{"id":17252,"date":"2020-06-12T12:26:10","date_gmt":"2020-06-12T12:26:10","guid":{"rendered":"https:\/\/indundi.com\/?p=17252"},"modified":"2020-06-12T12:26:10","modified_gmt":"2020-06-12T12:26:10","slug":"sat-b-yashikirije-amwe-mumajambo-umukuru-wigihugu-yamubwiye-nkiragi-kurwaruka","status":"publish","type":"post","link":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/sat-b-yashikirije-amwe-mumajambo-umukuru-wigihugu-yamubwiye-nkiragi-kurwaruka\/","title":{"rendered":"Sat-B yashikirije amwe mumajambo umukuru w&#8217;igihugu yamubwiye nk&#8217;iragi kurwaruka"},"content":{"rendered":"\r\n<p class=\"wp-block-paragraph\"><img loading=\"lazy\" decoding=\"async\" class=\"alignnone wp-image-16231 size-large\" src=\"https:\/\/indundi.com\/wp-content\/uploads\/2020\/05\/satb_satura@p@B-zQyf6FEGk@0@0-1024x681.jpg\" alt=\"\" width=\"696\" height=\"463\" \/><em><strong>Bizimana Aboubakar Karum azwi cane nka Sat-B ni umwe mubaririmvyi bagaragaje akababaro n&#8217;uruhombo runini inyuma y&#8217;urupfu rw&#8217;umukuru w&#8217;igihugu c&#8217;Uburundi.<\/strong><\/em><br \/>Abicishije kurubuga rwiwe rwa Facebook ni Sat-B yanditse amwe mumajambo yaganiriye n&#8217;umuhisi aho yamwibutsa ibihe bigoye yigeze gucamwo imbere yuko aba umukuru w&#8217;igihugu Sat-B yanditse agira ati:&#8221;<br \/><em><strong>Yambwiye ati\u00a0 navuye mumashure y\u2019intango, Nunguruje ay\u2019isumbuye kuri athen\u00e9e primaire, Nkuko ari mugisagara abana baho baranyita umukuyakuya, iyo hageze ko dukina umupira babikora nkababara ! Gusa umunsi bampa akaryo ko gukunda basanga nd&#8217;umukinyi akomeye, maze ndatsinda ibitsindo 2 baca baranterura mba kizigenza wabo.<\/strong><\/em><br \/><em><strong>Iragi n&#8217;uko urwaruka rufise impano<\/strong><\/em><br \/><em><strong>RwoziKoresha uko bikwiye.<\/strong><\/em><br \/><em><strong>Dusaba abandi abavyeyi bazoza bazokurikira kuzokwita ku mpano , indero , n\u2019iterambere ry&#8217;urwaruka<\/strong><\/em><br \/><em><strong>#RIPNkurunziza <span class=\"_5mfr\"><span class=\"_6qdm\">\ud83d\ude25<\/span><\/span><span class=\"_5mfr\"><span class=\"_6qdm\">\ud83d\ude13<\/span><\/span>.&#8221;<\/strong><\/em><br \/>Ayo niyo majambo umuririmvyi Sat-B yashikirije inyuma yaho haheze imisi itatu atakindi kintu uwomuririmvyi ariko arakora yaba ikijanye n&#8217;umuziki wiwe canke ibindi bikorwa atari uko yerekana akababaro no kubandanya yerekana bimwe muvyo yayaze na Nyakwigendera umukuru w&#8217;igihugu Prezida Petero Nkurunziza.<\/p>\r\n","protected":false},"excerpt":{"rendered":"<p>Bizimana Aboubakar Karum azwi cane nka Sat-B ni umwe mubaririmvyi bagaragaje akababaro n&#8217;uruhombo runini inyuma y&#8217;urupfu rw&#8217;umukuru w&#8217;igihugu c&#8217;Uburundi.Abicishije kurubuga rwiwe rwa Facebook ni Sat-B yanditse amwe mumajambo yaganiriye n&#8217;umuhisi aho yamwibutsa ibihe bigoye yigeze gucamwo imbere yuko aba umukuru w&#8217;igihugu Sat-B yanditse agira ati:&#8221;Yambwiye ati\u00a0 navuye mumashure y\u2019intango, Nunguruje ay\u2019isumbuye kuri athen\u00e9e primaire, Nkuko [&hellip;]<\/p>\n","protected":false},"author":10,"featured_media":17394,"comment_status":"closed","ping_status":"open","sticky":false,"template":"","format":"standard","meta":{"_bbp_topic_count":0,"_bbp_reply_count":0,"_bbp_total_topic_count":0,"_bbp_total_reply_count":0,"_bbp_voice_count":0,"_bbp_anonymous_reply_count":0,"_bbp_topic_count_hidden":0,"_bbp_reply_count_hidden":0,"_bbp_forum_subforum_count":0,"footnotes":""},"categories":[518,526],"tags":[],"class_list":["post-17252","post","type-post","status-publish","format-standard","has-post-thumbnail","hentry","category-burundi","category-news-burundi"],"yoast_head":"<!-- This site is optimized with the Yoast SEO plugin v21.3 - https:\/\/yoast.com\/wordpress\/plugins\/seo\/ -->\n<title>Sat-B yashikirije amwe mumajambo umukuru w&#039;igihugu yamubwiye nk&#039;iragi kurwaruka - Indundi Culture | Magazine<\/title>\n<meta name=\"robots\" content=\"index, follow, max-snippet:-1, max-image-preview:large, max-video-preview:-1\" \/>\n<link rel=\"canonical\" href=\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/sat-b-yashikirije-amwe-mumajambo-umukuru-wigihugu-yamubwiye-nkiragi-kurwaruka\/\" \/>\n<meta property=\"og:locale\" content=\"en_US\" \/>\n<meta property=\"og:type\" content=\"article\" \/>\n<meta property=\"og:title\" content=\"Sat-B yashikirije amwe mumajambo umukuru w&#039;igihugu yamubwiye nk&#039;iragi kurwaruka - Indundi Culture | Magazine\" \/>\n<meta property=\"og:description\" content=\"Bizimana Aboubakar Karum azwi cane nka Sat-B ni umwe mubaririmvyi bagaragaje akababaro n&#8217;uruhombo runini inyuma y&#8217;urupfu rw&#8217;umukuru w&#8217;igihugu c&#8217;Uburundi.Abicishije kurubuga rwiwe rwa Facebook ni Sat-B yanditse amwe mumajambo yaganiriye n&#8217;umuhisi aho yamwibutsa ibihe bigoye yigeze gucamwo imbere yuko aba umukuru w&#8217;igihugu Sat-B yanditse agira ati:&#8221;Yambwiye ati\u00a0 navuye mumashure y\u2019intango, Nunguruje ay\u2019isumbuye kuri athen\u00e9e primaire, Nkuko [&hellip;]\" \/>\n<meta property=\"og:url\" content=\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/sat-b-yashikirije-amwe-mumajambo-umukuru-wigihugu-yamubwiye-nkiragi-kurwaruka\/\" \/>\n<meta property=\"og:site_name\" content=\"Indundi Culture | Magazine\" \/>\n<meta property=\"article:published_time\" content=\"2020-06-12T12:26:10+00:00\" \/>\n<meta name=\"author\" content=\"alain1\" \/>\n<meta name=\"twitter:card\" content=\"summary_large_image\" \/>\n<meta name=\"twitter:label1\" content=\"Written by\" \/>\n\t<meta name=\"twitter:data1\" content=\"alain1\" \/>\n\t<meta name=\"twitter:label2\" content=\"Est. reading time\" \/>\n\t<meta name=\"twitter:data2\" content=\"1 minute\" \/>\n<script type=\"application\/ld+json\" class=\"yoast-schema-graph\">{\"@context\":\"https:\/\/schema.org\",\"@graph\":[{\"@type\":\"WebPage\",\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/sat-b-yashikirije-amwe-mumajambo-umukuru-wigihugu-yamubwiye-nkiragi-kurwaruka\/\",\"url\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/sat-b-yashikirije-amwe-mumajambo-umukuru-wigihugu-yamubwiye-nkiragi-kurwaruka\/\",\"name\":\"Sat-B yashikirije amwe mumajambo umukuru w'igihugu yamubwiye nk'iragi kurwaruka - Indundi Culture | Magazine\",\"isPartOf\":{\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#website\"},\"datePublished\":\"2020-06-12T12:26:10+00:00\",\"dateModified\":\"2020-06-12T12:26:10+00:00\",\"author\":{\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#\/schema\/person\/c65b1d4f618c63175bb6460f598da9db\"},\"breadcrumb\":{\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/sat-b-yashikirije-amwe-mumajambo-umukuru-wigihugu-yamubwiye-nkiragi-kurwaruka\/#breadcrumb\"},\"inLanguage\":\"en-US\",\"potentialAction\":[{\"@type\":\"ReadAction\",\"target\":[\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/sat-b-yashikirije-amwe-mumajambo-umukuru-wigihugu-yamubwiye-nkiragi-kurwaruka\/\"]}]},{\"@type\":\"BreadcrumbList\",\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/sat-b-yashikirije-amwe-mumajambo-umukuru-wigihugu-yamubwiye-nkiragi-kurwaruka\/#breadcrumb\",\"itemListElement\":[{\"@type\":\"ListItem\",\"position\":1,\"name\":\"Home\",\"item\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/\"},{\"@type\":\"ListItem\",\"position\":2,\"name\":\"Sat-B yashikirije amwe mumajambo umukuru w&#8217;igihugu yamubwiye nk&#8217;iragi kurwaruka\"}]},{\"@type\":\"WebSite\",\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#website\",\"url\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/\",\"name\":\"Indundi Culture | Magazine\",\"description\":\"Burundi Entertainment\",\"potentialAction\":[{\"@type\":\"SearchAction\",\"target\":{\"@type\":\"EntryPoint\",\"urlTemplate\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/?s={search_term_string}\"},\"query-input\":\"required name=search_term_string\"}],\"inLanguage\":\"en-US\"},{\"@type\":\"Person\",\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#\/schema\/person\/c65b1d4f618c63175bb6460f598da9db\",\"name\":\"alain1\",\"image\":{\"@type\":\"ImageObject\",\"inLanguage\":\"en-US\",\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#\/schema\/person\/image\/\",\"url\":\"\/\/www.gravatar.com\/avatar\/c8af82b6773d483b971da83902e30bc6?s=96&#038;r=g&#038;d=mm\",\"contentUrl\":\"\/\/www.gravatar.com\/avatar\/c8af82b6773d483b971da83902e30bc6?s=96&#038;r=g&#038;d=mm\",\"caption\":\"alain1\"},\"url\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/members\/alain1\/\"}]}<\/script>\n<!-- \/ Yoast SEO plugin. -->","yoast_head_json":{"title":"Sat-B yashikirije amwe mumajambo umukuru w'igihugu yamubwiye nk'iragi kurwaruka - Indundi Culture | Magazine","robots":{"index":"index","follow":"follow","max-snippet":"max-snippet:-1","max-image-preview":"max-image-preview:large","max-video-preview":"max-video-preview:-1"},"canonical":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/sat-b-yashikirije-amwe-mumajambo-umukuru-wigihugu-yamubwiye-nkiragi-kurwaruka\/","og_locale":"en_US","og_type":"article","og_title":"Sat-B yashikirije amwe mumajambo umukuru w'igihugu yamubwiye nk'iragi kurwaruka - Indundi Culture | Magazine","og_description":"Bizimana Aboubakar Karum azwi cane nka Sat-B ni umwe mubaririmvyi bagaragaje akababaro n&#8217;uruhombo runini inyuma y&#8217;urupfu rw&#8217;umukuru w&#8217;igihugu c&#8217;Uburundi.Abicishije kurubuga rwiwe rwa Facebook ni Sat-B yanditse amwe mumajambo yaganiriye n&#8217;umuhisi aho yamwibutsa ibihe bigoye yigeze gucamwo imbere yuko aba umukuru w&#8217;igihugu Sat-B yanditse agira ati:&#8221;Yambwiye ati\u00a0 navuye mumashure y\u2019intango, Nunguruje ay\u2019isumbuye kuri athen\u00e9e primaire, Nkuko [&hellip;]","og_url":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/sat-b-yashikirije-amwe-mumajambo-umukuru-wigihugu-yamubwiye-nkiragi-kurwaruka\/","og_site_name":"Indundi Culture | Magazine","article_published_time":"2020-06-12T12:26:10+00:00","author":"alain1","twitter_card":"summary_large_image","twitter_misc":{"Written by":"alain1","Est. reading time":"1 minute"},"schema":{"@context":"https:\/\/schema.org","@graph":[{"@type":"WebPage","@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/sat-b-yashikirije-amwe-mumajambo-umukuru-wigihugu-yamubwiye-nkiragi-kurwaruka\/","url":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/sat-b-yashikirije-amwe-mumajambo-umukuru-wigihugu-yamubwiye-nkiragi-kurwaruka\/","name":"Sat-B yashikirije amwe mumajambo umukuru w'igihugu yamubwiye nk'iragi kurwaruka - Indundi Culture | Magazine","isPartOf":{"@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#website"},"datePublished":"2020-06-12T12:26:10+00:00","dateModified":"2020-06-12T12:26:10+00:00","author":{"@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#\/schema\/person\/c65b1d4f618c63175bb6460f598da9db"},"breadcrumb":{"@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/sat-b-yashikirije-amwe-mumajambo-umukuru-wigihugu-yamubwiye-nkiragi-kurwaruka\/#breadcrumb"},"inLanguage":"en-US","potentialAction":[{"@type":"ReadAction","target":["https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/sat-b-yashikirije-amwe-mumajambo-umukuru-wigihugu-yamubwiye-nkiragi-kurwaruka\/"]}]},{"@type":"BreadcrumbList","@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/sat-b-yashikirije-amwe-mumajambo-umukuru-wigihugu-yamubwiye-nkiragi-kurwaruka\/#breadcrumb","itemListElement":[{"@type":"ListItem","position":1,"name":"Home","item":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/"},{"@type":"ListItem","position":2,"name":"Sat-B yashikirije amwe mumajambo umukuru w&#8217;igihugu yamubwiye nk&#8217;iragi kurwaruka"}]},{"@type":"WebSite","@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#website","url":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/","name":"Indundi Culture | Magazine","description":"Burundi Entertainment","potentialAction":[{"@type":"SearchAction","target":{"@type":"EntryPoint","urlTemplate":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/?s={search_term_string}"},"query-input":"required name=search_term_string"}],"inLanguage":"en-US"},{"@type":"Person","@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#\/schema\/person\/c65b1d4f618c63175bb6460f598da9db","name":"alain1","image":{"@type":"ImageObject","inLanguage":"en-US","@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#\/schema\/person\/image\/","url":"\/\/www.gravatar.com\/avatar\/c8af82b6773d483b971da83902e30bc6?s=96&#038;r=g&#038;d=mm","contentUrl":"\/\/www.gravatar.com\/avatar\/c8af82b6773d483b971da83902e30bc6?s=96&#038;r=g&#038;d=mm","caption":"alain1"},"url":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/members\/alain1\/"}]}},"_links":{"self":[{"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/posts\/17252","targetHints":{"allow":["GET"]}}],"collection":[{"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/posts"}],"about":[{"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/types\/post"}],"author":[{"embeddable":true,"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/users\/10"}],"replies":[{"embeddable":true,"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/comments?post=17252"}],"version-history":[{"count":6,"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/posts\/17252\/revisions"}],"predecessor-version":[{"id":17431,"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/posts\/17252\/revisions\/17431"}],"wp:featuredmedia":[{"embeddable":true,"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/media\/17394"}],"wp:attachment":[{"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/media?parent=17252"}],"wp:term":[{"taxonomy":"category","embeddable":true,"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/categories?post=17252"},{"taxonomy":"post_tag","embeddable":true,"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/tags?post=17252"}],"curies":[{"name":"wp","href":"https:\/\/api.w.org\/{rel}","templated":true}]}}