{"id":1990,"date":"2019-02-07T08:04:47","date_gmt":"2019-02-07T15:04:47","guid":{"rendered":"http:\/\/indundi.com\/?p=1990"},"modified":"2019-02-07T08:04:47","modified_gmt":"2019-02-07T15:04:47","slug":"burundiico-ubushikiranganji-bwumutekano-bushikiriza-ku-rupfu-rwuwahora-agendesha-ikinga","status":"publish","type":"post","link":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/burundiico-ubushikiranganji-bwumutekano-bushikiriza-ku-rupfu-rwuwahora-agendesha-ikinga\/","title":{"rendered":"Ico ubushikiranganji bw&#8217;umutekano bushikiriza ku rupfu rw&#8217;uwahora agendesha ikinga"},"content":{"rendered":"\n<p class=\"wp-block-paragraph\">Umuntu umwe yahora yunguruza abantu n\u2019ibintu kw\u2019ikinga yaciye yitaba Imana nayo abandi barafatwa ku mvo z\u2019amatohoza; aho ni inyuma y\u2019intureka yadutse hagati y\u2019abajejwe umutekano n\u2019abanyonga amakinga yabereye hafi ya zone Rohero mu gisagara ca Bujumbura.<\/p>\n\n\n\n<div class=\"wp-block-image\"><figure class=\"aligncenter is-resized\"><img loading=\"lazy\" decoding=\"async\" src=\"http:\/\/indundi.com\/wp-content\/uploads\/2019\/02\/Opp1-Nkurikiy-1024x768.jpg\" alt=\"\" class=\"wp-image-1995\" width=\"512\" height=\"384\"\/><figcaption><em>OPP1 Pierre Nkurikiye, umuvugizi w&#8217;ubushikiranganji bw&#8217;umutekano no gukinga ibiza<\/em><\/figcaption><\/figure><\/div>\n\n\n\n<p class=\"wp-block-paragraph\">Mu kiganiro umuvugizi w\u2019ubushikiranganji bw\u2019umutekano hamwe no gukinga ibiza yahaye abamenyeshamakuru kuri uno wa gatatu igenekerezo rya 6 Ruhuhuma 2019 kubijanye n\u2019urupfu rw\u2019umuntu yahora yunguruza abantu n&#8217;ibintu akoresheje ikinga yitavye Imana ahitanywe n\u2019urusasu rw\u2019inkoho y\u2019umuporisi, OPP1 Pierre NKURIKIYE avuga ko abaporisi bariko bakora akazi kabo ka misi yose kajanye no kubuza abagendesha amakinga gushika hagati mu gisagara bari bafashe ikinga baba bararaba aho barishira, niho umurwi w\u2019abantu bagendesha amakinga waza kubatera amabuye gushika aho bashaka kwaka inkoho umuporisi bituma urusoro rumwiyaka ruhitana ubuzima bw\u2019umuntu umwe muribo azwi kw\u2019izina rya Jonas NDAYISHIMIYE yari yavukiye \u00a0mu Rubamvyi muri komine Gitega mu ntara ya Gitega mu mwaka w\u20191988.<\/p>\n\n\n\n<p class=\"wp-block-paragraph\">OPP1 Pierre\nNKURIKIYE avuga ko muriyo mishwamirano nyene umuporisi yitwa Thad\u00e9e NDUWIMANA\nyahakomerekeye Abajejwe umutekano bakaba bahavuye bafata abari muri iyo\nmigumuko.<\/p>\n\n\n\n<p class=\"wp-block-paragraph\">Umuvugizi w\u2019ubwo bushikiranganji\nPetero Nkurikiye yamenyesheje kandi ko ibikorwa bibi nk\u2019ivyo vyo gusotora\nabaporisi vyabaye nk\u2019umugenzo muri ino misi abonera gukubitira akagohe abanyagihugu\nko boza barubahiriza amategeko bakavavanura n\u2019iyo ngeso igayitse kandi\nbakamenya ko iyo abaporisi bari ku gikorwa bahawe aba ari ku neza\ny\u2019abanyagihugu.<\/p>\n\n\n\n<p class=\"wp-block-paragraph\">Amatohoza akaba yaciye atangurwa gukora maze\ndosiye niyaheza gutegurwa izoheze irungikwe mu butungane.<\/p>\n","protected":false},"excerpt":{"rendered":"<p>Umuntu umwe yahora yunguruza abantu n\u2019ibintu kw\u2019ikinga yaciye yitaba Imana nayo abandi barafatwa ku mvo z\u2019amatohoza; aho ni inyuma y\u2019intureka yadutse hagati y\u2019abajejwe umutekano n\u2019abanyonga amakinga yabereye hafi ya zone Rohero mu gisagara ca Bujumbura. Mu kiganiro umuvugizi w\u2019ubushikiranganji bw\u2019umutekano hamwe no gukinga ibiza yahaye abamenyeshamakuru kuri uno wa gatatu igenekerezo rya 6 Ruhuhuma 2019 [&hellip;]<\/p>\n","protected":false},"author":1,"featured_media":0,"comment_status":"open","ping_status":"closed","sticky":false,"template":"","format":"standard","meta":{"_bbp_topic_count":0,"_bbp_reply_count":0,"_bbp_total_topic_count":0,"_bbp_total_reply_count":0,"_bbp_voice_count":0,"_bbp_anonymous_reply_count":0,"_bbp_topic_count_hidden":0,"_bbp_reply_count_hidden":0,"_bbp_forum_subforum_count":0,"footnotes":""},"categories":[518,515,519,547,734],"tags":[],"class_list":["post-1990","post","type-post","status-publish","format-standard","hentry","category-burundi","category-homepage","category-kirundi","category-security","category-western-sydney-films-festival"],"yoast_head":"<!-- This site is optimized with the Yoast SEO plugin v21.3 - https:\/\/yoast.com\/wordpress\/plugins\/seo\/ -->\n<title>Ico ubushikiranganji bw&#039;umutekano bushikiriza ku rupfu rw&#039;uwahora agendesha ikinga - Indundi Culture | Magazine<\/title>\n<meta name=\"robots\" content=\"index, follow, max-snippet:-1, max-image-preview:large, max-video-preview:-1\" \/>\n<link rel=\"canonical\" href=\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/burundiico-ubushikiranganji-bwumutekano-bushikiriza-ku-rupfu-rwuwahora-agendesha-ikinga\/\" \/>\n<meta property=\"og:locale\" content=\"en_US\" \/>\n<meta property=\"og:type\" content=\"article\" \/>\n<meta property=\"og:title\" content=\"Ico ubushikiranganji bw&#039;umutekano bushikiriza ku rupfu rw&#039;uwahora agendesha ikinga - Indundi Culture | Magazine\" \/>\n<meta property=\"og:description\" content=\"Umuntu umwe yahora yunguruza abantu n\u2019ibintu kw\u2019ikinga yaciye yitaba Imana nayo abandi barafatwa ku mvo z\u2019amatohoza; aho ni inyuma y\u2019intureka yadutse hagati y\u2019abajejwe umutekano n\u2019abanyonga amakinga yabereye hafi ya zone Rohero mu gisagara ca Bujumbura. Mu kiganiro umuvugizi w\u2019ubushikiranganji bw\u2019umutekano hamwe no gukinga ibiza yahaye abamenyeshamakuru kuri uno wa gatatu igenekerezo rya 6 Ruhuhuma 2019 [&hellip;]\" \/>\n<meta property=\"og:url\" content=\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/burundiico-ubushikiranganji-bwumutekano-bushikiriza-ku-rupfu-rwuwahora-agendesha-ikinga\/\" \/>\n<meta property=\"og:site_name\" content=\"Indundi Culture | Magazine\" \/>\n<meta property=\"article:published_time\" content=\"2019-02-07T15:04:47+00:00\" \/>\n<meta property=\"og:image\" content=\"http:\/\/indundi.com\/wp-content\/uploads\/2019\/02\/Opp1-Nkurikiy-1024x768.jpg\" \/>\n<meta name=\"author\" content=\"admin\" \/>\n<meta name=\"twitter:card\" content=\"summary_large_image\" \/>\n<meta name=\"twitter:label1\" content=\"Written by\" \/>\n\t<meta name=\"twitter:data1\" content=\"admin\" \/>\n\t<meta name=\"twitter:label2\" content=\"Est. reading time\" \/>\n\t<meta name=\"twitter:data2\" content=\"1 minute\" \/>\n<script type=\"application\/ld+json\" class=\"yoast-schema-graph\">{\"@context\":\"https:\/\/schema.org\",\"@graph\":[{\"@type\":\"WebPage\",\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/burundiico-ubushikiranganji-bwumutekano-bushikiriza-ku-rupfu-rwuwahora-agendesha-ikinga\/\",\"url\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/burundiico-ubushikiranganji-bwumutekano-bushikiriza-ku-rupfu-rwuwahora-agendesha-ikinga\/\",\"name\":\"Ico ubushikiranganji bw'umutekano bushikiriza ku rupfu rw'uwahora agendesha ikinga - Indundi Culture | Magazine\",\"isPartOf\":{\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#website\"},\"datePublished\":\"2019-02-07T15:04:47+00:00\",\"dateModified\":\"2019-02-07T15:04:47+00:00\",\"author\":{\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#\/schema\/person\/6f9465288b1bcd746b6826cea5c1cf87\"},\"breadcrumb\":{\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/burundiico-ubushikiranganji-bwumutekano-bushikiriza-ku-rupfu-rwuwahora-agendesha-ikinga\/#breadcrumb\"},\"inLanguage\":\"en-US\",\"potentialAction\":[{\"@type\":\"ReadAction\",\"target\":[\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/burundiico-ubushikiranganji-bwumutekano-bushikiriza-ku-rupfu-rwuwahora-agendesha-ikinga\/\"]}]},{\"@type\":\"BreadcrumbList\",\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/burundiico-ubushikiranganji-bwumutekano-bushikiriza-ku-rupfu-rwuwahora-agendesha-ikinga\/#breadcrumb\",\"itemListElement\":[{\"@type\":\"ListItem\",\"position\":1,\"name\":\"Home\",\"item\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/\"},{\"@type\":\"ListItem\",\"position\":2,\"name\":\"Ico ubushikiranganji bw&#8217;umutekano bushikiriza ku rupfu rw&#8217;uwahora agendesha ikinga\"}]},{\"@type\":\"WebSite\",\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#website\",\"url\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/\",\"name\":\"Indundi Culture | Magazine\",\"description\":\"Burundi Entertainment\",\"potentialAction\":[{\"@type\":\"SearchAction\",\"target\":{\"@type\":\"EntryPoint\",\"urlTemplate\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/?s={search_term_string}\"},\"query-input\":\"required name=search_term_string\"}],\"inLanguage\":\"en-US\"},{\"@type\":\"Person\",\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#\/schema\/person\/6f9465288b1bcd746b6826cea5c1cf87\",\"name\":\"admin\",\"image\":{\"@type\":\"ImageObject\",\"inLanguage\":\"en-US\",\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#\/schema\/person\/image\/\",\"url\":\"\/\/www.gravatar.com\/avatar\/3d649179d984570857921b38efabbced?s=96&#038;r=g&#038;d=mm\",\"contentUrl\":\"\/\/www.gravatar.com\/avatar\/3d649179d984570857921b38efabbced?s=96&#038;r=g&#038;d=mm\",\"caption\":\"admin\"},\"sameAs\":[\"https:\/\/bagenzinet.com\/INDUNDI\"],\"url\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/members\/admin\/\"}]}<\/script>\n<!-- \/ Yoast SEO plugin. -->","yoast_head_json":{"title":"Ico ubushikiranganji bw'umutekano bushikiriza ku rupfu rw'uwahora agendesha ikinga - Indundi Culture | Magazine","robots":{"index":"index","follow":"follow","max-snippet":"max-snippet:-1","max-image-preview":"max-image-preview:large","max-video-preview":"max-video-preview:-1"},"canonical":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/burundiico-ubushikiranganji-bwumutekano-bushikiriza-ku-rupfu-rwuwahora-agendesha-ikinga\/","og_locale":"en_US","og_type":"article","og_title":"Ico ubushikiranganji bw'umutekano bushikiriza ku rupfu rw'uwahora agendesha ikinga - Indundi Culture | Magazine","og_description":"Umuntu umwe yahora yunguruza abantu n\u2019ibintu kw\u2019ikinga yaciye yitaba Imana nayo abandi barafatwa ku mvo z\u2019amatohoza; aho ni inyuma y\u2019intureka yadutse hagati y\u2019abajejwe umutekano n\u2019abanyonga amakinga yabereye hafi ya zone Rohero mu gisagara ca Bujumbura. Mu kiganiro umuvugizi w\u2019ubushikiranganji bw\u2019umutekano hamwe no gukinga ibiza yahaye abamenyeshamakuru kuri uno wa gatatu igenekerezo rya 6 Ruhuhuma 2019 [&hellip;]","og_url":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/burundiico-ubushikiranganji-bwumutekano-bushikiriza-ku-rupfu-rwuwahora-agendesha-ikinga\/","og_site_name":"Indundi Culture | Magazine","article_published_time":"2019-02-07T15:04:47+00:00","og_image":[{"url":"http:\/\/indundi.com\/wp-content\/uploads\/2019\/02\/Opp1-Nkurikiy-1024x768.jpg"}],"author":"admin","twitter_card":"summary_large_image","twitter_misc":{"Written by":"admin","Est. reading time":"1 minute"},"schema":{"@context":"https:\/\/schema.org","@graph":[{"@type":"WebPage","@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/burundiico-ubushikiranganji-bwumutekano-bushikiriza-ku-rupfu-rwuwahora-agendesha-ikinga\/","url":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/burundiico-ubushikiranganji-bwumutekano-bushikiriza-ku-rupfu-rwuwahora-agendesha-ikinga\/","name":"Ico ubushikiranganji bw'umutekano bushikiriza ku rupfu rw'uwahora agendesha ikinga - Indundi Culture | Magazine","isPartOf":{"@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#website"},"datePublished":"2019-02-07T15:04:47+00:00","dateModified":"2019-02-07T15:04:47+00:00","author":{"@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#\/schema\/person\/6f9465288b1bcd746b6826cea5c1cf87"},"breadcrumb":{"@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/burundiico-ubushikiranganji-bwumutekano-bushikiriza-ku-rupfu-rwuwahora-agendesha-ikinga\/#breadcrumb"},"inLanguage":"en-US","potentialAction":[{"@type":"ReadAction","target":["https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/burundiico-ubushikiranganji-bwumutekano-bushikiriza-ku-rupfu-rwuwahora-agendesha-ikinga\/"]}]},{"@type":"BreadcrumbList","@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/burundiico-ubushikiranganji-bwumutekano-bushikiriza-ku-rupfu-rwuwahora-agendesha-ikinga\/#breadcrumb","itemListElement":[{"@type":"ListItem","position":1,"name":"Home","item":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/"},{"@type":"ListItem","position":2,"name":"Ico ubushikiranganji bw&#8217;umutekano bushikiriza ku rupfu rw&#8217;uwahora agendesha ikinga"}]},{"@type":"WebSite","@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#website","url":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/","name":"Indundi Culture | Magazine","description":"Burundi Entertainment","potentialAction":[{"@type":"SearchAction","target":{"@type":"EntryPoint","urlTemplate":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/?s={search_term_string}"},"query-input":"required name=search_term_string"}],"inLanguage":"en-US"},{"@type":"Person","@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#\/schema\/person\/6f9465288b1bcd746b6826cea5c1cf87","name":"admin","image":{"@type":"ImageObject","inLanguage":"en-US","@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#\/schema\/person\/image\/","url":"\/\/www.gravatar.com\/avatar\/3d649179d984570857921b38efabbced?s=96&#038;r=g&#038;d=mm","contentUrl":"\/\/www.gravatar.com\/avatar\/3d649179d984570857921b38efabbced?s=96&#038;r=g&#038;d=mm","caption":"admin"},"sameAs":["https:\/\/bagenzinet.com\/INDUNDI"],"url":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/members\/admin\/"}]}},"_links":{"self":[{"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/posts\/1990","targetHints":{"allow":["GET"]}}],"collection":[{"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/posts"}],"about":[{"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/types\/post"}],"author":[{"embeddable":true,"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/users\/1"}],"replies":[{"embeddable":true,"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/comments?post=1990"}],"version-history":[{"count":0,"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/posts\/1990\/revisions"}],"wp:attachment":[{"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/media?parent=1990"}],"wp:term":[{"taxonomy":"category","embeddable":true,"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/categories?post=1990"},{"taxonomy":"post_tag","embeddable":true,"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/tags?post=1990"}],"curies":[{"name":"wp","href":"https:\/\/api.w.org\/{rel}","templated":true}]}}