":\"Burundi Entertainment\",\"potentialAction\":[{\"@type\":\"SearchAction\",\"target\":{\"@type\":\"EntryPoint\",\"urlTemplate\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/?s={search_term_string}\"},\"query-input\":\"required name=search_term_string\"}],\"inLanguage\":\"en-US\"},{\"@type\":\"Person\",\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#\/schema\/person\/8b60fb7f0669c0da6211620297ad2021\",\"name\":\"yanick\",\"image\":{\"@type\":\"ImageObject\",\"inLanguage\":\"en-US\",\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#\/schema\/person\/image\/\",\"url\":\"\/\/www.gravatar.com\/avatar\/3f9e37cb1a7115ab1fd67c8044b25dc8?s=96&#038;r=g&#038;d=mm\",\"contentUrl\":\"\/\/www.gravatar.com\/avatar\/3f9e37cb1a7115ab1fd67c8044b25dc8?s=96&#038;r=g&#038;d=mm\",\"caption\":\"yanick\"},\"url\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/members\/yanick\/\"}]}<\/script>\n<!-- \/ Yoast SEO plugin. -->","yoast_head_json":{"title":"Urukurikirane NISAIDIE rwa ANDY MWAG ruvuga ivy\u2019ubuzima yabayemwo - Indundi Culture | Magazine","robots":{"index":"index","follow":"follow","max-snippet":"max-snippet:-1","max-image-preview":"max-image-preview:large","max-video-preview":"max-video-preview:-1"},"canonical":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/urukurikirane-nisaidie-rwa-andy-mwag-ruvuga-ivyubuzima-yabayemwo\/","og_locale":"en_US","og_type":"article","og_title":"Urukurikirane NISAIDIE rwa ANDY MWAG ruvuga ivy\u2019ubuzima yabayemwo - Indundi Culture | Magazine","og_description":"Urukurikirane Nisaidie rw\u2019umuririmvyi Andy Mwag ngo rufise ikintu kini rusiguye ku buzima bwiwe, nkuko yabiyaze mu majambo yaherekeje ishusho rw\u2019urwo rukurikirane yashize ku mbuga ngurukanabumenyi asanzwe akoresha. Muri ubwo butumwa avuga ko ijambo Nisaidie rimwibutsa ibihe yabayemwo yarabuze abavyeyi, abaho asaba kugira abashe gutunga batonya biwe inyuma yaho umwe mu bavyeyi ahitanywe n\u2019urwimo rwo mu [&hellip;]","og_url":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/urukurikirane-nisaidie-rwa-andy-mwag-ruvuga-ivyubuzima-yabayemwo\/","og_site_name":"Indundi Culture | Magazine","article_published_time":"2020-06-02T13:32:16+00:00","author":"yanick","twitter_card":"summary_large_image","twitter_misc":{"Written by":"yanick","Est. reading time":"1 minute"},"schema":{"@context":"https:\/\/schema.org","@graph":[{"@type":"WebPage","@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/urukurikirane-nisaidie-rwa-andy-mwag-ruvuga-ivyubuzima-yabayemwo\/","url":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/urukurikirane-nisaidie-rwa-andy-mwag-ruvuga-ivyubuzima-yabayemwo\/","name":"Urukurikirane NISAIDIE rwa ANDY MWAG ruvuga ivy\u2019ubuzima yabayemwo - Indundi Culture | Magazine","isPartOf":{"@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#website"},"datePublished":"2020-06-02T13:32:16+00:00","dateModified":"2020-06-02T13:32:16+00:00","author":{"@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#\/schema\/person\/8b60fb7f0669c0da6211620297ad2021"},"breadcrumb":{"@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/urukurikirane-nisaidie-rwa-andy-mwag-ruvuga-ivyubuzima-yabayemwo\/#breadcrumb"},"inLanguage":"en-US","potentialAction":[{"@type":"ReadAction","target":["https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/urukurikirane-nisaidie-rwa-andy-mwag-ruvuga-ivyubuzima-yabayemwo\/"]}]},{"@type":"BreadcrumbList","@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/urukurikirane-nisaidie-rwa-andy-mwag-ruvuga-ivyubuzima-yabayemwo\/#breadcrumb","itemListElement":[{"@type":"ListItem","position":1,"name":"Home","item":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/"},{"@type":"ListItem","position":2,"name":"Urukurikirane NISAIDIE rwa ANDY MWAG ruvuga ivy\u2019ubuzima yabayemwo"}]},{"@type":"WebSite","@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#website","url":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/","name":"Indundi Culture | Magazine","description":"Burundi Entertainment","potentialAction":[{"@type":"SearchAction","target":{"@type":"EntryPoint","urlTemplate":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/?s={search_term_string}"},"query-input":"required name=search_term_string"}],"inLanguage":"en-US"},{"@type":"Person","@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#\/schema\/person\/8b60fb7f0669c0da6211620297ad2021","name":"yanick","image":{"@type":"ImageObject","inLanguage":"en-US","@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#\/schema\/person\/image\/","url":"\/\/www.gravatar.com\/avatar\/3f9e37cb1a7115ab1fd67c8044b25dc8?s=96&#038;r=g&#038;d=mm","contentUrl":"\/\/www.gravatar.com\/avatar\/3f9e37cb1a7115ab1fd67c8044b25dc8?s=96&#038;r=g&#038;d=mm","caption":"yanick"},"url":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/members\/yanick\/"}]}},"_links":{"self":[{"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/posts\/17005","targetHints":{"allow":["GET"]}}],"collection":[{"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/posts"}],"about":[{"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/types\/post"}],"author":[{"embeddable":true,"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/users\/3"}],"replies":[{"embeddable":true,"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/comments?post=17005"}],"version-history":[{"count":3,"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/posts\/17005\/revisions"}],"predecessor-version":[{"id":17017,"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/posts\/17005\/revisions\/17017"}],"wp:featuredmedia":[{"embeddable":true,"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/media\/17006"}],"wp:attachment":[{"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/media?parent=17005"}],"wp:term":[{"taxonomy":"category","embeddable":true,"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/categories?post=17005"},{"taxonomy":"post_tag","embeddable":true,"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/tags?post=17005"}],"curies":[{"name":"wp","href":"https:\/\/api.w.org\/{rel}","templated":true}]}}