{"id":18720,"date":"2020-07-14T14:43:51","date_gmt":"2020-07-14T14:43:51","guid":{"rendered":"https:\/\/indundi.com\/?p=18720"},"modified":"2020-07-24T16:43:53","modified_gmt":"2020-07-24T16:43:53","slug":"nta-rukundo-wogira-nimba-udahagaze-aho-ruri-mu-mpwemu-umuntu-atanga-ico-afise","status":"publish","type":"post","link":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/nta-rukundo-wogira-nimba-udahagaze-aho-ruri-mu-mpwemu-umuntu-atanga-ico-afise\/","title":{"rendered":"Nta rukundo wogira nimba udahagaze aho ruri mu mpwemu. Umuntu atanga ico afise!"},"content":{"rendered":"<figure id=\"attachment_13661\" aria-describedby=\"caption-attachment-13661\" style=\"width: 300px\" class=\"wp-caption alignleft\"><img loading=\"lazy\" decoding=\"async\" class=\"wp-image-13661 size-full\" src=\"https:\/\/indundi.com\/wp-content\/uploads\/2020\/03\/Urwevu-300x300-4.jpg\" alt=\"\" width=\"300\" height=\"300\" \/><figcaption id=\"caption-attachment-13661\" class=\"wp-caption-text\">Isanamu ngereranyo y&#8217;umuntu ariko yiyumvira uko yobivamwo<\/figcaption><\/figure>\n<p>URUKUNDO\u00a0 RWO RUSA NIRWO RUKIZA<\/p>\n<p>Iyo rero abantu bahejeje bakavuga ibijanye n&#8217;urukundo, turaheza twese tugaca twihutira kubona rumwe ruhagaze ahanyiganyiga, ku bishobisho rw&#8217;abataremye kumwe mu buryo bw&#8217;umubiri.<\/p>\n<p>Yamara duhagurutse gato tukarengera ino misozi y&#8217;imibiri, hari urundi rugero nyabuna duheza tugasanga twese turemye kumwe. Turaheza tugaca dusanga twese duhuriye ku kintu, agaciro( valeur) k&#8217;ubuntu( la dignit\u00e9).<\/p>\n<p>Iyo rero tugiye ku gasozi aho twese twibona nk&#8217;ubantu mu buntu bwacu( dignit\u00e9 humaine) muri ico gihe turaheza tugaca turabisha amaso y&#8217;ubuntu, tugaheza tukabona umuntu mu gaciro kiwe k&#8217;ubuntu( dignit\u00e9 humaine).<\/p>\n<p>Iyo tumaze kuva ku misozi y&#8217;uruhumyi rw&#8217;imibri niho duheza tukabona agaciro nyako, umuntu yaremanywe muri kameremere yiwe asangiye n&#8217;umuremyi, za mpwemu nyeranda ziheza zikadutandukanya n&#8217;inyamaswa.<\/p>\n<p>Iyo turi kuri uwo musozi mweranda , turaheza rero tugaca tuhabana mu mahoro, icubahiro cinshi, c&#8217;ukumva ko umuntu ari &#8221; katihabwa&#8221;, eka mbere na we nyene turaheza tugaca tumubona nk&#8217;umusozi w&#8217;Imana; ahantu Imana icumbitse.<\/p>\n<p>Muri ico gihe rero niho duheza tugaca dukundana, kuko dusanga turi umwe, mu buntu bwacu dusangiye nk&#8217;abantu. Ni rwo rukondo nyakuri kuko ruba ruhagaze kuri twebwe nyene , ku co twebwe nyene turi. Uri ugasanga ugukunda ari ari ukwikunda nyene. Uraheza ugasanga, uwo wita uwundi ari wewe nyene. Ivyo vyose umaze kubibona uko uraheza ugasanga nta n&#8217;uwundi muntu ahari kuko twese turi umwe.<\/p>\n<p>Aho kuri uwo musozi niho n&#8217;Umukama aza kwibera, kuko hariho amahoro n&#8217;umutekano.<\/p>\n<p>Nayo ku misozi atari iy&#8217;Imana\u00a0 hoho, ibintu biri ukundi.\u00a0 Haba hariyo ibigabo vy&#8217;amagorwe, Ibigabo bikomeye cane, vyama vyidoga, vyama bifise uburake. Ni ibigabo bitamenyerwa bifise inguvu nyinshi vyama birajwe ishinga n&#8217;ugutembagaza intungane. Birondera kwicara ku ntebe z&#8217;intungane bikoresheje igikenye. Nayo intunganye iherereye aho hantu yihenze ikaryogora biraheza bigaca biyihotora izosi , bigafyooonda amaso yayo gushika aho amera nk&#8217;ayatunutse maze bakiyerekura amaso maso yahindukiriye i mutwe, izosi na ryo ryakebanye.<\/p>\n<p>Iyahoze ari intungane iraheza igaca igira izosi rikebanye n&#8217;amaso yahumye, maze , gutyo ikaba irarose uko isaba indaro igashobora ikamara kabiri kuri mwen&#8217;iyo misozi. Iyahoze ari intunganye ica isigara ibona ivyari bicuramye bicurutse, ivyari bicururutse navyo ikabibona nk&#8217;ibicuramye. Ivyo abandi babona nk&#8217;ibara, agaheza akabibona ibisanzwe, ivyahoze ari ibidakorwa bigahinda ingendo. Agaheza agaca yiyita mbere umuhinga canke Igihangange.<\/p>\n<p>Mu kiringo imaze kumera gutyo( Uruhumyi rw&#8217;umutima) niho iheza igashobora kuba kuri mwene iyo misozi yorohewe, kuko aba yahejeje akamere nka bene ako karere nyene!<\/p>\n<p>Abahiriwe si ababa kuri mwen&#8217;iyo misozi kuko bobo basigaye biyunguruza nka kurya kw&#8217;uwuriko aragira urumende, amaboko n&#8217;umyutwe biba bicuramye . amaguru nayo akaja hejuru. Inda nayo nyene iba yahindukiriye isi, kubera umutwe n&#8217;umunwa n&#8217;amaso vyose biba vyahindukiriye isi. Inda iraheza igaca isa n&#8217;iyihanze amaso ibifungurwa vy&#8217;isi gusa nayo ibijanye n&#8217;impwemu bigaca vyose bimera nk&#8217;uruboga rutagira agaciro.<\/p>\n<p>Hariya nta rukundo rushoboka kuko erega ntawubona uwundi. N&#8217;ivyitwa amaso bafise bicuramiye hasi.<\/p>\n<p>Urukundo ruri kuri uriye musozi w&#8217;Imana, niho hatekanye, igihugu c&#8217;amahoro, amata n&#8217;ubuki, hoho intambwe iba yiryamiye impande y&#8217;umwagazi w&#8217;intama, inka n&#8217;intambwe vyose birya ivyatsi, akaguruka ntikarya akandi, imihoro iramwa!<\/p>\n<p>Abahiriwe ni abibera ku misozi myeranda. Nayo ibinyamubiri vyawe ugaheza ukumva bishaka ko wohungira kuri iyo yindi misozi, uraheza uvyiyamirize ukoresheje <strong>psaume 11, na 23.<\/strong><\/p>\n<p>Umukama niyabona ishaka ry&#8217;ukumuhungirako, azoheza akurungikire akanuma kagurukane umushaha wawe kakujane iyo aherereye, nawe ube mu mahoro. Nayo ivy&#8217;isi vyose ni ivy&#8217;ubusa<\/p>\n<p>Mugume muzirikana ivyo Umukama avuga muri\u00a0 &#8221; 2 Cloniques 7:14. It is real!!!<\/p>\n","protected":false},"excerpt":{"rendered":"<p>URUKUNDO\u00a0 RWO RUSA NIRWO RUKIZA Iyo rero abantu bahejeje bakavuga ibijanye n&#8217;urukundo, turaheza twese tugaca twihutira kubona rumwe ruhagaze ahanyiganyiga, ku bishobisho rw&#8217;abataremye kumwe mu buryo bw&#8217;umubiri. Yamara duhagurutse gato tukarengera ino misozi y&#8217;imibiri, hari urundi rugero nyabuna duheza tugasanga twese turemye kumwe. Turaheza tugaca dusanga twese duhuriye ku kintu, agaciro( valeur) k&#8217;ubuntu( la dignit\u00e9). [&hellip;]<\/p>\n","protected":false},"author":4,"featured_media":0,"comment_status":"closed","ping_status":"open","sticky":false,"template":"","format":"standard","meta":{"_bbp_topic_count":0,"_bbp_reply_count":0,"_bbp_total_topic_count":0,"_bbp_total_reply_count":0,"_bbp_voice_count":0,"_bbp_anonymous_reply_count":0,"_bbp_topic_count_hidden":0,"_bbp_reply_count_hidden":0,"_bbp_forum_subforum_count":0,"footnotes":""},"categories":[515,519,520,521,522,523],"tags":[],"class_list":["post-18720","post","type-post","status-publish","format-standard","hentry","category-homepage","category-kirundi","category-personal-development","category-spirituality-and-progress","category-urwevu","category-youth"],"yoast_head":"<!-- This site is optimized with the Yoast SEO plugin v21.3 - https:\/\/yoast.com\/wordpress\/plugins\/seo\/ -->\n<title>Nta rukundo wogira nimba udahagaze aho ruri mu mpwemu. Umuntu atanga ico afise! - Indundi Culture | Magazine<\/title>\n<meta name=\"robots\" content=\"index, follow, max-snippet:-1, max-image-preview:large, max-video-preview:-1\" \/>\n<link rel=\"canonical\" href=\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/nta-rukundo-wogira-nimba-udahagaze-aho-ruri-mu-mpwemu-umuntu-atanga-ico-afise\/\" \/>\n<meta property=\"og:locale\" content=\"en_US\" \/>\n<meta property=\"og:type\" content=\"article\" \/>\n<meta property=\"og:title\" content=\"Nta rukundo wogira nimba udahagaze aho ruri mu mpwemu. Umuntu atanga ico afise! - Indundi Culture | Magazine\" \/>\n<meta property=\"og:description\" content=\"URUKUNDO\u00a0 RWO RUSA NIRWO RUKIZA Iyo rero abantu bahejeje bakavuga ibijanye n&#8217;urukundo, turaheza twese tugaca twihutira kubona rumwe ruhagaze ahanyiganyiga, ku bishobisho rw&#8217;abataremye kumwe mu buryo bw&#8217;umubiri. Yamara duhagurutse gato tukarengera ino misozi y&#8217;imibiri, hari urundi rugero nyabuna duheza tugasanga twese turemye kumwe. Turaheza tugaca dusanga twese duhuriye ku kintu, agaciro( valeur) k&#8217;ubuntu( la dignit\u00e9). [&hellip;]\" \/>\n<meta property=\"og:url\" content=\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/nta-rukundo-wogira-nimba-udahagaze-aho-ruri-mu-mpwemu-umuntu-atanga-ico-afise\/\" \/>\n<meta property=\"og:site_name\" content=\"Indundi Culture | Magazine\" \/>\n<meta property=\"article:published_time\" content=\"2020-07-14T14:43:51+00:00\" \/>\n<meta property=\"article:modified_time\" content=\"2020-07-24T16:43:53+00:00\" \/>\n<meta property=\"og:image\" content=\"https:\/\/indundi.com\/wp-content\/uploads\/2020\/03\/Urwevu-300x300-4.jpg\" \/>\n<meta name=\"author\" content=\"staff\" \/>\n<meta name=\"twitter:card\" content=\"summary_large_image\" \/>\n<meta name=\"twitter:label1\" content=\"Written by\" \/>\n\t<meta name=\"twitter:data1\" content=\"staff\" \/>\n\t<meta name=\"twitter:label2\" content=\"Est. reading time\" \/>\n\t<meta name=\"twitter:data2\" content=\"3 minutes\" \/>\n<script type=\"application\/ld+json\" class=\"yoast-schema-graph\">{\"@context\":\"https:\/\/schema.org\",\"@graph\":[{\"@type\":\"WebPage\",\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/nta-rukundo-wogira-nimba-udahagaze-aho-ruri-mu-mpwemu-umuntu-atanga-ico-afise\/\",\"url\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/nta-rukundo-wogira-nimba-udahagaze-aho-ruri-mu-mpwemu-umuntu-atanga-ico-afise\/\",\"name\":\"Nta rukundo wogira nimba udahagaze aho ruri mu mpwemu. Umuntu atanga ico afise! - Indundi Culture | Magazine\",\"isPartOf\":{\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#website\"},\"datePublished\":\"2020-07-14T14:43:51+00:00\",\"dateModified\":\"2020-07-24T16:43:53+00:00\",\"author\":{\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#\/schema\/person\/b54973e1d37b807c22f909b0826ced1c\"},\"breadcrumb\":{\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/nta-rukundo-wogira-nimba-udahagaze-aho-ruri-mu-mpwemu-umuntu-atanga-ico-afise\/#breadcrumb\"},\"inLanguage\":\"en-US\",\"potentialAction\":[{\"@type\":\"ReadAction\",\"target\":[\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/nta-rukundo-wogira-nimba-udahagaze-aho-ruri-mu-mpwemu-umuntu-atanga-ico-afise\/\"]}]},{\"@type\":\"BreadcrumbList\",\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/nta-rukundo-wogira-nimba-udahagaze-aho-ruri-mu-mpwemu-umuntu-atanga-ico-afise\/#breadcrumb\",\"itemListElement\":[{\"@type\":\"ListItem\",\"position\":1,\"name\":\"Home\",\"item\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/\"},{\"@type\":\"ListItem\",\"position\":2,\"name\":\"Nta rukundo wogira nimba udahagaze aho ruri mu mpwemu. Umuntu atanga ico afise!\"}]},{\"@type\":\"WebSite\",\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#website\",\"url\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/\",\"name\":\"Indundi Culture | Magazine\",\"description\":\"Burundi Entertainment\",\"potentialAction\":[{\"@type\":\"SearchAction\",\"target\":{\"@type\":\"EntryPoint\",\"urlTemplate\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/?s={search_term_string}\"},\"query-input\":\"required name=search_term_string\"}],\"inLanguage\":\"en-US\"},{\"@type\":\"Person\",\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#\/schema\/person\/b54973e1d37b807c22f909b0826ced1c\",\"name\":\"staff\",\"image\":{\"@type\":\"ImageObject\",\"inLanguage\":\"en-US\",\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#\/schema\/person\/image\/\",\"url\":\"\/\/www.gravatar.com\/avatar\/58bf56ce40d971b35b325d08e68dd953?s=96&#038;r=g&#038;d=mm\",\"contentUrl\":\"\/\/www.gravatar.com\/avatar\/58bf56ce40d971b35b325d08e68dd953?s=96&#038;r=g&#038;d=mm\",\"caption\":\"staff\"},\"url\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/members\/staff\/\"}]}<\/script>\n<!-- \/ Yoast SEO plugin. -->","yoast_head_json":{"title":"Nta rukundo wogira nimba udahagaze aho ruri mu mpwemu. Umuntu atanga ico afise! - Indundi Culture | Magazine","robots":{"index":"index","follow":"follow","max-snippet":"max-snippet:-1","max-image-preview":"max-image-preview:large","max-video-preview":"max-video-preview:-1"},"canonical":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/nta-rukundo-wogira-nimba-udahagaze-aho-ruri-mu-mpwemu-umuntu-atanga-ico-afise\/","og_locale":"en_US","og_type":"article","og_title":"Nta rukundo wogira nimba udahagaze aho ruri mu mpwemu. Umuntu atanga ico afise! - Indundi Culture | Magazine","og_description":"URUKUNDO\u00a0 RWO RUSA NIRWO RUKIZA Iyo rero abantu bahejeje bakavuga ibijanye n&#8217;urukundo, turaheza twese tugaca twihutira kubona rumwe ruhagaze ahanyiganyiga, ku bishobisho rw&#8217;abataremye kumwe mu buryo bw&#8217;umubiri. Yamara duhagurutse gato tukarengera ino misozi y&#8217;imibiri, hari urundi rugero nyabuna duheza tugasanga twese turemye kumwe. Turaheza tugaca dusanga twese duhuriye ku kintu, agaciro( valeur) k&#8217;ubuntu( la dignit\u00e9). [&hellip;]","og_url":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/nta-rukundo-wogira-nimba-udahagaze-aho-ruri-mu-mpwemu-umuntu-atanga-ico-afise\/","og_site_name":"Indundi Culture | Magazine","article_published_time":"2020-07-14T14:43:51+00:00","article_modified_time":"2020-07-24T16:43:53+00:00","og_image":[{"url":"https:\/\/indundi.com\/wp-content\/uploads\/2020\/03\/Urwevu-300x300-4.jpg"}],"author":"staff","twitter_card":"summary_large_image","twitter_misc":{"Written by":"staff","Est. reading time":"3 minutes"},"schema":{"@context":"https:\/\/schema.org","@graph":[{"@type":"WebPage","@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/nta-rukundo-wogira-nimba-udahagaze-aho-ruri-mu-mpwemu-umuntu-atanga-ico-afise\/","url":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/nta-rukundo-wogira-nimba-udahagaze-aho-ruri-mu-mpwemu-umuntu-atanga-ico-afise\/","name":"Nta rukundo wogira nimba udahagaze aho ruri mu mpwemu. Umuntu atanga ico afise! - Indundi Culture | Magazine","isPartOf":{"@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#website"},"datePublished":"2020-07-14T14:43:51+00:00","dateModified":"2020-07-24T16:43:53+00:00","author":{"@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#\/schema\/person\/b54973e1d37b807c22f909b0826ced1c"},"breadcrumb":{"@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/nta-rukundo-wogira-nimba-udahagaze-aho-ruri-mu-mpwemu-umuntu-atanga-ico-afise\/#breadcrumb"},"inLanguage":"en-US","potentialAction":[{"@type":"ReadAction","target":["https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/nta-rukundo-wogira-nimba-udahagaze-aho-ruri-mu-mpwemu-umuntu-atanga-ico-afise\/"]}]},{"@type":"BreadcrumbList","@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/nta-rukundo-wogira-nimba-udahagaze-aho-ruri-mu-mpwemu-umuntu-atanga-ico-afise\/#breadcrumb","itemListElement":[{"@type":"ListItem","position":1,"name":"Home","item":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/"},{"@type":"ListItem","position":2,"name":"Nta rukundo wogira nimba udahagaze aho ruri mu mpwemu. Umuntu atanga ico afise!"}]},{"@type":"WebSite","@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#website","url":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/","name":"Indundi Culture | Magazine","description":"Burundi Entertainment","potentialAction":[{"@type":"SearchAction","target":{"@type":"EntryPoint","urlTemplate":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/?s={search_term_string}"},"query-input":"required name=search_term_string"}],"inLanguage":"en-US"},{"@type":"Person","@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#\/schema\/person\/b54973e1d37b807c22f909b0826ced1c","name":"staff","image":{"@type":"ImageObject","inLanguage":"en-US","@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#\/schema\/person\/image\/","url":"\/\/www.gravatar.com\/avatar\/58bf56ce40d971b35b325d08e68dd953?s=96&#038;r=g&#038;d=mm","contentUrl":"\/\/www.gravatar.com\/avatar\/58bf56ce40d971b35b325d08e68dd953?s=96&#038;r=g&#038;d=mm","caption":"staff"},"url":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/members\/staff\/"}]}},"_links":{"self":[{"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/posts\/18720","targetHints":{"allow":["GET"]}}],"collection":[{"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/posts"}],"about":[{"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/types\/post"}],"author":[{"embeddable":true,"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/users\/4"}],"replies":[{"embeddable":true,"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/comments?post=18720"}],"version-history":[{"count":5,"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/posts\/18720\/revisions"}],"predecessor-version":[{"id":18747,"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/posts\/18720\/revisions\/18747"}],"wp:attachment":[{"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/media?parent=18720"}],"wp:term":[{"taxonomy":"category","embeddable":true,"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/categories?post=18720"},{"taxonomy":"post_tag","embeddable":true,"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/tags?post=18720"}],"curies":[{"name":"wp","href":"https:\/\/api.w.org\/{rel}","templated":true}]}}