{"id":20616,"date":"2020-09-07T16:02:27","date_gmt":"2020-09-07T16:02:27","guid":{"rendered":"https:\/\/indundi.com\/?p=20616"},"modified":"2020-09-07T18:13:09","modified_gmt":"2020-09-07T18:13:09","slug":"ubwo-igiciro-curukingo-rwa-corona-virus-tuzogishobora-koko","status":"publish","type":"post","link":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/ubwo-igiciro-curukingo-rwa-corona-virus-tuzogishobora-koko\/","title":{"rendered":"Ubwo igiciro c\u2019urukingo rwa Corona-Virus tuzogishobora koko? \u00a0"},"content":{"rendered":"<p><img loading=\"lazy\" decoding=\"async\" class=\"aligncenter size-full wp-image-20618\" src=\"https:\/\/indundi.com\/wp-content\/uploads\/2020\/09\/491791.jpg\" alt=\"\" width=\"1360\" height=\"765\" \/><\/p>\n<p>&nbsp;<\/p>\n<p>Urukingo rw\u2019ikiza Corona Virus ngo rwaramaze kuboneka, ibihugu bimwe bmwe bikaba vyaramaze no gushinga igiciro urwo rukingo ruzogurwa.<\/p>\n<p>Ihinguriro Sanofi ryo mu bufaransa ryemeza ko ryamaze gutangura guhingura urwo rukingo, ubu bakaba bariko baraharura uburyo bizobatwara kugira babashe gutanga igiciro nyaco c\u2019urwo rukingo. Ariko bakemeza ko igiciro kidashobora kurenza amafaranga y\u2019amanyaburaya 10(10\u20ac).<\/p>\n<p>Ico giciro Sanofi\u00a0 imenyesha ko bazoshirako urwo rukingo ngo kiri hafi cane ugereranije n\u2019ico irindi hinguriro ryo mu budage ryamenyesheje, kuko bo bavuga ko bazoshira urwo rukingo ku mafaranga 2 n\u2019ibice 50 y\u2019amanyaburaya (2,50 \u20ac).<\/p>\n<p>Iryo hinguriro rya Sanofi rikaba rimenyesha ko uburayi, Grande- Bretagne na USA\u00a0 bazoherwa rimwe urwo rukingo. Uburayi bukaba buzohabwa inkingo imiliyoni 100, imiliyoni 60 muri Grande Bretagne, hamwe n\u2019imiliyoni 300 muri amerika, nkuko bishikirizwa n\u2019umurongozi wa Sanofi France.<\/p>\n<p>Hampande y\u2019izo nkingo, ibindi bihugu nka Canada, amerika n\u2019uburusiya nabo bakaba bemeza ko inkingo zabo ziriko zitegurwa kandi zigece mw\u2019igeragezwa rya nyuma, bikaba bishoboka ko nabo mu misi mikeya cane bazoshira ahabona izo nkingo n\u2019ibiciro vyazo.<\/p>\n<p>Naho mwumva ko icizere kigihari, isango rya hafi rivugwa n\u2019ibinyamakuru bitandukanye ku mugabane wa buraya ni mu mpera z\u2019uyu mwaka wa 2020. Ariko hagati aho igisabwa n\u2019amashirahamwe atandukanye mu bijanye n\u2019amagara y\u2019abantu n\u2019ukwambra agafukamunwa, guhagarika ingendo zitihutirwa hamwe n\u2019ugukaraba intoke kenshi gashoboka, kuko ico kiza kibandanya gitwara abantu benshi kw\u2019isi.<\/p>\n<p>Naho bikigoye kwemeza iyo urukingo ruzohabwa abanyafrika ruzova, umuntu yokwibaza nimba abenegihugu bazobasha gushobora kwigurira urwo rukingo. Ari nka hamwe rushitse ngaha rugurwa uko nyene, kandi bikaba ngombwa ko twigurira urwo rukingo, mu marundi rukaba ruzoba rugurwa amafaranga ibihumbi vyababa 30 (30,000 fbu).<\/p>\n<p><iframe loading=\"lazy\" title=\"Kwiyorobeka kwa mutima le comedien kwahamukuye\ud83e\udd23\ud83e\udd23\ud83e\udd23\ud83e\udd23\" width=\"500\" height=\"281\" src=\"https:\/\/www.youtube.com\/embed\/VQ9yPmpZuGg?feature=oembed\" frameborder=\"0\" allow=\"accelerometer; autoplay; clipboard-write; encrypted-media; gyroscope; picture-in-picture; web-share\" referrerpolicy=\"strict-origin-when-cross-origin\" allowfullscreen><\/iframe><\/p>\n","protected":false},"excerpt":{"rendered":"<p>&nbsp; Urukingo rw\u2019ikiza Corona Virus ngo rwaramaze kuboneka, ibihugu bimwe bmwe bikaba vyaramaze no gushinga igiciro urwo rukingo ruzogurwa. Ihinguriro Sanofi ryo mu bufaransa ryemeza ko ryamaze gutangura guhingura urwo rukingo, ubu bakaba bariko baraharura uburyo bizobatwara kugira babashe gutanga igiciro nyaco c\u2019urwo rukingo. Ariko bakemeza ko igiciro kidashobora kurenza amafaranga y\u2019amanyaburaya 10(10\u20ac). Ico giciro [&hellip;]<\/p>\n","protected":false},"author":3,"featured_media":20618,"comment_status":"closed","ping_status":"open","sticky":false,"template":"","format":"standard","meta":{"_bbp_topic_count":0,"_bbp_reply_count":0,"_bbp_total_topic_count":0,"_bbp_total_reply_count":0,"_bbp_voice_count":0,"_bbp_anonymous_reply_count":0,"_bbp_topic_count_hidden":0,"_bbp_reply_count_hidden":0,"_bbp_forum_subforum_count":0,"footnotes":""},"categories":[612,515,519,530],"tags":[],"class_list":["post-20616","post","type-post","status-publish","format-standard","has-post-thumbnail","hentry","category-health","category-homepage","category-kirundi","category-world-news"],"yoast_head":"<!-- This site is optimized with the Yoast SEO plugin v21.3 - https:\/\/yoast.com\/wordpress\/plugins\/seo\/ -->\n<title>Ubwo igiciro c\u2019urukingo rwa Corona-Virus tuzogishobora koko? \u00a0 - Indundi Culture | Magazine<\/title>\n<meta name=\"robots\" content=\"index, follow, max-snippet:-1, max-image-preview:large, max-video-preview:-1\" \/>\n<link rel=\"canonical\" href=\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/ubwo-igiciro-curukingo-rwa-corona-virus-tuzogishobora-koko\/\" \/>\n<meta property=\"og:locale\" content=\"en_US\" \/>\n<meta property=\"og:type\" content=\"article\" \/>\n<meta property=\"og:title\" content=\"Ubwo igiciro c\u2019urukingo rwa Corona-Virus tuzogishobora koko? \u00a0 - Indundi Culture | Magazine\" \/>\n<meta property=\"og:description\" content=\"&nbsp; Urukingo rw\u2019ikiza Corona Virus ngo rwaramaze kuboneka, ibihugu bimwe bmwe bikaba vyaramaze no gushinga igiciro urwo rukingo ruzogurwa. Ihinguriro Sanofi ryo mu bufaransa ryemeza ko ryamaze gutangura guhingura urwo rukingo, ubu bakaba bariko baraharura uburyo bizobatwara kugira babashe gutanga igiciro nyaco c\u2019urwo rukingo. Ariko bakemeza ko igiciro kidashobora kurenza amafaranga y\u2019amanyaburaya 10(10\u20ac). Ico giciro [&hellip;]\" \/>\n<meta property=\"og:url\" content=\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/ubwo-igiciro-curukingo-rwa-corona-virus-tuzogishobora-koko\/\" \/>\n<meta property=\"og:site_name\" content=\"Indundi Culture | Magazine\" \/>\n<meta property=\"article:published_time\" content=\"2020-09-07T16:02:27+00:00\" \/>\n<meta property=\"article:modified_time\" content=\"2020-09-07T18:13:09+00:00\" \/>\n<meta name=\"author\" content=\"yanick\" \/>\n<meta name=\"twitter:card\" content=\"summary_large_image\" \/>\n<meta name=\"twitter:label1\" content=\"Written by\" \/>\n\t<meta name=\"twitter:data1\" content=\"yanick\" \/>\n\t<meta name=\"twitter:label2\" content=\"Est. reading time\" \/>\n\t<meta name=\"twitter:data2\" content=\"1 minute\" \/>\n<script type=\"application\/ld+json\" class=\"yoast-schema-graph\">{\"@context\":\"https:\/\/schema.org\",\"@graph\":[{\"@type\":\"WebPage\",\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/ubwo-igiciro-curukingo-rwa-corona-virus-tuzogishobora-koko\/\",\"url\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/ubwo-igiciro-curukingo-rwa-corona-virus-tuzogishobora-koko\/\",\"name\":\"Ubwo igiciro c\u2019urukingo rwa Corona-Virus tuzogishobora koko? \u00a0 - Indundi Culture | Magazine\",\"isPartOf\":{\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#website\"},\"datePublished\":\"2020-09-07T16:02:27+00:00\",\"dateModified\":\"2020-09-07T18:13:09+00:00\",\"author\":{\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#\/schema\/person\/8b60fb7f0669c0da6211620297ad2021\"},\"breadcrumb\":{\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/ubwo-igiciro-curukingo-rwa-corona-virus-tuzogishobora-koko\/#breadcrumb\"},\"inLanguage\":\"en-US\",\"potentialAction\":[{\"@type\":\"ReadAction\",\"target\":[\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/ubwo-igiciro-curukingo-rwa-corona-virus-tuzogishobora-koko\/\"]}]},{\"@type\":\"BreadcrumbList\",\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/ubwo-igiciro-curukingo-rwa-corona-virus-tuzogishobora-koko\/#breadcrumb\",\"itemListElement\":[{\"@type\":\"ListItem\",\"position\":1,\"name\":\"Home\",\"item\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/\"},{\"@type\":\"ListItem\",\"position\":2,\"name\":\"Ubwo igiciro c\u2019urukingo rwa Corona-Virus tuzogishobora koko? \u00a0\"}]},{\"@type\":\"WebSite\",\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#website\",\"url\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/\",\"name\":\"Indundi Culture | Magazine\",\"description\":\"Burundi Entertainment\",\"potentialAction\":[{\"@type\":\"SearchAction\",\"target\":{\"@type\":\"EntryPoint\",\"urlTemplate\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/?s={search_term_string}\"},\"query-input\":\"required name=search_term_string\"}],\"inLanguage\":\"en-US\"},{\"@type\":\"Person\",\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#\/schema\/person\/8b60fb7f0669c0da6211620297ad2021\",\"name\":\"yanick\",\"image\":{\"@type\":\"ImageObject\",\"inLanguage\":\"en-US\",\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#\/schema\/person\/image\/\",\"url\":\"\/\/www.gravatar.com\/avatar\/3f9e37cb1a7115ab1fd67c8044b25dc8?s=96&#038;r=g&#038;d=mm\",\"contentUrl\":\"\/\/www.gravatar.com\/avatar\/3f9e37cb1a7115ab1fd67c8044b25dc8?s=96&#038;r=g&#038;d=mm\",\"caption\":\"yanick\"},\"url\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/members\/yanick\/\"}]}<\/script>\n<!-- \/ Yoast SEO plugin. -->","yoast_head_json":{"title":"Ubwo igiciro c\u2019urukingo rwa Corona-Virus tuzogishobora koko? \u00a0 - Indundi Culture | Magazine","robots":{"index":"index","follow":"follow","max-snippet":"max-snippet:-1","max-image-preview":"max-image-preview:large","max-video-preview":"max-video-preview:-1"},"canonical":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/ubwo-igiciro-curukingo-rwa-corona-virus-tuzogishobora-koko\/","og_locale":"en_US","og_type":"article","og_title":"Ubwo igiciro c\u2019urukingo rwa Corona-Virus tuzogishobora koko? \u00a0 - Indundi Culture | Magazine","og_description":"&nbsp; Urukingo rw\u2019ikiza Corona Virus ngo rwaramaze kuboneka, ibihugu bimwe bmwe bikaba vyaramaze no gushinga igiciro urwo rukingo ruzogurwa. Ihinguriro Sanofi ryo mu bufaransa ryemeza ko ryamaze gutangura guhingura urwo rukingo, ubu bakaba bariko baraharura uburyo bizobatwara kugira babashe gutanga igiciro nyaco c\u2019urwo rukingo. Ariko bakemeza ko igiciro kidashobora kurenza amafaranga y\u2019amanyaburaya 10(10\u20ac). Ico giciro [&hellip;]","og_url":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/ubwo-igiciro-curukingo-rwa-corona-virus-tuzogishobora-koko\/","og_site_name":"Indundi Culture | Magazine","article_published_time":"2020-09-07T16:02:27+00:00","article_modified_time":"2020-09-07T18:13:09+00:00","author":"yanick","twitter_card":"summary_large_image","twitter_misc":{"Written by":"yanick","Est. reading time":"1 minute"},"schema":{"@context":"https:\/\/schema.org","@graph":[{"@type":"WebPage","@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/ubwo-igiciro-curukingo-rwa-corona-virus-tuzogishobora-koko\/","url":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/ubwo-igiciro-curukingo-rwa-corona-virus-tuzogishobora-koko\/","name":"Ubwo igiciro c\u2019urukingo rwa Corona-Virus tuzogishobora koko? \u00a0 - Indundi Culture | Magazine","isPartOf":{"@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#website"},"datePublished":"2020-09-07T16:02:27+00:00","dateModified":"2020-09-07T18:13:09+00:00","author":{"@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#\/schema\/person\/8b60fb7f0669c0da6211620297ad2021"},"breadcrumb":{"@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/ubwo-igiciro-curukingo-rwa-corona-virus-tuzogishobora-koko\/#breadcrumb"},"inLanguage":"en-US","potentialAction":[{"@type":"ReadAction","target":["https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/ubwo-igiciro-curukingo-rwa-corona-virus-tuzogishobora-koko\/"]}]},{"@type":"BreadcrumbList","@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/ubwo-igiciro-curukingo-rwa-corona-virus-tuzogishobora-koko\/#breadcrumb","itemListElement":[{"@type":"ListItem","position":1,"name":"Home","item":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/"},{"@type":"ListItem","position":2,"name":"Ubwo igiciro c\u2019urukingo rwa Corona-Virus tuzogishobora koko? \u00a0"}]},{"@type":"WebSite","@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#website","url":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/","name":"Indundi Culture | Magazine","description":"Burundi Entertainment","potentialAction":[{"@type":"SearchAction","target":{"@type":"EntryPoint","urlTemplate":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/?s={search_term_string}"},"query-input":"required name=search_term_string"}],"inLanguage":"en-US"},{"@type":"Person","@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#\/schema\/person\/8b60fb7f0669c0da6211620297ad2021","name":"yanick","image":{"@type":"ImageObject","inLanguage":"en-US","@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#\/schema\/person\/image\/","url":"\/\/www.gravatar.com\/avatar\/3f9e37cb1a7115ab1fd67c8044b25dc8?s=96&#038;r=g&#038;d=mm","contentUrl":"\/\/www.gravatar.com\/avatar\/3f9e37cb1a7115ab1fd67c8044b25dc8?s=96&#038;r=g&#038;d=mm","caption":"yanick"},"url":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/members\/yanick\/"}]}},"_links":{"self":[{"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/posts\/20616","targetHints":{"allow":["GET"]}}],"collection":[{"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/posts"}],"about":[{"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/types\/post"}],"author":[{"embeddable":true,"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/users\/3"}],"replies":[{"embeddable":true,"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/comments?post=20616"}],"version-history":[{"count":3,"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/posts\/20616\/revisions"}],"predecessor-version":[{"id":20627,"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/posts\/20616\/revisions\/20627"}],"wp:featuredmedia":[{"embeddable":true,"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/media\/20618"}],"wp:attachment":[{"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/media?parent=20616"}],"wp:term":[{"taxonomy":"category","embeddable":true,"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/categories?post=20616"},{"taxonomy":"post_tag","embeddable":true,"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/tags?post=20616"}],"curies":[{"name":"wp","href":"https:\/\/api.w.org\/{rel}","templated":true}]}}