{"id":20141,"date":"2020-08-17T13:06:43","date_gmt":"2020-08-17T13:06:43","guid":{"rendered":"https:\/\/indundi.com\/?p=20141"},"modified":"2021-12-27T19:00:55","modified_gmt":"2021-12-27T19:00:55","slug":"diaspora-john-k-ay-kugira-ushike-ku-kintu-gikomeye-bigusaba-gukora-ico-utari-bwigere-ukora","status":"publish","type":"post","link":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/diaspora-john-k-ay-kugira-ushike-ku-kintu-gikomeye-bigusaba-gukora-ico-utari-bwigere-ukora\/","title":{"rendered":"#diaspora| John K-ay| Kugira ushike ku kintu gikomeye bigusaba gukora ico utari bwigere ukora"},"content":{"rendered":"<p><em>Birasaba kwitanga no gutanga igiciro gikomeye kugira ushike ku kintu ciza,<strong> John K-ay<\/strong> ngo kiretse ko yari indoto kandi yabwirizwa kuyishikako, gusohora ireresi(Cinema, Movies) <strong>Cop&#8217;s Enemy<\/strong> iri ku rwego mpuzamakungu vyaramuzimvye binamusigamwo imvune.<\/em><\/p>\n<p><img loading=\"lazy\" decoding=\"async\" class=\" wp-image-20142 aligncenter\" src=\"https:\/\/indundi.com\/wp-content\/uploads\/2020\/08\/vlcsnap-2020-08-17-03h16m48s702-300x169.png\" alt=\"\" width=\"577\" height=\"325\" \/><br \/>\nIndoto ya John K akaba ari uko amareresi ny&#8217;Africa aba mpuzamakungu gushika ku rugero tuziko ama Reresi ya Hollywood, nk&#8217;umurundi avuka mu Kirimiro vyari bigoye gutahura ko vyari gukunda, ariko we yizeye ubushobozi Imana yamushizemwo.<\/p>\n<p>Vyaramworoheye kuronka ico akinako(subject) kuko ibibazo ari vyinshi muri Africa ndetse n&#8217;abanyabulayi bakaba baza kurondera ivyo bakinako muri Africa, ariko kubona abakinyi b&#8217;abany&#8217; Africa bashobora gukina nk&#8217;abanyamwuga (professional actor) koko vyamusaba agaciro kadasanzwe narirya iyo ari muri Australia batarwiriyeyo.<br \/>\nAriko icizere cose yaragifise kuko yari y<strong><em>amaze kubwira ubwonko bwiwe ko abany&#8217;Africa bashoboye<\/em><\/strong> , nikwo kuraba abahinga bamenyereye gukina nko muri Nigeriya na Tanzaniya.<\/p>\n<p>Amaze kuronka abahinga bakina neza niko kurondera ibikoresho bigezweho biberanye n&#8217;amareresi ya kino gihe , abahinga bashoboye gukora ireresi yujuje ibisabwa ku rwego mpuzamakungu, haba ku ruhande rw&#8217;amashusho, ndetse no mu majwi.<br \/>\nIbibanza biberanye no gukiniramwo, aho umuntu yovuga amazu meze, ama modoka y&#8217;agaciro, n&#8217;ibindi bikoresho nk&#8217;inkoho navyo ntivyamworohereje habakuboneka ndetse n&#8217;uburyo bwo kuvyishura.<\/p>\n<p><strong>Iyo uriko ukora ikintu gikomeye n&#8217;ibibazo biza bikomeye cane<\/strong>, haragera igihe John yumva acitse intege akanagomba no kwiranda ariko, agatima ka mugarukana ku Mana yamuhaye ico ciyumviro kw&#8217;ari nayo izo mushoboza.<br \/>\n<strong>K-ay<\/strong> amenyesha ko iryo reresi ryiwe ryamutwaye uburyo bwinshi kandi ritwara umunya murere mure ariko yaribonyemwo ikiganza c&#8217;Imana kinini, akanakengurukira buri muntu wese yitanze kugira ashike kuri iyo ndoto yiwe ndetse yamwuguririye ibindi birimba vyo kuzokora ibikomeye ndetse no gukorana n&#8217;abakomeye.<\/p>\n<p>Ireresi Coop&#8217;s enemy ikaba yakinywemwo abakinyi bazwi cane muri kano karere <strong>nkaVan Vicker<\/strong> muri <strong>Nigeriya <\/strong>kumwe na <strong>Wema Sepetu <\/strong>muri <strong>Tanzaniya.<\/strong><br \/>\nCoop&#8217;s enemy ikaba imaze gutahukana ubushimwe butari buke, ndetse ikaba ikunzwe haba muri Africa, i Bulayi , ku mugabane wa Amerca na Austrariya, ikaba iri mu congereza ndetse no mugiswahiri, mugashobora no kuyironka vyoroshe ku rubuga ngurukana bumenyi rwa youtube<a href=\"https:\/\/youtu.be\/nlTXaMyiJ5g\"> John K-ay.<\/a><\/p>\n<p>&nbsp;<\/p>\n","protected":false},"excerpt":{"rendered":"<p>Birasaba kwitanga no gutanga igiciro gikomeye kugira ushike ku kintu ciza, John K-ay ngo kiretse ko yari indoto kandi yabwirizwa kuyishikako, gusohora ireresi(Cinema, Movies) Cop&#8217;s Enemy iri ku rwego mpuzamakungu vyaramuzimvye binamusigamwo imvune. Indoto ya John K akaba ari uko amareresi ny&#8217;Africa aba mpuzamakungu gushika ku rugero tuziko ama Reresi ya Hollywood, nk&#8217;umurundi avuka mu [&hellip;]<\/p>\n","protected":false},"author":6,"featured_media":20142,"comment_status":"closed","ping_status":"open","sticky":false,"template":"","format":"standard","meta":{"_bbp_topic_count":0,"_bbp_reply_count":0,"_bbp_total_topic_count":0,"_bbp_total_reply_count":0,"_bbp_voice_count":0,"_bbp_anonymous_reply_count":0,"_bbp_topic_count_hidden":0,"_bbp_reply_count_hidden":0,"_bbp_forum_subforum_count":0,"footnotes":""},"categories":[518,527,973,519],"tags":[],"class_list":["post-20141","post","type-post","status-publish","format-standard","has-post-thumbnail","hentry","category-burundi","category-diaspora","category-inkino","category-kirundi"],"yoast_head":"<!-- This site is optimized with the Yoast SEO plugin v21.3 - https:\/\/yoast.com\/wordpress\/plugins\/seo\/ -->\n<title>#diaspora| John K-ay| Kugira ushike ku kintu gikomeye bigusaba gukora ico utari bwigere ukora - Indundi Culture | Magazine<\/title>\n<meta name=\"robots\" content=\"index, follow, max-snippet:-1, max-image-preview:large, max-video-preview:-1\" \/>\n<link rel=\"canonical\" href=\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/diaspora-john-k-ay-kugira-ushike-ku-kintu-gikomeye-bigusaba-gukora-ico-utari-bwigere-ukora\/\" \/>\n<meta property=\"og:locale\" content=\"en_US\" \/>\n<meta property=\"og:type\" content=\"article\" \/>\n<meta property=\"og:title\" content=\"#diaspora| John K-ay| Kugira ushike ku kintu gikomeye bigusaba gukora ico utari bwigere ukora - Indundi Culture | Magazine\" \/>\n<meta property=\"og:description\" content=\"Birasaba kwitanga no gutanga igiciro gikomeye kugira ushike ku kintu ciza, John K-ay ngo kiretse ko yari indoto kandi yabwirizwa kuyishikako, gusohora ireresi(Cinema, Movies) Cop&#8217;s Enemy iri ku rwego mpuzamakungu vyaramuzimvye binamusigamwo imvune. Indoto ya John K akaba ari uko amareresi ny&#8217;Africa aba mpuzamakungu gushika ku rugero tuziko ama Reresi ya Hollywood, nk&#8217;umurundi avuka mu [&hellip;]\" \/>\n<meta property=\"og:url\" content=\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/diaspora-john-k-ay-kugira-ushike-ku-kintu-gikomeye-bigusaba-gukora-ico-utari-bwigere-ukora\/\" \/>\n<meta property=\"og:site_name\" content=\"Indundi Culture | Magazine\" \/>\n<meta property=\"article:published_time\" content=\"2020-08-17T13:06:43+00:00\" \/>\n<meta property=\"article:modified_time\" content=\"2021-12-27T19:00:55+00:00\" \/>\n<meta name=\"author\" content=\"gibbon\" \/>\n<meta name=\"twitter:card\" content=\"summary_large_image\" \/>\n<meta name=\"twitter:label1\" content=\"Written by\" \/>\n\t<meta name=\"twitter:data1\" content=\"gibbon\" \/>\n\t<meta name=\"twitter:label2\" content=\"Est. reading time\" \/>\n\t<meta name=\"twitter:data2\" content=\"2 minutes\" \/>\n<script type=\"application\/ld+json\" class=\"yoast-schema-graph\">{\"@context\":\"https:\/\/schema.org\",\"@graph\":[{\"@type\":\"WebPage\",\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/diaspora-john-k-ay-kugira-ushike-ku-kintu-gikomeye-bigusaba-gukora-ico-utari-bwigere-ukora\/\",\"url\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/diaspora-john-k-ay-kugira-ushike-ku-kintu-gikomeye-bigusaba-gukora-ico-utari-bwigere-ukora\/\",\"name\":\"#diaspora| John K-ay| Kugira ushike ku kintu gikomeye bigusaba gukora ico utari bwigere ukora - Indundi Culture | Magazine\",\"isPartOf\":{\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#website\"},\"datePublished\":\"2020-08-17T13:06:43+00:00\",\"dateModified\":\"2021-12-27T19:00:55+00:00\",\"author\":{\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#\/schema\/person\/aceac5d93a544a4e524c7a53ed55302f\"},\"breadcrumb\":{\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/diaspora-john-k-ay-kugira-ushike-ku-kintu-gikomeye-bigusaba-gukora-ico-utari-bwigere-ukora\/#breadcrumb\"},\"inLanguage\":\"en-US\",\"potentialAction\":[{\"@type\":\"ReadAction\",\"target\":[\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/diaspora-john-k-ay-kugira-ushike-ku-kintu-gikomeye-bigusaba-gukora-ico-utari-bwigere-ukora\/\"]}]},{\"@type\":\"BreadcrumbList\",\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/diaspora-john-k-ay-kugira-ushike-ku-kintu-gikomeye-bigusaba-gukora-ico-utari-bwigere-ukora\/#breadcrumb\",\"itemListElement\":[{\"@type\":\"ListItem\",\"position\":1,\"name\":\"Home\",\"item\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/\"},{\"@type\":\"ListItem\",\"position\":2,\"name\":\"#diaspora| John K-ay| Kugira ushike ku kintu gikomeye bigusaba gukora ico utari bwigere ukora\"}]},{\"@type\":\"WebSite\",\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#website\",\"url\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/\",\"name\":\"Indundi Culture | Magazine\",\"description\":\"Burundi Entertainment\",\"potentialAction\":[{\"@type\":\"SearchAction\",\"target\":{\"@type\":\"EntryPoint\",\"urlTemplate\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/?s={search_term_string}\"},\"query-input\":\"required name=search_term_string\"}],\"inLanguage\":\"en-US\"},{\"@type\":\"Person\",\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#\/schema\/person\/aceac5d93a544a4e524c7a53ed55302f\",\"name\":\"gibbon\",\"image\":{\"@type\":\"ImageObject\",\"inLanguage\":\"en-US\",\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#\/schema\/person\/image\/\",\"url\":\"\/\/www.gravatar.com\/avatar\/25fe31847a07cf89dbaf6fbd64e96ff9?s=96&#038;r=g&#038;d=mm\",\"contentUrl\":\"\/\/www.gravatar.com\/avatar\/25fe31847a07cf89dbaf6fbd64e96ff9?s=96&#038;r=g&#038;d=mm\",\"caption\":\"gibbon\"},\"url\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/members\/gibbon\/\"}]}<\/script>\n<!-- \/ Yoast SEO plugin. -->","yoast_head_json":{"title":"#diaspora| John K-ay| Kugira ushike ku kintu gikomeye bigusaba gukora ico utari bwigere ukora - Indundi Culture | Magazine","robots":{"index":"index","follow":"follow","max-snippet":"max-snippet:-1","max-image-preview":"max-image-preview:large","max-video-preview":"max-video-preview:-1"},"canonical":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/diaspora-john-k-ay-kugira-ushike-ku-kintu-gikomeye-bigusaba-gukora-ico-utari-bwigere-ukora\/","og_locale":"en_US","og_type":"article","og_title":"#diaspora| John K-ay| Kugira ushike ku kintu gikomeye bigusaba gukora ico utari bwigere ukora - Indundi Culture | Magazine","og_description":"Birasaba kwitanga no gutanga igiciro gikomeye kugira ushike ku kintu ciza, John K-ay ngo kiretse ko yari indoto kandi yabwirizwa kuyishikako, gusohora ireresi(Cinema, Movies) Cop&#8217;s Enemy iri ku rwego mpuzamakungu vyaramuzimvye binamusigamwo imvune. Indoto ya John K akaba ari uko amareresi ny&#8217;Africa aba mpuzamakungu gushika ku rugero tuziko ama Reresi ya Hollywood, nk&#8217;umurundi avuka mu [&hellip;]","og_url":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/diaspora-john-k-ay-kugira-ushike-ku-kintu-gikomeye-bigusaba-gukora-ico-utari-bwigere-ukora\/","og_site_name":"Indundi Culture | Magazine","article_published_time":"2020-08-17T13:06:43+00:00","article_modified_time":"2021-12-27T19:00:55+00:00","author":"gibbon","twitter_card":"summary_large_image","twitter_misc":{"Written by":"gibbon","Est. reading time":"2 minutes"},"schema":{"@context":"https:\/\/schema.org","@graph":[{"@type":"WebPage","@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/diaspora-john-k-ay-kugira-ushike-ku-kintu-gikomeye-bigusaba-gukora-ico-utari-bwigere-ukora\/","url":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/diaspora-john-k-ay-kugira-ushike-ku-kintu-gikomeye-bigusaba-gukora-ico-utari-bwigere-ukora\/","name":"#diaspora| John K-ay| Kugira ushike ku kintu gikomeye bigusaba gukora ico utari bwigere ukora - Indundi Culture | Magazine","isPartOf":{"@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#website"},"datePublished":"2020-08-17T13:06:43+00:00","dateModified":"2021-12-27T19:00:55+00:00","author":{"@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#\/schema\/person\/aceac5d93a544a4e524c7a53ed55302f"},"breadcrumb":{"@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/diaspora-john-k-ay-kugira-ushike-ku-kintu-gikomeye-bigusaba-gukora-ico-utari-bwigere-ukora\/#breadcrumb"},"inLanguage":"en-US","potentialAction":[{"@type":"ReadAction","target":["https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/diaspora-john-k-ay-kugira-ushike-ku-kintu-gikomeye-bigusaba-gukora-ico-utari-bwigere-ukora\/"]}]},{"@type":"BreadcrumbList","@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/diaspora-john-k-ay-kugira-ushike-ku-kintu-gikomeye-bigusaba-gukora-ico-utari-bwigere-ukora\/#breadcrumb","itemListElement":[{"@type":"ListItem","position":1,"name":"Home","item":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/"},{"@type":"ListItem","position":2,"name":"#diaspora| John K-ay| Kugira ushike ku kintu gikomeye bigusaba gukora ico utari bwigere ukora"}]},{"@type":"WebSite","@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#website","url":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/","name":"Indundi Culture | Magazine","description":"Burundi Entertainment","potentialAction":[{"@type":"SearchAction","target":{"@type":"EntryPoint","urlTemplate":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/?s={search_term_string}"},"query-input":"required name=search_term_string"}],"inLanguage":"en-US"},{"@type":"Person","@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#\/schema\/person\/aceac5d93a544a4e524c7a53ed55302f","name":"gibbon","image":{"@type":"ImageObject","inLanguage":"en-US","@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#\/schema\/person\/image\/","url":"\/\/www.gravatar.com\/avatar\/25fe31847a07cf89dbaf6fbd64e96ff9?s=96&#038;r=g&#038;d=mm","contentUrl":"\/\/www.gravatar.com\/avatar\/25fe31847a07cf89dbaf6fbd64e96ff9?s=96&#038;r=g&#038;d=mm","caption":"gibbon"},"url":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/members\/gibbon\/"}]}},"_links":{"self":[{"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/posts\/20141","targetHints":{"allow":["GET"]}}],"collection":[{"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/posts"}],"about":[{"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/types\/post"}],"author":[{"embeddable":true,"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/users\/6"}],"replies":[{"embeddable":true,"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/comments?post=20141"}],"version-history":[{"count":3,"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/posts\/20141\/revisions"}],"predecessor-version":[{"id":20176,"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/posts\/20141\/revisions\/20176"}],"wp:featuredmedia":[{"embeddable":true,"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/media\/20142"}],"wp:attachment":[{"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/media?parent=20141"}],"wp:term":[{"taxonomy":"category","embeddable":true,"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/categories?post=20141"},{"taxonomy":"post_tag","embeddable":true,"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/tags?post=20141"}],"curies":[{"name":"wp","href":"https:\/\/api.w.org\/{rel}","templated":true}]}}