{"id":20432,"date":"2020-08-29T20:16:22","date_gmt":"2020-08-29T20:16:22","guid":{"rendered":"https:\/\/indundi.com\/?p=20432"},"modified":"2020-08-29T22:58:23","modified_gmt":"2020-08-29T22:58:23","slug":"diaspora-sud-soudanuburundi-hafi-yawe-iki-civugo-kirikwiye-kugira-bagire-ico-bimariye-nico-bamarira-bene-wabo","status":"publish","type":"post","link":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/diaspora-sud-soudanuburundi-hafi-yawe-iki-civugo-kirikwiye-kugira-bagire-ico-bimariye-nico-bamarira-bene-wabo\/","title":{"rendered":"#diaspora| Sud Soudan|&#8221;Uburundi hafi yawe&#8221; iki civugo kirikwije kugira bagire ico bimariye n&#8217;ico bamarira bene wabo"},"content":{"rendered":"<p><em>Nkuko biri, mu bihugu bigize impande zine z&#8217;isi harakwiragiye abarundi batari bake, dufatiye ku cegeranyo casohowe n&#8217;indongozi za Diaspora y&#8217;Uburundi, cerekana ko ku mugabane wa America , uw&#8217;Ubulayi, Ausralia, na Asia, habarizwa abari hagati y&#8217;ibihumbi mirongo umunani, n&#8217;ibihumbi ijana(80.000,100.000), Africa nayo ikiharizwa n&#8217;abarenga igice c&#8217;umuliyoni (1\/2M), uwu musi tukaza kuyaga ku bari muri Sudani yepfo<\/em><\/p>\n<figure id=\"attachment_20435\" aria-describedby=\"caption-attachment-20435\" style=\"width: 416px\" class=\"wp-caption aligncenter\"><img loading=\"lazy\" decoding=\"async\" class=\"wp-image-20435\" src=\"https:\/\/indundi.com\/wp-content\/uploads\/2020\/08\/Untitled-3-Recovered-300x200.jpg\" alt=\"\" width=\"416\" height=\"277\" \/><figcaption id=\"caption-attachment-20435\" class=\"wp-caption-text\">Abarundi baba muri Sudani yepfo<\/figcaption><\/figure>\n<p>Biragoye kumenya neza abarundi baba muri Sudani yepfo bivanye n&#8217;uko ishirahamwe ryabo rikiri rishasha ndetse n&#8217;uko ubuserukizi bw&#8217;igihugu cacu butagira icicaro muri ico gihugu.<br \/>\nNubwo biruko abarundi baba muri Sudani y&#8217;amajepfo bashize hamwe kandi basangira akabisi n&#8217;agihiye.<\/p>\n<p>Nkuko tubishikirizwa na<strong> Ndayishimiye Melchiade<\/strong> umwe mu barundi bashitse muri ico gihugu mu mwaka wa 2012 ,ngo ishirahamwe ryabo ryari rigoye kuboneka kuko muri ico gihe yashikayo vyari bigoye kubona abarundi bashika 50 bari hamwe.<br \/>\nAriko uko bagiye bararwira ibibazo bikaba vyinsshi vyahavuye vyoroha kugira baje hamwe banasangire ivyiza n&#8217;ibibibazo.<\/p>\n<p><strong>Melchiade akagira ati<\/strong>:&#8221; Tumaze kubona ko dutanguye kugira ibibazo ndetse hakazamwo n&#8217;ivyipfu, twahavuye dutumatumanako turashinga kominote yambere ari nayo yahavuye ivamwo amatora y&#8217;ishirahamwe nyezina riserukira abarundi baba muri kino gihugu.<br \/>\nIbibazo ntivyoroshe ubwambere kuko batari bazi amategeko agenga Diaspora ndetse n&#8217;uburengenzira bw&#8217;abayobozi baryo bukaba butagaragara neza aho bugarukira, imyaka ibiri ikaba yaheze iryo shirahamwe ata kintu kizima bashitseko.<\/p>\n<p>Ivyo bikaba vy&#8217;unyuwe n&#8217;amagume yashikiye igihugu cacu mu mwaka wa 2015 hamaze kuza abarundi\u00a0 bahunze umutekano muke warangwa mu gihugu, kuko abobasangwa barabwa ribi n&#8217;izompunzi zikababona nk&#8217; abansi babo, ukwinubana bituma batava hasi.<\/p>\n<p>Umwanya ngo ni umucamanza uko imisi yagenda ndetse n&#8217;ibibazo bibahuza bikaba bimwe, ukuja hamwe kwararushirije aho bompi basigaye babana nk&#8217;abavukanyi, eka n&#8217;ubuserukizi bw&#8217;Uburundi mu gihugu ca Ethiopia bukaba bumaze kubegera bakaba bariko bakorana neza.<\/p>\n<p><strong>Ugutahura ko ikintu kimwe kandi c&#8217;agaciro bafise kandi bahuriyeko ari &#8220;Uburundi&#8221;, gukorana neza n&#8217;indongozi za Diaspora y&#8217;Uburundi, hamwe n&#8217;uwuserukira igihugu cacu muri Ethiopia, nivyo vyatumye iryo shirahamwe ry&#8217;ivyukiranya, ndetse bakaba bariko bitegurira inama ya bose izoba kw&#8217;igenekerezo rya 06 NYakanga umwaka wa 2020 igihe c&#8217;isaha umunani z&#8217;umuhingamo ku masaha y&#8217;ico gihugu.<\/strong><\/p>\n<p><img loading=\"lazy\" decoding=\"async\" class=\"wp-image-20433 alignleft\" src=\"https:\/\/indundi.com\/wp-content\/uploads\/2020\/08\/WhatsApp-Image-2020-08-28-at-7.50.58-AM-218x300.jpeg\" alt=\"\" width=\"228\" height=\"314\" \/><br \/>\n<em>&#8220;Mwomenya ko ibabazo vyo kutamenya amategeko agenga Diaspora y&#8217;Uburundi , kudashira imbere imigambi n&#8217;imigabo ya diaspora,kutabona kumwe uruhara rw&#8217;indogozi za Diaspora mu gushira hamwe abarundi baba mu makungu, ukwinubana hagati yabo, ukutabona kumwe ko inguvu zabo zigiye hamwe vyo fasha mw&#8217;iterambere ry&#8217;igihugu ivyo bikibonekeza muri bamwe mu banywanyi bashira inyungu zabo imbere gusumba izishirahamwe, arivyo biriko biranurwanurwa ko arivyo bituma amashiramwe adashika kwihangiro.&#8221;<\/em><\/p>\n<p><strong>None aho muhereye ho vyoba vyifashe gute? <\/strong><em>Interano yanyu muri komenteri ni ngirakamaro.<\/em><\/p>\n<p><iframe loading=\"lazy\" title=\"#Diaspora I Myfin microfinance urufunguruzo rwiterambere\" width=\"500\" height=\"281\" src=\"https:\/\/www.youtube.com\/embed\/DFJCctuX5G0?feature=oembed\" frameborder=\"0\" allow=\"accelerometer; autoplay; clipboard-write; encrypted-media; gyroscope; picture-in-picture; web-share\" referrerpolicy=\"strict-origin-when-cross-origin\" allowfullscreen><\/iframe><\/p>\n","protected":false},"excerpt":{"rendered":"<p>Nkuko biri, mu bihugu bigize impande zine z&#8217;isi harakwiragiye abarundi batari bake, dufatiye ku cegeranyo casohowe n&#8217;indongozi za Diaspora y&#8217;Uburundi, cerekana ko ku mugabane wa America , uw&#8217;Ubulayi, Ausralia, na Asia, habarizwa abari hagati y&#8217;ibihumbi mirongo umunani, n&#8217;ibihumbi ijana(80.000,100.000), Africa nayo ikiharizwa n&#8217;abarenga igice c&#8217;umuliyoni (1\/2M), uwu musi tukaza kuyaga ku bari muri Sudani yepfo [&hellip;]<\/p>\n","protected":false},"author":6,"featured_media":20433,"comment_status":"closed","ping_status":"open","sticky":false,"template":"","format":"standard","meta":{"_bbp_topic_count":0,"_bbp_reply_count":0,"_bbp_total_topic_count":0,"_bbp_total_reply_count":0,"_bbp_voice_count":0,"_bbp_anonymous_reply_count":0,"_bbp_topic_count_hidden":0,"_bbp_reply_count_hidden":0,"_bbp_forum_subforum_count":0,"footnotes":""},"categories":[527,588,601,519],"tags":[],"class_list":["post-20432","post","type-post","status-publish","format-standard","has-post-thumbnail","hentry","category-diaspora","category-diaspora-organizations","category-diaspora-promoted","category-kirundi"],"yoast_head":"<!-- This site is optimized with the Yoast SEO plugin v21.3 - https:\/\/yoast.com\/wordpress\/plugins\/seo\/ -->\n<title>#diaspora| Sud Soudan|&quot;Uburundi hafi yawe&quot; iki civugo kirikwije kugira bagire ico bimariye n&#039;ico bamarira bene wabo - Indundi Culture | Magazine<\/title>\n<meta name=\"robots\" content=\"index, follow, max-snippet:-1, max-image-preview:large, max-video-preview:-1\" \/>\n<link rel=\"canonical\" href=\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/diaspora-sud-soudanuburundi-hafi-yawe-iki-civugo-kirikwiye-kugira-bagire-ico-bimariye-nico-bamarira-bene-wabo\/\" \/>\n<meta property=\"og:locale\" content=\"en_US\" \/>\n<meta property=\"og:type\" content=\"article\" \/>\n<meta property=\"og:title\" content=\"#diaspora| Sud Soudan|&quot;Uburundi hafi yawe&quot; iki civugo kirikwije kugira bagire ico bimariye n&#039;ico bamarira bene wabo - Indundi Culture | Magazine\" \/>\n<meta property=\"og:description\" content=\"Nkuko biri, mu bihugu bigize impande zine z&#8217;isi harakwiragiye abarundi batari bake, dufatiye ku cegeranyo casohowe n&#8217;indongozi za Diaspora y&#8217;Uburundi, cerekana ko ku mugabane wa America , uw&#8217;Ubulayi, Ausralia, na Asia, habarizwa abari hagati y&#8217;ibihumbi mirongo umunani, n&#8217;ibihumbi ijana(80.000,100.000), Africa nayo ikiharizwa n&#8217;abarenga igice c&#8217;umuliyoni (1\/2M), uwu musi tukaza kuyaga ku bari muri Sudani yepfo [&hellip;]\" \/>\n<meta property=\"og:url\" content=\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/diaspora-sud-soudanuburundi-hafi-yawe-iki-civugo-kirikwiye-kugira-bagire-ico-bimariye-nico-bamarira-bene-wabo\/\" \/>\n<meta property=\"og:site_name\" content=\"Indundi Culture | Magazine\" \/>\n<meta property=\"article:published_time\" content=\"2020-08-29T20:16:22+00:00\" \/>\n<meta property=\"article:modified_time\" content=\"2020-08-29T22:58:23+00:00\" \/>\n<meta name=\"author\" content=\"gibbon\" \/>\n<meta name=\"twitter:card\" content=\"summary_large_image\" \/>\n<meta name=\"twitter:label1\" content=\"Written by\" \/>\n\t<meta name=\"twitter:data1\" content=\"gibbon\" \/>\n\t<meta name=\"twitter:label2\" content=\"Est. reading time\" \/>\n\t<meta name=\"twitter:data2\" content=\"2 minutes\" \/>\n<script type=\"application\/ld+json\" class=\"yoast-schema-graph\">{\"@context\":\"https:\/\/schema.org\",\"@graph\":[{\"@type\":\"WebPage\",\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/diaspora-sud-soudanuburundi-hafi-yawe-iki-civugo-kirikwiye-kugira-bagire-ico-bimariye-nico-bamarira-bene-wabo\/\",\"url\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/diaspora-sud-soudanuburundi-hafi-yawe-iki-civugo-kirikwiye-kugira-bagire-ico-bimariye-nico-bamarira-bene-wabo\/\",\"name\":\"#diaspora| Sud Soudan|\\\"Uburundi hafi yawe\\\" iki civugo kirikwije kugira bagire ico bimariye n'ico bamarira bene wabo - Indundi Culture | Magazine\",\"isPartOf\":{\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#website\"},\"datePublished\":\"2020-08-29T20:16:22+00:00\",\"dateModified\":\"2020-08-29T22:58:23+00:00\",\"author\":{\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#\/schema\/person\/aceac5d93a544a4e524c7a53ed55302f\"},\"breadcrumb\":{\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/diaspora-sud-soudanuburundi-hafi-yawe-iki-civugo-kirikwiye-kugira-bagire-ico-bimariye-nico-bamarira-bene-wabo\/#breadcrumb\"},\"inLanguage\":\"en-US\",\"potentialAction\":[{\"@type\":\"ReadAction\",\"target\":[\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/diaspora-sud-soudanuburundi-hafi-yawe-iki-civugo-kirikwiye-kugira-bagire-ico-bimariye-nico-bamarira-bene-wabo\/\"]}]},{\"@type\":\"BreadcrumbList\",\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/diaspora-sud-soudanuburundi-hafi-yawe-iki-civugo-kirikwiye-kugira-bagire-ico-bimariye-nico-bamarira-bene-wabo\/#breadcrumb\",\"itemListElement\":[{\"@type\":\"ListItem\",\"position\":1,\"name\":\"Home\",\"item\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/\"},{\"@type\":\"ListItem\",\"position\":2,\"name\":\"#diaspora| Sud Soudan|&#8221;Uburundi hafi yawe&#8221; iki civugo kirikwije kugira bagire ico bimariye n&#8217;ico bamarira bene wabo\"}]},{\"@type\":\"WebSite\",\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#website\",\"url\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/\",\"name\":\"Indundi Culture | Magazine\",\"description\":\"Burundi Entertainment\",\"potentialAction\":[{\"@type\":\"SearchAction\",\"target\":{\"@type\":\"EntryPoint\",\"urlTemplate\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/?s={search_term_string}\"},\"query-input\":\"required name=search_term_string\"}],\"inLanguage\":\"en-US\"},{\"@type\":\"Person\",\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#\/schema\/person\/aceac5d93a544a4e524c7a53ed55302f\",\"name\":\"gibbon\",\"image\":{\"@type\":\"ImageObject\",\"inLanguage\":\"en-US\",\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#\/schema\/person\/image\/\",\"url\":\"\/\/www.gravatar.com\/avatar\/25fe31847a07cf89dbaf6fbd64e96ff9?s=96&#038;r=g&#038;d=mm\",\"contentUrl\":\"\/\/www.gravatar.com\/avatar\/25fe31847a07cf89dbaf6fbd64e96ff9?s=96&#038;r=g&#038;d=mm\",\"caption\":\"gibbon\"},\"url\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/members\/gibbon\/\"}]}<\/script>\n<!-- \/ Yoast SEO plugin. -->","yoast_head_json":{"title":"#diaspora| Sud Soudan|\"Uburundi hafi yawe\" iki civugo kirikwije kugira bagire ico bimariye n'ico bamarira bene wabo - Indundi Culture | Magazine","robots":{"index":"index","follow":"follow","max-snippet":"max-snippet:-1","max-image-preview":"max-image-preview:large","max-video-preview":"max-video-preview:-1"},"canonical":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/diaspora-sud-soudanuburundi-hafi-yawe-iki-civugo-kirikwiye-kugira-bagire-ico-bimariye-nico-bamarira-bene-wabo\/","og_locale":"en_US","og_type":"article","og_title":"#diaspora| Sud Soudan|\"Uburundi hafi yawe\" iki civugo kirikwije kugira bagire ico bimariye n'ico bamarira bene wabo - Indundi Culture | Magazine","og_description":"Nkuko biri, mu bihugu bigize impande zine z&#8217;isi harakwiragiye abarundi batari bake, dufatiye ku cegeranyo casohowe n&#8217;indongozi za Diaspora y&#8217;Uburundi, cerekana ko ku mugabane wa America , uw&#8217;Ubulayi, Ausralia, na Asia, habarizwa abari hagati y&#8217;ibihumbi mirongo umunani, n&#8217;ibihumbi ijana(80.000,100.000), Africa nayo ikiharizwa n&#8217;abarenga igice c&#8217;umuliyoni (1\/2M), uwu musi tukaza kuyaga ku bari muri Sudani yepfo [&hellip;]","og_url":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/diaspora-sud-soudanuburundi-hafi-yawe-iki-civugo-kirikwiye-kugira-bagire-ico-bimariye-nico-bamarira-bene-wabo\/","og_site_name":"Indundi Culture | Magazine","article_published_time":"2020-08-29T20:16:22+00:00","article_modified_time":"2020-08-29T22:58:23+00:00","author":"gibbon","twitter_card":"summary_large_image","twitter_misc":{"Written by":"gibbon","Est. reading time":"2 minutes"},"schema":{"@context":"https:\/\/schema.org","@graph":[{"@type":"WebPage","@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/diaspora-sud-soudanuburundi-hafi-yawe-iki-civugo-kirikwiye-kugira-bagire-ico-bimariye-nico-bamarira-bene-wabo\/","url":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/diaspora-sud-soudanuburundi-hafi-yawe-iki-civugo-kirikwiye-kugira-bagire-ico-bimariye-nico-bamarira-bene-wabo\/","name":"#diaspora| Sud Soudan|\"Uburundi hafi yawe\" iki civugo kirikwije kugira bagire ico bimariye n'ico bamarira bene wabo - Indundi Culture | Magazine","isPartOf":{"@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#website"},"datePublished":"2020-08-29T20:16:22+00:00","dateModified":"2020-08-29T22:58:23+00:00","author":{"@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#\/schema\/person\/aceac5d93a544a4e524c7a53ed55302f"},"breadcrumb":{"@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/diaspora-sud-soudanuburundi-hafi-yawe-iki-civugo-kirikwiye-kugira-bagire-ico-bimariye-nico-bamarira-bene-wabo\/#breadcrumb"},"inLanguage":"en-US","potentialAction":[{"@type":"ReadAction","target":["https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/diaspora-sud-soudanuburundi-hafi-yawe-iki-civugo-kirikwiye-kugira-bagire-ico-bimariye-nico-bamarira-bene-wabo\/"]}]},{"@type":"BreadcrumbList","@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/diaspora-sud-soudanuburundi-hafi-yawe-iki-civugo-kirikwiye-kugira-bagire-ico-bimariye-nico-bamarira-bene-wabo\/#breadcrumb","itemListElement":[{"@type":"ListItem","position":1,"name":"Home","item":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/"},{"@type":"ListItem","position":2,"name":"#diaspora| Sud Soudan|&#8221;Uburundi hafi yawe&#8221; iki civugo kirikwije kugira bagire ico bimariye n&#8217;ico bamarira bene wabo"}]},{"@type":"WebSite","@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#website","url":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/","name":"Indundi Culture | Magazine","description":"Burundi Entertainment","potentialAction":[{"@type":"SearchAction","target":{"@type":"EntryPoint","urlTemplate":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/?s={search_term_string}"},"query-input":"required name=search_term_string"}],"inLanguage":"en-US"},{"@type":"Person","@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#\/schema\/person\/aceac5d93a544a4e524c7a53ed55302f","name":"gibbon","image":{"@type":"ImageObject","inLanguage":"en-US","@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#\/schema\/person\/image\/","url":"\/\/www.gravatar.com\/avatar\/25fe31847a07cf89dbaf6fbd64e96ff9?s=96&#038;r=g&#038;d=mm","contentUrl":"\/\/www.gravatar.com\/avatar\/25fe31847a07cf89dbaf6fbd64e96ff9?s=96&#038;r=g&#038;d=mm","caption":"gibbon"},"url":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/members\/gibbon\/"}]}},"_links":{"self":[{"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/posts\/20432","targetHints":{"allow":["GET"]}}],"collection":[{"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/posts"}],"about":[{"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/types\/post"}],"author":[{"embeddable":true,"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/users\/6"}],"replies":[{"embeddable":true,"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/comments?post=20432"}],"version-history":[{"count":3,"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/posts\/20432\/revisions"}],"predecessor-version":[{"id":20438,"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/posts\/20432\/revisions\/20438"}],"wp:featuredmedia":[{"embeddable":true,"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/media\/20433"}],"wp:attachment":[{"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/media?parent=20432"}],"wp:term":[{"taxonomy":"category","embeddable":true,"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/categories?post=20432"},{"taxonomy":"post_tag","embeddable":true,"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/tags?post=20432"}],"curies":[{"name":"wp","href":"https:\/\/api.w.org\/{rel}","templated":true}]}}