{"id":17364,"date":"2020-06-11T10:22:20","date_gmt":"2020-06-11T10:22:20","guid":{"rendered":"https:\/\/indundi.com\/?p=17364"},"modified":"2020-06-12T11:04:26","modified_gmt":"2020-06-12T11:04:26","slug":"niki-abakunda-inkino-bokwibukira-kuri-nyakwigendera-umukuru-wigihugu-cuburundi-pitero-nkurunziza","status":"publish","type":"post","link":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/niki-abakunda-inkino-bokwibukira-kuri-nyakwigendera-umukuru-wigihugu-cuburundi-pitero-nkurunziza\/","title":{"rendered":"N&#8217;iki abakunda inkino bokwibukira kuri Nyakwigendera  Umukuru w&#8217;igihugu c&#8217;Uburundi Petero Nkurunziza."},"content":{"rendered":"<p><img loading=\"lazy\" decoding=\"async\" class=\"alignnone wp-image-17338 size-full\" src=\"https:\/\/indundi.com\/wp-content\/uploads\/2020\/06\/prezida.jpg\" alt=\"\" width=\"695\" height=\"390\" \/>Inkino ni kimwe mu bisata bihuza abantu mu gihugu,Kuva muri 2005 , Nyakwigendera Nyenicubahiro Umukuru w&#8217;igihugu c&#8217;Uburundi Nkurunziza Pierre yarongoye igihugu gushika kw&#8217;igenekerezo rya 8 Ruheshi yitavye Imana.Leta y&#8217;Uburundi yari rongowe na Nyakwigendera\u00a0 Petero NKURUNZIZA yakoze vyinshi cane mu guteza imbere inkino nko kurwiza ibibuga vya kijambere mu gihugu cose , gutanga uburyo no gushigikira imirwi nserukira gihugu itandukanye ivyatumye abana b&#8217;Uburundi batahana imidali n&#8217;ibibanza vya mbere tutibagiye ko igihugu cacu cakiriye inkino za CECAFA incuro zitatu mu mupira w&#8217;amaguru kiranategura amahiganwa mpuzamakungu mu karere ka Afrika na cane cane zone 5 mu nkino nka Basketball , Karat\u00e9,Judo n&#8217;izindi.Umukuru w&#8217;igihugu akaba yaritanze cane kubera ko inkino yazikina akaba yaranazize mumashure yiwe yongera arazigisha muri kaminuza y&#8217;Uburundi.<\/p>\n<p style=\"text-align: justify;\">Nyakwigendera Umukuru w&#8217;igihugu cacu yarakiriye ku kirimba iwe akatari gake abanonotsi batandukanye baba batahukanye imidali n&#8217;ibibanza vyiza , ivyo bikaba biri muvyatera intege cane abakinyi n&#8217;abarongoye imirwi n&#8217;amashirahamwe y&#8217;inkino kuko yabitaho.<\/p>\n<p style=\"text-align: justify;\">Akarorero ni mu mwaka wa 2014 igihe Urunani umugwi wa basketball club wari wasivye mu mahiganwa y&#8217;akarere ka gatanu kubera ikibazo c&#8217;uburyo ,Nyakwigendera Nyenicubahiro Petero Nkurunziza akaba yaciye aha uburyo bwafashije uwo murwi kwitaba ayo mahiganwa utako utahana igikombe muri iryo higanwa ryabereye i Mombassa muri Kenya.<br \/>\nIkindi twokwibuka ni mu gihe abakinyi ba boxe bagiriye ikibazo muri Gabon babura uburyo baca bafungirwa mw&#8217;ihoteri. Leta yaciye ikubita inzu ibipfunsi irarihira uwo murwi nserukiragihugu ucuratahuka.<br \/>\nNtitwokwibagira ko amashirahamwe y&#8217;umupira w&#8217;amaguru Football hamwe n&#8217;inkino z&#8217;amaboko Basketball na volley ball bamwitiriye ihiganwa ryama riba uko umwaka utashe .<br \/>\nKubera gushigikira cane inkino , ku ntwaro yiwe , ku ncuro ya mbere igihugu cacu carakinye igikombe ca Afrika 2019 .<\/p>\n<p style=\"text-align: justify;\">Ni vyinshi twomuvugako ariko ntitwobiheza gusa twobibutsa ko ku wa gatandatu igenekerezo rya 6 Ruheshi 2020 hasigaye gusa amasaha mirongo ine n&#8217;umunani ngo yitabe imana azize ihagara ry&#8217;umutima bita mu kinyamazuru &#8220;arr\u00eat cardiaque&#8221; , Nyakwigendera Umukuru w&#8217;igihugu Petero Nkurunziza yakurikiranye ihiganwa ry&#8217;igikombe camwitiriwe muri Volley kuri Stade Urukundo imbere yuko ajanwa mu bitaro vyitiriwe Yubile y&#8217; imyaka 50 twikukiye vyo mu ntara ya Karusi .<\/p>\n<p style=\"text-align: justify;\">Abakinyi batandukanye b&#8217;intamba mu rugamba nka Saido Berahino , Saido Ntibazonkiza , Yamin Selemani , Arakaza mc Arthur , Enock Sabukama na wa munonotsi Francine Niyonsaba nibamwe mu bahojeje umuryango wabuze n&#8217;abarundi muri rusangi.<\/p>\n<p style=\"text-align: justify;\">Abarongoye imirwi nka Aigle noir ,Kayanza United ,New oil fc hamwe n&#8217;iyindi mirwi nabo barahojeje umuryango wabuze.<\/p>\n<p style=\"text-align: justify;\">Nyakwigendera\u00a0 Petero Nkurunziza yavutse mu mwaka wa 1963 akaba yabaye umushikiranganji mu biro vy&#8217;umukuru ajejwe intwaro ibereye imbere yuko atorwa muri 2005 ngo arongore igihugu gushika kw&#8217;igenekerezo rya 8 Ruheshi 2020 yitavye Imana . Niwe yatanguje umurwi wa acad\u00e9mie le messager mu mwaka wa 2004 mu gisagara ca Bujumbura acayikwiragiza mu ntara ya Rumonge ,I gitega hamwe n&#8217;i Makamba muri komine Nyanza lac.Ikinyamakuru Indundi kirahojeje abarundi bose muri rusangi hamwe n&#8217;umuryango wiwe.<\/p>\n","protected":false},"excerpt":{"rendered":"<p>Inkino ni kimwe mu bisata bihuza abantu mu gihugu,Kuva muri 2005 , Nyakwigendera Nyenicubahiro Umukuru w&#8217;igihugu c&#8217;Uburundi Nkurunziza Pierre yarongoye igihugu gushika kw&#8217;igenekerezo rya 8 Ruheshi yitavye Imana.Leta y&#8217;Uburundi yari rongowe na Nyakwigendera\u00a0 Petero NKURUNZIZA yakoze vyinshi cane mu guteza imbere inkino nko kurwiza ibibuga vya kijambere mu gihugu cose , gutanga uburyo no gushigikira [&hellip;]<\/p>\n","protected":false},"author":7,"featured_media":17366,"comment_status":"closed","ping_status":"open","sticky":false,"template":"","format":"standard","meta":{"_bbp_topic_count":0,"_bbp_reply_count":0,"_bbp_total_topic_count":0,"_bbp_total_reply_count":0,"_bbp_voice_count":0,"_bbp_anonymous_reply_count":0,"_bbp_topic_count_hidden":0,"_bbp_reply_count_hidden":0,"_bbp_forum_subforum_count":0,"footnotes":""},"categories":[518,1023,515,519,525,863],"tags":[],"class_list":["post-17364","post","type-post","status-publish","format-standard","has-post-thumbnail","hentry","category-burundi","category-groups-at-message","category-homepage","category-kirundi","category-sports","category-sport"],"yoast_head":"<!-- This site is optimized with the Yoast SEO plugin v21.3 - https:\/\/yoast.com\/wordpress\/plugins\/seo\/ -->\n<title>N&#039;iki abakunda inkino bokwibukira kuri Nyakwigendera Umukuru w&#039;igihugu c&#039;Uburundi Petero Nkurunziza. - Indundi Culture | Magazine<\/title>\n<meta name=\"robots\" content=\"index, follow, max-snippet:-1, max-image-preview:large, max-video-preview:-1\" \/>\n<link rel=\"canonical\" href=\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/niki-abakunda-inkino-bokwibukira-kuri-nyakwigendera-umukuru-wigihugu-cuburundi-pitero-nkurunziza\/\" \/>\n<meta property=\"og:locale\" content=\"en_US\" \/>\n<meta property=\"og:type\" content=\"article\" \/>\n<meta property=\"og:title\" content=\"N&#039;iki abakunda inkino bokwibukira kuri Nyakwigendera Umukuru w&#039;igihugu c&#039;Uburundi Petero Nkurunziza. - Indundi Culture | Magazine\" \/>\n<meta property=\"og:description\" content=\"Inkino ni kimwe mu bisata bihuza abantu mu gihugu,Kuva muri 2005 , Nyakwigendera Nyenicubahiro Umukuru w&#8217;igihugu c&#8217;Uburundi Nkurunziza Pierre yarongoye igihugu gushika kw&#8217;igenekerezo rya 8 Ruheshi yitavye Imana.Leta y&#8217;Uburundi yari rongowe na Nyakwigendera\u00a0 Petero NKURUNZIZA yakoze vyinshi cane mu guteza imbere inkino nko kurwiza ibibuga vya kijambere mu gihugu cose , gutanga uburyo no gushigikira [&hellip;]\" \/>\n<meta property=\"og:url\" content=\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/niki-abakunda-inkino-bokwibukira-kuri-nyakwigendera-umukuru-wigihugu-cuburundi-pitero-nkurunziza\/\" \/>\n<meta property=\"og:site_name\" content=\"Indundi Culture | Magazine\" \/>\n<meta property=\"article:published_time\" content=\"2020-06-11T10:22:20+00:00\" \/>\n<meta property=\"article:modified_time\" content=\"2020-06-12T11:04:26+00:00\" \/>\n<meta name=\"author\" content=\"epimac\" \/>\n<meta name=\"twitter:card\" content=\"summary_large_image\" \/>\n<meta name=\"twitter:label1\" content=\"Written by\" \/>\n\t<meta name=\"twitter:data1\" content=\"epimac\" \/>\n\t<meta name=\"twitter:label2\" content=\"Est. reading time\" \/>\n\t<meta name=\"twitter:data2\" content=\"2 minutes\" \/>\n<script type=\"application\/ld+json\" class=\"yoast-schema-graph\">{\"@context\":\"https:\/\/schema.org\",\"@graph\":[{\"@type\":\"WebPage\",\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/niki-abakunda-inkino-bokwibukira-kuri-nyakwigendera-umukuru-wigihugu-cuburundi-pitero-nkurunziza\/\",\"url\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/niki-abakunda-inkino-bokwibukira-kuri-nyakwigendera-umukuru-wigihugu-cuburundi-pitero-nkurunziza\/\",\"name\":\"N'iki abakunda inkino bokwibukira kuri Nyakwigendera Umukuru w'igihugu c'Uburundi Petero Nkurunziza. - Indundi Culture | Magazine\",\"isPartOf\":{\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#website\"},\"datePublished\":\"2020-06-11T10:22:20+00:00\",\"dateModified\":\"2020-06-12T11:04:26+00:00\",\"author\":{\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#\/schema\/person\/1a3d6b4bcba08bbf96beed73eda127a2\"},\"breadcrumb\":{\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/niki-abakunda-inkino-bokwibukira-kuri-nyakwigendera-umukuru-wigihugu-cuburundi-pitero-nkurunziza\/#breadcrumb\"},\"inLanguage\":\"en-US\",\"potentialAction\":[{\"@type\":\"ReadAction\",\"target\":[\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/niki-abakunda-inkino-bokwibukira-kuri-nyakwigendera-umukuru-wigihugu-cuburundi-pitero-nkurunziza\/\"]}]},{\"@type\":\"BreadcrumbList\",\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/niki-abakunda-inkino-bokwibukira-kuri-nyakwigendera-umukuru-wigihugu-cuburundi-pitero-nkurunziza\/#breadcrumb\",\"itemListElement\":[{\"@type\":\"ListItem\",\"position\":1,\"name\":\"Home\",\"item\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/\"},{\"@type\":\"ListItem\",\"position\":2,\"name\":\"N&#8217;iki abakunda inkino bokwibukira kuri Nyakwigendera Umukuru w&#8217;igihugu c&#8217;Uburundi Petero Nkurunziza.\"}]},{\"@type\":\"WebSite\",\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#website\",\"url\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/\",\"name\":\"Indundi Culture | Magazine\",\"description\":\"Burundi Entertainment\",\"potentialAction\":[{\"@type\":\"SearchAction\",\"target\":{\"@type\":\"EntryPoint\",\"urlTemplate\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/?s={search_term_string}\"},\"query-input\":\"required name=search_term_string\"}],\"inLanguage\":\"en-US\"},{\"@type\":\"Person\",\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#\/schema\/person\/1a3d6b4bcba08bbf96beed73eda127a2\",\"name\":\"epimac\",\"image\":{\"@type\":\"ImageObject\",\"inLanguage\":\"en-US\",\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#\/schema\/person\/image\/\",\"url\":\"\/\/www.gravatar.com\/avatar\/42baa2eb53ca9f23b7d65426b2551356?s=96&#038;r=g&#038;d=mm\",\"contentUrl\":\"\/\/www.gravatar.com\/avatar\/42baa2eb53ca9f23b7d65426b2551356?s=96&#038;r=g&#038;d=mm\",\"caption\":\"epimac\"},\"url\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/members\/epimac\/\"}]}<\/script>\n<!-- \/ Yoast SEO plugin. -->","yoast_head_json":{"title":"N'iki abakunda inkino bokwibukira kuri Nyakwigendera Umukuru w'igihugu c'Uburundi Petero Nkurunziza. - Indundi Culture | Magazine","robots":{"index":"index","follow":"follow","max-snippet":"max-snippet:-1","max-image-preview":"max-image-preview:large","max-video-preview":"max-video-preview:-1"},"canonical":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/niki-abakunda-inkino-bokwibukira-kuri-nyakwigendera-umukuru-wigihugu-cuburundi-pitero-nkurunziza\/","og_locale":"en_US","og_type":"article","og_title":"N'iki abakunda inkino bokwibukira kuri Nyakwigendera Umukuru w'igihugu c'Uburundi Petero Nkurunziza. - Indundi Culture | Magazine","og_description":"Inkino ni kimwe mu bisata bihuza abantu mu gihugu,Kuva muri 2005 , Nyakwigendera Nyenicubahiro Umukuru w&#8217;igihugu c&#8217;Uburundi Nkurunziza Pierre yarongoye igihugu gushika kw&#8217;igenekerezo rya 8 Ruheshi yitavye Imana.Leta y&#8217;Uburundi yari rongowe na Nyakwigendera\u00a0 Petero NKURUNZIZA yakoze vyinshi cane mu guteza imbere inkino nko kurwiza ibibuga vya kijambere mu gihugu cose , gutanga uburyo no gushigikira [&hellip;]","og_url":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/niki-abakunda-inkino-bokwibukira-kuri-nyakwigendera-umukuru-wigihugu-cuburundi-pitero-nkurunziza\/","og_site_name":"Indundi Culture | Magazine","article_published_time":"2020-06-11T10:22:20+00:00","article_modified_time":"2020-06-12T11:04:26+00:00","author":"epimac","twitter_card":"summary_large_image","twitter_misc":{"Written by":"epimac","Est. reading time":"2 minutes"},"schema":{"@context":"https:\/\/schema.org","@graph":[{"@type":"WebPage","@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/niki-abakunda-inkino-bokwibukira-kuri-nyakwigendera-umukuru-wigihugu-cuburundi-pitero-nkurunziza\/","url":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/niki-abakunda-inkino-bokwibukira-kuri-nyakwigendera-umukuru-wigihugu-cuburundi-pitero-nkurunziza\/","name":"N'iki abakunda inkino bokwibukira kuri Nyakwigendera Umukuru w'igihugu c'Uburundi Petero Nkurunziza. - Indundi Culture | Magazine","isPartOf":{"@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#website"},"datePublished":"2020-06-11T10:22:20+00:00","dateModified":"2020-06-12T11:04:26+00:00","author":{"@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#\/schema\/person\/1a3d6b4bcba08bbf96beed73eda127a2"},"breadcrumb":{"@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/niki-abakunda-inkino-bokwibukira-kuri-nyakwigendera-umukuru-wigihugu-cuburundi-pitero-nkurunziza\/#breadcrumb"},"inLanguage":"en-US","potentialAction":[{"@type":"ReadAction","target":["https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/niki-abakunda-inkino-bokwibukira-kuri-nyakwigendera-umukuru-wigihugu-cuburundi-pitero-nkurunziza\/"]}]},{"@type":"BreadcrumbList","@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/niki-abakunda-inkino-bokwibukira-kuri-nyakwigendera-umukuru-wigihugu-cuburundi-pitero-nkurunziza\/#breadcrumb","itemListElement":[{"@type":"ListItem","position":1,"name":"Home","item":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/"},{"@type":"ListItem","position":2,"name":"N&#8217;iki abakunda inkino bokwibukira kuri Nyakwigendera Umukuru w&#8217;igihugu c&#8217;Uburundi Petero Nkurunziza."}]},{"@type":"WebSite","@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#website","url":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/","name":"Indundi Culture | Magazine","description":"Burundi Entertainment","potentialAction":[{"@type":"SearchAction","target":{"@type":"EntryPoint","urlTemplate":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/?s={search_term_string}"},"query-input":"required name=search_term_string"}],"inLanguage":"en-US"},{"@type":"Person","@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#\/schema\/person\/1a3d6b4bcba08bbf96beed73eda127a2","name":"epimac","image":{"@type":"ImageObject","inLanguage":"en-US","@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#\/schema\/person\/image\/","url":"\/\/www.gravatar.com\/avatar\/42baa2eb53ca9f23b7d65426b2551356?s=96&#038;r=g&#038;d=mm","contentUrl":"\/\/www.gravatar.com\/avatar\/42baa2eb53ca9f23b7d65426b2551356?s=96&#038;r=g&#038;d=mm","caption":"epimac"},"url":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/members\/epimac\/"}]}},"_links":{"self":[{"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/posts\/17364","targetHints":{"allow":["GET"]}}],"collection":[{"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/posts"}],"about":[{"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/types\/post"}],"author":[{"embeddable":true,"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/users\/7"}],"replies":[{"embeddable":true,"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/comments?post=17364"}],"version-history":[{"count":5,"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/posts\/17364\/revisions"}],"predecessor-version":[{"id":17420,"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/posts\/17364\/revisions\/17420"}],"wp:featuredmedia":[{"embeddable":true,"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/media\/17366"}],"wp:attachment":[{"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/media?parent=17364"}],"wp:term":[{"taxonomy":"category","embeddable":true,"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/categories?post=17364"},{"taxonomy":"post_tag","embeddable":true,"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/tags?post=17364"}],"curies":[{"name":"wp","href":"https:\/\/api.w.org\/{rel}","templated":true}]}}