{"id":19533,"date":"2020-08-02T09:47:48","date_gmt":"2020-08-02T09:47:48","guid":{"rendered":"https:\/\/indundi.com\/?p=19533"},"modified":"2020-08-02T09:59:54","modified_gmt":"2020-08-02T09:59:54","slug":"chrisante-yahisemwo-kuba-umurwizatunga-biciye-mu-nzira-yo-gukingira-ibidukikije","status":"publish","type":"post","link":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/chrisante-yahisemwo-kuba-umurwizatunga-biciye-mu-nzira-yo-gukingira-ibidukikije\/","title":{"rendered":"#Chrisante yahisemwo kuba umurwizatunga biciye mu nzira yo gukingira ibidukikije"},"content":{"rendered":"<p><em>Ngo ntiyagiye mu Buganda kuraba amatara n&#8217;ikiyaga kuko i Bujumbura vyari bihari, Chrisante ngo kurahura ubwenge nivyo vyari vya mujanye, nayo ivyo yize vyose bimufitiye akamaro ka nini, bigashimisha umuryango, bikaba n&#8217;inyishu ku bihanze igihugu ciwe. <\/em><\/p>\n<p><img loading=\"lazy\" decoding=\"async\" class=\" wp-image-19534 aligncenter\" src=\"https:\/\/indundi.com\/wp-content\/uploads\/2020\/08\/Chrisant-300x214.jpg\" alt=\"\" width=\"477\" height=\"340\" \/><br \/>\nUmwanya w&#8217;ikiruhuko kuriwe wari umuruho udasanzwe kumvo zuko iyo yashaka gushika hatangana n&#8217;ivyirwa yariko aronka mw&#8217;ishure.<br \/>\nChrisante Nshimayesu agira ati: <strong>&#8220;<em>Ubuganda ni bunini cane ariko, narabugenze narabonye, bariya bantu n&#8217;abahinga barakora kandi barimbura,\u00a0 no bagereranya n&#8217;aba Chinoi, nico gituma bateyimbere ni twabafatirako akarorero guterimbere birashoboka.&#8221;<\/em><\/strong><br \/>\nAmakara ya rondereza, akorwa mu mwavu, adafumba imyotsi, yaka neza, atagurumbuka(adahera n&#8217;ingoga) adateza umwanda ni kimwe muvyo Nshimayesu yize guhingura, akanabikuramwo uruganda rutanga akazi mu runganwe rwiwe.<\/p>\n<p>Mu gisangara ca Bujumbura mu Buyenzi akaba ariho ariko arakorera muri kino gihe, Chrisante akaba yayagiye uruganda rwa<em> Indundi Magzine<\/em> ko iyo ari intango, kuko ivyo ategura gukora ari vyinshi, akanasaba abarundi kwijukira gukoresha ayo makara kuko igiciro cayo n&#8217;akamaro kavyo, ataho bihuriye n&#8217;amakara bari basanze bamenyereye, gukoresha ayo makara n&#8217;imyungu cane ku miryango. Bakaba badahingura amakara gusa, kuko banakora imbabura nziza za kijambere zirambisha amakara kandi zikomeye cane.<\/p>\n<p><strong>Gukingira ibidukikije<\/strong> ni kimwe mu bihimbara uwo musore akiri muto mu myaka, kuko ayo makara aboneka ata giti na kimwe kirinzwe kwicirwa.<br \/>\nIco gikorwa Chrisante Nshimayesu akagikenguruka cane kuko cari muri bimwe muvyo yari yateguye gushikako imbere yuko umwaka wa 2020 urangira.<\/p>\n<p><iframe loading=\"lazy\" title=\"Umunuko wabaye mu muduga wa mutima le comedien watumye yikurana abo yahaye lift\" width=\"500\" height=\"281\" src=\"https:\/\/www.youtube.com\/embed\/jbRB2lARID0?feature=oembed\" frameborder=\"0\" allow=\"accelerometer; autoplay; clipboard-write; encrypted-media; gyroscope; picture-in-picture; web-share\" referrerpolicy=\"strict-origin-when-cross-origin\" allowfullscreen><\/iframe><\/p>\n","protected":false},"excerpt":{"rendered":"<p>Ngo ntiyagiye mu Buganda kuraba amatara n&#8217;ikiyaga kuko i Bujumbura vyari bihari, Chrisante ngo kurahura ubwenge nivyo vyari vya mujanye, nayo ivyo yize vyose bimufitiye akamaro ka nini, bigashimisha umuryango, bikaba n&#8217;inyishu ku bihanze igihugu ciwe. Umwanya w&#8217;ikiruhuko kuriwe wari umuruho udasanzwe kumvo zuko iyo yashaka gushika hatangana n&#8217;ivyirwa yariko aronka mw&#8217;ishure. Chrisante Nshimayesu agira [&hellip;]<\/p>\n","protected":false},"author":6,"featured_media":19534,"comment_status":"closed","ping_status":"open","sticky":false,"template":"","format":"standard","meta":{"_bbp_topic_count":0,"_bbp_reply_count":0,"_bbp_total_topic_count":0,"_bbp_total_reply_count":0,"_bbp_voice_count":0,"_bbp_anonymous_reply_count":0,"_bbp_topic_count_hidden":0,"_bbp_reply_count_hidden":0,"_bbp_forum_subforum_count":0,"footnotes":""},"categories":[518,899,1086,558,519],"tags":[],"class_list":["post-19533","post","type-post","status-publish","format-standard","has-post-thumbnail","hentry","category-burundi","category-business","category-cute","category-environement","category-kirundi"],"yoast_head":"<!-- This site is optimized with the Yoast SEO plugin v21.3 - https:\/\/yoast.com\/wordpress\/plugins\/seo\/ -->\n<title>#Chrisante yahisemwo kuba umurwizatunga biciye mu nzira yo gukingira ibidukikije - Indundi Culture | Magazine<\/title>\n<meta name=\"robots\" content=\"index, follow, max-snippet:-1, max-image-preview:large, max-video-preview:-1\" \/>\n<link rel=\"canonical\" href=\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/chrisante-yahisemwo-kuba-umurwizatunga-biciye-mu-nzira-yo-gukingira-ibidukikije\/\" \/>\n<meta property=\"og:locale\" content=\"en_US\" \/>\n<meta property=\"og:type\" content=\"article\" \/>\n<meta property=\"og:title\" content=\"#Chrisante yahisemwo kuba umurwizatunga biciye mu nzira yo gukingira ibidukikije - Indundi Culture | Magazine\" \/>\n<meta property=\"og:description\" content=\"Ngo ntiyagiye mu Buganda kuraba amatara n&#8217;ikiyaga kuko i Bujumbura vyari bihari, Chrisante ngo kurahura ubwenge nivyo vyari vya mujanye, nayo ivyo yize vyose bimufitiye akamaro ka nini, bigashimisha umuryango, bikaba n&#8217;inyishu ku bihanze igihugu ciwe. Umwanya w&#8217;ikiruhuko kuriwe wari umuruho udasanzwe kumvo zuko iyo yashaka gushika hatangana n&#8217;ivyirwa yariko aronka mw&#8217;ishure. Chrisante Nshimayesu agira [&hellip;]\" \/>\n<meta property=\"og:url\" content=\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/chrisante-yahisemwo-kuba-umurwizatunga-biciye-mu-nzira-yo-gukingira-ibidukikije\/\" \/>\n<meta property=\"og:site_name\" content=\"Indundi Culture | Magazine\" \/>\n<meta property=\"article:published_time\" content=\"2020-08-02T09:47:48+00:00\" \/>\n<meta property=\"article:modified_time\" content=\"2020-08-02T09:59:54+00:00\" \/>\n<meta name=\"author\" content=\"gibbon\" \/>\n<meta name=\"twitter:card\" content=\"summary_large_image\" \/>\n<meta name=\"twitter:label1\" content=\"Written by\" \/>\n\t<meta name=\"twitter:data1\" content=\"gibbon\" \/>\n\t<meta name=\"twitter:label2\" content=\"Est. reading time\" \/>\n\t<meta name=\"twitter:data2\" content=\"1 minute\" \/>\n<script type=\"application\/ld+json\" class=\"yoast-schema-graph\">{\"@context\":\"https:\/\/schema.org\",\"@graph\":[{\"@type\":\"WebPage\",\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/chrisante-yahisemwo-kuba-umurwizatunga-biciye-mu-nzira-yo-gukingira-ibidukikije\/\",\"url\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/chrisante-yahisemwo-kuba-umurwizatunga-biciye-mu-nzira-yo-gukingira-ibidukikije\/\",\"name\":\"#Chrisante yahisemwo kuba umurwizatunga biciye mu nzira yo gukingira ibidukikije - Indundi Culture | Magazine\",\"isPartOf\":{\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#website\"},\"datePublished\":\"2020-08-02T09:47:48+00:00\",\"dateModified\":\"2020-08-02T09:59:54+00:00\",\"author\":{\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#\/schema\/person\/aceac5d93a544a4e524c7a53ed55302f\"},\"breadcrumb\":{\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/chrisante-yahisemwo-kuba-umurwizatunga-biciye-mu-nzira-yo-gukingira-ibidukikije\/#breadcrumb\"},\"inLanguage\":\"en-US\",\"potentialAction\":[{\"@type\":\"ReadAction\",\"target\":[\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/chrisante-yahisemwo-kuba-umurwizatunga-biciye-mu-nzira-yo-gukingira-ibidukikije\/\"]}]},{\"@type\":\"BreadcrumbList\",\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/chrisante-yahisemwo-kuba-umurwizatunga-biciye-mu-nzira-yo-gukingira-ibidukikije\/#breadcrumb\",\"itemListElement\":[{\"@type\":\"ListItem\",\"position\":1,\"name\":\"Home\",\"item\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/\"},{\"@type\":\"ListItem\",\"position\":2,\"name\":\"#Chrisante yahisemwo kuba umurwizatunga biciye mu nzira yo gukingira ibidukikije\"}]},{\"@type\":\"WebSite\",\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#website\",\"url\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/\",\"name\":\"Indundi Culture | Magazine\",\"description\":\"Burundi Entertainment\",\"potentialAction\":[{\"@type\":\"SearchAction\",\"target\":{\"@type\":\"EntryPoint\",\"urlTemplate\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/?s={search_term_string}\"},\"query-input\":\"required name=search_term_string\"}],\"inLanguage\":\"en-US\"},{\"@type\":\"Person\",\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#\/schema\/person\/aceac5d93a544a4e524c7a53ed55302f\",\"name\":\"gibbon\",\"image\":{\"@type\":\"ImageObject\",\"inLanguage\":\"en-US\",\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#\/schema\/person\/image\/\",\"url\":\"\/\/www.gravatar.com\/avatar\/25fe31847a07cf89dbaf6fbd64e96ff9?s=96&#038;r=g&#038;d=mm\",\"contentUrl\":\"\/\/www.gravatar.com\/avatar\/25fe31847a07cf89dbaf6fbd64e96ff9?s=96&#038;r=g&#038;d=mm\",\"caption\":\"gibbon\"},\"url\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/members\/gibbon\/\"}]}<\/script>\n<!-- \/ Yoast SEO plugin. -->","yoast_head_json":{"title":"#Chrisante yahisemwo kuba umurwizatunga biciye mu nzira yo gukingira ibidukikije - Indundi Culture | Magazine","robots":{"index":"index","follow":"follow","max-snippet":"max-snippet:-1","max-image-preview":"max-image-preview:large","max-video-preview":"max-video-preview:-1"},"canonical":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/chrisante-yahisemwo-kuba-umurwizatunga-biciye-mu-nzira-yo-gukingira-ibidukikije\/","og_locale":"en_US","og_type":"article","og_title":"#Chrisante yahisemwo kuba umurwizatunga biciye mu nzira yo gukingira ibidukikije - Indundi Culture | Magazine","og_description":"Ngo ntiyagiye mu Buganda kuraba amatara n&#8217;ikiyaga kuko i Bujumbura vyari bihari, Chrisante ngo kurahura ubwenge nivyo vyari vya mujanye, nayo ivyo yize vyose bimufitiye akamaro ka nini, bigashimisha umuryango, bikaba n&#8217;inyishu ku bihanze igihugu ciwe. Umwanya w&#8217;ikiruhuko kuriwe wari umuruho udasanzwe kumvo zuko iyo yashaka gushika hatangana n&#8217;ivyirwa yariko aronka mw&#8217;ishure. Chrisante Nshimayesu agira [&hellip;]","og_url":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/chrisante-yahisemwo-kuba-umurwizatunga-biciye-mu-nzira-yo-gukingira-ibidukikije\/","og_site_name":"Indundi Culture | Magazine","article_published_time":"2020-08-02T09:47:48+00:00","article_modified_time":"2020-08-02T09:59:54+00:00","author":"gibbon","twitter_card":"summary_large_image","twitter_misc":{"Written by":"gibbon","Est. reading time":"1 minute"},"schema":{"@context":"https:\/\/schema.org","@graph":[{"@type":"WebPage","@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/chrisante-yahisemwo-kuba-umurwizatunga-biciye-mu-nzira-yo-gukingira-ibidukikije\/","url":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/chrisante-yahisemwo-kuba-umurwizatunga-biciye-mu-nzira-yo-gukingira-ibidukikije\/","name":"#Chrisante yahisemwo kuba umurwizatunga biciye mu nzira yo gukingira ibidukikije - Indundi Culture | Magazine","isPartOf":{"@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#website"},"datePublished":"2020-08-02T09:47:48+00:00","dateModified":"2020-08-02T09:59:54+00:00","author":{"@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#\/schema\/person\/aceac5d93a544a4e524c7a53ed55302f"},"breadcrumb":{"@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/chrisante-yahisemwo-kuba-umurwizatunga-biciye-mu-nzira-yo-gukingira-ibidukikije\/#breadcrumb"},"inLanguage":"en-US","potentialAction":[{"@type":"ReadAction","target":["https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/chrisante-yahisemwo-kuba-umurwizatunga-biciye-mu-nzira-yo-gukingira-ibidukikije\/"]}]},{"@type":"BreadcrumbList","@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/chrisante-yahisemwo-kuba-umurwizatunga-biciye-mu-nzira-yo-gukingira-ibidukikije\/#breadcrumb","itemListElement":[{"@type":"ListItem","position":1,"name":"Home","item":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/"},{"@type":"ListItem","position":2,"name":"#Chrisante yahisemwo kuba umurwizatunga biciye mu nzira yo gukingira ibidukikije"}]},{"@type":"WebSite","@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#website","url":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/","name":"Indundi Culture | Magazine","description":"Burundi Entertainment","potentialAction":[{"@type":"SearchAction","target":{"@type":"EntryPoint","urlTemplate":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/?s={search_term_string}"},"query-input":"required name=search_term_string"}],"inLanguage":"en-US"},{"@type":"Person","@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#\/schema\/person\/aceac5d93a544a4e524c7a53ed55302f","name":"gibbon","image":{"@type":"ImageObject","inLanguage":"en-US","@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#\/schema\/person\/image\/","url":"\/\/www.gravatar.com\/avatar\/25fe31847a07cf89dbaf6fbd64e96ff9?s=96&#038;r=g&#038;d=mm","contentUrl":"\/\/www.gravatar.com\/avatar\/25fe31847a07cf89dbaf6fbd64e96ff9?s=96&#038;r=g&#038;d=mm","caption":"gibbon"},"url":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/members\/gibbon\/"}]}},"_links":{"self":[{"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/posts\/19533","targetHints":{"allow":["GET"]}}],"collection":[{"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/posts"}],"about":[{"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/types\/post"}],"author":[{"embeddable":true,"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/users\/6"}],"replies":[{"embeddable":true,"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/comments?post=19533"}],"version-history":[{"count":3,"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/posts\/19533\/revisions"}],"predecessor-version":[{"id":19537,"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/posts\/19533\/revisions\/19537"}],"wp:featuredmedia":[{"embeddable":true,"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/media\/19534"}],"wp:attachment":[{"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/media?parent=19533"}],"wp:term":[{"taxonomy":"category","embeddable":true,"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/categories?post=19533"},{"taxonomy":"post_tag","embeddable":true,"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/tags?post=19533"}],"curies":[{"name":"wp","href":"https:\/\/api.w.org\/{rel}","templated":true}]}}