{"id":17759,"date":"2020-06-20T09:58:56","date_gmt":"2020-06-20T09:58:56","guid":{"rendered":"https:\/\/indundi.com\/?p=17759"},"modified":"2020-06-20T09:58:56","modified_gmt":"2020-06-20T09:58:56","slug":"uko-coronavirus-yatanguye-kwibonekeza-mu-butariyano-imbere-yuko-itangazwa","status":"publish","type":"post","link":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/uko-coronavirus-yatanguye-kwibonekeza-mu-butariyano-imbere-yuko-itangazwa\/","title":{"rendered":"Uko Coronavirus yatanguye kwibonekeza mu Butariyano imbere y\u2019uko itangazwa"},"content":{"rendered":"<p><img loading=\"lazy\" decoding=\"async\" class=\"aligncenter wp-image-17760 size-full\" src=\"https:\/\/indundi.com\/wp-content\/uploads\/2020\/06\/57F71130-7500-4B68-AE40-0F42FD48E6DE.jpeg\" alt=\"\" width=\"800\" height=\"450\" \/><\/p>\n<p style=\"text-align: left;\">Abahinga b&#8217;Abatariyano bavuga ko umugera wa coronavirus watanguye kwibonekeza mu kwezi kwa Kigarama mu mazi atwara imicafu yava mu bisagara bibiri, imbere y&#8217;uko ico kiza gitangazwa muri ico gihugu.<\/p>\n<p style=\"text-align: left;\">Ikigo c&#8217;igihugu kijejwe amagara y&#8217;abantu (ISS) kivuga ko amazi atwara imicafu yava mu bisagara vya Milan na Turin yatanguye kubonekanamwo uwo mugera ku wa 18\/12\/2019, ico gihe ntiwari bwanatangazwe mu Bushinwa aho bizwi ko ari ho watanguriye.<br \/>\nIco kigo congerako y&#8217;uko hari ivyemezo biva mu bindi bihugu vyerekana ko uwo mugera wari watanguye gukwirakwira hanasigaye n&#8217;igihe kinini imbere y&#8217;uko umenyekana.<\/p>\n<p>Uwo mugera watanguye gutangazwa ubwa mbere mu Bushinwa mu mpera z&#8217;ukwa 12, mu gihe mu Butariyano hoho umuntu wa mbere yanduye iyo ndwara yatangajwe hagati mu kwa kabiri.<\/p>\n<p>Mu kwa gatanu guheze, abahinga b&#8217;Abafaransa bavuze ko ibipimo vyafashwe ku murwayi yikekwa ko yari arwaye umusonga ku wa 27\/12 hafi y&#8217;umugwa mukuru Paris vyerekana ko yari yamaze kwandura uwo mugera.<br \/>\nMuri ico gihe nyene mu gihugu ca Espanye, ibipimo vy&#8217;amazi atwara imicafu vyakozwe hagati mu kwa mbere mu gisagara ca Barcelona, iminsi 40 imbere y&#8217;uko ico kiza kimenyekana muri ico gihugu, vyerekana ko ayo mazi yarimwo uwo mugera.<\/p>\n<p>Muri ico cigwa c&#8217;ikigo ISS mu Butariyano, abahinga bakoze ubushakashatsi ku bipimo 40 bafatiye ku bigo bishikizwamwo amazi atwara imicafu mu buraruko bw&#8217;Ubutaliyano hagati y&#8217;ukwezi kwa cumi 2019 n&#8217;ukwa kabiri 2020.<br \/>\nIbipimo bafashe mu kwa cumi n&#8217;ukwa cumi na rimwe nta migera vyarimwo, ivyo bikerenaka ko uwo mugera utari bwahashike, nk&#8217;uko bivugwa n&#8217;umuhinga wo mu kigo ISS Giuseppina La Rosa.<br \/>\nUmupfasoni La Rosa avuga ko ubwo bushakashatsi bushobora gufasha abahinga gutahura ingene uwo mugera watanguye gukwirakwira muri ico gihugu.<br \/>\nUmuntu wa mbere yatanguye gutorwamwo uwo mugera atavuye hanze yari umurwayi wo mu gisagara ca Codogno mu ntara ya Lombardy.<br \/>\nIco gisagara caciye cugarwa ku wa 21 z&#8217;ukwa kabiri.<\/p>\n<p>Ibindi bisagara icenda vyo muri iyo ntara vyahavuye navyo vyugarwa, mu nyuma mbere n&#8217;igihugu cose kirugarwa mu ntango z&#8217;ukwa gatatu.<br \/>\nIkigo ISS kimenyesha ko ubwo bushakashatsi bwerekana &#8220;akamaro ntangere&#8221; ko gupima amazi atwara imicafu mu nzira yo gutora uwo mugera imbere y&#8217;uko amavuriro avyemeza.<br \/>\nIbihugu bitari bike biriko birakoresha ubwo buhinga.<\/p>\n<p>Mwomenya mo mu gihugu c\u2019Ubutariyano, hafi abantu 35.000 nibo bamaze guhitanwa na Covid-19 nk&#8217;uko bitangwa n&#8217;ishure kaminuza Johns Hopkins rikurikiranira hagufi ibijanye n&#8217;uwo mugera.<\/p>\n","protected":false},"excerpt":{"rendered":"<p>Abahinga b&#8217;Abatariyano bavuga ko umugera wa coronavirus watanguye kwibonekeza mu kwezi kwa Kigarama mu mazi atwara imicafu yava mu bisagara bibiri, imbere y&#8217;uko ico kiza gitangazwa muri ico gihugu. Ikigo c&#8217;igihugu kijejwe amagara y&#8217;abantu (ISS) kivuga ko amazi atwara imicafu yava mu bisagara vya Milan na Turin yatanguye kubonekanamwo uwo mugera ku wa 18\/12\/2019, ico [&hellip;]<\/p>\n","protected":false},"author":5,"featured_media":17760,"comment_status":"closed","ping_status":"open","sticky":false,"template":"","format":"standard","meta":{"_bbp_topic_count":0,"_bbp_reply_count":0,"_bbp_total_topic_count":0,"_bbp_total_reply_count":0,"_bbp_voice_count":0,"_bbp_anonymous_reply_count":0,"_bbp_topic_count_hidden":0,"_bbp_reply_count_hidden":0,"_bbp_forum_subforum_count":0,"footnotes":""},"categories":[612,515,519,530],"tags":[],"class_list":["post-17759","post","type-post","status-publish","format-standard","has-post-thumbnail","hentry","category-health","category-homepage","category-kirundi","category-world-news"],"yoast_head":"<!-- This site is optimized with the Yoast SEO plugin v21.3 - https:\/\/yoast.com\/wordpress\/plugins\/seo\/ -->\n<title>Uko Coronavirus yatanguye kwibonekeza mu Butariyano imbere y\u2019uko itangazwa - Indundi Culture | Magazine<\/title>\n<meta name=\"robots\" content=\"index, follow, max-snippet:-1, max-image-preview:large, max-video-preview:-1\" \/>\n<link rel=\"canonical\" href=\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/uko-coronavirus-yatanguye-kwibonekeza-mu-butariyano-imbere-yuko-itangazwa\/\" \/>\n<meta property=\"og:locale\" content=\"en_US\" \/>\n<meta property=\"og:type\" content=\"article\" \/>\n<meta property=\"og:title\" content=\"Uko Coronavirus yatanguye kwibonekeza mu Butariyano imbere y\u2019uko itangazwa - Indundi Culture | Magazine\" \/>\n<meta property=\"og:description\" content=\"Abahinga b&#8217;Abatariyano bavuga ko umugera wa coronavirus watanguye kwibonekeza mu kwezi kwa Kigarama mu mazi atwara imicafu yava mu bisagara bibiri, imbere y&#8217;uko ico kiza gitangazwa muri ico gihugu. Ikigo c&#8217;igihugu kijejwe amagara y&#8217;abantu (ISS) kivuga ko amazi atwara imicafu yava mu bisagara vya Milan na Turin yatanguye kubonekanamwo uwo mugera ku wa 18\/12\/2019, ico [&hellip;]\" \/>\n<meta property=\"og:url\" content=\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/uko-coronavirus-yatanguye-kwibonekeza-mu-butariyano-imbere-yuko-itangazwa\/\" \/>\n<meta property=\"og:site_name\" content=\"Indundi Culture | Magazine\" \/>\n<meta property=\"article:published_time\" content=\"2020-06-20T09:58:56+00:00\" \/>\n<meta name=\"author\" content=\"janvier\" \/>\n<meta name=\"twitter:card\" content=\"summary_large_image\" \/>\n<meta name=\"twitter:label1\" content=\"Written by\" \/>\n\t<meta name=\"twitter:data1\" content=\"janvier\" \/>\n\t<meta name=\"twitter:label2\" content=\"Est. reading time\" \/>\n\t<meta name=\"twitter:data2\" content=\"2 minutes\" \/>\n<script type=\"application\/ld+json\" class=\"yoast-schema-graph\">{\"@context\":\"https:\/\/schema.org\",\"@graph\":[{\"@type\":\"WebPage\",\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/uko-coronavirus-yatanguye-kwibonekeza-mu-butariyano-imbere-yuko-itangazwa\/\",\"url\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/uko-coronavirus-yatanguye-kwibonekeza-mu-butariyano-imbere-yuko-itangazwa\/\",\"name\":\"Uko Coronavirus yatanguye kwibonekeza mu Butariyano imbere y\u2019uko itangazwa - Indundi Culture | Magazine\",\"isPartOf\":{\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#website\"},\"datePublished\":\"2020-06-20T09:58:56+00:00\",\"dateModified\":\"2020-06-20T09:58:56+00:00\",\"author\":{\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#\/schema\/person\/dd28c84d43ef99ec2da1bfc4b42bc814\"},\"breadcrumb\":{\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/uko-coronavirus-yatanguye-kwibonekeza-mu-butariyano-imbere-yuko-itangazwa\/#breadcrumb\"},\"inLanguage\":\"en-US\",\"potentialAction\":[{\"@type\":\"ReadAction\",\"target\":[\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/uko-coronavirus-yatanguye-kwibonekeza-mu-butariyano-imbere-yuko-itangazwa\/\"]}]},{\"@type\":\"BreadcrumbList\",\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/uko-coronavirus-yatanguye-kwibonekeza-mu-butariyano-imbere-yuko-itangazwa\/#breadcrumb\",\"itemListElement\":[{\"@type\":\"ListItem\",\"position\":1,\"name\":\"Home\",\"item\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/\"},{\"@type\":\"ListItem\",\"position\":2,\"name\":\"Uko Coronavirus yatanguye kwibonekeza mu Butariyano imbere y\u2019uko itangazwa\"}]},{\"@type\":\"WebSite\",\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#website\",\"url\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/\",\"name\":\"Indundi Culture | Magazine\",\"description\":\"Burundi Entertainment\",\"potentialAction\":[{\"@type\":\"SearchAction\",\"target\":{\"@type\":\"EntryPoint\",\"urlTemplate\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/?s={search_term_string}\"},\"query-input\":\"required name=search_term_string\"}],\"inLanguage\":\"en-US\"},{\"@type\":\"Person\",\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#\/schema\/person\/dd28c84d43ef99ec2da1bfc4b42bc814\",\"name\":\"janvier\",\"image\":{\"@type\":\"ImageObject\",\"inLanguage\":\"en-US\",\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#\/schema\/person\/image\/\",\"url\":\"\/\/www.gravatar.com\/avatar\/93b8d6f4cc712a3a5c942430cca87e87?s=96&#038;r=g&#038;d=mm\",\"contentUrl\":\"\/\/www.gravatar.com\/avatar\/93b8d6f4cc712a3a5c942430cca87e87?s=96&#038;r=g&#038;d=mm\",\"caption\":\"janvier\"},\"url\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/members\/janvier\/\"}]}<\/script>\n<!-- \/ Yoast SEO plugin. -->","yoast_head_json":{"title":"Uko Coronavirus yatanguye kwibonekeza mu Butariyano imbere y\u2019uko itangazwa - Indundi Culture | Magazine","robots":{"index":"index","follow":"follow","max-snippet":"max-snippet:-1","max-image-preview":"max-image-preview:large","max-video-preview":"max-video-preview:-1"},"canonical":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/uko-coronavirus-yatanguye-kwibonekeza-mu-butariyano-imbere-yuko-itangazwa\/","og_locale":"en_US","og_type":"article","og_title":"Uko Coronavirus yatanguye kwibonekeza mu Butariyano imbere y\u2019uko itangazwa - Indundi Culture | Magazine","og_description":"Abahinga b&#8217;Abatariyano bavuga ko umugera wa coronavirus watanguye kwibonekeza mu kwezi kwa Kigarama mu mazi atwara imicafu yava mu bisagara bibiri, imbere y&#8217;uko ico kiza gitangazwa muri ico gihugu. Ikigo c&#8217;igihugu kijejwe amagara y&#8217;abantu (ISS) kivuga ko amazi atwara imicafu yava mu bisagara vya Milan na Turin yatanguye kubonekanamwo uwo mugera ku wa 18\/12\/2019, ico [&hellip;]","og_url":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/uko-coronavirus-yatanguye-kwibonekeza-mu-butariyano-imbere-yuko-itangazwa\/","og_site_name":"Indundi Culture | Magazine","article_published_time":"2020-06-20T09:58:56+00:00","author":"janvier","twitter_card":"summary_large_image","twitter_misc":{"Written by":"janvier","Est. reading time":"2 minutes"},"schema":{"@context":"https:\/\/schema.org","@graph":[{"@type":"WebPage","@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/uko-coronavirus-yatanguye-kwibonekeza-mu-butariyano-imbere-yuko-itangazwa\/","url":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/uko-coronavirus-yatanguye-kwibonekeza-mu-butariyano-imbere-yuko-itangazwa\/","name":"Uko Coronavirus yatanguye kwibonekeza mu Butariyano imbere y\u2019uko itangazwa - Indundi Culture | Magazine","isPartOf":{"@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#website"},"datePublished":"2020-06-20T09:58:56+00:00","dateModified":"2020-06-20T09:58:56+00:00","author":{"@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#\/schema\/person\/dd28c84d43ef99ec2da1bfc4b42bc814"},"breadcrumb":{"@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/uko-coronavirus-yatanguye-kwibonekeza-mu-butariyano-imbere-yuko-itangazwa\/#breadcrumb"},"inLanguage":"en-US","potentialAction":[{"@type":"ReadAction","target":["https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/uko-coronavirus-yatanguye-kwibonekeza-mu-butariyano-imbere-yuko-itangazwa\/"]}]},{"@type":"BreadcrumbList","@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/uko-coronavirus-yatanguye-kwibonekeza-mu-butariyano-imbere-yuko-itangazwa\/#breadcrumb","itemListElement":[{"@type":"ListItem","position":1,"name":"Home","item":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/"},{"@type":"ListItem","position":2,"name":"Uko Coronavirus yatanguye kwibonekeza mu Butariyano imbere y\u2019uko itangazwa"}]},{"@type":"WebSite","@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#website","url":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/","name":"Indundi Culture | Magazine","description":"Burundi Entertainment","potentialAction":[{"@type":"SearchAction","target":{"@type":"EntryPoint","urlTemplate":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/?s={search_term_string}"},"query-input":"required name=search_term_string"}],"inLanguage":"en-US"},{"@type":"Person","@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#\/schema\/person\/dd28c84d43ef99ec2da1bfc4b42bc814","name":"janvier","image":{"@type":"ImageObject","inLanguage":"en-US","@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#\/schema\/person\/image\/","url":"\/\/www.gravatar.com\/avatar\/93b8d6f4cc712a3a5c942430cca87e87?s=96&#038;r=g&#038;d=mm","contentUrl":"\/\/www.gravatar.com\/avatar\/93b8d6f4cc712a3a5c942430cca87e87?s=96&#038;r=g&#038;d=mm","caption":"janvier"},"url":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/members\/janvier\/"}]}},"_links":{"self":[{"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/posts\/17759","targetHints":{"allow":["GET"]}}],"collection":[{"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/posts"}],"about":[{"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/types\/post"}],"author":[{"embeddable":true,"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/users\/5"}],"replies":[{"embeddable":true,"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/comments?post=17759"}],"version-history":[{"count":2,"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/posts\/17759\/revisions"}],"predecessor-version":[{"id":17762,"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/posts\/17759\/revisions\/17762"}],"wp:featuredmedia":[{"embeddable":true,"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/media\/17760"}],"wp:attachment":[{"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/media?parent=17759"}],"wp:term":[{"taxonomy":"category","embeddable":true,"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/categories?post=17759"},{"taxonomy":"post_tag","embeddable":true,"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/tags?post=17759"}],"curies":[{"name":"wp","href":"https:\/\/api.w.org\/{rel}","templated":true}]}}