{"id":19538,"date":"2020-08-03T07:43:54","date_gmt":"2020-08-03T07:43:54","guid":{"rendered":"https:\/\/indundi.com\/?p=19538"},"modified":"2020-08-03T07:46:40","modified_gmt":"2020-08-03T07:46:40","slug":"kamoso-yavuze-kuvyo-yabonye-ku-muryango-wa-nyakwigendera-petero-nkurunziza","status":"publish","type":"post","link":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/kamoso-yavuze-kuvyo-yabonye-ku-muryango-wa-nyakwigendera-petero-nkurunziza\/","title":{"rendered":"Kamoso yavuze kuvyo yabonye ku muryango wa Nyakwigendera Petero Nkurunziza"},"content":{"rendered":"<p><img loading=\"lazy\" decoding=\"async\" class=\" wp-image-19541 aligncenter\" src=\"https:\/\/indundi.com\/wp-content\/uploads\/2020\/08\/PhotoGrid_1596418930784-300x157.jpg\" alt=\"\" width=\"478\" height=\"250\" \/><\/p>\n<p><strong><em>Uguhura kwa Eddy kamoso n&#8217;umukuru w&#8217;igihugu c&#8217;Uburundi, Nyakwigendera Petero Nkurunziza, ngo vyabaye ugusohora kw&#8217;amasezerano Imana yari yarahaye uwo muririmvyi akaba n&#8217;umumenyeshamakuru.<\/em><\/strong><\/p>\n<p>Mu kiyago n&#8217;ikinyamakuru Isibo Tv, mu kiganiro The Choice ,Eddy Kamoso yamenyesheje ko ashika i Bujumbura, noneho agatangura ikiganiro ku nsamirizi ngo yakiriye Telephone y&#8217;umutambukanyi w&#8217;umukuru w&#8217;iighugu w&#8217;ico gihe, Umupfasoni Nkurunziza Bucumi Denise. Ngo vyari bigoye kwemera kuriwe ko yohamagarwa n&#8217;umutabukanyi w&#8217;umukuru w&#8217;igihugu.<\/p>\n<p>Iyo Telephone yakiriye ngo yari iyo kumukeza ku kiganiro yakora no kumwakira mu gihugu. Iyahavuye inavamwo ubutumire mu masengesho yabera ku kirimba c&#8217;umukuru w&#8217;igihugu misi yose ku musi wa 3. Ico gihe uwo muririmvyi, akaba umukozi w&#8217;Imana eka mbere n&#8217;umumenyeshamakuru ngo yari yahawe ikaze ngo aje kubabwira ubutumwa bwiza, anaharonkera ubutumwa bwo kuja kwigisha mu rusengero Rocher rurongowe n&#8217;Umupfasoni Nkurunziza Denise Bucumi.<\/p>\n<p><iframe loading=\"lazy\" title=\"Urunani rw&#039;urwaruka ruri kubikorwa SEST ruriko rurafasha urundi rwaruka ruri mu buruhuko kwitunganya\" width=\"500\" height=\"281\" src=\"https:\/\/www.youtube.com\/embed\/z6kgnTwX6sg?feature=oembed\" frameborder=\"0\" allow=\"accelerometer; autoplay; clipboard-write; encrypted-media; gyroscope; picture-in-picture; web-share\" referrerpolicy=\"strict-origin-when-cross-origin\" allowfullscreen><\/iframe><\/p>\n<p>Muri ayo masengesho nyene, Kamoso avuga ko ariho yahuriye na Nyakwigendera, aho yaravuye mu kazi noneho amusanga muhira iwe bari mu masengesho. Ngo nk&#8217;umwana w&#8217;umuntu umutima warasimvye, ariko nk&#8217;umukozi w&#8217;Imana yari yuzuye mpwemu yera ngo ntacamunyiganyije. Ico gihe ngo umukuru w&#8217;igihugu yaramuhaye nawe ikaze mu gihugu.<\/p>\n<p>Kamoso muri ico kiyago nyene, yavuze ko uwo muryango w&#8217;umukuru w&#8217;igihugu wamubaye hafi cane mu gihe cose yamaze muri kino gihugu cacu. Ico atazopfa yibagiye ngo nuko uwo muririmvyi yigeze kugwarira kuri CMCK mu Kinindo, ariko yisanga umuryango w&#8217;umukuru w&#8217;igihugu waje kumuraba,ivyo atashobora kwibaza ko bishoboka kubera Umuryngo avamwo.<\/p>\n<p>Eddy yanavuze ko imbere yuko aza mu gihugu c&#8217;Uburundi ngo yarafise isezerano rivuga ko azokorana n&#8217;abakomeye kandi agakora ibikomeye. Ukwo guhura n&#8217;umukuru w&#8217;igihugu ngo vyamweretse ko isezerano ryayo risohoje. Ico akaba ngo yaranakivugiye mu massengesho yavugiyemwo ubutumwa, yahuza abari muri Leta ya Nyakwigendera Petero Nkurunziza.<\/p>\n<p><iframe loading=\"lazy\" title=\"Umusi mukuru w\u2019amakomine : Abavukakomine ba Gihanga bagendeye ikigo c\u2019abageze muzabukuru\" width=\"500\" height=\"281\" src=\"https:\/\/www.youtube.com\/embed\/iiuNyqJq1Ug?feature=oembed\" frameborder=\"0\" allow=\"accelerometer; autoplay; clipboard-write; encrypted-media; gyroscope; picture-in-picture; web-share\" referrerpolicy=\"strict-origin-when-cross-origin\" allowfullscreen><\/iframe><\/p>\n<p>Kamoso muri ico kiganiro yanagarutse ku bitangaza Imana yamukoreye aho yasubira mu Rwanda, aho avuga ko yabonye Imana ikora ibitangaza, mu gihe yaragezwe habi n&#8217;ibibazo. S&#8217;ico gusa kuko ngo ivyo bibazo vyamuhaye incuti zamuteye gusubira guca bugufi, binamushikana uno musi gusubira mu kazi kiwe k&#8217;ukumenyeshamakuru yaramaze imyaka ishika 5 adakora, ikigeretseho anasubira ku nsamirizi yamureze imyaka itari mike, Radio 10.<\/p>\n","protected":false},"excerpt":{"rendered":"<p>Uguhura kwa Eddy kamoso n&#8217;umukuru w&#8217;igihugu c&#8217;Uburundi, Nyakwigendera Petero Nkurunziza, ngo vyabaye ugusohora kw&#8217;amasezerano Imana yari yarahaye uwo muririmvyi akaba n&#8217;umumenyeshamakuru. Mu kiyago n&#8217;ikinyamakuru Isibo Tv, mu kiganiro The Choice ,Eddy Kamoso yamenyesheje ko ashika i Bujumbura, noneho agatangura ikiganiro ku nsamirizi ngo yakiriye Telephone y&#8217;umutambukanyi w&#8217;umukuru w&#8217;iighugu w&#8217;ico gihe, Umupfasoni Nkurunziza Bucumi Denise. Ngo [&hellip;]<\/p>\n","protected":false},"author":3,"featured_media":0,"comment_status":"closed","ping_status":"open","sticky":false,"template":"","format":"standard","meta":{"_bbp_topic_count":0,"_bbp_reply_count":0,"_bbp_total_topic_count":0,"_bbp_total_reply_count":0,"_bbp_voice_count":0,"_bbp_anonymous_reply_count":0,"_bbp_topic_count_hidden":0,"_bbp_reply_count_hidden":0,"_bbp_forum_subforum_count":0,"footnotes":""},"categories":[518,526,515,519,516],"tags":[],"class_list":["post-19538","post","type-post","status-publish","format-standard","hentry","category-burundi","category-news-burundi","category-homepage","category-kirundi","category-music-news"],"yoast_head":"<!-- This site is optimized with the Yoast SEO plugin v21.3 - https:\/\/yoast.com\/wordpress\/plugins\/seo\/ -->\n<title>Kamoso yavuze kuvyo yabonye ku muryango wa Nyakwigendera Petero Nkurunziza - Indundi Culture | Magazine<\/title>\n<meta name=\"robots\" content=\"index, follow, max-snippet:-1, max-image-preview:large, max-video-preview:-1\" \/>\n<link rel=\"canonical\" href=\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/kamoso-yavuze-kuvyo-yabonye-ku-muryango-wa-nyakwigendera-petero-nkurunziza\/\" \/>\n<meta property=\"og:locale\" content=\"en_US\" \/>\n<meta property=\"og:type\" content=\"article\" \/>\n<meta property=\"og:title\" content=\"Kamoso yavuze kuvyo yabonye ku muryango wa Nyakwigendera Petero Nkurunziza - Indundi Culture | Magazine\" \/>\n<meta property=\"og:description\" content=\"Uguhura kwa Eddy kamoso n&#8217;umukuru w&#8217;igihugu c&#8217;Uburundi, Nyakwigendera Petero Nkurunziza, ngo vyabaye ugusohora kw&#8217;amasezerano Imana yari yarahaye uwo muririmvyi akaba n&#8217;umumenyeshamakuru. Mu kiyago n&#8217;ikinyamakuru Isibo Tv, mu kiganiro The Choice ,Eddy Kamoso yamenyesheje ko ashika i Bujumbura, noneho agatangura ikiganiro ku nsamirizi ngo yakiriye Telephone y&#8217;umutambukanyi w&#8217;umukuru w&#8217;iighugu w&#8217;ico gihe, Umupfasoni Nkurunziza Bucumi Denise. Ngo [&hellip;]\" \/>\n<meta property=\"og:url\" content=\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/kamoso-yavuze-kuvyo-yabonye-ku-muryango-wa-nyakwigendera-petero-nkurunziza\/\" \/>\n<meta property=\"og:site_name\" content=\"Indundi Culture | Magazine\" \/>\n<meta property=\"article:published_time\" content=\"2020-08-03T07:43:54+00:00\" \/>\n<meta property=\"article:modified_time\" content=\"2020-08-03T07:46:40+00:00\" \/>\n<meta property=\"og:image\" content=\"https:\/\/indundi.com\/wp-content\/uploads\/2020\/08\/PhotoGrid_1596418930784-300x157.jpg\" \/>\n<meta name=\"author\" content=\"yanick\" \/>\n<meta name=\"twitter:card\" content=\"summary_large_image\" \/>\n<meta name=\"twitter:label1\" content=\"Written by\" \/>\n\t<meta name=\"twitter:data1\" content=\"yanick\" \/>\n\t<meta name=\"twitter:label2\" content=\"Est. reading time\" \/>\n\t<meta name=\"twitter:data2\" content=\"2 minutes\" \/>\n<script type=\"application\/ld+json\" class=\"yoast-schema-graph\">{\"@context\":\"https:\/\/schema.org\",\"@graph\":[{\"@type\":\"WebPage\",\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/kamoso-yavuze-kuvyo-yabonye-ku-muryango-wa-nyakwigendera-petero-nkurunziza\/\",\"url\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/kamoso-yavuze-kuvyo-yabonye-ku-muryango-wa-nyakwigendera-petero-nkurunziza\/\",\"name\":\"Kamoso yavuze kuvyo yabonye ku muryango wa Nyakwigendera Petero Nkurunziza - Indundi Culture | Magazine\",\"isPartOf\":{\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#website\"},\"datePublished\":\"2020-08-03T07:43:54+00:00\",\"dateModified\":\"2020-08-03T07:46:40+00:00\",\"author\":{\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#\/schema\/person\/8b60fb7f0669c0da6211620297ad2021\"},\"breadcrumb\":{\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/kamoso-yavuze-kuvyo-yabonye-ku-muryango-wa-nyakwigendera-petero-nkurunziza\/#breadcrumb\"},\"inLanguage\":\"en-US\",\"potentialAction\":[{\"@type\":\"ReadAction\",\"target\":[\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/kamoso-yavuze-kuvyo-yabonye-ku-muryango-wa-nyakwigendera-petero-nkurunziza\/\"]}]},{\"@type\":\"BreadcrumbList\",\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/kamoso-yavuze-kuvyo-yabonye-ku-muryango-wa-nyakwigendera-petero-nkurunziza\/#breadcrumb\",\"itemListElement\":[{\"@type\":\"ListItem\",\"position\":1,\"name\":\"Home\",\"item\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/\"},{\"@type\":\"ListItem\",\"position\":2,\"name\":\"Kamoso yavuze kuvyo yabonye ku muryango wa Nyakwigendera Petero Nkurunziza\"}]},{\"@type\":\"WebSite\",\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#website\",\"url\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/\",\"name\":\"Indundi Culture | Magazine\",\"description\":\"Burundi Entertainment\",\"potentialAction\":[{\"@type\":\"SearchAction\",\"target\":{\"@type\":\"EntryPoint\",\"urlTemplate\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/?s={search_term_string}\"},\"query-input\":\"required name=search_term_string\"}],\"inLanguage\":\"en-US\"},{\"@type\":\"Person\",\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#\/schema\/person\/8b60fb7f0669c0da6211620297ad2021\",\"name\":\"yanick\",\"image\":{\"@type\":\"ImageObject\",\"inLanguage\":\"en-US\",\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#\/schema\/person\/image\/\",\"url\":\"\/\/www.gravatar.com\/avatar\/3f9e37cb1a7115ab1fd67c8044b25dc8?s=96&#038;r=g&#038;d=mm\",\"contentUrl\":\"\/\/www.gravatar.com\/avatar\/3f9e37cb1a7115ab1fd67c8044b25dc8?s=96&#038;r=g&#038;d=mm\",\"caption\":\"yanick\"},\"url\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/members\/yanick\/\"}]}<\/script>\n<!-- \/ Yoast SEO plugin. -->","yoast_head_json":{"title":"Kamoso yavuze kuvyo yabonye ku muryango wa Nyakwigendera Petero Nkurunziza - Indundi Culture | Magazine","robots":{"index":"index","follow":"follow","max-snippet":"max-snippet:-1","max-image-preview":"max-image-preview:large","max-video-preview":"max-video-preview:-1"},"canonical":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/kamoso-yavuze-kuvyo-yabonye-ku-muryango-wa-nyakwigendera-petero-nkurunziza\/","og_locale":"en_US","og_type":"article","og_title":"Kamoso yavuze kuvyo yabonye ku muryango wa Nyakwigendera Petero Nkurunziza - Indundi Culture | Magazine","og_description":"Uguhura kwa Eddy kamoso n&#8217;umukuru w&#8217;igihugu c&#8217;Uburundi, Nyakwigendera Petero Nkurunziza, ngo vyabaye ugusohora kw&#8217;amasezerano Imana yari yarahaye uwo muririmvyi akaba n&#8217;umumenyeshamakuru. Mu kiyago n&#8217;ikinyamakuru Isibo Tv, mu kiganiro The Choice ,Eddy Kamoso yamenyesheje ko ashika i Bujumbura, noneho agatangura ikiganiro ku nsamirizi ngo yakiriye Telephone y&#8217;umutambukanyi w&#8217;umukuru w&#8217;iighugu w&#8217;ico gihe, Umupfasoni Nkurunziza Bucumi Denise. Ngo [&hellip;]","og_url":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/kamoso-yavuze-kuvyo-yabonye-ku-muryango-wa-nyakwigendera-petero-nkurunziza\/","og_site_name":"Indundi Culture | Magazine","article_published_time":"2020-08-03T07:43:54+00:00","article_modified_time":"2020-08-03T07:46:40+00:00","og_image":[{"url":"https:\/\/indundi.com\/wp-content\/uploads\/2020\/08\/PhotoGrid_1596418930784-300x157.jpg"}],"author":"yanick","twitter_card":"summary_large_image","twitter_misc":{"Written by":"yanick","Est. reading time":"2 minutes"},"schema":{"@context":"https:\/\/schema.org","@graph":[{"@type":"WebPage","@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/kamoso-yavuze-kuvyo-yabonye-ku-muryango-wa-nyakwigendera-petero-nkurunziza\/","url":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/kamoso-yavuze-kuvyo-yabonye-ku-muryango-wa-nyakwigendera-petero-nkurunziza\/","name":"Kamoso yavuze kuvyo yabonye ku muryango wa Nyakwigendera Petero Nkurunziza - Indundi Culture | Magazine","isPartOf":{"@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#website"},"datePublished":"2020-08-03T07:43:54+00:00","dateModified":"2020-08-03T07:46:40+00:00","author":{"@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#\/schema\/person\/8b60fb7f0669c0da6211620297ad2021"},"breadcrumb":{"@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/kamoso-yavuze-kuvyo-yabonye-ku-muryango-wa-nyakwigendera-petero-nkurunziza\/#breadcrumb"},"inLanguage":"en-US","potentialAction":[{"@type":"ReadAction","target":["https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/kamoso-yavuze-kuvyo-yabonye-ku-muryango-wa-nyakwigendera-petero-nkurunziza\/"]}]},{"@type":"BreadcrumbList","@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/kamoso-yavuze-kuvyo-yabonye-ku-muryango-wa-nyakwigendera-petero-nkurunziza\/#breadcrumb","itemListElement":[{"@type":"ListItem","position":1,"name":"Home","item":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/"},{"@type":"ListItem","position":2,"name":"Kamoso yavuze kuvyo yabonye ku muryango wa Nyakwigendera Petero Nkurunziza"}]},{"@type":"WebSite","@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#website","url":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/","name":"Indundi Culture | Magazine","description":"Burundi Entertainment","potentialAction":[{"@type":"SearchAction","target":{"@type":"EntryPoint","urlTemplate":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/?s={search_term_string}"},"query-input":"required name=search_term_string"}],"inLanguage":"en-US"},{"@type":"Person","@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#\/schema\/person\/8b60fb7f0669c0da6211620297ad2021","name":"yanick","image":{"@type":"ImageObject","inLanguage":"en-US","@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#\/schema\/person\/image\/","url":"\/\/www.gravatar.com\/avatar\/3f9e37cb1a7115ab1fd67c8044b25dc8?s=96&#038;r=g&#038;d=mm","contentUrl":"\/\/www.gravatar.com\/avatar\/3f9e37cb1a7115ab1fd67c8044b25dc8?s=96&#038;r=g&#038;d=mm","caption":"yanick"},"url":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/members\/yanick\/"}]}},"_links":{"self":[{"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/posts\/19538","targetHints":{"allow":["GET"]}}],"collection":[{"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/posts"}],"about":[{"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/types\/post"}],"author":[{"embeddable":true,"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/users\/3"}],"replies":[{"embeddable":true,"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/comments?post=19538"}],"version-history":[{"count":7,"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/posts\/19538\/revisions"}],"predecessor-version":[{"id":19570,"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/posts\/19538\/revisions\/19570"}],"wp:attachment":[{"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/media?parent=19538"}],"wp:term":[{"taxonomy":"category","embeddable":true,"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/categories?post=19538"},{"taxonomy":"post_tag","embeddable":true,"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/tags?post=19538"}],"curies":[{"name":"wp","href":"https:\/\/api.w.org\/{rel}","templated":true}]}}