{"id":20135,"date":"2020-08-17T12:12:24","date_gmt":"2020-08-17T12:12:24","guid":{"rendered":"https:\/\/indundi.com\/?p=20135"},"modified":"2020-08-17T12:12:25","modified_gmt":"2020-08-17T12:12:25","slug":"ukwiga-amategeko-gusa-biramaze-kugira-umuntu-abe-umucamanza-nyawe","status":"publish","type":"post","link":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/ukwiga-amategeko-gusa-biramaze-kugira-umuntu-abe-umucamanza-nyawe\/","title":{"rendered":"Ukwiga amategeko gusa biramaze kugira umuntu abe umucamanza nyawe?"},"content":{"rendered":"<p><img loading=\"lazy\" decoding=\"async\" class=\"alignleft wp-image-20146 size-full\" src=\"https:\/\/indundi.com\/wp-content\/uploads\/2020\/08\/jUSTICE-2.jpg\" alt=\"\" width=\"259\" height=\"194\" \/><\/p>\n<p>kuko vy&#8217;ukuri ukuba umucamanza bitoshobokera uwutize amategeko, nico gituma atawoba umucamanza atize amategeko. Ivyo biri uko kuko mu guca urubanza hajamwo igihande c&#8217;ukumenya uko amategeko ategekanijwe ku bijanye n&#8217;ico caha cakozwe canke ayo matati yavyutse.<\/p>\n<p>Yamara rero, umucamanza kandi muguca urubanza, hariho igihande kinini kitajanye n&#8217;ubumenye ( sience) akoresha mu guca urubanza. Ivyo biri uko, kubera ko , Umucamanza afise ububasha bw&#8217;ukwihweza ( Pouvoir d&#8217;appr\u00e9ciation).<\/p>\n<p>Iyo urubanza ari urw&#8217;icaha, umucamanza arafise ubushobozi bw&#8217;ukwihweza ivyo vyose bikikije ikorwa ry&#8217;ico caha, maze gutyo akaraba afatiye ku nyifato no ku mvo hamwe n&#8217;ibindi bitari bike , yuko atoheza ngo atoremwo ibiza bwa\u00a0 nyongererezacaha canke Ngabanyacaha.<\/p>\n<p>Ubwo bushobozi rero ahabwa n&#8217;amategeko abukoresha atankomanzi canke inzitizi na nto agize , nta muntu ashoboye kumutera igitsure ngo ruce kuno canke kuriya kumwe mu kirundi baca umugani ngo igitsure c&#8217;umugabo gihakuza bunini.<\/p>\n<p>Biramutse bishitse naho hakaba nk&#8217;ivyoza kumubera inzitizi, bwa gitsure biti utaruciye gutya uribonerako, yaba ivyo wenyene yumvise canke yikanze, araheza agaca aba abaye umucamanza agowe ( malheureux) kuko biba bisa nk&#8217;uko bamukuye agahuzu, agahuzu mbere kandasanzwe. Aba abaye nk&#8217;agashurwe banunuje akamoto canke uruyuki rukuwe uruboyi kuko uko kwoca gusa nk&#8217;ukwakwa intahe.<\/p>\n<p>Ivyo biri uko kuko ubutunga kugira bukore neza bwama na ntaryo bwigenga kugira gutyo abacamanza ntibashikirwe na mwen&#8217;ayo masanganya twibaza ko ashika gake.<\/p>\n<p>Igihambaye kibera ciza cane uwagirizwa icahe canke uwo wese yituye umucamanza ngo amutunganirize, coba ic&#8217;uko yohura n&#8217;umucamanza arabira mu marori adafise amabara. Amarori adafise amabara ya bino biyo canke ya biriya kuko, ingingo aheza agafata yohava isanga yahuye n&#8217;isanganya ry&#8217;ukugira ibara risa na bino canke ririya bimwe abantu boheza bakabona uko ruciwe\u00a0 bikabagora gutahura\u00a0 bagaca bavuga buhorobuhoro, kandi bifashe ku munwe bati :NI IBARA!<\/p>\n<p>Hejuru y&#8217;ukwiga amategeko, umucamanza ategerezwa kuba afise ubundi butore bujanye na kameremere kajanye n&#8217;ubuntu bwiwe ;\u00a0 umugabo w&#8217;ijambo n&#8217;ijunja, afata intahe ntajugumire akayishinga neza na neza aho yategerezwa gushingwa.<\/p>\n<p>&nbsp;<\/p>\n<p>&nbsp;<\/p>\n","protected":false},"excerpt":{"rendered":"<p>kuko vy&#8217;ukuri ukuba umucamanza bitoshobokera uwutize amategeko, nico gituma atawoba umucamanza atize amategeko. Ivyo biri uko kuko mu guca urubanza hajamwo igihande c&#8217;ukumenya uko amategeko ategekanijwe ku bijanye n&#8217;ico caha cakozwe canke ayo matati yavyutse. Yamara rero, umucamanza kandi muguca urubanza, hariho igihande kinini kitajanye n&#8217;ubumenye ( sience) akoresha mu guca urubanza. Ivyo biri uko, [&hellip;]<\/p>\n","protected":false},"author":4,"featured_media":20146,"comment_status":"closed","ping_status":"open","sticky":false,"template":"","format":"standard","meta":{"_bbp_topic_count":0,"_bbp_reply_count":0,"_bbp_total_topic_count":0,"_bbp_total_reply_count":0,"_bbp_voice_count":0,"_bbp_anonymous_reply_count":0,"_bbp_topic_count_hidden":0,"_bbp_reply_count_hidden":0,"_bbp_forum_subforum_count":0,"footnotes":""},"categories":[528,519,1],"tags":[],"class_list":["post-20135","post","type-post","status-publish","format-standard","has-post-thumbnail","hentry","category-justice","category-kirundi","category-uncategorized"],"yoast_head":"<!-- This site is optimized with the Yoast SEO plugin v21.3 - https:\/\/yoast.com\/wordpress\/plugins\/seo\/ -->\n<title>Ukwiga amategeko gusa biramaze kugira umuntu abe umucamanza nyawe? - Indundi Culture | Magazine<\/title>\n<meta name=\"robots\" content=\"index, follow, max-snippet:-1, max-image-preview:large, max-video-preview:-1\" \/>\n<link rel=\"canonical\" href=\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/ukwiga-amategeko-gusa-biramaze-kugira-umuntu-abe-umucamanza-nyawe\/\" \/>\n<meta property=\"og:locale\" content=\"en_US\" \/>\n<meta property=\"og:type\" content=\"article\" \/>\n<meta property=\"og:title\" content=\"Ukwiga amategeko gusa biramaze kugira umuntu abe umucamanza nyawe? - Indundi Culture | Magazine\" \/>\n<meta property=\"og:description\" content=\"kuko vy&#8217;ukuri ukuba umucamanza bitoshobokera uwutize amategeko, nico gituma atawoba umucamanza atize amategeko. Ivyo biri uko kuko mu guca urubanza hajamwo igihande c&#8217;ukumenya uko amategeko ategekanijwe ku bijanye n&#8217;ico caha cakozwe canke ayo matati yavyutse. Yamara rero, umucamanza kandi muguca urubanza, hariho igihande kinini kitajanye n&#8217;ubumenye ( sience) akoresha mu guca urubanza. Ivyo biri uko, [&hellip;]\" \/>\n<meta property=\"og:url\" content=\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/ukwiga-amategeko-gusa-biramaze-kugira-umuntu-abe-umucamanza-nyawe\/\" \/>\n<meta property=\"og:site_name\" content=\"Indundi Culture | Magazine\" \/>\n<meta property=\"article:published_time\" content=\"2020-08-17T12:12:24+00:00\" \/>\n<meta property=\"article:modified_time\" content=\"2020-08-17T12:12:25+00:00\" \/>\n<meta name=\"author\" content=\"staff\" \/>\n<meta name=\"twitter:card\" content=\"summary_large_image\" \/>\n<meta name=\"twitter:label1\" content=\"Written by\" \/>\n\t<meta name=\"twitter:data1\" content=\"staff\" \/>\n\t<meta name=\"twitter:label2\" content=\"Est. reading time\" \/>\n\t<meta name=\"twitter:data2\" content=\"1 minute\" \/>\n<script type=\"application\/ld+json\" class=\"yoast-schema-graph\">{\"@context\":\"https:\/\/schema.org\",\"@graph\":[{\"@type\":\"WebPage\",\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/ukwiga-amategeko-gusa-biramaze-kugira-umuntu-abe-umucamanza-nyawe\/\",\"url\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/ukwiga-amategeko-gusa-biramaze-kugira-umuntu-abe-umucamanza-nyawe\/\",\"name\":\"Ukwiga amategeko gusa biramaze kugira umuntu abe umucamanza nyawe? - Indundi Culture | Magazine\",\"isPartOf\":{\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#website\"},\"datePublished\":\"2020-08-17T12:12:24+00:00\",\"dateModified\":\"2020-08-17T12:12:25+00:00\",\"author\":{\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#\/schema\/person\/b54973e1d37b807c22f909b0826ced1c\"},\"breadcrumb\":{\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/ukwiga-amategeko-gusa-biramaze-kugira-umuntu-abe-umucamanza-nyawe\/#breadcrumb\"},\"inLanguage\":\"en-US\",\"potentialAction\":[{\"@type\":\"ReadAction\",\"target\":[\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/ukwiga-amategeko-gusa-biramaze-kugira-umuntu-abe-umucamanza-nyawe\/\"]}]},{\"@type\":\"BreadcrumbList\",\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/ukwiga-amategeko-gusa-biramaze-kugira-umuntu-abe-umucamanza-nyawe\/#breadcrumb\",\"itemListElement\":[{\"@type\":\"ListItem\",\"position\":1,\"name\":\"Home\",\"item\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/\"},{\"@type\":\"ListItem\",\"position\":2,\"name\":\"Ukwiga amategeko gusa biramaze kugira umuntu abe umucamanza nyawe?\"}]},{\"@type\":\"WebSite\",\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#website\",\"url\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/\",\"name\":\"Indundi Culture | Magazine\",\"description\":\"Burundi Entertainment\",\"potentialAction\":[{\"@type\":\"SearchAction\",\"target\":{\"@type\":\"EntryPoint\",\"urlTemplate\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/?s={search_term_string}\"},\"query-input\":\"required name=search_term_string\"}],\"inLanguage\":\"en-US\"},{\"@type\":\"Person\",\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#\/schema\/person\/b54973e1d37b807c22f909b0826ced1c\",\"name\":\"staff\",\"image\":{\"@type\":\"ImageObject\",\"inLanguage\":\"en-US\",\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#\/schema\/person\/image\/\",\"url\":\"\/\/www.gravatar.com\/avatar\/58bf56ce40d971b35b325d08e68dd953?s=96&#038;r=g&#038;d=mm\",\"contentUrl\":\"\/\/www.gravatar.com\/avatar\/58bf56ce40d971b35b325d08e68dd953?s=96&#038;r=g&#038;d=mm\",\"caption\":\"staff\"},\"url\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/members\/staff\/\"}]}<\/script>\n<!-- \/ Yoast SEO plugin. -->","yoast_head_json":{"title":"Ukwiga amategeko gusa biramaze kugira umuntu abe umucamanza nyawe? - Indundi Culture | Magazine","robots":{"index":"index","follow":"follow","max-snippet":"max-snippet:-1","max-image-preview":"max-image-preview:large","max-video-preview":"max-video-preview:-1"},"canonical":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/ukwiga-amategeko-gusa-biramaze-kugira-umuntu-abe-umucamanza-nyawe\/","og_locale":"en_US","og_type":"article","og_title":"Ukwiga amategeko gusa biramaze kugira umuntu abe umucamanza nyawe? - Indundi Culture | Magazine","og_description":"kuko vy&#8217;ukuri ukuba umucamanza bitoshobokera uwutize amategeko, nico gituma atawoba umucamanza atize amategeko. Ivyo biri uko kuko mu guca urubanza hajamwo igihande c&#8217;ukumenya uko amategeko ategekanijwe ku bijanye n&#8217;ico caha cakozwe canke ayo matati yavyutse. Yamara rero, umucamanza kandi muguca urubanza, hariho igihande kinini kitajanye n&#8217;ubumenye ( sience) akoresha mu guca urubanza. Ivyo biri uko, [&hellip;]","og_url":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/ukwiga-amategeko-gusa-biramaze-kugira-umuntu-abe-umucamanza-nyawe\/","og_site_name":"Indundi Culture | Magazine","article_published_time":"2020-08-17T12:12:24+00:00","article_modified_time":"2020-08-17T12:12:25+00:00","author":"staff","twitter_card":"summary_large_image","twitter_misc":{"Written by":"staff","Est. reading time":"1 minute"},"schema":{"@context":"https:\/\/schema.org","@graph":[{"@type":"WebPage","@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/ukwiga-amategeko-gusa-biramaze-kugira-umuntu-abe-umucamanza-nyawe\/","url":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/ukwiga-amategeko-gusa-biramaze-kugira-umuntu-abe-umucamanza-nyawe\/","name":"Ukwiga amategeko gusa biramaze kugira umuntu abe umucamanza nyawe? - Indundi Culture | Magazine","isPartOf":{"@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#website"},"datePublished":"2020-08-17T12:12:24+00:00","dateModified":"2020-08-17T12:12:25+00:00","author":{"@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#\/schema\/person\/b54973e1d37b807c22f909b0826ced1c"},"breadcrumb":{"@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/ukwiga-amategeko-gusa-biramaze-kugira-umuntu-abe-umucamanza-nyawe\/#breadcrumb"},"inLanguage":"en-US","potentialAction":[{"@type":"ReadAction","target":["https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/ukwiga-amategeko-gusa-biramaze-kugira-umuntu-abe-umucamanza-nyawe\/"]}]},{"@type":"BreadcrumbList","@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/ukwiga-amategeko-gusa-biramaze-kugira-umuntu-abe-umucamanza-nyawe\/#breadcrumb","itemListElement":[{"@type":"ListItem","position":1,"name":"Home","item":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/"},{"@type":"ListItem","position":2,"name":"Ukwiga amategeko gusa biramaze kugira umuntu abe umucamanza nyawe?"}]},{"@type":"WebSite","@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#website","url":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/","name":"Indundi Culture | Magazine","description":"Burundi Entertainment","potentialAction":[{"@type":"SearchAction","target":{"@type":"EntryPoint","urlTemplate":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/?s={search_term_string}"},"query-input":"required name=search_term_string"}],"inLanguage":"en-US"},{"@type":"Person","@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#\/schema\/person\/b54973e1d37b807c22f909b0826ced1c","name":"staff","image":{"@type":"ImageObject","inLanguage":"en-US","@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#\/schema\/person\/image\/","url":"\/\/www.gravatar.com\/avatar\/58bf56ce40d971b35b325d08e68dd953?s=96&#038;r=g&#038;d=mm","contentUrl":"\/\/www.gravatar.com\/avatar\/58bf56ce40d971b35b325d08e68dd953?s=96&#038;r=g&#038;d=mm","caption":"staff"},"url":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/members\/staff\/"}]}},"_links":{"self":[{"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/posts\/20135","targetHints":{"allow":["GET"]}}],"collection":[{"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/posts"}],"about":[{"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/types\/post"}],"author":[{"embeddable":true,"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/users\/4"}],"replies":[{"embeddable":true,"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/comments?post=20135"}],"version-history":[{"count":3,"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/posts\/20135\/revisions"}],"predecessor-version":[{"id":20159,"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/posts\/20135\/revisions\/20159"}],"wp:featuredmedia":[{"embeddable":true,"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/media\/20146"}],"wp:attachment":[{"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/media?parent=20135"}],"wp:term":[{"taxonomy":"category","embeddable":true,"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/categories?post=20135"},{"taxonomy":"post_tag","embeddable":true,"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/tags?post=20135"}],"curies":[{"name":"wp","href":"https:\/\/api.w.org\/{rel}","templated":true}]}}