{"id":18301,"date":"2020-06-30T13:51:11","date_gmt":"2020-06-30T13:51:11","guid":{"rendered":"https:\/\/indundi.com\/?p=18301"},"modified":"2020-06-30T16:38:25","modified_gmt":"2020-06-30T16:38:25","slug":"burundi-inama-perezida-ndayishimiye-agira-abarundi-yobafasha-gutsimbataza-intahe-yukwikukira","status":"publish","type":"post","link":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/burundi-inama-perezida-ndayishimiye-agira-abarundi-yobafasha-gutsimbataza-intahe-yukwikukira\/","title":{"rendered":"Inama Perezida Ndayishimiye agira abarundi yobafasha gutsimbataza intahe y&#8217;ukwikukira"},"content":{"rendered":"<p><img loading=\"lazy\" decoding=\"async\" class=\"aligncenter wp-image-18302 size-full\" src=\"https:\/\/indundi.com\/wp-content\/uploads\/2020\/06\/President-Neva.jpg\" alt=\"\" width=\"1024\" height=\"682\" \/><\/p>\n<p style=\"text-align: justify;\">Imbere yo kurangiza ijambo yashikirije abarundi n&#8217;amakungu kuri uno wa kabiri mu ntumbero yo guhimbaza imyaka 58 irangiye Uburundi buhabuje intahe y\u2019ukwikukira, umukuru w&#8217;igihugu c&#8217;Uburundi Evariste Ndayishimiye yagiriye inama yofasha abarundi gutsimbataza iyo ntahe y&#8217;ukwikukira agira ati :<\/p>\n<p style=\"text-align: justify;\">&#8220;Ubwa mbere : Tuzirikane neza icivugo ngenderwako c\u2019Uburundi : Ubumwe-Ibikorwa-Amajambere. Gisigura muri make ko ataco twokora ngo kirame tutari kumwe, kandi ko tudakoze tutotera imbere !<br \/>\nTwame dufise ku muzirikanyi ko iyo twerekeza ari igihugu giteye imbere, cigaba kikigaburira. \u00ab Turi kumwe twese, birashoboka \u00bb.<\/p>\n<p style=\"text-align: justify;\">Ubwa kabiri: Tuvavanure n\u2019agatima ko kugarariza inzego zivuye mu matora kuko inyifato nk\u2019iyo ataho itaniye no kurwanya intahe<br \/>\ny\u2019ukwikukira na demokarasi, kandi tumenye ko kizira kikaziririzwa<br \/>\nkuvuguruza abenegihugu ku co baba bapfundikiye mu matora. Ko twamaze gusezerera intwaro z\u2019igikenye n\u2019iz\u2019amagaburanyama, Zina ndongozi namenye ko ari umusuku w\u2019abenegihugu. Indongozi ni zikorere abenegihugu bashime ata numwe avuyemwo ni ho n\u2019amakungu azobona ko Uburundi ari igihugu c\u2019ijunja kuko gifise indongozi z\u2019ubuvyeyi.<\/p>\n<p style=\"text-align: justify;\">Ubwa gatatu: Twame tuzirikana ko Umurundi wese, yaba mu Burundi canke mu mahanga, ari ubwa mbere na mbere Umurundi, kandi ko naho yoronka ubundi bwenegihugu, ata teka azigera aronka risumba iryo kuba Umurundi. Turasavye Abakandizi b\u2019Uburundi mu bindi bihugu kwama bavyibutsa Abarundi mu bihugu barimwo.<\/p>\n<p style=\"text-align: justify;\">Ubwa kane : Dufashanye, tugire urunani rw&#8217;intamenwa, turwanye ubunebwe, dukomeze ubumwe n&#8217;urukundo mu bantu, dukure amaboko mu mpuzu dukore, dutere imbere, dushigikire intahe y&#8217;ukwikukira.<br \/>\nTumenye ko Igihugu kikizera inze, kigihanze amaso imfashanyo ziva hanze, kitaba cishira ngo cizane, ukwikukira kwaco guherera mu majambo gusa, na kare \u00ab Uwanka gucuka acika uruzingo \u00bb.<\/p>\n<p style=\"text-align: justify;\">Ubwa gatanu : Dufashanye mu gusasagaza Ubutungane, bube Ubutungane butunganiriza bose ata nkunzi, kandi tuzirikane ko Ubutungane ari kirumara mu gutsimbataza Intahe y\u2019ukwikukira.<\/p>\n<p style=\"text-align: justify;\">Ubwa gatandatu: Umurundi wese yumve ko Uburundi ari icari ca twese. Turasavye impunzi z\u2019Abarundi zitahuke mu gihugu cabibarutse.<br \/>\nMu Burundi nta nyagupfa na nyagukira, Uburundi buradukeneye twese. \u00ab Amaherezo y&#8217;inzira ni mu nzu \u00bb, ni mutahe iwanyu mukiri abarundi b\u2019ubuntu, kuko \u00ab Inkoko irara mw\u2019ishamba bugaca yacitse inkware\u00bb !<\/p>\n<p style=\"text-align: justify;\">Ubw&#8217;indwi : Twijukire ibikorwa, tuje mu mashirahamwe, duteze imbere amakoperative ari ku mitumba yose, tworore turime kijambere, twimbure turonke ivyo dufungura n&#8217;umusesekara dushora mu masoko, twikukire koko.<\/p>\n<p style=\"text-align: justify;\">Ubw&#8217;umunani : Nidukomeze imiryango yacu yo mushinge w\u2019Igihugu, turerere urwaruka mu bikorwa tubigisha ikizira, kugira ngo dutegurire kazoza keza uburundi.<br \/>\nUrwaruka gwamaze gushika mu bigero na rwo turusaba gukanura, babone iyo baja. Natwe tukaba tubemereye kuzobaguma hafi tubafate mu mugongo muri iyo nzira.<\/p>\n<p style=\"text-align: justify;\">Ubw&#8217;icenda: Twamirire kure imbuto mbi yabibwe n\u2019abakoroni mu Burundi, twamirire kure ubugunge n\u2019uburyarya, dusangire tudacuranwa, turagirane atawusobanurira uwundi, duhinde ikibiri atawukebera mugenziwe, uwuteye imbere yibuke abasigaye inyuma.<br \/>\nUbw&#8217;icumi : Tuvire hasi rimwe mu kugwanya ikiza Korona kitubuza kwishira no kwiza, dushigikire ingingo zafashwe na Reta mu ntumbero yo kugwanya ico kiza ; cane cane isekeza twataziriye; \u00abNdakira, sinandura kandi sinanduza\u00bb.&#8221;<\/p>\n","protected":false},"excerpt":{"rendered":"<p>Imbere yo kurangiza ijambo yashikirije abarundi n&#8217;amakungu kuri uno wa kabiri mu ntumbero yo guhimbaza imyaka 58 irangiye Uburundi buhabuje intahe y\u2019ukwikukira, umukuru w&#8217;igihugu c&#8217;Uburundi Evariste Ndayishimiye yagiriye inama yofasha abarundi gutsimbataza iyo ntahe y&#8217;ukwikukira agira ati : &#8220;Ubwa mbere : Tuzirikane neza icivugo ngenderwako c\u2019Uburundi : Ubumwe-Ibikorwa-Amajambere. Gisigura muri make ko ataco twokora ngo [&hellip;]<\/p>\n","protected":false},"author":5,"featured_media":18302,"comment_status":"closed","ping_status":"open","sticky":false,"template":"","format":"standard","meta":{"_bbp_topic_count":0,"_bbp_reply_count":0,"_bbp_total_topic_count":0,"_bbp_total_reply_count":0,"_bbp_voice_count":0,"_bbp_anonymous_reply_count":0,"_bbp_topic_count_hidden":0,"_bbp_reply_count_hidden":0,"_bbp_forum_subforum_count":0,"footnotes":""},"categories":[518,515,519,617,579],"tags":[],"class_list":["post-18301","post","type-post","status-publish","format-standard","has-post-thumbnail","hentry","category-burundi","category-homepage","category-kirundi","category-politics","category-politique"],"yoast_head":"<!-- This site is optimized with the Yoast SEO plugin v21.3 - https:\/\/yoast.com\/wordpress\/plugins\/seo\/ -->\n<title>Inama Perezida Ndayishimiye agira abarundi yobafasha gutsimbataza intahe y&#039;ukwikukira - Indundi Culture | Magazine<\/title>\n<meta name=\"robots\" content=\"index, follow, max-snippet:-1, max-image-preview:large, max-video-preview:-1\" \/>\n<link rel=\"canonical\" href=\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/burundi-inama-perezida-ndayishimiye-agira-abarundi-yobafasha-gutsimbataza-intahe-yukwikukira\/\" \/>\n<meta property=\"og:locale\" content=\"en_US\" \/>\n<meta property=\"og:type\" content=\"article\" \/>\n<meta property=\"og:title\" content=\"Inama Perezida Ndayishimiye agira abarundi yobafasha gutsimbataza intahe y&#039;ukwikukira - Indundi Culture | Magazine\" \/>\n<meta property=\"og:description\" content=\"Imbere yo kurangiza ijambo yashikirije abarundi n&#8217;amakungu kuri uno wa kabiri mu ntumbero yo guhimbaza imyaka 58 irangiye Uburundi buhabuje intahe y\u2019ukwikukira, umukuru w&#8217;igihugu c&#8217;Uburundi Evariste Ndayishimiye yagiriye inama yofasha abarundi gutsimbataza iyo ntahe y&#8217;ukwikukira agira ati : &#8220;Ubwa mbere : Tuzirikane neza icivugo ngenderwako c\u2019Uburundi : Ubumwe-Ibikorwa-Amajambere. Gisigura muri make ko ataco twokora ngo [&hellip;]\" \/>\n<meta property=\"og:url\" content=\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/burundi-inama-perezida-ndayishimiye-agira-abarundi-yobafasha-gutsimbataza-intahe-yukwikukira\/\" \/>\n<meta property=\"og:site_name\" content=\"Indundi Culture | Magazine\" \/>\n<meta property=\"article:published_time\" content=\"2020-06-30T13:51:11+00:00\" \/>\n<meta property=\"article:modified_time\" content=\"2020-06-30T16:38:25+00:00\" \/>\n<meta name=\"author\" content=\"janvier\" \/>\n<meta name=\"twitter:card\" content=\"summary_large_image\" \/>\n<meta name=\"twitter:label1\" content=\"Written by\" \/>\n\t<meta name=\"twitter:data1\" content=\"janvier\" \/>\n\t<meta name=\"twitter:label2\" content=\"Est. reading time\" \/>\n\t<meta name=\"twitter:data2\" content=\"2 minutes\" \/>\n<script type=\"application\/ld+json\" class=\"yoast-schema-graph\">{\"@context\":\"https:\/\/schema.org\",\"@graph\":[{\"@type\":\"WebPage\",\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/burundi-inama-perezida-ndayishimiye-agira-abarundi-yobafasha-gutsimbataza-intahe-yukwikukira\/\",\"url\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/burundi-inama-perezida-ndayishimiye-agira-abarundi-yobafasha-gutsimbataza-intahe-yukwikukira\/\",\"name\":\"Inama Perezida Ndayishimiye agira abarundi yobafasha gutsimbataza intahe y'ukwikukira - Indundi Culture | Magazine\",\"isPartOf\":{\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#website\"},\"datePublished\":\"2020-06-30T13:51:11+00:00\",\"dateModified\":\"2020-06-30T16:38:25+00:00\",\"author\":{\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#\/schema\/person\/dd28c84d43ef99ec2da1bfc4b42bc814\"},\"breadcrumb\":{\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/burundi-inama-perezida-ndayishimiye-agira-abarundi-yobafasha-gutsimbataza-intahe-yukwikukira\/#breadcrumb\"},\"inLanguage\":\"en-US\",\"potentialAction\":[{\"@type\":\"ReadAction\",\"target\":[\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/burundi-inama-perezida-ndayishimiye-agira-abarundi-yobafasha-gutsimbataza-intahe-yukwikukira\/\"]}]},{\"@type\":\"BreadcrumbList\",\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/burundi-inama-perezida-ndayishimiye-agira-abarundi-yobafasha-gutsimbataza-intahe-yukwikukira\/#breadcrumb\",\"itemListElement\":[{\"@type\":\"ListItem\",\"position\":1,\"name\":\"Home\",\"item\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/\"},{\"@type\":\"ListItem\",\"position\":2,\"name\":\"Inama Perezida Ndayishimiye agira abarundi yobafasha gutsimbataza intahe y&#8217;ukwikukira\"}]},{\"@type\":\"WebSite\",\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#website\",\"url\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/\",\"name\":\"Indundi Culture | Magazine\",\"description\":\"Burundi Entertainment\",\"potentialAction\":[{\"@type\":\"SearchAction\",\"target\":{\"@type\":\"EntryPoint\",\"urlTemplate\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/?s={search_term_string}\"},\"query-input\":\"required name=search_term_string\"}],\"inLanguage\":\"en-US\"},{\"@type\":\"Person\",\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#\/schema\/person\/dd28c84d43ef99ec2da1bfc4b42bc814\",\"name\":\"janvier\",\"image\":{\"@type\":\"ImageObject\",\"inLanguage\":\"en-US\",\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#\/schema\/person\/image\/\",\"url\":\"\/\/www.gravatar.com\/avatar\/93b8d6f4cc712a3a5c942430cca87e87?s=96&#038;r=g&#038;d=mm\",\"contentUrl\":\"\/\/www.gravatar.com\/avatar\/93b8d6f4cc712a3a5c942430cca87e87?s=96&#038;r=g&#038;d=mm\",\"caption\":\"janvier\"},\"url\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/members\/janvier\/\"}]}<\/script>\n<!-- \/ Yoast SEO plugin. -->","yoast_head_json":{"title":"Inama Perezida Ndayishimiye agira abarundi yobafasha gutsimbataza intahe y'ukwikukira - Indundi Culture | Magazine","robots":{"index":"index","follow":"follow","max-snippet":"max-snippet:-1","max-image-preview":"max-image-preview:large","max-video-preview":"max-video-preview:-1"},"canonical":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/burundi-inama-perezida-ndayishimiye-agira-abarundi-yobafasha-gutsimbataza-intahe-yukwikukira\/","og_locale":"en_US","og_type":"article","og_title":"Inama Perezida Ndayishimiye agira abarundi yobafasha gutsimbataza intahe y'ukwikukira - Indundi Culture | Magazine","og_description":"Imbere yo kurangiza ijambo yashikirije abarundi n&#8217;amakungu kuri uno wa kabiri mu ntumbero yo guhimbaza imyaka 58 irangiye Uburundi buhabuje intahe y\u2019ukwikukira, umukuru w&#8217;igihugu c&#8217;Uburundi Evariste Ndayishimiye yagiriye inama yofasha abarundi gutsimbataza iyo ntahe y&#8217;ukwikukira agira ati : &#8220;Ubwa mbere : Tuzirikane neza icivugo ngenderwako c\u2019Uburundi : Ubumwe-Ibikorwa-Amajambere. Gisigura muri make ko ataco twokora ngo [&hellip;]","og_url":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/burundi-inama-perezida-ndayishimiye-agira-abarundi-yobafasha-gutsimbataza-intahe-yukwikukira\/","og_site_name":"Indundi Culture | Magazine","article_published_time":"2020-06-30T13:51:11+00:00","article_modified_time":"2020-06-30T16:38:25+00:00","author":"janvier","twitter_card":"summary_large_image","twitter_misc":{"Written by":"janvier","Est. reading time":"2 minutes"},"schema":{"@context":"https:\/\/schema.org","@graph":[{"@type":"WebPage","@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/burundi-inama-perezida-ndayishimiye-agira-abarundi-yobafasha-gutsimbataza-intahe-yukwikukira\/","url":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/burundi-inama-perezida-ndayishimiye-agira-abarundi-yobafasha-gutsimbataza-intahe-yukwikukira\/","name":"Inama Perezida Ndayishimiye agira abarundi yobafasha gutsimbataza intahe y'ukwikukira - Indundi Culture | Magazine","isPartOf":{"@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#website"},"datePublished":"2020-06-30T13:51:11+00:00","dateModified":"2020-06-30T16:38:25+00:00","author":{"@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#\/schema\/person\/dd28c84d43ef99ec2da1bfc4b42bc814"},"breadcrumb":{"@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/burundi-inama-perezida-ndayishimiye-agira-abarundi-yobafasha-gutsimbataza-intahe-yukwikukira\/#breadcrumb"},"inLanguage":"en-US","potentialAction":[{"@type":"ReadAction","target":["https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/burundi-inama-perezida-ndayishimiye-agira-abarundi-yobafasha-gutsimbataza-intahe-yukwikukira\/"]}]},{"@type":"BreadcrumbList","@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/burundi-inama-perezida-ndayishimiye-agira-abarundi-yobafasha-gutsimbataza-intahe-yukwikukira\/#breadcrumb","itemListElement":[{"@type":"ListItem","position":1,"name":"Home","item":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/"},{"@type":"ListItem","position":2,"name":"Inama Perezida Ndayishimiye agira abarundi yobafasha gutsimbataza intahe y&#8217;ukwikukira"}]},{"@type":"WebSite","@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#website","url":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/","name":"Indundi Culture | Magazine","description":"Burundi Entertainment","potentialAction":[{"@type":"SearchAction","target":{"@type":"EntryPoint","urlTemplate":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/?s={search_term_string}"},"query-input":"required name=search_term_string"}],"inLanguage":"en-US"},{"@type":"Person","@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#\/schema\/person\/dd28c84d43ef99ec2da1bfc4b42bc814","name":"janvier","image":{"@type":"ImageObject","inLanguage":"en-US","@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#\/schema\/person\/image\/","url":"\/\/www.gravatar.com\/avatar\/93b8d6f4cc712a3a5c942430cca87e87?s=96&#038;r=g&#038;d=mm","contentUrl":"\/\/www.gravatar.com\/avatar\/93b8d6f4cc712a3a5c942430cca87e87?s=96&#038;r=g&#038;d=mm","caption":"janvier"},"url":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/members\/janvier\/"}]}},"_links":{"self":[{"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/posts\/18301","targetHints":{"allow":["GET"]}}],"collection":[{"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/posts"}],"about":[{"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/types\/post"}],"author":[{"embeddable":true,"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/users\/5"}],"replies":[{"embeddable":true,"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/comments?post=18301"}],"version-history":[{"count":3,"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/posts\/18301\/revisions"}],"predecessor-version":[{"id":18316,"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/posts\/18301\/revisions\/18316"}],"wp:featuredmedia":[{"embeddable":true,"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/media\/18302"}],"wp:attachment":[{"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/media?parent=18301"}],"wp:term":[{"taxonomy":"category","embeddable":true,"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/categories?post=18301"},{"taxonomy":"post_tag","embeddable":true,"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/tags?post=18301"}],"curies":[{"name":"wp","href":"https:\/\/api.w.org\/{rel}","templated":true}]}}