{"id":20946,"date":"2020-09-17T12:14:55","date_gmt":"2020-09-17T12:14:55","guid":{"rendered":"https:\/\/indundi.com\/?p=20946"},"modified":"2020-09-17T12:25:13","modified_gmt":"2020-09-17T12:25:13","slug":"cooperation-ivyo-umushikiranganji-wa-mbere-nuwuserukira-kenya-mu-burundi-bahejeje-kuganira","status":"publish","type":"post","link":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/cooperation-ivyo-umushikiranganji-wa-mbere-nuwuserukira-kenya-mu-burundi-bahejeje-kuganira\/","title":{"rendered":"Coop\u00e9ration : Ivyo umushikiranganji wa mbere n&#8217;uwuserukira Kenya mu Burundi bahejeje kuganira"},"content":{"rendered":"<h2 style=\"text-align: justify;\"><em><strong>Kuri uno wa kane igenekerezo rya 17 Nyakanga umwaka w\u20192020, umushikiranganji wa mbere CPG Alain Guillaume Bunyoni yahaye umubonano uwuserukira igihugu ca Kenya mu Burundi, Kenneth N. Vitisia.<\/strong><\/em><\/h2>\n<p><img loading=\"lazy\" decoding=\"async\" class=\"aligncenter wp-image-20944 size-large\" src=\"https:\/\/indundi.com\/wp-content\/uploads\/2020\/09\/web-Bunyoni-1024x618.jpg\" alt=\"\" width=\"696\" height=\"420\" \/><\/p>\n<p style=\"text-align: justify;\">Mw\u2019ijambo ryiwe, Keneth N. Vitisia yamenyesheje ko yasavye uwo mubonano umushikiranganji wa mbere mu ntumbero yo kuza kumukeza mu mabanga aherutse kugenwamwo yo kuba umushikiranganji wa mbere hamwe no kuganira ukuntu imigenderanire y\u2019ivyo bihugu bibiri, isanzwe ari myiza, yobandanya ikomera.<\/p>\n<p style=\"text-align: justify;\">Umuvugizi w\u2019umushikiranganji wa mbere Hassan Ngendakumana yamenyesheje ko umushikiranganji wa mbere yakengurukiye cane Ambassadeur Vitisia kuri ukwo kumukeza, araheza anamwerera ko agiye gukora ibishoboka vyose kugira go iyo migenderanire myiza hagati y\u2019ivyo bihugu bibiri, ibandanye ikomera.<\/p>\n<p style=\"text-align: justify;\">Mwomenya ko ivyo bihugu bibiri bisanzwe bifashanya muri vyinshi, aho nk\u2019abarundi baba bipfuza kuja muri Kenya canke aba Kenya baba bipfuza kuza mu Burundi ata Visa basabwa, eka n\u2019ibidandazwa biza aha mu Burundi kenshi bikaba bikunze guca ku kivuko ca Mombasa c\u2019aho nyene muri Kenya.<\/p>\n<p><strong>Ido n&#8217;ido ni muri ino video aha musi<\/strong><\/p>\n<p><iframe loading=\"lazy\" title=\"Imigenderanire y&#039;Uburundi  n&#039;Igihugu ca Kenya igiye gukomera cane\" width=\"500\" height=\"281\" src=\"https:\/\/www.youtube.com\/embed\/t8lUrwTXfKg?feature=oembed\" frameborder=\"0\" allow=\"accelerometer; autoplay; clipboard-write; encrypted-media; gyroscope; picture-in-picture; web-share\" referrerpolicy=\"strict-origin-when-cross-origin\" allowfullscreen><\/iframe><\/p>\n","protected":false},"excerpt":{"rendered":"<p>Kuri uno wa kane igenekerezo rya 17 Nyakanga umwaka w\u20192020, umushikiranganji wa mbere CPG Alain Guillaume Bunyoni yahaye umubonano uwuserukira igihugu ca Kenya mu Burundi, Kenneth N. Vitisia. Mw\u2019ijambo ryiwe, Keneth N. Vitisia yamenyesheje ko yasavye uwo mubonano umushikiranganji wa mbere mu ntumbero yo kuza kumukeza mu mabanga aherutse kugenwamwo yo kuba umushikiranganji wa mbere [&hellip;]<\/p>\n","protected":false},"author":5,"featured_media":0,"comment_status":"closed","ping_status":"open","sticky":false,"template":"","format":"standard","meta":{"_bbp_topic_count":0,"_bbp_reply_count":0,"_bbp_total_topic_count":0,"_bbp_total_reply_count":0,"_bbp_voice_count":0,"_bbp_anonymous_reply_count":0,"_bbp_topic_count_hidden":0,"_bbp_reply_count_hidden":0,"_bbp_forum_subforum_count":0,"footnotes":""},"categories":[518,574,515,519],"tags":[],"class_list":["post-20946","post","type-post","status-publish","format-standard","hentry","category-burundi","category-cooperation","category-homepage","category-kirundi"],"yoast_head":"<!-- This site is optimized with the Yoast SEO plugin v21.3 - https:\/\/yoast.com\/wordpress\/plugins\/seo\/ -->\n<title>Coop\u00e9ration : Ivyo umushikiranganji wa mbere n&#039;uwuserukira Kenya mu Burundi bahejeje kuganira - Indundi Culture | Magazine<\/title>\n<meta name=\"robots\" content=\"index, follow, max-snippet:-1, max-image-preview:large, max-video-preview:-1\" \/>\n<link rel=\"canonical\" href=\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/cooperation-ivyo-umushikiranganji-wa-mbere-nuwuserukira-kenya-mu-burundi-bahejeje-kuganira\/\" \/>\n<meta property=\"og:locale\" content=\"en_US\" \/>\n<meta property=\"og:type\" content=\"article\" \/>\n<meta property=\"og:title\" content=\"Coop\u00e9ration : Ivyo umushikiranganji wa mbere n&#039;uwuserukira Kenya mu Burundi bahejeje kuganira - Indundi Culture | Magazine\" \/>\n<meta property=\"og:description\" content=\"Kuri uno wa kane igenekerezo rya 17 Nyakanga umwaka w\u20192020, umushikiranganji wa mbere CPG Alain Guillaume Bunyoni yahaye umubonano uwuserukira igihugu ca Kenya mu Burundi, Kenneth N. Vitisia. Mw\u2019ijambo ryiwe, Keneth N. Vitisia yamenyesheje ko yasavye uwo mubonano umushikiranganji wa mbere mu ntumbero yo kuza kumukeza mu mabanga aherutse kugenwamwo yo kuba umushikiranganji wa mbere [&hellip;]\" \/>\n<meta property=\"og:url\" content=\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/cooperation-ivyo-umushikiranganji-wa-mbere-nuwuserukira-kenya-mu-burundi-bahejeje-kuganira\/\" \/>\n<meta property=\"og:site_name\" content=\"Indundi Culture | Magazine\" \/>\n<meta property=\"article:published_time\" content=\"2020-09-17T12:14:55+00:00\" \/>\n<meta property=\"article:modified_time\" content=\"2020-09-17T12:25:13+00:00\" \/>\n<meta property=\"og:image\" content=\"https:\/\/indundi.com\/wp-content\/uploads\/2020\/09\/web-Bunyoni-1024x618.jpg\" \/>\n<meta name=\"author\" content=\"janvier\" \/>\n<meta name=\"twitter:card\" content=\"summary_large_image\" \/>\n<meta name=\"twitter:label1\" content=\"Written by\" \/>\n\t<meta name=\"twitter:data1\" content=\"janvier\" \/>\n\t<meta name=\"twitter:label2\" content=\"Est. reading time\" \/>\n\t<meta name=\"twitter:data2\" content=\"1 minute\" \/>\n<script type=\"application\/ld+json\" class=\"yoast-schema-graph\">{\"@context\":\"https:\/\/schema.org\",\"@graph\":[{\"@type\":\"WebPage\",\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/cooperation-ivyo-umushikiranganji-wa-mbere-nuwuserukira-kenya-mu-burundi-bahejeje-kuganira\/\",\"url\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/cooperation-ivyo-umushikiranganji-wa-mbere-nuwuserukira-kenya-mu-burundi-bahejeje-kuganira\/\",\"name\":\"Coop\u00e9ration : Ivyo umushikiranganji wa mbere n'uwuserukira Kenya mu Burundi bahejeje kuganira - Indundi Culture | Magazine\",\"isPartOf\":{\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#website\"},\"datePublished\":\"2020-09-17T12:14:55+00:00\",\"dateModified\":\"2020-09-17T12:25:13+00:00\",\"author\":{\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#\/schema\/person\/dd28c84d43ef99ec2da1bfc4b42bc814\"},\"breadcrumb\":{\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/cooperation-ivyo-umushikiranganji-wa-mbere-nuwuserukira-kenya-mu-burundi-bahejeje-kuganira\/#breadcrumb\"},\"inLanguage\":\"en-US\",\"potentialAction\":[{\"@type\":\"ReadAction\",\"target\":[\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/cooperation-ivyo-umushikiranganji-wa-mbere-nuwuserukira-kenya-mu-burundi-bahejeje-kuganira\/\"]}]},{\"@type\":\"BreadcrumbList\",\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/cooperation-ivyo-umushikiranganji-wa-mbere-nuwuserukira-kenya-mu-burundi-bahejeje-kuganira\/#breadcrumb\",\"itemListElement\":[{\"@type\":\"ListItem\",\"position\":1,\"name\":\"Home\",\"item\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/\"},{\"@type\":\"ListItem\",\"position\":2,\"name\":\"Coop\u00e9ration : Ivyo umushikiranganji wa mbere n&#8217;uwuserukira Kenya mu Burundi bahejeje kuganira\"}]},{\"@type\":\"WebSite\",\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#website\",\"url\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/\",\"name\":\"Indundi Culture | Magazine\",\"description\":\"Burundi Entertainment\",\"potentialAction\":[{\"@type\":\"SearchAction\",\"target\":{\"@type\":\"EntryPoint\",\"urlTemplate\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/?s={search_term_string}\"},\"query-input\":\"required name=search_term_string\"}],\"inLanguage\":\"en-US\"},{\"@type\":\"Person\",\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#\/schema\/person\/dd28c84d43ef99ec2da1bfc4b42bc814\",\"name\":\"janvier\",\"image\":{\"@type\":\"ImageObject\",\"inLanguage\":\"en-US\",\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#\/schema\/person\/image\/\",\"url\":\"\/\/www.gravatar.com\/avatar\/93b8d6f4cc712a3a5c942430cca87e87?s=96&#038;r=g&#038;d=mm\",\"contentUrl\":\"\/\/www.gravatar.com\/avatar\/93b8d6f4cc712a3a5c942430cca87e87?s=96&#038;r=g&#038;d=mm\",\"caption\":\"janvier\"},\"url\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/members\/janvier\/\"}]}<\/script>\n<!-- \/ Yoast SEO plugin. -->","yoast_head_json":{"title":"Coop\u00e9ration : Ivyo umushikiranganji wa mbere n'uwuserukira Kenya mu Burundi bahejeje kuganira - Indundi Culture | Magazine","robots":{"index":"index","follow":"follow","max-snippet":"max-snippet:-1","max-image-preview":"max-image-preview:large","max-video-preview":"max-video-preview:-1"},"canonical":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/cooperation-ivyo-umushikiranganji-wa-mbere-nuwuserukira-kenya-mu-burundi-bahejeje-kuganira\/","og_locale":"en_US","og_type":"article","og_title":"Coop\u00e9ration : Ivyo umushikiranganji wa mbere n'uwuserukira Kenya mu Burundi bahejeje kuganira - Indundi Culture | Magazine","og_description":"Kuri uno wa kane igenekerezo rya 17 Nyakanga umwaka w\u20192020, umushikiranganji wa mbere CPG Alain Guillaume Bunyoni yahaye umubonano uwuserukira igihugu ca Kenya mu Burundi, Kenneth N. Vitisia. Mw\u2019ijambo ryiwe, Keneth N. Vitisia yamenyesheje ko yasavye uwo mubonano umushikiranganji wa mbere mu ntumbero yo kuza kumukeza mu mabanga aherutse kugenwamwo yo kuba umushikiranganji wa mbere [&hellip;]","og_url":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/cooperation-ivyo-umushikiranganji-wa-mbere-nuwuserukira-kenya-mu-burundi-bahejeje-kuganira\/","og_site_name":"Indundi Culture | Magazine","article_published_time":"2020-09-17T12:14:55+00:00","article_modified_time":"2020-09-17T12:25:13+00:00","og_image":[{"url":"https:\/\/indundi.com\/wp-content\/uploads\/2020\/09\/web-Bunyoni-1024x618.jpg"}],"author":"janvier","twitter_card":"summary_large_image","twitter_misc":{"Written by":"janvier","Est. reading time":"1 minute"},"schema":{"@context":"https:\/\/schema.org","@graph":[{"@type":"WebPage","@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/cooperation-ivyo-umushikiranganji-wa-mbere-nuwuserukira-kenya-mu-burundi-bahejeje-kuganira\/","url":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/cooperation-ivyo-umushikiranganji-wa-mbere-nuwuserukira-kenya-mu-burundi-bahejeje-kuganira\/","name":"Coop\u00e9ration : Ivyo umushikiranganji wa mbere n'uwuserukira Kenya mu Burundi bahejeje kuganira - Indundi Culture | Magazine","isPartOf":{"@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#website"},"datePublished":"2020-09-17T12:14:55+00:00","dateModified":"2020-09-17T12:25:13+00:00","author":{"@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#\/schema\/person\/dd28c84d43ef99ec2da1bfc4b42bc814"},"breadcrumb":{"@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/cooperation-ivyo-umushikiranganji-wa-mbere-nuwuserukira-kenya-mu-burundi-bahejeje-kuganira\/#breadcrumb"},"inLanguage":"en-US","potentialAction":[{"@type":"ReadAction","target":["https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/cooperation-ivyo-umushikiranganji-wa-mbere-nuwuserukira-kenya-mu-burundi-bahejeje-kuganira\/"]}]},{"@type":"BreadcrumbList","@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/cooperation-ivyo-umushikiranganji-wa-mbere-nuwuserukira-kenya-mu-burundi-bahejeje-kuganira\/#breadcrumb","itemListElement":[{"@type":"ListItem","position":1,"name":"Home","item":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/"},{"@type":"ListItem","position":2,"name":"Coop\u00e9ration : Ivyo umushikiranganji wa mbere n&#8217;uwuserukira Kenya mu Burundi bahejeje kuganira"}]},{"@type":"WebSite","@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#website","url":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/","name":"Indundi Culture | Magazine","description":"Burundi Entertainment","potentialAction":[{"@type":"SearchAction","target":{"@type":"EntryPoint","urlTemplate":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/?s={search_term_string}"},"query-input":"required name=search_term_string"}],"inLanguage":"en-US"},{"@type":"Person","@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#\/schema\/person\/dd28c84d43ef99ec2da1bfc4b42bc814","name":"janvier","image":{"@type":"ImageObject","inLanguage":"en-US","@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#\/schema\/person\/image\/","url":"\/\/www.gravatar.com\/avatar\/93b8d6f4cc712a3a5c942430cca87e87?s=96&#038;r=g&#038;d=mm","contentUrl":"\/\/www.gravatar.com\/avatar\/93b8d6f4cc712a3a5c942430cca87e87?s=96&#038;r=g&#038;d=mm","caption":"janvier"},"url":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/members\/janvier\/"}]}},"_links":{"self":[{"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/posts\/20946","targetHints":{"allow":["GET"]}}],"collection":[{"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/posts"}],"about":[{"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/types\/post"}],"author":[{"embeddable":true,"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/users\/5"}],"replies":[{"embeddable":true,"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/comments?post=20946"}],"version-history":[{"count":1,"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/posts\/20946\/revisions"}],"predecessor-version":[{"id":20949,"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/posts\/20946\/revisions\/20949"}],"wp:attachment":[{"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/media?parent=20946"}],"wp:term":[{"taxonomy":"category","embeddable":true,"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/categories?post=20946"},{"taxonomy":"post_tag","embeddable":true,"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/tags?post=20946"}],"curies":[{"name":"wp","href":"https:\/\/api.w.org\/{rel}","templated":true}]}}