{"id":17039,"date":"2020-06-03T11:33:15","date_gmt":"2020-06-03T11:33:15","guid":{"rendered":"https:\/\/indundi.com\/?p=17039"},"modified":"2020-07-24T16:34:43","modified_gmt":"2020-07-24T16:34:43","slug":"urwevuhealthvitamin-jc-ni-ntasubirizwa-mu-buzima-bwa-kiremwa-muntu","status":"publish","type":"post","link":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/urwevuhealthvitamin-jc-ni-ntasubirizwa-mu-buzima-bwa-kiremwa-muntu\/","title":{"rendered":"#urwevu|Health|Vitamin J&#038;C ni ntasubirizwa mu buzima bwa kiremwa muntu"},"content":{"rendered":"<hr \/>\n<p><em>Abahinga muvy&#8217;amagara y&#8217;abantu bamenyesha ko turi ivyo dufungura, mu kinofu nofu kugira dutahure neza bavuga ngo &#8220;We are what we eat&#8221;.<\/em><\/p>\n<p>Abasokuru nabo bakaba barayamaze bati &#8221; ubwiza buca mu nda&#8221;!<\/p>\n<ol>\n<li><em>Ubuzima bwacu bugaragaza ingene dufungara, nyimba ari indwara, cangwa ikindi kintu gihungabanije ubuzima tworabira mbere na mbere mu nfungura zacu za buri musi. Ok I&#8217;ll<\/em><\/li>\n<\/ol>\n<p><img loading=\"lazy\" decoding=\"async\" class=\"size-full wp-image-17043 aligncenter\" src=\"https:\/\/indundi.com\/wp-content\/uploads\/2020\/06\/download.jpeg\" alt=\"\" width=\"275\" height=\"183\" \/><\/p>\n<p>Iyo kiremwa muntu akitswe n&#8217;amagara abahinga bakunze kuvuga ko abasirikare bamurwanira badashemeye.<br \/>\nNone biba vyatewe n&#8217;iki?<br \/>\nBasobanura bavuga ko abo basirikare bagoyagoya, nukuvuga ko bataronse ivyo bafungura canke bafunguye ibitabagirira akamaro, ingaruka mbi zica ziba ku muntu agaca nawe agoyagoya.<br \/>\nNone infungurwa bafungura ni izahe?<br \/>\nInfungura zabo ziva mu nfungurwa umuntu afungura, zikitwa ntungamubiri.<br \/>\nMu nfungurwa dufungura tworaba cane ko izofungurwa zirimwo ivyunyunyu (Vitamines) na cane cane A,C,D kuko arizo abasirikira bihereza kandi tugafungura kuruhegero rukwiriye.<br \/>\nMuri rusangi, iyo dufungura infungurwa zikwije mu vyunyunyu (Vitamins), ntakibazo coza kibangamira amagara yacu kuko umubiri uca wirwanira.<br \/>\nAriko ku mvo z&#8217;ukutamenya, ubukene,ndetse n&#8217;imyitwarire itandukanye usanga infungurwa zacu atari izikingira umubiri cangwo ngo ziwubake.<\/p>\n<p>Akarorero Ku ndwara y&#8217;igisukari,(Diabete) ntawokwemeza ko iyo ngwara iterwa n&#8217;isukari ahubwo n&#8217;amagara make afatiye ku mikorere y&#8217;umubiri utagishobora gutunganye iyo sukari ngo ije kwubaka uwo mubiri, nayo igaca yireka mu mitsi, canke Ku rura , igasinzikaza umuntu.<br \/>\nMurico gihe uwo murwara ntarwara igisukari gusa ahubwo urusukirane rw&#8217;inrwara ruca rumutera kuko baba sirikare b&#8217;umubiri baba batakimukingiye, akazoshika no kurugero rw&#8217;uhumyi, inrwara z&#8217;umutima, ibikomere bidakira ndetse n&#8217;ugukashuka ari nayo mpamvu abantu baca bavuga ko idakira.<br \/>\nIjambo kiremwa muntu ririkwije, kuko risigura ko twebwe abantu tutiremye, ahubwo dufise uwaturemye.<br \/>\nNgaha aho tuza gusanga inyishu.Ngo mbere na mbere hose Jambo yamyeho kandi yafadikanije na se kurema, ngaho ahava kiremwa muntu.<br \/>\n&#8220;Kurya umwana iyo akangutse ahunga yiterera mu gituza ca nyina, muguhungira iyo azi ko yaherewe ubuzima,natwe twohungira ku muremyi.<\/p>\n<p>None Vitamin J&amp;C yoba imaze iki?<\/p>\n<ol>\n<li>Vitamin J&amp; C ni vitamin yamyeho iza kumenyekana mu umwaka wa 1 dutanguye kwandika no guharura ica yerekanwa n&#8217;umwana w&#8217;Imana ari nawe yayitiriye mu kuyita Jesus Christ canke Jesus Christ(J&amp;C)<br \/>\nTurishimikiza igitabo ceranda:<br \/>\nNi jewe mutsima w&#8217;ubugingo(yohana 6: 35), mukorere ivyokurya bihoraho bizana ubugingo budashira (yohana 6: 27), ni jewe mutsima w&#8217;ubugingo wamanutse uvuye mw&#8217;ijuru (yohana 6: 51), uwurya umubiri wanje akanwa n&#8217;amaraso yanje niwe afise ubugingo budashira(yohana 6: 54),ari n&#8217;udutsima dutana n&#8217;udufi ntaco twomarira iri shengero (Yohana 6 :8-13), ni wafata akanya ka ugasoma ukarizikana ivyo vyanditswe vyo mugitabo ceranda bibiliya urabona ubugingo.<\/li>\n<\/ol>\n","protected":false},"excerpt":{"rendered":"<p>Abahinga muvy&#8217;amagara y&#8217;abantu bamenyesha ko turi ivyo dufungura, mu kinofu nofu kugira dutahure neza bavuga ngo &#8220;We are what we eat&#8221;. Abasokuru nabo bakaba barayamaze bati &#8221; ubwiza buca mu nda&#8221;! Ubuzima bwacu bugaragaza ingene dufungara, nyimba ari indwara, cangwa ikindi kintu gihungabanije ubuzima tworabira mbere na mbere mu nfungura zacu za buri musi. Ok [&hellip;]<\/p>\n","protected":false},"author":9,"featured_media":17043,"comment_status":"closed","ping_status":"open","sticky":false,"template":"","format":"standard","meta":{"_bbp_topic_count":0,"_bbp_reply_count":0,"_bbp_total_topic_count":0,"_bbp_total_reply_count":0,"_bbp_voice_count":0,"_bbp_anonymous_reply_count":0,"_bbp_topic_count_hidden":0,"_bbp_reply_count_hidden":0,"_bbp_forum_subforum_count":0,"footnotes":""},"categories":[612,519,616,522],"tags":[],"class_list":["post-17039","post","type-post","status-publish","format-standard","has-post-thumbnail","hentry","category-health","category-kirundi","category-sante","category-urwevu"],"yoast_head":"<!-- This site is optimized with the Yoast SEO plugin v21.3 - https:\/\/yoast.com\/wordpress\/plugins\/seo\/ -->\n<title>#urwevu|Health|Vitamin J&amp;C ni ntasubirizwa mu buzima bwa kiremwa muntu - Indundi Culture | Magazine<\/title>\n<meta name=\"robots\" content=\"index, follow, max-snippet:-1, max-image-preview:large, max-video-preview:-1\" \/>\n<link rel=\"canonical\" href=\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/urwevuhealthvitamin-jc-ni-ntasubirizwa-mu-buzima-bwa-kiremwa-muntu\/\" \/>\n<meta property=\"og:locale\" content=\"en_US\" \/>\n<meta property=\"og:type\" content=\"article\" \/>\n<meta property=\"og:title\" content=\"#urwevu|Health|Vitamin J&amp;C ni ntasubirizwa mu buzima bwa kiremwa muntu - Indundi Culture | Magazine\" \/>\n<meta property=\"og:description\" content=\"Abahinga muvy&#8217;amagara y&#8217;abantu bamenyesha ko turi ivyo dufungura, mu kinofu nofu kugira dutahure neza bavuga ngo &#8220;We are what we eat&#8221;. Abasokuru nabo bakaba barayamaze bati &#8221; ubwiza buca mu nda&#8221;! Ubuzima bwacu bugaragaza ingene dufungara, nyimba ari indwara, cangwa ikindi kintu gihungabanije ubuzima tworabira mbere na mbere mu nfungura zacu za buri musi. Ok [&hellip;]\" \/>\n<meta property=\"og:url\" content=\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/urwevuhealthvitamin-jc-ni-ntasubirizwa-mu-buzima-bwa-kiremwa-muntu\/\" \/>\n<meta property=\"og:site_name\" content=\"Indundi Culture | Magazine\" \/>\n<meta property=\"article:published_time\" content=\"2020-06-03T11:33:15+00:00\" \/>\n<meta property=\"article:modified_time\" content=\"2020-07-24T16:34:43+00:00\" \/>\n<meta name=\"twitter:card\" content=\"summary_large_image\" \/>\n<meta name=\"twitter:label1\" content=\"Written by\" \/>\n\t<meta name=\"twitter:data1\" content=\"\" \/>\n\t<meta name=\"twitter:label2\" content=\"Est. reading time\" \/>\n\t<meta name=\"twitter:data2\" content=\"2 minutes\" \/>\n<script type=\"application\/ld+json\" class=\"yoast-schema-graph\">{\"@context\":\"https:\/\/schema.org\",\"@graph\":[{\"@type\":\"WebPage\",\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/urwevuhealthvitamin-jc-ni-ntasubirizwa-mu-buzima-bwa-kiremwa-muntu\/\",\"url\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/urwevuhealthvitamin-jc-ni-ntasubirizwa-mu-buzima-bwa-kiremwa-muntu\/\",\"name\":\"#urwevu|Health|Vitamin J&C ni ntasubirizwa mu buzima bwa kiremwa muntu - Indundi Culture | Magazine\",\"isPartOf\":{\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#website\"},\"datePublished\":\"2020-06-03T11:33:15+00:00\",\"dateModified\":\"2020-07-24T16:34:43+00:00\",\"author\":{\"@id\":\"\"},\"breadcrumb\":{\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/urwevuhealthvitamin-jc-ni-ntasubirizwa-mu-buzima-bwa-kiremwa-muntu\/#breadcrumb\"},\"inLanguage\":\"en-US\",\"potentialAction\":[{\"@type\":\"ReadAction\",\"target\":[\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/urwevuhealthvitamin-jc-ni-ntasubirizwa-mu-buzima-bwa-kiremwa-muntu\/\"]}]},{\"@type\":\"BreadcrumbList\",\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/urwevuhealthvitamin-jc-ni-ntasubirizwa-mu-buzima-bwa-kiremwa-muntu\/#breadcrumb\",\"itemListElement\":[{\"@type\":\"ListItem\",\"position\":1,\"name\":\"Home\",\"item\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/\"},{\"@type\":\"ListItem\",\"position\":2,\"name\":\"#urwevu|Health|Vitamin J&#038;C ni ntasubirizwa mu buzima bwa kiremwa muntu\"}]},{\"@type\":\"WebSite\",\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#website\",\"url\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/\",\"name\":\"Indundi Culture | Magazine\",\"description\":\"Burundi Entertainment\",\"potentialAction\":[{\"@type\":\"SearchAction\",\"target\":{\"@type\":\"EntryPoint\",\"urlTemplate\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/?s={search_term_string}\"},\"query-input\":\"required name=search_term_string\"}],\"inLanguage\":\"en-US\"},{\"@type\":\"Person\",\"@id\":\"\",\"url\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/members\/\"}]}<\/script>\n<!-- \/ Yoast SEO plugin. -->","yoast_head_json":{"title":"#urwevu|Health|Vitamin J&C ni ntasubirizwa mu buzima bwa kiremwa muntu - Indundi Culture | Magazine","robots":{"index":"index","follow":"follow","max-snippet":"max-snippet:-1","max-image-preview":"max-image-preview:large","max-video-preview":"max-video-preview:-1"},"canonical":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/urwevuhealthvitamin-jc-ni-ntasubirizwa-mu-buzima-bwa-kiremwa-muntu\/","og_locale":"en_US","og_type":"article","og_title":"#urwevu|Health|Vitamin J&C ni ntasubirizwa mu buzima bwa kiremwa muntu - Indundi Culture | Magazine","og_description":"Abahinga muvy&#8217;amagara y&#8217;abantu bamenyesha ko turi ivyo dufungura, mu kinofu nofu kugira dutahure neza bavuga ngo &#8220;We are what we eat&#8221;. Abasokuru nabo bakaba barayamaze bati &#8221; ubwiza buca mu nda&#8221;! Ubuzima bwacu bugaragaza ingene dufungara, nyimba ari indwara, cangwa ikindi kintu gihungabanije ubuzima tworabira mbere na mbere mu nfungura zacu za buri musi. Ok [&hellip;]","og_url":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/urwevuhealthvitamin-jc-ni-ntasubirizwa-mu-buzima-bwa-kiremwa-muntu\/","og_site_name":"Indundi Culture | Magazine","article_published_time":"2020-06-03T11:33:15+00:00","article_modified_time":"2020-07-24T16:34:43+00:00","twitter_card":"summary_large_image","twitter_misc":{"Written by":"","Est. reading time":"2 minutes"},"schema":{"@context":"https:\/\/schema.org","@graph":[{"@type":"WebPage","@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/urwevuhealthvitamin-jc-ni-ntasubirizwa-mu-buzima-bwa-kiremwa-muntu\/","url":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/urwevuhealthvitamin-jc-ni-ntasubirizwa-mu-buzima-bwa-kiremwa-muntu\/","name":"#urwevu|Health|Vitamin J&C ni ntasubirizwa mu buzima bwa kiremwa muntu - Indundi Culture | Magazine","isPartOf":{"@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#website"},"datePublished":"2020-06-03T11:33:15+00:00","dateModified":"2020-07-24T16:34:43+00:00","author":{"@id":""},"breadcrumb":{"@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/urwevuhealthvitamin-jc-ni-ntasubirizwa-mu-buzima-bwa-kiremwa-muntu\/#breadcrumb"},"inLanguage":"en-US","potentialAction":[{"@type":"ReadAction","target":["https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/urwevuhealthvitamin-jc-ni-ntasubirizwa-mu-buzima-bwa-kiremwa-muntu\/"]}]},{"@type":"BreadcrumbList","@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/urwevuhealthvitamin-jc-ni-ntasubirizwa-mu-buzima-bwa-kiremwa-muntu\/#breadcrumb","itemListElement":[{"@type":"ListItem","position":1,"name":"Home","item":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/"},{"@type":"ListItem","position":2,"name":"#urwevu|Health|Vitamin J&#038;C ni ntasubirizwa mu buzima bwa kiremwa muntu"}]},{"@type":"WebSite","@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#website","url":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/","name":"Indundi Culture | Magazine","description":"Burundi Entertainment","potentialAction":[{"@type":"SearchAction","target":{"@type":"EntryPoint","urlTemplate":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/?s={search_term_string}"},"query-input":"required name=search_term_string"}],"inLanguage":"en-US"},{"@type":"Person","@id":"","url":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/members\/"}]}},"_links":{"self":[{"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/posts\/17039","targetHints":{"allow":["GET"]}}],"collection":[{"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/posts"}],"about":[{"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/types\/post"}],"author":[{"embeddable":true,"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/users\/9"}],"replies":[{"embeddable":true,"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/comments?post=17039"}],"version-history":[{"count":4,"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/posts\/17039\/revisions"}],"predecessor-version":[{"id":17051,"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/posts\/17039\/revisions\/17051"}],"wp:featuredmedia":[{"embeddable":true,"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/media\/17043"}],"wp:attachment":[{"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/media?parent=17039"}],"wp:term":[{"taxonomy":"category","embeddable":true,"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/categories?post=17039"},{"taxonomy":"post_tag","embeddable":true,"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/tags?post=17039"}],"curies":[{"name":"wp","href":"https:\/\/api.w.org\/{rel}","templated":true}]}}